ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Malaki 2
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Malaki 2:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Int 4:13; Hs 5:1; Mal 1:6

Malaki 2:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:14; Yes 30:9
  • +Zb 81:11; Yes 42:25; 57:11
  • +Yr 13:16
  • +Gus 28:15
  • +Hs 4:7; Hg 1:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/12/2007, rup. 26

    1/5/2002, rup. 23

Malaki 2:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Hs 8:7; Yw 1:17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/12/2007, rup. 26

    1/5/2002, rup. 24

Malaki 2:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 28:9; Ezk 33:33
  • +Kv 40:15
  • +Gh 3:6; 18:23; Ezk 44:15

Malaki 2:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 119:165
  • +Zb 19:9; 111:10
  • +Zb 111:9

Malaki 2:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 17:9; Ezk 44:24
  • +Kv 32:26
  • +Yak 5:20

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/2002, rup. 24

Malaki 2:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 10:11; Gus 24:8; 2Ng 15:3; Neh 8:8
  • +Hg 1:13

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 54

    Umunara w’Inderetsi,

    15/12/2007, rup. 27

    1/5/2002, rup. 23-25

Malaki 2:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 1:4; 30:9; Heb 3:12
  • +Yr 18:15; Lk 11:52
  • +Neh 13:29

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/2002, rup. 24

Malaki 2:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 2:30; Mik 3:7
  • +Lw 19:15; Gus 1:17; 16:19; Yak 2:9

Malaki 2:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Kr 8:6; Ef 4:6
  • +It 2:7; Zb 100:3; Ivk 17:25
  • +Neh 5:8; Mik 7:2
  • +Yos 23:16

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/2002, rup. 25-26

Malaki 2:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 7:10
  • +Lw 20:26
  • +Gus 7:3; Abc 3:6; 1Bm 11:1; Neh 13:23

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/2002, rup. 25-26

Malaki 2:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 15:31
  • +1Sm 15:22; Am 5:22

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/2002, rup. 26

Malaki 2:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 21:27; Yes 1:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 42

    Umunara w’Inderetsi,

    15/12/2007, rup. 26

    1/5/2002, rup. 26-27

Malaki 2:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 8:12
  • +Img 5:18; Ums 9:9
  • +Img 2:17; Mt 19:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 42

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/2002, rup. 26-27

Malaki 2:15

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ijambo ku rindi ni “impwemu yanyu.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 3:15; Ivk 3:25; Gl 3:16
  • +Img 25:28
  • +Gus 22:13

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/2002, rup. 27

Malaki 2:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 2:24; Mt 5:32; 19:8; Mr 10:9
  • +Zb 11:5; Yes 59:6
  • +Yr 5:11; Hs 5:7; Mal 2:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 42

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    12/2018, rup. 11

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    8/2016, rup. 11

    Be maso!,

    6/2015, rup. 13

    Umunara w’Inderetsi,

    1/10/2013, rup. 9

    1/5/2002, rup. 26-27

Malaki 2:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 1:15; 7:13; 43:24; Yr 15:6
  • +Img 30:12; Ezk 18:29
  • +Gus 32:4; Zb 37:28; Yes 58:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/2002, rup. 27

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Mal. 2:1Int 4:13; Hs 5:1; Mal 1:6
Mal. 2:2Lw 26:14; Yes 30:9
Mal. 2:2Zb 81:11; Yes 42:25; 57:11
Mal. 2:2Yr 13:16
Mal. 2:2Gus 28:15
Mal. 2:2Hs 4:7; Hg 1:11
Mal. 2:3Hs 8:7; Yw 1:17
Mal. 2:4Yr 28:9; Ezk 33:33
Mal. 2:4Kv 40:15
Mal. 2:4Gh 3:6; 18:23; Ezk 44:15
Mal. 2:5Zb 119:165
Mal. 2:5Zb 19:9; 111:10
Mal. 2:5Zb 111:9
Mal. 2:62Ng 17:9; Ezk 44:24
Mal. 2:6Kv 32:26
Mal. 2:6Yak 5:20
Mal. 2:7Lw 10:11; Gus 24:8; 2Ng 15:3; Neh 8:8
Mal. 2:7Hg 1:13
Mal. 2:8Yes 1:4; 30:9; Heb 3:12
Mal. 2:8Yr 18:15; Lk 11:52
Mal. 2:8Neh 13:29
Mal. 2:91Sm 2:30; Mik 3:7
Mal. 2:9Lw 19:15; Gus 1:17; 16:19; Yak 2:9
Mal. 2:101Kr 8:6; Ef 4:6
Mal. 2:10It 2:7; Zb 100:3; Ivk 17:25
Mal. 2:10Neh 5:8; Mik 7:2
Mal. 2:10Yos 23:16
Mal. 2:11Yr 7:10
Mal. 2:11Lw 20:26
Mal. 2:11Gus 7:3; Abc 3:6; 1Bm 11:1; Neh 13:23
Mal. 2:12Gh 15:31
Mal. 2:121Sm 15:22; Am 5:22
Mal. 2:13Img 21:27; Yes 1:11
Mal. 2:14Yr 8:12
Mal. 2:14Img 5:18; Ums 9:9
Mal. 2:14Img 2:17; Mt 19:5
Mal. 2:15It 3:15; Ivk 3:25; Gl 3:16
Mal. 2:15Img 25:28
Mal. 2:15Gus 22:13
Mal. 2:16It 2:24; Mt 5:32; 19:8; Mr 10:9
Mal. 2:16Zb 11:5; Yes 59:6
Mal. 2:16Yr 5:11; Hs 5:7; Mal 2:10
Mal. 2:17Yes 1:15; 7:13; 43:24; Yr 15:6
Mal. 2:17Img 30:12; Ezk 18:29
Mal. 2:17Gus 32:4; Zb 37:28; Yes 58:2
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
Bibiliya y’isi nshasha
Malaki 2:1-17

Malaki

2 “Ubu rero iri bwirizwa ni mwebwe rihawe, mwa baherezi+. 2 Nimutumviriza+, kandi nimutashira ku mutima+ ivyo guha ubuninahazwa izina ryanje+,” ni ko Yehova nyen’ingabo avuze, “nanje sinzobura kubarungikako umuvumo+, mvume imihezagiro yanyu+. Egome, mbere umuhezagiro narawuvumye, kuko mutabishira ku mutima.”

3 “Raba! Kubera mwebwe, ngira mpambarire imbuto yabibwe+, kandi mu maso hanyu nzohasanzaza amayezi, amayezi y’imisi mikuru yanyu; kandi vy’ukuri hazogira uwuyabajanako. 4 Kandi muzobwirizwa kumenya yuko nabarungikiye iri bwirizwa+, kugira ngo isezerano+ nagiranye na Lewi ribandanye+,” ni ko Yehova nyen’ingabo avuze.

5 “Isezerano ryanje ryari kumwe na we, isezerano ry’ubuzima n’amahoro+, kandi nagumye ndabimuha, biri kumwe n’ugutinya. Kandi yagumye antinya+; egome, yaracika ivutu kubera izina ryanje+. 6 Itegeko ry’ukuri ryari mu kanwa kiwe+, kandi nta bitagororotse vyaboneka ku minwa yiwe. Yagendanye nanje mu mahoro no mu kugororoka+, kandi yaragaruye benshi barava mw’ikosa+. 7 Kuko iminwa y’umuherezi ari yo ikwiye kugumya ubumenyi, itegeko rikaba ari ryo abantu bakwiye kuronderera mu kanwa kiwe+; kuko ari we ntumwa ya Yehova nyen’ingabo+.

8 “Ariko mwebwe, mwarakebeje muta inzira+. Mwatumye benshi batsitara mu bijanye n’itegeko+. Mwarononye isezerano rya Lewi+,” ni ko Yehova nyen’ingabo avuze. 9 “Emwe, nanje rero nzotuma muba abo gusuzugurwa, mube abo hasi, ku bantu bose+, nk’uko namwe mutagumije inzira zanje, mugabo mukagira nkunzi mu bijanye n’itegeko+.”

10 “Mbega twese ntidufise data umwe+? Mbega Imana yaturemye si imwe+? None ni kubera iki duhemukiranira+, mu guhumanya isezerano rya ba sogokuruza+? 11 Yuda yarahemutse, kandi muri Isirayeli be n’i Yeruzalemu hakozwe ikintu giteye ishishi+; kuko Yuda yahumanije ubweranda bwa Yehova+, ubwo iyo Mana yakunda, kandi yatwaye umukobwa w’imana y’inyamahanga ngo amubere umugeni+. 12 Yehova azorandura mu mahema ya Yakobo uwo wese abikora+, uwuri maso be n’uwishura, be n’uwushikiriza Yehova nyen’ingabo ishikanwa+.”

13 “Iki ni co kigira kabiri mukora, kandi ico bivamwo ng’iki: igicaniro ca Yehova kiradengerezwa amosozi, amarira be n’iminiho, ku buryo ata shikanwa ryongera kurabwa ryiza canke ngo hagire ikintu na kimwe kivuye mu kuboko kwanyu gishimwa+. 14 Namwe mwavuze muti: ‘Kubera iki+?’ Ni kubera iyi mvo: Yehova ubwiwe yarashinze intahe hagati yawe n’umugore wo mu buto bwawe+, uwo wahemukiye, naho ari we mugenzi wawe akaba n’umugore w’isezerano ryawe+. 15 Kandi hariho uwutabikoze, kuko yari afise impwemu yari isigaye. Kandi uwo yarondera iki? Uruvyaro rw’Imana+. Namwe mutegerezwa kwirinda ku bijanye n’agatima mufise*+, kandi ntihagire n’umwe ahemukira umugore wo mu buto bwiwe+. 16 Kuko yanse ukwahukana+,” ni ko Yehova ya Mana ya Isirayeli avuze, “akanka n’uwujuje impuzu yiwe ubukazi+,” ni ko Yehova nyen’ingabo avuze. “Mutegerezwa kwirinda ku bijanye n’agatima mufise, kandi mutegerezwa kudahemuka+.

17 “Mwaruhije Yehova n’amajambo yanyu+, hanyuma muvuga ngo: ‘Ni gute twamuruhije?’ Ni mu kuba muvuga ngo: ‘Umuntu wese akora ikibi ni mwiza mu maso ya Yehova, kandi mwene abo baramuhimbara+’; canke ngo: ‘Ya Mana y’ubutungane iri hehe+?’”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika