Zaburi 117 Shemeze Yehova, mwa mahanga mwese+;Nimumukeze, yemwe miryango mwese+! 2 Kuko ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe bwabaye ubw’inkomezi kuri twebwe+;Kandi ukuri+ kwa Yehova ni ukwo gushika igihe kitagira urugero.Shemeze Ya+!