ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 59
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yesaya 59:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 18:14; Gh 11:23; Yes 50:2
  • +Zb 55:1; 71:2; 116:1

Yesaya 59:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 15:29; Yes 50:1; Yr 5:25
  • +Gus 31:17; 32:20; Yes 57:17; Ezk 39:23; Mik 3:4

Yesaya 59:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 1:15; Yr 2:34; Ezk 7:23; Ivk 7:52
  • +Yr 7:9; Ezk 13:8
  • +Hs 7:2; Mik 6:12

Yesaya 59:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 5:1; Ezk 22:30; Mik 7:2
  • +Zb 62:10; Yes 30:12
  • +Zb 62:4
  • +Img 4:16; Mik 2:1; Yak 1:15

Yesaya 59:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 8:14
  • +Mt 3:7; 12:34; 23:33

Yesaya 59:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 57:12; 64:6; Ivh 3:17
  • +Yr 6:7; Am 3:10; Mik 6:12

Yesaya 59:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 1:16; Rm 3:15
  • +Yr 22:17; Ezk 9:9; Mt 23:35
  • +Img 15:26
  • +Zb 58:2; Rm 3:16

Yesaya 59:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 3:17; Lk 1:79
  • +Yes 5:7; Yr 5:1
  • +Yes 59:15; Am 6:12; Hab 1:4
  • +Yes 48:22; Yr 8:15

Yesaya 59:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 5:30; 8:22

Yesaya 59:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:29; Img 4:19; 1Yh 2:11
  • +Int 3:6

Yesaya 59:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 38:14
  • +Yes 59:8
  • +Zb 85:9; 119:155

Yesaya 59:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 1:5; Ezk 5:6; 1Ts 2:15
  • +Yr 14:7; Hs 5:5
  • +Ezr 9:13; Neh 9:33; Dn 9:5

Yesaya 59:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 78:36; Yes 32:6
  • +Yes 31:6; Yr 17:13; Heb 3:12
  • +Yr 5:23; Mt 12:34

Yesaya 59:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 82:2; Hab 1:4
  • +Ums 3:16; Yes 5:23
  • +Zb 12:2

Yesaya 59:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 48:1; Hs 4:1
  • +Zb 17:9; Am 4:1
  • +Mik 3:2

Yesaya 59:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 106:23; Ezk 22:30
  • +Zb 98:1; Yr 32:17

Yesaya 59:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 29:14; Yes 11:5
  • +Ef 6:17; 1Ts 5:8
  • +Gus 32:35; Zb 94:1; Heb 10:30
  • +Yb 29:14

Yesaya 59:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 34:11; Zb 18:24; 62:12; Yr 17:10; Mt 16:27; Rm 2:6
  • +Zb 21:9; Yes 1:24; Int 4:11; Ezk 5:13; Lk 19:27
  • +Yes 41:1, 5

Yesaya 59:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 22:27; 102:15
  • +Yes 49:12; Mal 1:11
  • +Yes 30:28; Zk 4:6

Yesaya 59:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 48:17
  • +Yes 62:11
  • +Gus 30:3; Rm 11:26

Yesaya 59:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 49:8; Yr 31:33; Rm 11:27; Heb 8:6
  • +Yes 11:2; Yoh 1:33
  • +Yes 51:16; Yr 31:34; Yoh 7:16
  • +Yes 66:22

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yes. 59:1It 18:14; Gh 11:23; Yes 50:2
Yes. 59:1Zb 55:1; 71:2; 116:1
Yes. 59:2Img 15:29; Yes 50:1; Yr 5:25
Yes. 59:2Gus 31:17; 32:20; Yes 57:17; Ezk 39:23; Mik 3:4
Yes. 59:3Yes 1:15; Yr 2:34; Ezk 7:23; Ivk 7:52
Yes. 59:3Yr 7:9; Ezk 13:8
Yes. 59:3Hs 7:2; Mik 6:12
Yes. 59:4Yr 5:1; Ezk 22:30; Mik 7:2
Yes. 59:4Zb 62:10; Yes 30:12
Yes. 59:4Zb 62:4
Yes. 59:4Img 4:16; Mik 2:1; Yak 1:15
Yes. 59:5Yb 8:14
Yes. 59:5Mt 3:7; 12:34; 23:33
Yes. 59:6Yes 57:12; 64:6; Ivh 3:17
Yes. 59:6Yr 6:7; Am 3:10; Mik 6:12
Yes. 59:7Img 1:16; Rm 3:15
Yes. 59:7Yr 22:17; Ezk 9:9; Mt 23:35
Yes. 59:7Img 15:26
Yes. 59:7Zb 58:2; Rm 3:16
Yes. 59:8Img 3:17; Lk 1:79
Yes. 59:8Yes 5:7; Yr 5:1
Yes. 59:8Yes 59:15; Am 6:12; Hab 1:4
Yes. 59:8Yes 48:22; Yr 8:15
Yes. 59:9Yes 5:30; 8:22
Yes. 59:10Gus 28:29; Img 4:19; 1Yh 2:11
Yes. 59:10Int 3:6
Yes. 59:11Yes 38:14
Yes. 59:11Yes 59:8
Yes. 59:11Zb 85:9; 119:155
Yes. 59:12Yes 1:5; Ezk 5:6; 1Ts 2:15
Yes. 59:12Yr 14:7; Hs 5:5
Yes. 59:12Ezr 9:13; Neh 9:33; Dn 9:5
Yes. 59:13Zb 78:36; Yes 32:6
Yes. 59:13Yes 31:6; Yr 17:13; Heb 3:12
Yes. 59:13Yr 5:23; Mt 12:34
Yes. 59:14Zb 82:2; Hab 1:4
Yes. 59:14Ums 3:16; Yes 5:23
Yes. 59:14Zb 12:2
Yes. 59:15Yes 48:1; Hs 4:1
Yes. 59:15Zb 17:9; Am 4:1
Yes. 59:15Mik 3:2
Yes. 59:16Zb 106:23; Ezk 22:30
Yes. 59:16Zb 98:1; Yr 32:17
Yes. 59:17Yb 29:14; Yes 11:5
Yes. 59:17Ef 6:17; 1Ts 5:8
Yes. 59:17Gus 32:35; Zb 94:1; Heb 10:30
Yes. 59:17Yb 29:14
Yes. 59:18Yb 34:11; Zb 18:24; 62:12; Yr 17:10; Mt 16:27; Rm 2:6
Yes. 59:18Zb 21:9; Yes 1:24; Int 4:11; Ezk 5:13; Lk 19:27
Yes. 59:18Yes 41:1, 5
Yes. 59:19Zb 22:27; 102:15
Yes. 59:19Yes 49:12; Mal 1:11
Yes. 59:19Yes 30:28; Zk 4:6
Yes. 59:20Yes 48:17
Yes. 59:20Yes 62:11
Yes. 59:20Gus 30:3; Rm 11:26
Yes. 59:21Yes 49:8; Yr 31:33; Rm 11:27; Heb 8:6
Yes. 59:21Yes 11:2; Yoh 1:33
Yes. 59:21Yes 51:16; Yr 31:34; Yoh 7:16
Yes. 59:21Yes 66:22
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
Bibiliya y’isi nshasha
Yesaya 59:1-21

Yesaya

59 Raba! Ukuboko kwa Yehova ntikwabaye kugufi cane ku buryo kudashobora gukiza+, canke ngo ugutwi kwiwe kuremere cane ku buryo kudashobora kwumva+. 2 Oya, ahubwo amakosa yanyu ni yo yabaye ibibatandukanya n’Imana yanyu+, kandi ibicumuro vyanyu ni vyo vyatumye muhishwa mu maso hayo ngo ntiyumve+. 3 Kuko ibiganza vyanyu vyandujwe n’amaraso+, intoke zanyu na zo zikanduzwa n’ikosa. Iminwa yanyu yavuze ibinyoma+. Ururimi rwanyu rwagumye ruvugira mu ntamatama ibitagororotse+. 4 Nta n’umwe asemerera mu bugororotsi+, habe n’umwe yagiye kwitwara abigize mu bwizigirwa. Hizigiwe ibintu bitabaho+, havugwa ibitagira mvura+. Hasamwe inda y’ivyago, havyarwa ibibabaza+.

5 Baberuye amagi y’inzoka y’ubumara, baguma bajisha inzu y’igitangurirwa+. Uwo wese yarya ku magi yabo yarapfa, kandi irigi ryamenwa ryavamwo imamba+. 6 Inzu y’igitangurirwa yabo ntizobabera impuzu, canke ngo bipfuke ibikorwa vyabo+. Ibikorwa vyabo ni ibikorwa bibi, kandi ibikorwa vy’ubukazi biri mu biganza vyabo+. 7 Ibirenge vyabo biguma vyirukira ikibi gusa+, kandi bihutira gusesa amaraso y’intungane+. Ivyiyumviro vyabo ni ivyiyumviro bibi+; ukunyaga n’ugusenyuka biri mu mayira yabo y’ibirari+. 8 Inzira y’amahoro+ barayirengagije, kandi nta butungane buri mu mihora yabo+. Amabarabara yabo barayihetarikiye+. Nta wuyagenderamwo n’umwe azogenda amenye amahoro+.

9 Ni co gituma ubutungane bwagiye kure yacu, n’ubugororotsi ntibuduhamvye. Tuguma twiteze umuco, mugabo ehe, tubona umwiza; tuguma twiteze ukwakaka, mugabo twagumye tugendera mu muzimagiza w’urudaca+. 10 Tuguma dukabakaba uruhome nk’impumyi, tukaguma dukabakaba nk’abatagira amaso+. Twatsitaye ku mutaga w’amaminangohe nko mu gahwibi; mu bantu b’indyamunyu tumeze nk’abapfuye+. 11 Tuguma tunihagira twese nk’idubu; tuguma tuguguza nk’inuma turi mu kababaro+. Twagumye twiteze ubutungane+, mugabo nta bwabonetse; twagumye twiteze ubukiriro, mugabo bwagumye kure yacu+. 12 Kuko imigararizo yacu yagwiriye imbere yawe+; nayo ibicumuro vyacu, kimwe cose caratwagirije+. Kuko imigararizo yacu iri kumwe natwe; nayo amakosa yacu, turayazi neza+. 13 Harabaye ukugabitanya n’ukwihakana Yehova+; twarasubiye inyuma tuva ku Mana yacu, tuvuga ivy’agahahazo n’umugararizo+, turiyumvira twongera tuvugira mu ntamatama amajambo y’ikinyoma, bivuye mu mutima+. 14 Ubutungane bwahatiwe gusubira inyuma+, ubugororotsi na bwo buguma bwihagarariye kure+. Kuko ukuri kwatsitaye mu kibanza ca bose, kandi ikigororotse ntigishobora kwinjira+. 15 Ukuri kurabuze+, kandi uwukevya agaheba ububi wese aranyagwa+.

Kandi Yehova yarabibonye, biba bibi mu maso yiwe kubona ata butungane bwariho+. 16 Abonye ko ata muntu ariho, aca ajorezwa no kubona ko ata n’umwe ahaserutse+. Maze ukuboko kwiwe gutangura gukiza ku bwiwe, kandi ubugororotsi bwiwe ni bwo bwamushigikira+. 17 Nuko yambara ubugororotsi nk’ikoti y’ivyuma+, n’inkofero y’ubukiriro ku mutwe wiwe+. Vyongeye, yambara nk’ivyambarwa impuzu z’ukwihora+, yitwikira umwete nk’umwitero utagira amaboko+. 18 Yisunze ivyo umuntu akora, azotanga impera bikwiranye+, ubushangashirwe ku barwanizi biwe, agirire abansi biwe ivyo babereye+. Amazinga azoyahemba ivyo abereye+. 19 Kandi bazotangura gutinya izina rya Yehova uhereye i burengerazuba+, batinye ubuninahazwa bwiwe uhereye i burasirazuba+, kuko azoza nk’uruzi ruteza amarushwa rujanywe n’impwemu ya Yehova+.

20 “Umucunguzi+ ntazobura kuza kuri Siyoni+, no ku bahindukira bakava mu bigabitanyo muri Yakobo+,” ni ko Yehova avuze.

21 “Nayo jewe, iri ni ryo sezerano ngiranye na bo+,” ni ko Yehova avuze.

“Impwemu yanje iri kuri wewe+ be n’amajambo yanje nashize mu kanwa kawe+—ntibizokurwa mu kanwa kawe canke mu kanwa k’uruvyaro rwawe, canke mu kanwa k’uruvyaro rw’uruvyaro rwawe,” ni ko Yehova avuze, “guhera ubu no gushika igihe kitagira urugero+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika