ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 6
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yesaya 6:1

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ijambo ku rindi ni “ibice vyo hepfo vy’impuzu yiwe.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 26:23
  • +Kv 33:20; Gus 4:12, 15; Yoh 1:18; 4:24
  • +1Bm 22:19
  • +Dn 7:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Niwiyegereze, rup. 26

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/2011, rup. 26

Yesaya 6:2

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 6:6
  • +Kv 3:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/2011, rup. 26

Yesaya 6:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 15:11; Hab 1:13; Ivh 4:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/2011, rup. 26

Yesaya 6:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 26:14
  • +Ivh 15:8

Yesaya 6:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 14:4
  • +Yes 29:13; Yak 3:2
  • +It 32:30; Kv 33:20; Abc 6:22; 13:22; Yoh 1:18; 4:24

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Niwiyegereze, rup. 32-34

Yesaya 6:6

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 10:2
  • +Ivh 8:5

Yesaya 6:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 1:9; Dn 10:16
  • +Zb 51:2; Mik 7:18; Zk 3:4

Yesaya 6:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 1:26; 3:22; Yoh 1:2
  • +1Sm 3:8; Zb 110:3; Mt 4:20

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/10/2012, rup. 29-30

    1/12/2006, rup. 9

Yesaya 6:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 44:18; Yr 5:21; Mt 13:14; Lk 8:10; Ivk 28:26

Yesaya 6:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 7:3; 1Sm 6:6; Ezk 3:7; 2Kr 2:16
  • +Yr 6:10; Zk 7:11; Yoh 3:20; Ivk 28:27
  • +1Sm 2:25; Mt 13:15

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 242

Yesaya 6:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 74:10; 94:3
  • +2Ng 36:21; Yes 1:7; 3:26; 24:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/2006, rup. 9

Yesaya 6:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 25:11; Yr 52:28

Yesaya 6:13

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ijambo ku rindi ni “urubuto.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 10:20; Rm 9:27
  • +Rm 11:7
  • +Mt 3:10
  • +It 22:18; Rm 11:5; Gl 3:16, 29

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yes. 6:12Ng 26:23
Yes. 6:1Kv 33:20; Gus 4:12, 15; Yoh 1:18; 4:24
Yes. 6:11Bm 22:19
Yes. 6:1Dn 7:9
Yes. 6:2Yes 6:6
Yes. 6:2Kv 3:6
Yes. 6:3Kv 15:11; Hab 1:13; Ivh 4:8
Yes. 6:4Img 26:14
Yes. 6:4Ivh 15:8
Yes. 6:5Yb 14:4
Yes. 6:5Yes 29:13; Yak 3:2
Yes. 6:5It 32:30; Kv 33:20; Abc 6:22; 13:22; Yoh 1:18; 4:24
Yes. 6:6Ezk 10:2
Yes. 6:6Ivh 8:5
Yes. 6:7Yr 1:9; Dn 10:16
Yes. 6:7Zb 51:2; Mik 7:18; Zk 3:4
Yes. 6:8It 1:26; 3:22; Yoh 1:2
Yes. 6:81Sm 3:8; Zb 110:3; Mt 4:20
Yes. 6:9Yes 44:18; Yr 5:21; Mt 13:14; Lk 8:10; Ivk 28:26
Yes. 6:10Kv 7:3; 1Sm 6:6; Ezk 3:7; 2Kr 2:16
Yes. 6:10Yr 6:10; Zk 7:11; Yoh 3:20; Ivk 28:27
Yes. 6:101Sm 2:25; Mt 13:15
Yes. 6:11Zb 74:10; 94:3
Yes. 6:112Ng 36:21; Yes 1:7; 3:26; 24:1
Yes. 6:122Bm 25:11; Yr 52:28
Yes. 6:13Yes 10:20; Rm 9:27
Yes. 6:13Rm 11:7
Yes. 6:13Mt 3:10
Yes. 6:13It 22:18; Rm 11:5; Gl 3:16, 29
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
Bibiliya y’isi nshasha
Yesaya 6:1-13

Yesaya

6 Ariko jewe, mu mwaka Umwami Uziya yapfa+, mbona Yehova+ yicaye ku ntebe y’ubwami+ ikirurutse kandi ishizwe hejuru, kandi impuzu yiwe* yari yuzuye urusengero+. 2 Abaserafi* bari bahagaze hejuru yiwe+. Umwe wese yari afise amababa atandatu. Abiri yaguma ayapfukishije mu maso hiwe+, yandi abiri akaguma ayapfukishije ibirenge vyiwe, yandi abiri na yo akayagurukisha. 3 Uyu yarahamagara uriya ati: “Mweranda, mweranda, mweranda ni Yehova nyen’ingabo+. Ubuninahazwa bwiwe bunengesereye isi yose.” 4 Amasonga+ yo kuzungurukirako y’aminjiriro atangura kudegedwa humvikanye ijwi ry’uwariko ahamagara, inzu na yo ubwayo yuzura umwotsi+.

5 Nanje mvuga nti: “Ndigorewe! Kuko mbaye nk’uwunumijwe, kubera ko ndi umuntu w’iminwa ihumanye+, nkaba mba mu bantu b’iminwa ihumanye+; kuko amaso yanje abonye Umwami, Yehova nyen’ingabo, ubwiwe+!”

6 Kuri ivyo, umwe muri ba baserafi araguruka aza aho ndi, kandi mu kuboko kwiwe hari ikara rirurumba+ yari yatoje udupensi ku gicaniro*+. 7 Araheza ankora ku munwa+, avuga ati: “Raba! Iki kirakoze ku minwa yawe, kandi ikosa ryawe ryagiye, n’igicumuro cawe kirahongewe+.”

8 Ntangura kwumva ijwi rya Yehova rivuga riti: “Ntume nde, kandi ni nde atugira+?” Ndaheza mvuga nti: “Ndi hano! Ntuma+.” 9 Abandanya kuvuga ati: “Genda, ubwire aba bantu uti: ‘Nimwumve yemwe incuro n’izindi, ariko ntimutegere; kandi mubone incuro n’izindi, ariko ntihagire ico mumenya+.’ 10 Umutima w’aba bantu nuwudadaze+, amatwi yabo uyakomantaze+, umatanye amaso yabo, kugira ntibaboneshe amaso yabo, n’amatwi yabo ntibayumvishe, no kugira ngo umutima wabo ntutegere, no kugira ntibahindukire koko ngo bakizwe+.”

11 Kuri ivyo mvuga nti: “Kugeza ryari ga Yehova+?” Maze avuga ati: “Gushika ibisagara bihomvaguritse koko, bigasigara ata wubibamwo, n’amazu agasigara ata muntu yakuwe mw’ivu ayabamwo, n’ubutaka bugatikizwa bugacika umusaka+; 12 gushika Yehova yigije kure koko abantu bakuwe mw’ivu, n’ugutabwa kugacika koko ugukomeye hagati mu gihugu+. 13 Kandi muri co hazogumaho ic’icumi+, kandi kizotegerezwa kwongera gucika ikintu co gutongorwa, nka kurya kw’igiti kinini n’uruti rusagaraye bigira igishitsi+ iyo vyiciwe+; uruvyaro* rweranda ni rwo ruzoba igishitsi caco+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika