ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 91
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi 91:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 18:11; 27:5; 31:20
  • +Zb 32:7; 83:18
  • +Zb 36:7; 57:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/2/2010, rup. 26-27

    15/1/2010, rup. 9-10

    15/7/2006, rup. 13

    1/12/2001, rup. 14

Zaburi 91:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 32:30; Zb 18:2; Img 18:10
  • +Zb 62:8; Img 3:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2010, rup. 9-10

    1/12/2001, rup. 14

Zaburi 91:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 22:10; Zb 124:7
  • +2Sm 24:15

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2010, rup. 9-10

    1/10/2007, rup. 26

    1/12/2001, rup. 14

Zaburi 91:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 5:11
  • +Kv 19:4; Gus 32:11; Rs 2:12; Zb 17:8; 57:1; 61:4
  • +Zb 40:11; 57:3; 61:7; 86:15; Img 20:28
  • +It 15:1; Zb 84:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/10/2002, rup. 12

    1/12/2001, rup. 14-15

Zaburi 91:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 121:4, 6; Img 3:23; Yes 43:2; 60:2
  • +Zb 64:3; Yes 54:17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/2001, rup. 15-16

Zaburi 91:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mal 4:2
  • +Yb 11:17; Yr 6:4; 15:8; 20:16

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2010, rup. 10

    1/12/2001, rup. 15-16

Zaburi 91:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 12:13; Zb 103:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/2001, rup. 16-17

Zaburi 91:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 37:34; Mal 1:5
  • +Yes 3:11; Mal 3:18

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/2001, rup. 16-17

Zaburi 91:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 142:5
  • +Zb 71:3; 90:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/2001, rup. 17

Zaburi 91:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 121:7; Img 12:21
  • +Gus 7:15; Heb 11:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/2001, rup. 17

Zaburi 91:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 6:17; Zb 34:7; Mt 18:10; Lk 4:10
  • +Kv 23:20; 32:34; Heb 1:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2010, rup. 10

    1/12/2001, rup. 17

Zaburi 91:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 63:9
  • +Zb 37:24; Mt 4:6; 1Pt 2:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/2001, rup. 17

Zaburi 91:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 49:17; Lk 10:19
  • +Yr 51:34; Ivh 12:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2011, rup. 26-27

    1/10/2007, rup. 26

    1/12/2001, rup. 17-18

Zaburi 91:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 6:5; Mr 12:30; 1Yh 4:19
  • +Zb 18:2
  • +Zb 9:10; Img 18:10; Yr 16:21; Yoh 17:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 14

    Umunara w’Inderetsi,

    15/2/2014, rup. 17

    1/7/2010, rup. 3

    1/12/2001, rup. 18

Zaburi 91:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 10:17; 50:15; Rm 10:13; Heb 5:7
  • +Zb 138:7; Yes 43:2
  • +1Sm 2:30; 1Pt 1:21

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/2001, rup. 18

Zaburi 91:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 21:4; 36:9; Img 3:2
  • +Img 21:31; Yes 45:17; Lk 2:30

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/2001, rup. 18

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 91:1Zb 18:11; 27:5; 31:20
Zab. 91:1Zb 32:7; 83:18
Zab. 91:1Zb 36:7; 57:1
Zab. 91:2Gus 32:30; Zb 18:2; Img 18:10
Zab. 91:2Zb 62:8; Img 3:5
Zab. 91:3Yb 22:10; Zb 124:7
Zab. 91:32Sm 24:15
Zab. 91:4Zb 5:11
Zab. 91:4Kv 19:4; Gus 32:11; Rs 2:12; Zb 17:8; 57:1; 61:4
Zab. 91:4Zb 40:11; 57:3; 61:7; 86:15; Img 20:28
Zab. 91:4It 15:1; Zb 84:11
Zab. 91:5Zb 121:4, 6; Img 3:23; Yes 43:2; 60:2
Zab. 91:5Zb 64:3; Yes 54:17
Zab. 91:6Mal 4:2
Zab. 91:6Yb 11:17; Yr 6:4; 15:8; 20:16
Zab. 91:7Kv 12:13; Zb 103:3
Zab. 91:8Zb 37:34; Mal 1:5
Zab. 91:8Yes 3:11; Mal 3:18
Zab. 91:9Zb 142:5
Zab. 91:9Zb 71:3; 90:1
Zab. 91:10Zb 121:7; Img 12:21
Zab. 91:10Gus 7:15; Heb 11:9
Zab. 91:112Bm 6:17; Zb 34:7; Mt 18:10; Lk 4:10
Zab. 91:11Kv 23:20; 32:34; Heb 1:14
Zab. 91:12Yes 63:9
Zab. 91:12Zb 37:24; Mt 4:6; 1Pt 2:8
Zab. 91:13It 49:17; Lk 10:19
Zab. 91:13Yr 51:34; Ivh 12:9
Zab. 91:14Gus 6:5; Mr 12:30; 1Yh 4:19
Zab. 91:14Zb 18:2
Zab. 91:14Zb 9:10; Img 18:10; Yr 16:21; Yoh 17:3
Zab. 91:15Zb 10:17; 50:15; Rm 10:13; Heb 5:7
Zab. 91:15Zb 138:7; Yes 43:2
Zab. 91:151Sm 2:30; 1Pt 1:21
Zab. 91:16Zb 21:4; 36:9; Img 3:2
Zab. 91:16Img 21:31; Yes 45:17; Lk 2:30
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
Bibiliya y’isi nshasha
Zaburi 91:1-16

Zaburi

91 Uwo wese yibera ahihishije+ ha Musumbavyose+

Azokwironsa uburaro mu gitutu ca Mushoboravyose+.

 2 Nzobwira Yehova nti: “Uri ubuhungiro bwanje n’igihome canje gikomeye+,

Imana yanje nzokwizigira+.”

 3 Kuko we ubwiwe azokurokora agukize umutego w’umutezi w’inyoni+,

Agukize ikiza giteza amarushwa+.

 4 Azozibira inzira ishika aho uri akoresheje amubi yiwe+,

Kandi uzohungira munsi y’amababa yiwe+.

Ukuri kwiwe+ kuzoba inkinzo yagutse+ n’ikibambazi.

 5 Ntuzotinya ikintu na kimwe giteye ubwoba mw’ijoro+,

Canke umwampi+ uguruka ku murango,

 6 Canke ikiza kigendagenda mu muzimagiza+,

Canke agatikizo kanyaga ku mutaga+.

 7 Igihumbi bazogwa iruhande yawe,

Ibihumbi cumi na bo iburyo bwawe;

Wewe ntibizokwegera+.

 8 Uzorabisha amaso gusa+

Wibonere agahembo k’ababisha+.

 9 Kubera ko wavuze uti: “Yehova ni ubuhungiro bwanje+,”

Wagize Musumbavyose ubwiwe aho uba+;

10 Nta cago kizogushikira+,

Eka nta n’ikiza kizokwegēra ihema ryawe+.

11 Kuko azoha abamarayika biwe itegeko ku bikwerekeye+,

Ngo bakurinde mu nzira zawe zose+.

12 Bazokurerura mu maboko yabo+,

Ngo ntihagire ibuye ukubitako ikirenge+.

13 Uzohonyanga intambwe y’umukangara be n’imvuvyi+;

Uzokandagira intambwe y’umukangara y’umugāra na ca kiyoka kinini+.

14 Ko yanyiyumvisemwo+,

Nanje rero nzomukiza+.

Nzomukingira kuko yamenye izina ryanje+.

15 Azonyambaza, nanje ndamwishure+.

Nzobana na we mu marushwa+.

Nzomutabara, ndamuninahaze+.

16 Nzomuhaza ubwinshi bw’imisi+,

Ntume abona ubukiriro bwanje+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika