ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezekiyeli 34
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Ezekiyeli 34:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 23:1; Mik 3:1, 11; Zf 3:3; Zk 11:17; Mt 23:13
  • +Yud 12
  • +Yes 40:11; Yoh 21:15

Ezekiyeli 34:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 56:11
  • +Ezk 34:20
  • +2Bm 21:16; Yr 22:17; Mik 3:3; Zk 11:5

Ezekiyeli 34:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zk 11:16; Mt 9:36
  • +Mt 10:6; Lk 15:4
  • +Yr 22:13

Ezekiyeli 34:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 22:17; Yr 23:2; 50:6; Mt 9:36; Mr 6:34
  • +Yes 56:9; Yr 23:1

Ezekiyeli 34:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 7:16
  • +Zb 23:1

Ezekiyeli 34:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yud 12

Ezekiyeli 34:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 13:8; Zk 10:3
  • +Yr 52:24, 27
  • +1Sm 2:29
  • +Zb 72:12

Ezekiyeli 34:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 80:1; Yes 56:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nugaruke kuri Yehova, rup. 4

Ezekiyeli 34:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 17:35
  • +Yes 40:11
  • +Ezk 30:3; Yw 2:2; Zf 1:15

Ezekiyeli 34:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Pt 2:25
  • +Zb 106:47; Yes 65:9; Yr 23:3; 30:3; Ezk 11:17; 28:25; Am 9:14
  • +Mik 7:14

Ezekiyeli 34:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 23:2; Yes 25:6; 30:23; Yr 31:12
  • +Yr 33:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nugaruke kuri Yehova, rup. 5

Ezekiyeli 34:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 23:1; Yr 3:15
  • +Zf 3:13

Ezekiyeli 34:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mik 4:6; Mt 15:24; Lk 15:4
  • +Gus 32:15; Yes 10:16; Am 4:1
  • +Yes 49:26; Yr 9:15

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nugaruke kuri Yehova, rup. 5

Ezekiyeli 34:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 34:6; Yr 51:40; Zk 10:3; Mt 25:33

Ezekiyeli 34:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mik 2:2

Ezekiyeli 34:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zk 11:5, 16; Lk 13:14

Ezekiyeli 34:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 72:12; Yes 40:11; Yr 23:3; Zk 11:7

Ezekiyeli 34:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ums 12:11; Yr 23:4; Yoh 10:11; Heb 13:20; 1Pt 5:4; Ivh 7:17
  • +Yes 11:1; 55:3; Yr 30:9
  • +Ezk 37:24; Hs 3:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/4/2007, rup. 26

Ezekiyeli 34:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 17:7; Kv 29:45; Yr 31:1; Zk 13:9
  • +Zb 2:6; Yes 9:6; Yr 23:5; Mik 5:2; Lk 1:32; Ivk 5:31

Ezekiyeli 34:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 55:3; Ezk 37:26
  • +Lw 26:6; Yes 11:6; 35:9; 65:25; Hs 2:18
  • +Zb 4:8; Yr 23:6; 33:16

Ezekiyeli 34:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 56:7; Ezk 20:40; Mik 4:1
  • +It 12:2; Lw 26:4; Gus 28:12; Zb 68:9; Img 10:22; Zk 8:13; Mal 3:10

Ezekiyeli 34:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:4; Yes 35:2; 55:12
  • +Zb 85:12; Ezk 36:30
  • +Lw 25:18
  • +Lw 26:13; Yr 2:20; Ezk 30:18
  • +Yr 25:14

Ezekiyeli 34:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 30:10; Ezk 36:4
  • +Yr 46:27

Ezekiyeli 34:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 72:7; Yes 11:1
  • +Ezk 36:29
  • +Ezk 36:15

Ezekiyeli 34:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 46:7; Ezk 37:27
  • +Rm 9:25

Ezekiyeli 34:31

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 78:52; 100:3; Yes 40:11; 1Pt 5:2

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ezk. 34:2Yr 23:1; Mik 3:1, 11; Zf 3:3; Zk 11:17; Mt 23:13
Ezk. 34:2Yud 12
Ezk. 34:2Yes 40:11; Yoh 21:15
Ezk. 34:3Yes 56:11
Ezk. 34:3Ezk 34:20
Ezk. 34:32Bm 21:16; Yr 22:17; Mik 3:3; Zk 11:5
Ezk. 34:4Zk 11:16; Mt 9:36
Ezk. 34:4Mt 10:6; Lk 15:4
Ezk. 34:4Yr 22:13
Ezk. 34:51Bm 22:17; Yr 23:2; 50:6; Mt 9:36; Mr 6:34
Ezk. 34:5Yes 56:9; Yr 23:1
Ezk. 34:6Ezk 7:16
Ezk. 34:6Zb 23:1
Ezk. 34:8Yud 12
Ezk. 34:10Ezk 13:8; Zk 10:3
Ezk. 34:10Yr 52:24, 27
Ezk. 34:101Sm 2:29
Ezk. 34:10Zb 72:12
Ezk. 34:11Zb 80:1; Yes 56:8
Ezk. 34:121Sm 17:35
Ezk. 34:12Yes 40:11
Ezk. 34:12Ezk 30:3; Yw 2:2; Zf 1:15
Ezk. 34:131Pt 2:25
Ezk. 34:13Zb 106:47; Yes 65:9; Yr 23:3; 30:3; Ezk 11:17; 28:25; Am 9:14
Ezk. 34:13Mik 7:14
Ezk. 34:14Zb 23:2; Yes 25:6; 30:23; Yr 31:12
Ezk. 34:14Yr 33:12
Ezk. 34:15Zb 23:1; Yr 3:15
Ezk. 34:15Zf 3:13
Ezk. 34:16Mik 4:6; Mt 15:24; Lk 15:4
Ezk. 34:16Gus 32:15; Yes 10:16; Am 4:1
Ezk. 34:16Yes 49:26; Yr 9:15
Ezk. 34:17Yes 34:6; Yr 51:40; Zk 10:3; Mt 25:33
Ezk. 34:18Mik 2:2
Ezk. 34:21Zk 11:5, 16; Lk 13:14
Ezk. 34:22Zb 72:12; Yes 40:11; Yr 23:3; Zk 11:7
Ezk. 34:23Ums 12:11; Yr 23:4; Yoh 10:11; Heb 13:20; 1Pt 5:4; Ivh 7:17
Ezk. 34:23Yes 11:1; 55:3; Yr 30:9
Ezk. 34:23Ezk 37:24; Hs 3:5
Ezk. 34:24It 17:7; Kv 29:45; Yr 31:1; Zk 13:9
Ezk. 34:24Zb 2:6; Yes 9:6; Yr 23:5; Mik 5:2; Lk 1:32; Ivk 5:31
Ezk. 34:25Yes 55:3; Ezk 37:26
Ezk. 34:25Lw 26:6; Yes 11:6; 35:9; 65:25; Hs 2:18
Ezk. 34:25Zb 4:8; Yr 23:6; 33:16
Ezk. 34:26Yes 56:7; Ezk 20:40; Mik 4:1
Ezk. 34:26It 12:2; Lw 26:4; Gus 28:12; Zb 68:9; Img 10:22; Zk 8:13; Mal 3:10
Ezk. 34:27Lw 26:4; Yes 35:2; 55:12
Ezk. 34:27Zb 85:12; Ezk 36:30
Ezk. 34:27Lw 25:18
Ezk. 34:27Lw 26:13; Yr 2:20; Ezk 30:18
Ezk. 34:27Yr 25:14
Ezk. 34:28Yr 30:10; Ezk 36:4
Ezk. 34:28Yr 46:27
Ezk. 34:29Zb 72:7; Yes 11:1
Ezk. 34:29Ezk 36:29
Ezk. 34:29Ezk 36:15
Ezk. 34:30Zb 46:7; Ezk 37:27
Ezk. 34:30Rm 9:25
Ezk. 34:31Zb 78:52; 100:3; Yes 40:11; 1Pt 5:2
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
Bibiliya y’isi nshasha
Ezekiyeli 34:1-31

Ezekiyeli

34 Ijambo rya Yehova ryongera kunzako, riti: 2 “Mwana w’umuntu, vuga ubuhanuzi bwagiriza abungere ba Isirayeli. Vuga ubuhanuzi, ubabwire, ubwire nya bungere, uti: ‘Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Baragowe abungere ba Isirayeli+ bacitse abigaburira ubwabo+! Mbega umukuku si wo abungere bakwiye kugaburira+? 3 Ikinure ni co mwirira+, ubwoya akaba ari bwo mwiyambarira. Igitungwa kidoshe+ ni co mukerera+. Umukuku wowo ntimuwugaburira. 4 Iziri ku musego ntimwazikomeje+, iyirwaye ntimwayikijije, iyavunitse ntimwayitubitse, iyangajwe ntimwayigarukanye, iyatakaye na yo ntimwayirondeye+, mugabo mwaziganzishije ugukara, emwe, umukazo+. 5 Amaherezo zarasanzaye kubera ata mwungere yariho+, ku buryo zicika indya z’ibikoko vyose vyo mu gahinga, kandi zibandanya gusanzara+. 6 Intama zanje zagumye zizimira ku misozi yose no ku murambi wose ukirurutse+; intama zanje+ zasanzarijwe kw’isi yose, ntihagira n’umwe aja kuzirondera, ntihagira n’umwe yitaho kuzirondera.

7 “‘“None rero mwa bungere, nimwumve ijambo rya Yehova: 8 ‘“Ndahiye ukubaho kwanje,” ni ko Umukama Segaba Yehova avuze, “ni ukuri, ko intama zanje zacitse ikintu co gusahurwa, zikabandanya kuba indya z’ibikoko vyose vyo mu gahinga, kuko ata mwungere yariho, kandi abungere banje ntibarondere intama zanje, mugabo bakaguma bigaburira ubwabo+, ntibagaburire intama zanje,”’ 9 nimwumve rero mwa bungere ijambo rya Yehova. 10 Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Ehe ngira ndwanye abo bungere+, kandi nzokwishuza koko intama zanje mu kuboko kwabo, ndababuze kubandanya bagaburira intama zanje+, kandi abo bungere ntibazokwongera kwigaburira ubwabo+; nanje nzokiza intama zanje ndazikure mu kanwa kabo, kandi ntizizoba indya zabo+.’”

11 “‘Kuko ibi ari vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Ehe ndi hano, jewe ubwanje, kandi nzorondera intama zanje, ndaziteho+. 12 Nka kurya uwugaburira ubusho bwiwe abwitaho+ umusi aba ari hagati mu ntama ziwe zasabagijwe+, ni ko nzokwitaho intama zanje; nzozirokora ndazikure mu bibanza vyose zasanzarijwemwo ku musi w’ibicu n’umuzimagiza w’umuzitanya+. 13 Kandi nzozikura+ mu bisata vy’abantu, ndazikoranirize hamwe ndazikuye mu bihugu, ndazizane ku butaka bwazo+, ndazigaburirire ku misozi ya Isirayeli, iruhande y’inzira z’imigezi n’iruhande y’ibibanza vyose vyo kubamwo vyo mu gihugu+. 14 Nzozigaburirira mu buragiriro bwiza, kandi ku misozi miremire ya Isirayeli ni ho zizokwibera+. Aho ni ho zizovyagira mu kibanza ciza co kubamwo+, zirishe ku misozi ya Isirayeli mu buragiriro butotahaye.”

15 “‘“Jewe ubwanje nzogaburira intama zanje+, kandi jewe ubwanje nzozivyagiza+,” ni ko Umukama Segaba Yehova avuze. 16 “Iyatakaye nzoyirondera+, iyangajwe ndayigarukane, iyavunitse ndayitubike, iyirwaye ndayikomeze, mugabo iyidoshe+ be n’iyikomeye nzozizimanganya. Iyo nzoyigaburira urubanza+.”

17 “‘Nayo mwebwe ntama zanje, ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Ehe ngira nce urubanza hagati y’intama n’iyindi, hagati y’impfizi z’intama n’amasuguru y’impene+. 18 Mbega ni ikintu gitoyi kuri mwebwe kurisha mw’iragiriro ryiza kuruta ayandi yose+ mugabo amaragiriro yanyu asigaye mukayakandagira n’ibirenge vyanyu, amazi arongorotse na yo mukinywera, mugabo ayasigaye mukayahumanya mu kuyahonyangisha ibirenge vyanyu? 19 None intama zanje, mw’iragiriro ryakandagiwe n’ibirenge vyanyu abe ari ho zirisha? Amazi yahumanijwe n’uguhonyanga kw’ibirenge vyanyu, abe ari yo zinywa?”

20 “‘Ibi rero ni vyo Umukama Segaba Yehova abwiye abo: “Ndi hano, jewe ubwanje, kandi sinzobura guca urubanza hagati y’intama idoshe n’intama yonze, 21 kuko mwagumye musunurisha ikiyunguyungu n’urutugu, iziri ku musego zose mukaguma muzisunikisha amahembe yanyu, gushika muzisanzarije hanze+. 22 Nanje nzokiza intama zanje, kandi ntizizokwongera gucika ikintu co gusahurwa+; nzoca urubanza hagati y’intama n’iyindi. 23 Nzozihagurukiriza umwungere umwe+, na we azoziragira, emwe, umusavyi wanje Dawidi+. Ni we azoziragira, kandi ni we azoba umwungere wazo+. 24 Kandi jewe Yehova nzoba Imana yazo+, umusavyi wanje Dawidi na we abe umukuru wazo hagati muri zo+. Jewe Yehova, ndavuze.

25 “‘“Nzogirana na zo isezerano ry’amahoro+, nzimanganye mu gihugu ibikoko biryana+, kandi zizokwibera vy’ukuri mu gahinga mu mutekano, zisinzire zibereye mu bibira+. 26 Zo hamwe n’ibikikije umurambi wanje nzobigira umuhezagiro+, kandi nzomanura imvura icuncubuka, ize mu gihe cayo. Hazoba imvura icuncubuka y’umuhezagiro+. 27 Igiti co mu gahinga kizotanga koko ivyamwa vyaco+, n’igihugu gitange umwimbu waco+, kandi zizokwibera ku butaka bwazo mu mutekano+. Kandi bazobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova ninavunagura imitambikwa y’ingǒgo yazo+, nkazirokora mu kuboko kw’abahora bazikoresha nk’abashumba+. 28 Ntizizokwongera gucika ikintu co gusahurwa n’amahanga+; kandi igikoko co kw’isi ntikizozirotsa, kandi zizokwibera vy’ukuri mu mutekano, ata n’umwe azijugumiza+.

29 “‘“Kandi nzozihagurukiriza umurima wa rurangiranwa+, kandi ntizizokwongera guhitanwa n’ikigoyi mu gihugu+, kandi ntizizokwongera kwikorera agateterwe gaterwa n’amahanga+. 30 ‘Kandi bazobwirizwa kumenya yuko Yehova Imana yabo ndi kumwe na bo+, kandi ko na bo ari abantu banje, inzu ya Isirayeli,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze+.”’

31 “‘Nayo mwebwe ntama zanje+, intama ndagira, muri abantu bakuwe mw’ivu. Jewe ndi Imana yanyu,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika