ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 52
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yesaya 52:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 51:17; Hg 2:4
  • +Zb 30:11; Yes 61:3
  • +Neh 11:1; Zb 48:1; Mt 4:5
  • +Yes 35:8; 60:21; Nah 1:15; Ivh 21:27

Yesaya 52:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 26:5; Yr 51:6; Zk 2:6; Ivh 18:4
  • +Yes 51:14; Lk 4:18

Yesaya 52:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 44:12; Yes 50:1
  • +Yes 45:13; 1Pt 1:18

Yesaya 52:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 46:6; Ivk 7:15

Yesaya 52:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 44:12
  • +Kv 5:14; Zb 137:3; Yr 50:17
  • +Zb 74:10; Yes 37:6; Rm 2:24; Yak 2:7

Yesaya 52:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 48:10; Ezk 20:44
  • +Gh 23:19

Yesaya 52:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ef 6:15
  • +Zb 68:11; Yes 40:9; Nah 1:15; Rm 10:15
  • +Lk 2:14; Ivk 8:4; 10:36; Gl 3:8; Ef 2:17
  • +Mt 24:14; Ivh 14:6
  • +2Kr 6:2; Ivh 7:10
  • +Gus 33:5; Zb 93:1; Yes 33:22; Mik 4:7; Ivh 11:17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/7/2005, rup. 18-19

    1/1/1998, rup. 16

    1/5/1997, rup. 19-20

    1/2/1997, rup. 3-4, 6

Yesaya 52:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 21:6, 8
  • +Yes 24:14; 62:6
  • +1Kr 13:12
  • +Zk 12:8

Yesaya 52:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 61:4
  • +Yes 66:13
  • +Yes 44:23

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/1997, rup. 20

Yesaya 52:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 89:10; Yes 51:9
  • +Zb 22:27; Yes 49:6; Lk 3:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/1997, rup. 20

Yesaya 52:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 48:20; Yr 50:8; Zk 2:6; Ivh 18:4
  • +Lw 5:2; Ezk 44:23; Hg 2:13; Ef 5:11
  • +2Kr 6:17; Ivh 18:4
  • +Lw 10:3; Gh 3:8; Ezr 1:7; 8:30

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nugume mu rukundo rw’Imana, rup. 106-107

    “Urukundo rw’Imana,” rup. 89

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 265-266

Yesaya 52:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 28:16
  • +Kv 13:21; Gus 20:4; 1Ng 14:15
  • +Yes 58:8

Yesaya 52:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 42:1; 61:1; Fp 2:7
  • +Zb 53:2
  • +Zb 2:6; 110:1; Yes 9:6; Mt 28:18

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2009, rup. 24-25

Yesaya 52:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 71:7; Mt 15:31
  • +Yoh 15:20, 25; 1Pt 2:21, 23
  • +Heb 2:9; 7:26; 10:5

Yesaya 52:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 2:2; Ivh 1:7
  • +Zb 2:10; 72:11
  • +Ivk 9:15; 10:22; Rm 10:20; 15:21

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yes. 52:1Yes 51:17; Hg 2:4
Yes. 52:1Zb 30:11; Yes 61:3
Yes. 52:1Neh 11:1; Zb 48:1; Mt 4:5
Yes. 52:1Yes 35:8; 60:21; Nah 1:15; Ivh 21:27
Yes. 52:2Yes 26:5; Yr 51:6; Zk 2:6; Ivh 18:4
Yes. 52:2Yes 51:14; Lk 4:18
Yes. 52:3Zb 44:12; Yes 50:1
Yes. 52:3Yes 45:13; 1Pt 1:18
Yes. 52:4It 46:6; Ivk 7:15
Yes. 52:5Zb 44:12
Yes. 52:5Kv 5:14; Zb 137:3; Yr 50:17
Yes. 52:5Zb 74:10; Yes 37:6; Rm 2:24; Yak 2:7
Yes. 52:6Zb 48:10; Ezk 20:44
Yes. 52:6Gh 23:19
Yes. 52:7Ef 6:15
Yes. 52:7Zb 68:11; Yes 40:9; Nah 1:15; Rm 10:15
Yes. 52:7Lk 2:14; Ivk 8:4; 10:36; Gl 3:8; Ef 2:17
Yes. 52:7Mt 24:14; Ivh 14:6
Yes. 52:72Kr 6:2; Ivh 7:10
Yes. 52:7Gus 33:5; Zb 93:1; Yes 33:22; Mik 4:7; Ivh 11:17
Yes. 52:8Yes 21:6, 8
Yes. 52:8Yes 24:14; 62:6
Yes. 52:81Kr 13:12
Yes. 52:8Zk 12:8
Yes. 52:9Yes 61:4
Yes. 52:9Yes 66:13
Yes. 52:9Yes 44:23
Yes. 52:10Zb 89:10; Yes 51:9
Yes. 52:10Zb 22:27; Yes 49:6; Lk 3:6
Yes. 52:11Yes 48:20; Yr 50:8; Zk 2:6; Ivh 18:4
Yes. 52:11Lw 5:2; Ezk 44:23; Hg 2:13; Ef 5:11
Yes. 52:112Kr 6:17; Ivh 18:4
Yes. 52:11Lw 10:3; Gh 3:8; Ezr 1:7; 8:30
Yes. 52:12Yes 28:16
Yes. 52:12Kv 13:21; Gus 20:4; 1Ng 14:15
Yes. 52:12Yes 58:8
Yes. 52:13Yes 42:1; 61:1; Fp 2:7
Yes. 52:13Zb 53:2
Yes. 52:13Zb 2:6; 110:1; Yes 9:6; Mt 28:18
Yes. 52:14Zb 71:7; Mt 15:31
Yes. 52:14Yoh 15:20, 25; 1Pt 2:21, 23
Yes. 52:14Heb 2:9; 7:26; 10:5
Yes. 52:15Zb 2:2; Ivh 1:7
Yes. 52:15Zb 2:10; 72:11
Yes. 52:15Ivk 9:15; 10:22; Rm 10:20; 15:21
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
Bibiliya y’isi nshasha
Yesaya 52:1-15

Yesaya

52 Vyuka, vyuka, ambara inkomezi zawe+, ewe Siyoni! Ambara impuzu zawe nziza+, ewe Yeruzalemu, gisagara ceranda+! Kuko uwutagenyerewe kandi ahumanye atazokwongera kuza iwawe+. 2 Ikunkumure umukungugu+, haguruka, fata icicaro, ewe Yeruzalemu! Itekurure imizana igufashe mw’izosi, ewe mukobwa wa Siyoni wagizwe imbohe+!

3 Kuko ibi ari vyo Yehova avuze: “Mwagurishijwe kuri gusa+, kandi muzocungurwa ata mahera+.”

4 Kuko ibi ari vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Ubwa mbere abantu banje bamanutse mu Misiri kubayo ari ba kavamahanga+; kandi Ashuri yabahahaje ata gituma.”

5 “None ubu, ni inyungu nki mfise ng’aha?” ni ko Yehova avuze. “Kuko abantu banje bajanywe kuri gusa+. Ababaganza bagumye baboroga+,” ni ko Yehova avuze, “kandi izina ryanje ryagumye rigawa burinda bwira+. 6 Ku bw’iyo mvo, abantu banje bazomenya izina ryanje+, emwe, bibe ku bw’iyo mvo kuri uwo musi, kuko ari je ndiko ndavuga+. Raba! Ni jewe.”

7 Ewe kuntu biteye igomwe ku misozi ibirenge+ vy’uwuzanye inkuru nziza+, uwamamaza amahoro+, uwuzanye inkuru nziza y’ikintu ciza kuruta+, uwamamaza ubukiriro+, uwubwira Siyoni ati: “Imana yawe icitse umwami+!”

8 Umviriza! Inderetsi+ zawe zashize ijwi hejuru+. Ziguma ziha akamo k’umunezero icarimwe; kuko zizobona amaso mu yandi+, igihe Yehova azogarukana Siyoni+.

9 Nimugire akamwemwe, nimwihe akamo k’umunezero icarimwe, mwa bibanza vyatikijwe vya Yeruzalemu+, kuko Yehova yahojeje abantu biwe+; yacunguye Yeruzalemu+. 10 Yehova yapfukuye ukuboko kwiwe kweranda mu maso y’amahanga yose+; kandi impera zose z’isi zitegerezwa kubona ubukiriro bw’Imana yacu+.

11 Hindukire, hindukire, veyo+, ntimukore ku gihumanye na kimwe+; sohoke muve hagati muri we+, mugume mudahumanye, mwebwe abarerura ibikoresho vyo mu nzu vya Yehova+. 12 Kuko muzosohoka ata guta umutwe, mukagenda ata guhunga+. Kuko Yehova azoba agendera imbere yanyu+, kandi Imana ya Isirayeli izobabera abacunzi b’inyuma+.

13 Raba! Umusavyi wanje+ azokorana ugutahura kwimbitse+. Azoba mu kibanza co hejuru, aduzwe koko, ashirwe hejuru cane rwose+. 14 Uko benshi bamuravye bumiwe+—kuko isura+ yiwe yononywe cane kuruta iy’uwundi muntu wese, n’ishusho+ yiwe y’agakomeye ikononwa cane kuruta iy’abana b’abantu— 15 ni ko azotera amahanga menshi guhababuka+. Kubera we, abami bazozibira akanwa kabo+, kuko bazobona koko ivyo batadondewe, kandi bazotegerezwa kurimbura ivyo batari barumvise+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika