ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Ngoma 23
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

1 Ngoma 23:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 1:1
  • +1Bm 1:33, 39; 1Ng 28:5

1 Ngoma 23:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 22:17; 28:1
  • +Kv 29:9
  • +Gh 3:6; 1Ng 13:2

1 Ngoma 23:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 4:3

1 Ngoma 23:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 26:29
  • +Gus 16:18; 2Ng 19:8

1 Ngoma 23:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 26:12
  • +1Ng 6:31; 9:33
  • +1Bm 10:12

1 Ngoma 23:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 8:14; 31:2
  • +Kv 6:16

1 Ngoma 23:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 26:21
  • +1Ng 26:22

1 Ngoma 23:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 24:4

1 Ngoma 23:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 6:18
  • +Kv 6:21
  • +Gh 3:27
  • +1Ng 6:2

1 Ngoma 23:13

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 4:14
  • +Kv 6:20, 26
  • +Kv 28:1; Heb 5:4
  • +Heb 9:7
  • +1Sm 2:28
  • +Gus 21:5
  • +Lw 9:22; Gh 6:23

1 Ngoma 23:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 90:akajambo k’intangamarara
  • +1Ng 26:24

1 Ngoma 23:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 2:22
  • +Kv 18:4

1 Ngoma 23:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 26:24

1 Ngoma 23:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 26:25

1 Ngoma 23:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 3:27
  • +1Ng 24:22

1 Ngoma 23:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 24:23

1 Ngoma 23:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 6:22

1 Ngoma 23:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 6:19
  • +Gh 26:58; 1Ng 24:30
  • +1Ng 24:28

1 Ngoma 23:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 36:11

1 Ngoma 23:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 24:30

1 Ngoma 23:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 26:58
  • +1Ng 28:13
  • +Ezr 3:8

1 Ngoma 23:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 7:1; 1Ng 22:18
  • +1Bm 8:13; Zb 135:21

1 Ngoma 23:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 4:15, 49

1 Ngoma 23:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 23:2

1 Ngoma 23:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 3:9
  • +1Bm 6:36
  • +1Ng 9:26
  • +Neh 12:45

1 Ngoma 23:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 24:6; 1Ng 9:32
  • +1Ng 9:29
  • +Kv 29:23; Lw 2:4
  • +Kv 29:2
  • +Lw 7:9
  • +Lw 7:12
  • +Lw 19:36

1 Ngoma 23:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 16:37
  • +Kv 29:39
  • +Lw 22:29; Zb 105:1; Fp 4:6
  • +1Ng 16:4; Zb 69:30; 2Kr 11:31

1 Ngoma 23:31

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 20:10
  • +Gh 10:10; Zb 81:3
  • +Lw 23:4

1 Ngoma 23:32

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 1:53
  • +1Ng 9:27
  • +Gh 3:9

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

1 Ngo. 23:11Bm 1:1
1 Ngo. 23:11Bm 1:33, 39; 1Ng 28:5
1 Ngo. 23:21Ng 22:17; 28:1
1 Ngo. 23:2Kv 29:9
1 Ngo. 23:2Gh 3:6; 1Ng 13:2
1 Ngo. 23:3Gh 4:3
1 Ngo. 23:41Ng 26:29
1 Ngo. 23:4Gus 16:18; 2Ng 19:8
1 Ngo. 23:51Ng 26:12
1 Ngo. 23:51Ng 6:31; 9:33
1 Ngo. 23:51Bm 10:12
1 Ngo. 23:62Ng 8:14; 31:2
1 Ngo. 23:6Kv 6:16
1 Ngo. 23:81Ng 26:21
1 Ngo. 23:81Ng 26:22
1 Ngo. 23:111Ng 24:4
1 Ngo. 23:12Kv 6:18
1 Ngo. 23:12Kv 6:21
1 Ngo. 23:12Gh 3:27
1 Ngo. 23:121Ng 6:2
1 Ngo. 23:13Kv 4:14
1 Ngo. 23:13Kv 6:20, 26
1 Ngo. 23:13Kv 28:1; Heb 5:4
1 Ngo. 23:13Heb 9:7
1 Ngo. 23:131Sm 2:28
1 Ngo. 23:13Gus 21:5
1 Ngo. 23:13Lw 9:22; Gh 6:23
1 Ngo. 23:14Zb 90:akajambo k’intangamarara
1 Ngo. 23:141Ng 26:24
1 Ngo. 23:15Kv 2:22
1 Ngo. 23:15Kv 18:4
1 Ngo. 23:161Ng 26:24
1 Ngo. 23:171Ng 26:25
1 Ngo. 23:18Gh 3:27
1 Ngo. 23:181Ng 24:22
1 Ngo. 23:191Ng 24:23
1 Ngo. 23:20Kv 6:22
1 Ngo. 23:21Kv 6:19
1 Ngo. 23:21Gh 26:58; 1Ng 24:30
1 Ngo. 23:211Ng 24:28
1 Ngo. 23:22Gh 36:11
1 Ngo. 23:231Ng 24:30
1 Ngo. 23:24Gh 26:58
1 Ngo. 23:241Ng 28:13
1 Ngo. 23:24Ezr 3:8
1 Ngo. 23:252Sm 7:1; 1Ng 22:18
1 Ngo. 23:251Bm 8:13; Zb 135:21
1 Ngo. 23:26Gh 4:15, 49
1 Ngo. 23:272Sm 23:2
1 Ngo. 23:28Gh 3:9
1 Ngo. 23:281Bm 6:36
1 Ngo. 23:281Ng 9:26
1 Ngo. 23:28Neh 12:45
1 Ngo. 23:29Lw 24:6; 1Ng 9:32
1 Ngo. 23:291Ng 9:29
1 Ngo. 23:29Kv 29:23; Lw 2:4
1 Ngo. 23:29Kv 29:2
1 Ngo. 23:29Lw 7:9
1 Ngo. 23:29Lw 7:12
1 Ngo. 23:29Lw 19:36
1 Ngo. 23:301Ng 16:37
1 Ngo. 23:30Kv 29:39
1 Ngo. 23:30Lw 22:29; Zb 105:1; Fp 4:6
1 Ngo. 23:301Ng 16:4; Zb 69:30; 2Kr 11:31
1 Ngo. 23:31Kv 20:10
1 Ngo. 23:31Gh 10:10; Zb 81:3
1 Ngo. 23:31Lw 23:4
1 Ngo. 23:32Gh 1:53
1 Ngo. 23:321Ng 9:27
1 Ngo. 23:32Gh 3:9
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • 32
Bibiliya y’isi nshasha
1 Ngoma 23:1-32

1 Ngoma

23 Kandi Dawidi yari amaze gusaza+, ahâze imisi; yimika rero Salomo+ umuhungu wiwe ngo abe umwami wa Isirayeli. 2 Maze akoranya abaganwa bose+ ba Isirayeli n’abaherezi+ n’Abalewi+. 3 Nuko Abalewi baraharurwa kuva ku myaka mirongo itatu kuduga+; igitigiri cabo, umwumwe ukwiwe, umuntu w’umugabo ukwiwe, kiba ibihumbi mirongo itatu n’umunani. 4 Muri abo, abo kuba abahagarikizi b’igikorwa c’inzu ya Yehova bari ibihumbi mirongo ibiri na bine; abo kuba abarongozi+ n’abacamanza+ bari ibihumbi bitandatu; 5 n’ibihumbi bine vy’abarinzi b’amarembo+, n’ibihumbi bine vy’abashemeza+ Yehova ku bicurarangisho+ Dawidi yavuze ku bivyerekeye ati: “Nabikoze ngo bikoreshwe ku bw’ugushemeza.”

6 Maze Dawidi abagabanganya mu mice + ku bwa bene Lewi+, ni ukuvuga ku bwa Gerishoni, Kohati na Merari. 7 Ku bw’Abagerishoni: Ladani na Shimeyi. 8 Bene Ladani bari Yehiyele+ umukuru, na Zetamu na Yoweli+: batatu. 9 Bene Shimeyi bari Shelomoti na Haziyeli na Harani: batatu. Abo ni bo bari abakuru ba ba se ku bwa Ladani. 10 Bene Shimeyi na bo bari Yahati, Zina na Yewushi na Beriya. Abo uko ari bane bari bene Shimeyi. 11 Yahati aba umukuru, Ziza na we uwugira kabiri. Yewushi na Beriya bobo, ntibaronse abahungu benshi; baba rero inzu imwe ya ba sekuru+ ku bw’umugwi ujejwe ibango umwe.

12 Bene Kohati+ bari Amuramu, Izihari+, Heburoni+ na Uziyeli+: bane. 13 Bene Amuramu bari Aroni+ na Musa+. Mugabo Aroni ashirwa ku ruhande+ kugira ngo yeze Aheranda Rwose*+, we n’abahungu biwe gushika igihe kitagira urugero, kugira ngo bafumbishe umwotsi w’ibimazi+ imbere ya Yehova, kugira ngo bamukorere+ no kugira ngo bahezagire+ mw’izina ryiwe gushika igihe kitagira urugero. 14 Nayo Musa wa muntu w’Imana y’ukuri+, abahungu biwe babandanya guharurwa mu muryango w’Abalewi+. 15 Bene Musa bari Gerishomu+ na Eliyezeri+. 16 Bene Gerishomu: Shebuweli+ umukuru. 17 Bene Eliyezeri na bo: Rehabiya+ umukuru; Eliyezeri ntiyaronka abandi bahungu, mugabo bene Rehabiya baba benshi bihebuje. 18 Bene Izihari+: Shelomiti+ umukuru. 19 Bene Heburoni bari Yeriya umukuru, Amariya uwugira kabiri, Yahaziyeli uwugira gatatu na Yekameyamu+ uwugira kane. 20 Bene Uziyeli+ bari Mika umukuru na Ishiya uwugira kabiri.

21 Bene Merari+ bari Mahili na Mushi+. Bene Mahili bari Eleyazari+ na Kishi. 22 Mugabo Eleyazari arapfa; nta bahungu yari yararonse, atari abakobwa gusa. Nuko abahungu ba Kishi bene wabo barababira+. 23 Bene Mushi bari Mahili na Ederi na Yeremoti+: batatu.

24 Abo ni bo bari bene Lewi, hakurikijwe inzu ya ba se+, abakuru ba ba se, hakurikijwe abashinzwe amabanga babo, hisunzwe igitigiri c’amazina, umwumwe ukwiwe, abarangura umurimo ujanye n’igikorwa+ c’inzu ya Yehova, kuva ku bafise imyaka mirongo ibiri kuduga+. 25 Kuko Dawidi yari yaravuze ati: “Yehova Imana ya Isirayeli yahaye akaruhuko abantu biwe+, kandi azoba i Yeruzalemu gushika igihe kitagira urugero+. 26 Bisubiye, Abalewi ntibizoba ngombwa ko barerura itaberenakulo canke ico ari co cose mu bikoresho vyayo bikoreshwa igikorwa cayo+.” 27 Kuko, hisunzwe amajambo+ ya nyuma ya Dawidi, abo bari igitigiri ca bene Lewi, kuva ku bafise imyaka mirongo ibiri kuduga. 28 Kuko igikorwa cabo cari ico gufasha bene Aroni+ ku bijanye n’igikorwa co ku nzu ya Yehova, ku vyerekeye ibigo+, ivyumba vy’uburiro+, ugutyorora ikintu ceranda cose+, be n’umurimo w’igikorwa co ku nzu y’Imana y’ukuri, 29 egome, ku bijanye n’imikate igerekeranye+ no ku bijanye n’ifu inoze+ y’ishikanwa ry’intete no ku bijanye n’udukate+ tutagiramwo+ umwambiro no ku bijanye n’udutsima two kw’ikarayi+ no ku bijanye n’igicumbe kivanze+ no ku bijanye n’ingero zose z’ibiseseka n’iz’uburebure+; 30 no ku bijanye n’uguhagarara+ ng’aho buri gitondo+ kugira ngo bakengurukire+ bongere bashemeze+ Yehova, bakabigenza gutyo nyene no ku mugoroba; 31 no ku bijanye n’ugushikanira Yehova ibimazi biturirwa ku masabato+, ku mboneko z’ukwezi+ no ku biringo vy’imisi mikuru+, hakurikijwe igitigiri, hisunzwe ingingo ivyerekeye, bakama babigira imbere ya Yehova. 32 Kandi bitwararika ivyo kurinda+ ihema ry’ihuriro no kurinda ahantu heranda+ no kurinda abahungu ba Aroni bene wabo, ku bw’igikorwa c’inzu ya Yehova+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika