ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 12
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Guharura 12:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 2:16, 21

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/8/2009, rup. 26

    1/8/2004, rup. 26

    15/10/2002, rup. 28-29

Guharura 12:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 4:15, 30; 15:20; 28:30; Mik 6:4
  • +Gh 11:1; 2Bm 19:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/10/2002, rup. 28-29

Guharura 12:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 147:6; 149:4; Mt 11:29; 21:5; 1Pt 3:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    2/2019, rup. 8

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2005, rup. 20

    1/4/2003, rup. 17-18

Guharura 12:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 34:5; Gh 11:25; Zb 99:7

Guharura 12:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 15:1; 46:2; Kv 24:11; Yb 33:15
  • +It 31:10; Yr 23:28

Guharura 12:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 105:26
  • +Heb 3:2

Guharura 12:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 33:11; Gus 34:10
  • +Zb 49:4; 1Kr 13:12
  • +Kv 24:10
  • +Kv 34:30; 2Pt 2:10; Yud 8

Guharura 12:10

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke, “yera nka shelegi.” “Shelegi” ni ibintu vy’ibivunjivunji vyera cane bigwa nk’imvura.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 24:9
  • +2Ng 26:19

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/8/2004, rup. 26

Guharura 12:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 24:10; Img 30:32; Mr 7:20

Guharura 12:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 13:45

Guharura 12:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 32:11; Yak 5:16

Guharura 12:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 30:10; Yes 50:6
  • +Lw 13:4
  • +Lw 13:46; Gh 5:2
  • +Lw 14:9

Guharura 12:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 24:9

Guharura 12:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 11:35; 33:18; Gus 1:1
  • +Gh 10:12; 13:26

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Guh. 12:1Kv 2:16, 21
Guh. 12:2Kv 4:15, 30; 15:20; 28:30; Mik 6:4
Guh. 12:2Gh 11:1; 2Bm 19:4
Guh. 12:3Zb 147:6; 149:4; Mt 11:29; 21:5; 1Pt 3:4
Guh. 12:5Kv 34:5; Gh 11:25; Zb 99:7
Guh. 12:6It 15:1; 46:2; Kv 24:11; Yb 33:15
Guh. 12:6It 31:10; Yr 23:28
Guh. 12:7Zb 105:26
Guh. 12:7Heb 3:2
Guh. 12:8Kv 33:11; Gus 34:10
Guh. 12:8Zb 49:4; 1Kr 13:12
Guh. 12:8Kv 24:10
Guh. 12:8Kv 34:30; 2Pt 2:10; Yud 8
Guh. 12:10Gus 24:9
Guh. 12:102Ng 26:19
Guh. 12:112Sm 24:10; Img 30:32; Mr 7:20
Guh. 12:12Lw 13:45
Guh. 12:13Kv 32:11; Yak 5:16
Guh. 12:14Yb 30:10; Yes 50:6
Guh. 12:14Lw 13:4
Guh. 12:14Lw 13:46; Gh 5:2
Guh. 12:14Lw 14:9
Guh. 12:15Gus 24:9
Guh. 12:16Gh 11:35; 33:18; Gus 1:1
Guh. 12:16Gh 10:12; 13:26
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
Bibiliya y’isi nshasha
Guharura 12:1-16

Guharura

12 Nuko Miriyamu na Aroni batangura kuvuga nabi Musa kubera umugore w’Umukushikazi yari yabiriye, kuko yari yabiriye umugore w’Umukushikazi+. 2 Baguma bavuga bati: “Mbega Yehova yavuze biciye kuri Musa gusa? Ntiyavuze none biciye no kuri twebwe+?” Kandi Yehova yariko yumviriza+. 3 Kandi uwo mugabo Musa yari uwutekereza kuruta kure n’iyo+ abantu bose bari ku buringanire bw’ubutaka.

4 Maze ako kanya Yehova abwira Musa na Aroni na Miriyamu ati: “Nimusohoke uko muri batatu, muje kw’ihema ry’ihuriro.” Nuko uko ari batatu barasohoka. 5 Inyuma y’ivyo Yehova amanuka mu nkingi y’igicu+, ahagarara ku bwinjiriro bw’ihema maze ahamagara Aroni na Miriyamu. Bompi baca barasohoka. 6 Nuko abandanya kuvuga ati: “Ndabinginze mwumve amajambo yanje. Iyo muri mwebwe haba hari umuhanuzi wa Yehova, nari kumwimenyesha mw’iyerekwa+. Novuganye na we mu ndoto+. 7 Si ukwo biri ku musavyi wanje Musa+! Azezwa inzu yanje yose+. 8 Mvugana na we akanwa ku kandi+, nkamwereka ibintu, ntakoresheje ubupfindo+; kandi ishusho ya Yehova ni yo yitegereza+. Kubera iki none mutatinye kuvuga nabi umusavyi wanje, kuvuga nabi Musa+?”

9 Nuko ishavu rya Yehova rirabarurumbira, maze arigira. 10 Nya gicu kiva hejuru y’ihema, kandi ehe Miriyamu yari yatejwe imibembe yera derere*+. Maze Aroni ahindukira kuraba Miriyamu, kandi ehe, yari yatejwe imibembe+. 11 Buno nyene Aroni abwira Musa ati: “Ntunga mukama wanje! Ndakwinginze ntuduharureko igicumuro twakoranye ubupfu, egome, igicumuro twakoze+! 12 Ndakwinginze ntureke ngo agume ameze nk’uwapfuye+ avuye mu gitereko ca nyina inyama ziwe ziriko zirabora!” 13 Nuko Musa atangura gutakambira Yehova ati: “Ewe Mana, ndakwinginze! Mukize, ndakwinginze+!”

14 Maze Yehova abwira Musa ati: “Hamwe se wiwe yomucira+ mu maso, ntiyoteterezwa imisi indwi? Nakumirwe+ imisi indwi inyuma y’ikambi+, mu nyuma abone kugaruka+.” 15 Miriyamu akumirirwa rero inyuma y’ikambi imisi indwi+, maze abantu ntibagenda gushika Miriyamu yakiriwe. 16 Mu nyuma abantu baragenda bavuye i Hazeroti+, bakambika mu gahinga ka Parani+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika