ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 145
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi 145:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 44:4; Yes 33:22; Dn 2:47; Ivh 11:17
  • +1Ng 29:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2004, rup. 10-11

Zaburi 145:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 119:164
  • +Zb 113:2; 146:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2004, rup. 10-11

Zaburi 145:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 48:1; 96:4; 147:5; 150:2; Rm 1:20; Ivh 15:3
  • +Yb 9:10; 26:14; 36:26; Zb 92:5; 139:6; Rm 11:33

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2004, rup. 11-13

Zaburi 145:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 4:21; Zb 71:18; Yes 38:19
  • +Kv 12:27

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2004, rup. 13-14

Zaburi 145:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 8:1; 104:1; 111:3; 148:13
  • +Zb 72:18

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/8/2008, rup. 14

    15/1/2004, rup. 13-14

Zaburi 145:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 2:9; Neh 1:5
  • +Zb 107:21; Ivk 4:24

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/8/2008, rup. 14

    15/1/2004, rup. 13-14

Zaburi 145:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 8:66; Zb 13:6; 31:19; Yes 63:7; Yr 31:12
  • +Zb 51:14; Yes 45:24; Ivh 15:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Niwiyegereze, rup. 279

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2004, rup. 14-22

Zaburi 145:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 30:9; Zb 86:15; 111:4; Ef 2:4
  • +Kv 34:6; Gh 14:18; Neh 9:17; Zb 103:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2004, rup. 14-22

Zaburi 145:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 25:8; 100:5; 104:28; Nah 1:7; Mt 5:45; Ivk 14:17; Yak 1:17
  • +Ef 2:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Niwiyegereze, rup. 271-272

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2004, rup. 14-22

Zaburi 145:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 19:1; 103:22; 104:24
  • +1Sm 2:9; Zb 30:4; 132:9; 149:5; Heb 13:15; 1Pt 2:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2004, rup. 16

Zaburi 145:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 29:11; Mt 4:23; Lk 10:9
  • +Gus 3:24; Ivh 15:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2004, rup. 16

Zaburi 145:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 98:1; 136:4
  • +Zb 103:19; 111:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2004, rup. 16-17

Zaburi 145:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 146:10; Yr 10:7; 1Tm 1:17
  • +Dn 6:26

Zaburi 145:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 37:24; 94:18
  • +Zb 38:6; 146:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2004, rup. 17

Zaburi 145:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 104:21
  • +It 1:30; Zb 104:27; 136:25; Mt 24:45

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2004, rup. 17-19

Zaburi 145:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 104:28
  • +Zb 107:9; 132:15

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 33

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2004, rup. 17-19

Zaburi 145:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 18:25; Gus 32:4; Rm 3:5; Ivh 15:3; 16:5
  • +Zb 18:25; Ivh 15:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2004, rup. 19

Zaburi 145:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 4:7; 1Bm 18:36; Zb 34:18; Yak 4:8; Yud 24
  • +Zb 17:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Be maso!,

    no. 1 2021 rup. 14

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2004, rup. 19-20

Zaburi 145:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 34:9; Lk 1:53
  • +Zb 37:40; 50:15; 91:15

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Be maso!,

    no. 1 2021 rup. 14

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2004, rup. 19-20

Zaburi 145:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 31:23; 37:28; 97:10
  • +Zb 1:6; Img 2:22

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2004, rup. 19-20

    15/12/2002, rup. 14-16

Zaburi 145:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 34:1; 51:15; 71:8; 89:1
  • +Zb 117:1; 150:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2004, rup. 20

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 145:1Zb 44:4; Yes 33:22; Dn 2:47; Ivh 11:17
Zab. 145:11Ng 29:10
Zab. 145:2Zb 119:164
Zab. 145:2Zb 113:2; 146:2
Zab. 145:3Zb 48:1; 96:4; 147:5; 150:2; Rm 1:20; Ivh 15:3
Zab. 145:3Yb 9:10; 26:14; 36:26; Zb 92:5; 139:6; Rm 11:33
Zab. 145:4Yos 4:21; Zb 71:18; Yes 38:19
Zab. 145:4Kv 12:27
Zab. 145:5Zb 8:1; 104:1; 111:3; 148:13
Zab. 145:5Zb 72:18
Zab. 145:6Yos 2:9; Neh 1:5
Zab. 145:6Zb 107:21; Ivk 4:24
Zab. 145:71Bm 8:66; Zb 13:6; 31:19; Yes 63:7; Yr 31:12
Zab. 145:7Zb 51:14; Yes 45:24; Ivh 15:3
Zab. 145:82Ng 30:9; Zb 86:15; 111:4; Ef 2:4
Zab. 145:8Kv 34:6; Gh 14:18; Neh 9:17; Zb 103:8
Zab. 145:9Zb 25:8; 100:5; 104:28; Nah 1:7; Mt 5:45; Ivk 14:17; Yak 1:17
Zab. 145:9Ef 2:4
Zab. 145:10Zb 19:1; 103:22; 104:24
Zab. 145:101Sm 2:9; Zb 30:4; 132:9; 149:5; Heb 13:15; 1Pt 2:5
Zab. 145:111Ng 29:11; Mt 4:23; Lk 10:9
Zab. 145:11Gus 3:24; Ivh 15:3
Zab. 145:12Zb 98:1; 136:4
Zab. 145:12Zb 103:19; 111:3
Zab. 145:13Zb 146:10; Yr 10:7; 1Tm 1:17
Zab. 145:13Dn 6:26
Zab. 145:14Zb 37:24; 94:18
Zab. 145:14Zb 38:6; 146:8
Zab. 145:15Zb 104:21
Zab. 145:15It 1:30; Zb 104:27; 136:25; Mt 24:45
Zab. 145:16Zb 104:28
Zab. 145:16Zb 107:9; 132:15
Zab. 145:17It 18:25; Gus 32:4; Rm 3:5; Ivh 15:3; 16:5
Zab. 145:17Zb 18:25; Ivh 15:4
Zab. 145:18Gus 4:7; 1Bm 18:36; Zb 34:18; Yak 4:8; Yud 24
Zab. 145:18Zb 17:1
Zab. 145:19Zb 34:9; Lk 1:53
Zab. 145:19Zb 37:40; 50:15; 91:15
Zab. 145:20Zb 31:23; 37:28; 97:10
Zab. 145:20Zb 1:6; Img 2:22
Zab. 145:21Zb 34:1; 51:15; 71:8; 89:1
Zab. 145:21Zb 117:1; 150:6
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
Bibiliya y’isi nshasha
Zaburi 145:1-21

Zaburi

Ishemezo. Ni izaburi ya Dawidi.

א [ʼAlefu]

145 Nzogushira hejuru, ewe Mana yanje, wewe Mwami+,

Kandi nzohezagira izina ryawe gushika igihe kitagira urugero, mbere ibihe bidahera+.

ב [Beti]

 2 Nzoguhezagira burinde bwira+,

Kandi nzoshemeza izina ryawe gushika igihe kitagira urugero, mbere ibihe bidahera+.

ג [Gimelu]

 3 Yehova arahambaye kandi ni uwo gushemezwa rwose+,

Kandi ubukuru bwiwe ntibuserangurika+.

ד [Daleti]

 4 Uko iyaruka rikurikira irindi, rizokeza ibikorwa vyawe+,

Kandi bazotangaza ibikorwa vyawe vy’inkomezi+.

ה [Heʼ]

 5 Ubwiza bwakaka buninahaye bw’iteka ryawe+

Be n’ibintu vy’ibikorwa vyawe vy’agatangaza, nzovyitwararika+.

ו [Vau]

 6 Bazoyaga inkomezi z’ibintu vyawe biteye ubwoba+;

Nayo ubukuru bwawe, nzobumenyesha+.

ז [Zayini]

 7 Bazodudubiza amajambo bavuga ubwinshi bw’ukumera neza kwawe+,

Kandi kubera ubugororotsi bwawe, bazokwiha akamo k’umunezero+.

ח [Heti]

 8 Yehova ni umunyempuhwe n’umunyembabazi+,

Ateba gushavura, kandi agwije ubuntu bwuzuye urukundo+.

ט [Teti]

 9 Yehova ni mwiza kuri bose+,

Kandi imbabazi ziwe ziri ku bikorwa vyiwe vyose+.

י [Yodi]

10 Ibikorwa vyawe vyose bizoguhaya, ewe Yehova+,

Kandi intahemuka zawe bazoguhezagira+.

כ [Kafu]

11 Bazoyaga ubuninahazwa bw’ingoma yawe+,

Bongere bavuge ubushobozi bwawe+,

ל [Lamedi]

12 Kugira abana b’abantu bamenyeshwe ibikorwa vyiwe vy’inkomezi+,

Be n’ubuninahazwa bw’ubwiza bwakaka bw’ingoma yiwe+.

מ [Memu]

13 Ingoma yawe ni ingoma y’ibihe vyose bitagira urugero+,

Kandi inganji yawe irabandanya mu mayaruka akurikirana yose+.

ס [Sameki]

14 Yehova ashigikira abatemba bose+,

Kandi ahagurutsa abunamye bose+.

ע [ʽAyini]

15 Vyose bihanga amaso wewe bifise ukwizigira+,

Nawe ukabiha indya zavyo mu kiringo cazo+.

פ [Peʼ]

16 Upfumbaturura ikiganza cawe+

Ugahaza icipfuzo c’ikiri n’ubuzima cose+.

צ [Tsade]

17 Yehova ni umugororotsi mu nzira ziwe zose+

Akaba n’intahemuka mu bikorwa vyiwe vyose+.

ק [Kofu]

18 Yehova ari hafi y’abamwambaza bose+,

Hafi y’abamwambaza mu kuri bose+.

ר [Reshi]

19 Icipfuzo c’abamutinya azogishitsa+,

Kandi azokwumva ugutabaza kwabo, abakize+.

ש [Sini]

20 Yehova arinda abamukunda bose+,

Mugabo ababisha bose azobazimanganya+.

ת [Tau]

21 Akanwa kanje kazovuga ishemezo rya Yehova+;

Ikiri n’umubiri cose nigihezagire izina ryiwe ryeranda gushika igihe kitagira urugero, mbere ibihe bidahera+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika