ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 40
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yesaya 40:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 35:3; 49:13; 51:3; Zk 1:13; 2Kr 1:3

Yesaya 40:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 30:22; Hs 2:14
  • +Zb 79:8; 103:13
  • +Zb 32:1; Yr 31:34; 33:8
  • +Yr 16:18; Dn 9:12

Yesaya 40:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 3:3; Mr 1:3; Lk 3:4; Yoh 1:23
  • +Yes 35:8; 57:14; Mal 3:1
  • +Yes 11:16

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Ubutumwa bwo muri Bibiliya, rup. 19

Yesaya 40:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 42:16; Lk 3:5
  • +Yes 2:12
  • +Zb 26:12

Yesaya 40:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 50:15; 72:19; Yes 24:15
  • +Yes 49:6; 52:10
  • +Yes 55:11; Tt 1:2

Yesaya 40:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 2:2
  • +Yb 14:2; Zb 90:6

Yesaya 40:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yak 1:11; 1Pt 1:24
  • +Zb 90:5; 103:16; 104:29
  • +Zb 103:15

Yesaya 40:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 37:2
  • +Zb 119:89; Yes 46:10; Mt 5:18; 1Pt 1:25

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 5

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    9/2017, rup. 18-22

    Umunara w’Inderetsi,

    1/10/1997, rup. 18-23

Yesaya 40:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 26:13; Mt 5:14
  • +Yes 52:7; Rm 10:18
  • +Lk 24:47; Rm 10:15
  • +Yes 51:7; Yoh 12:15; Fp 1:28; 1Pt 3:14
  • +Yes 12:2; 25:9; Rm 8:31

Yesaya 40:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 2:6; 110:2; Yes 9:6; Yoh 12:38
  • +Yes 62:11; Ivh 22:12
  • +Yes 49:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    1/2019, rup. 5-6

    Umunara w’Inderetsi,

    1/4/2007, rup. 26

Yesaya 40:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 49:24; Yes 49:10; Heb 13:20; 1Pt 2:25
  • +Ezk 34:16
  • +Yoh 21:15
  • +It 33:13; Yoh 10:14, 16; 1Pt 5:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    1/2019, rup. 7

    Niwiyegereze, rup. 20-21, 70

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2013, rup. 27

    1/4/2007, rup. 26

    1/7/2003, rup. 11

Yesaya 40:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 30:4
  • +Zb 104:2; Heb 1:10
  • +Yb 38:5; Img 8:26

Yesaya 40:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 21:22; 36:23; Rm 11:34

Yesaya 40:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Kr 2:16
  • +Yb 32:8; Zb 147:5

Yesaya 40:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 62:9
  • +Yes 41:5

Yesaya 40:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 50:10
  • +Mik 6:7

Yesaya 40:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 39:5; 62:9; Dn 4:35
  • +Zb 39:11; 144:4; Yes 41:11

Yesaya 40:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 8:10; 1Sm 2:2; Zb 86:8; 89:6; 113:5; Yr 10:6; Mik 7:18
  • +Kv 20:4; Gus 4:15, 16; Ivk 17:29

Yesaya 40:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 44:10; Yr 16:20; Hab 2:18
  • +Zb 115:4; 135:15; Yes 37:19; 41:7; Hs 8:6
  • +Abc 17:4; Yr 10:4

Yesaya 40:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 44:14; Yr 10:3
  • +Zb 115:8; Yes 2:8; 46:7; Hab 2:18
  • +Yes 41:7

Yesaya 40:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 19:1; Ivk 14:17; Rm 1:20

Yesaya 40:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 2:4; 29:10; 68:33; Yes 66:1
  • +Yb 9:8; 38:9; Yes 42:5; 44:24; Yr 10:12; Zk 12:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro ya bose),

    no. 1 2018 rup. 6

    Umunara w’Inderetsi,

    1/7/2011, rup. 24-26

    Ubumenyi, rup. 17

Yesaya 40:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 76:12; Lk 1:52

Yesaya 40:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 21:21; 2Bm 10:11; Yr 22:30
  • +Yes 11:4
  • +Zb 58:9; Img 1:27; Yes 17:13

Yesaya 40:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 40:18

Yesaya 40:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 8:3; 102:25
  • +Zb 147:4
  • +Zb 89:13; Yr 32:17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    1/2018, rup. 8

    Niwiyegereze, rup. 50-51

    Umunara w’Inderetsi,

    1/7/2011, rup. 28

    15/2/2011, rup. 6-7

    1/5/2008, rup. 6

    1/2/2005, rup. 5

    1/7/1999, rup. 13

    Urashobora Kubaho, rup. 35-36

Yesaya 40:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 77:7; Yes 49:14; 60:15; Ezk 37:11; Rm 11:1
  • +Yb 27:2; 34:5; Lk 18:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2007, rup. 9

Yesaya 40:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 40:21
  • +It 21:33; Gus 33:27; Zb 90:2; Yes 57:15; Yr 10:10; Rm 16:26; 1Tm 1:17
  • +Zb 121:4; Yes 27:3
  • +Zb 139:6; 147:5; Yes 55:9; Rm 11:33; 1Kr 2:16

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    1/2018, rup. 8

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2012, rup. 16

    1/7/1999, rup. 8

Yesaya 40:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 29:11; Fp 4:13; Heb 11:34
  • +Yes 40:26; Hs 12:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    1/2018, rup. 8-9

    Igikorwa dukorera Ubwami,

    5/2007, rup. 1

Yesaya 40:30

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    1/2018, rup. 9

Yesaya 40:31

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 25:3
  • +Zb 103:5; 138:3
  • +Kv 19:4
  • +1Bm 18:46; Zb 84:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insobanuro y’imirongo yo muri Bibiliya, ikiganiro 21

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    1/2018, rup. 9

    Agatabu k’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu,

    1/2017, rup. 6

    Umunara w’Inderetsi (Integuro ya bose),

    no. 6 2016 rup. 9

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yes. 40:1Yes 35:3; 49:13; 51:3; Zk 1:13; 2Kr 1:3
Yes. 40:22Ng 30:22; Hs 2:14
Yes. 40:2Zb 79:8; 103:13
Yes. 40:2Zb 32:1; Yr 31:34; 33:8
Yes. 40:2Yr 16:18; Dn 9:12
Yes. 40:3Mt 3:3; Mr 1:3; Lk 3:4; Yoh 1:23
Yes. 40:3Yes 35:8; 57:14; Mal 3:1
Yes. 40:3Yes 11:16
Yes. 40:4Yes 42:16; Lk 3:5
Yes. 40:4Yes 2:12
Yes. 40:4Zb 26:12
Yes. 40:5Zb 50:15; 72:19; Yes 24:15
Yes. 40:5Yes 49:6; 52:10
Yes. 40:5Yes 55:11; Tt 1:2
Yes. 40:6Yr 2:2
Yes. 40:6Yb 14:2; Zb 90:6
Yes. 40:7Yak 1:11; 1Pt 1:24
Yes. 40:7Zb 90:5; 103:16; 104:29
Yes. 40:7Zb 103:15
Yes. 40:8Zb 37:2
Yes. 40:8Zb 119:89; Yes 46:10; Mt 5:18; 1Pt 1:25
Yes. 40:91Sm 26:13; Mt 5:14
Yes. 40:9Yes 52:7; Rm 10:18
Yes. 40:9Lk 24:47; Rm 10:15
Yes. 40:9Yes 51:7; Yoh 12:15; Fp 1:28; 1Pt 3:14
Yes. 40:9Yes 12:2; 25:9; Rm 8:31
Yes. 40:10Zb 2:6; 110:2; Yes 9:6; Yoh 12:38
Yes. 40:10Yes 62:11; Ivh 22:12
Yes. 40:10Yes 49:4
Yes. 40:11It 49:24; Yes 49:10; Heb 13:20; 1Pt 2:25
Yes. 40:11Ezk 34:16
Yes. 40:11Yoh 21:15
Yes. 40:11It 33:13; Yoh 10:14, 16; 1Pt 5:2
Yes. 40:12Img 30:4
Yes. 40:12Zb 104:2; Heb 1:10
Yes. 40:12Yb 38:5; Img 8:26
Yes. 40:13Yb 21:22; 36:23; Rm 11:34
Yes. 40:141Kr 2:16
Yes. 40:14Yb 32:8; Zb 147:5
Yes. 40:15Zb 62:9
Yes. 40:15Yes 41:5
Yes. 40:16Zb 50:10
Yes. 40:16Mik 6:7
Yes. 40:17Zb 39:5; 62:9; Dn 4:35
Yes. 40:17Zb 39:11; 144:4; Yes 41:11
Yes. 40:18Kv 8:10; 1Sm 2:2; Zb 86:8; 89:6; 113:5; Yr 10:6; Mik 7:18
Yes. 40:18Kv 20:4; Gus 4:15, 16; Ivk 17:29
Yes. 40:19Yes 44:10; Yr 16:20; Hab 2:18
Yes. 40:19Zb 115:4; 135:15; Yes 37:19; 41:7; Hs 8:6
Yes. 40:19Abc 17:4; Yr 10:4
Yes. 40:20Yes 44:14; Yr 10:3
Yes. 40:20Zb 115:8; Yes 2:8; 46:7; Hab 2:18
Yes. 40:20Yes 41:7
Yes. 40:21Zb 19:1; Ivk 14:17; Rm 1:20
Yes. 40:22Zb 2:4; 29:10; 68:33; Yes 66:1
Yes. 40:22Yb 9:8; 38:9; Yes 42:5; 44:24; Yr 10:12; Zk 12:1
Yes. 40:23Zb 76:12; Lk 1:52
Yes. 40:241Bm 21:21; 2Bm 10:11; Yr 22:30
Yes. 40:24Yes 11:4
Yes. 40:24Zb 58:9; Img 1:27; Yes 17:13
Yes. 40:25Yes 40:18
Yes. 40:26Zb 8:3; 102:25
Yes. 40:26Zb 147:4
Yes. 40:26Zb 89:13; Yr 32:17
Yes. 40:27Zb 77:7; Yes 49:14; 60:15; Ezk 37:11; Rm 11:1
Yes. 40:27Yb 27:2; 34:5; Lk 18:7
Yes. 40:28Yes 40:21
Yes. 40:28It 21:33; Gus 33:27; Zb 90:2; Yes 57:15; Yr 10:10; Rm 16:26; 1Tm 1:17
Yes. 40:28Zb 121:4; Yes 27:3
Yes. 40:28Zb 139:6; 147:5; Yes 55:9; Rm 11:33; 1Kr 2:16
Yes. 40:29Zb 29:11; Fp 4:13; Heb 11:34
Yes. 40:29Yes 40:26; Hs 12:3
Yes. 40:31Zb 25:3
Yes. 40:31Zb 103:5; 138:3
Yes. 40:31Kv 19:4
Yes. 40:311Bm 18:46; Zb 84:7
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
Bibiliya y’isi nshasha
Yesaya 40:1-31

Yesaya

40 “Nimuhoze, nimuhoze abantu banje,” ni ko Imana yanyu ivuga+. 2 “Nimubwire umutima wa Yeruzalemu+, musemerere mumubwira yuko igikorwa ciwe ca gisirikare kirangutse+, yuko ikosa ryiwe ryishuwe+. Kuko yaronse mu kuboko kwa Yehova urugero rwuzuye ku bw’ibicumuro vyiwe vyose+.”

3 Umve! Hari umuntu ariko arasemerera mu gahinga+ ati: “Nimutunganye inzira ya Yehova+! Nimugororere Imana yacu inzira y’ikirari ica mu kiyaya c’ubugaragwa+. 4 Umubande wose nuduzwe+, umusozi wose n’umurambi wose na vyo bimanurwe+. Ubutaka bw’ibidunduri butegerezwa gucika intara ishashe, ubutaka butaringaniye na bwo bucike ikiyaya c’umubande+. 5 Ubuninahazwa bwa Yehova ntibuzobura guhishurwa+, kandi ibiri n’umubiri vyose bizobibonera hamwe+, kuko akanwa nyene ka Yehova ari ko kabivuze+.”

6 Umve! Hari uwuriko avuga ati: “Semerera+!” Uwundi avuga ati: “Nsemerere iki?”

“Ibiri n’umubiri vyose ni ivyatsi bitoto, kandi ubuntu bwuzuye urukundo bwabo bwose ni nk’ishurwe ryo mu gahinga+. 7 Ivyatsi bitoto vyumye+, ishurwe ryakabiranye, kuko impwemu nyene ya Yehova ari yo yabihuhutiyeko+. Ni ukuri abantu ni ivyatsi bitoto+. 8 Ivyatsi bitoto vyumye, ishurwe ryakabiranye+; mugabo ijambo ry’Imana yacu ryoryo, rizogumaho igihe kitagira urugero+.”

9 Duga ku musozi muremure+, wa mugore uzaniye inkuru nziza Siyoni+! Duza ijwi ryawe n’ububasha, wa mugore uzaniye inkuru nziza Yeruzalemu+! Riduze. Ntutinye+. Bwira ibisagara vya Yuda uti: “Ng’iyi Imana yanyu+.” 10 Raba! Umukama Segaba Yehova ubwiwe azoza nk’umunyenkomezi, kandi ukuboko kwiwe kuzomuganzira+. Raba! Impêra yiwe iri kumwe na we+, kandi impembo atanga iri imbere yiwe+. 11 Kurya kw’umwungere, azoragira ubusho bwiwe+. Azokwegeranya imyagazi y’intama n’ukuboko kwiwe+; azoyitwara mu gikiriza ciwe+. Izonsa azoziyobora yengenga+.

12 Ni nde yageze amazi mu rushi rwiwe gusa+, agapima ingero z’amajuru akoresheje gusa itambwe ry’intoke+ kandi agashira mu gapimisho umukungugu w’isi+, canke agapima uburemere bw’imisozi akoresheje ikigeresho, agapima n’imirambi ku munzane? 13 Ni nde yapimye ingero z’impwemu ya Yehova, kandi ni nde ashobora kumumenyesha ikintu bwa muhanuzwajambo wiwe+? 14 Ni nde bagiye inama ngo hagire uwumufasha gutegera, canke ni nde amwigisha umunyuro w’ubutungane, canke amwigisha ubumenyi+, canke amumenyesha inzira y’ugutegera nyakuri+?

15 Raba! Amahanga ni nk’ima ryo mu ndobo; kandi afatwa nk’agakungugu gafashe ku munzane+. Raba! Aterura amazinga+ ubwayo nk’umukungugu unoze. 16 Mbere na Libani ntihagije ku kuzigama umuriro ngo ugume waka, n’ibikoko vyo mw’ishamba+ vyaho ntibihagije ku gutanga ishikanwa riturirwa+. 17 Amahanga yose, imbere yiwe ni nk’ikintu kitariho+; kuri we afatwa nk’ubusa, nk’ikintu kitabaho+.

18 Mbega Imana mwoyisanisha na nde+, kandi ni ishusho nki mwoyishira hampande+? 19 Umuhinguzi w’utugenegene yakoze igishusho mu cuma gishongeshejwe+, uwukora ivy’ivyuma agikuyengezako inzahabu+, kandi acura iminyororo y’ifeza+. 20 Ahitamwo igiti ngo kibe intererano, igiti kitaboze+. Yironderera umuhinguzi w’utugenegene w’umuhanga, ngo ategure igishusho c’ikibazano+ kitari bunyiganyizwe+.

21 Mbega nta vyo muzi? Nta vyo mwumva? Nta vyo mwabwiwe kuva mu ntango? Ntimwakoresheje ugutegera guhera ku gushirwaho kw’imishinge y’isi+? 22 Hariho Umwe yibera hejuru y’umuzingi w’isi+, ababa muri yo bakaba ari nk’uduhori, Umwe aramvura amajuru nk’igitambara gihwahutse kinoze, akayasanza nk’ihema ryo kubamwo+, 23 Umwe ahindura ubusa abategetsi bakurubakuru, uwagize abacamanza b’isi nk’ikintu kitabaho+.

24 Ntibarigera baterwa; ntibarigera babibwa; igishitsi cabo ntikirigera gishora imizi mw’isi+. Umuntu yopfa gusa guhuhira kuri bo bagaca buma+; ikirura c’umuyaga kizobakukumura nk’ibishakara+.

25 “Ariko mwonsanisha na nde ngo tube abangana?”, ni ko wa Mweranda avuga+. 26 “Raramurira amaso yanyu iyo hejuru murabe. Ni nde yaremye ivyo bintu+? Ni Umwe asohora ingabo zavyo ku gitigiri, zose akazihamagara mu mazina yazo+. Kubera umurengera w’inguvu rukozi+, kandi akaba yuzuye ingoga mu bubasha, nta n’imwe muri zo ibura.

27 “Kubera iki uvuga ga Yakobo, ukavugira hejuru ga Isirayeli, ngo: ‘Inzira yanje yarahishijwe Yehova+, kandi ubutungane bundaba burasiga Imana yanje+’? 28 Mbega nta vyo wamenye, canke nta vyo wumvise+? Yehova, wa Muremyi w’impera z’isi, ni Imana gushika igihe kitagira urugero+. Ntaruha canke ngo arambirwe+. Ugutegera kwiwe ntiguserangurwa+. 29 Aha ububasha uwurushe+; kandi ku wutagira inguvu rukozi+, atuma ubushobozi bwuzuye bugwira. 30 Abahungu bazoruha vyongeye barambirwe, kandi imisore ntizobura gutsitara, 31 mugabo abizigira+ Yehova bazosubira kugira ububasha+. Bazodugisha amababa nk’inkona+. Bazokwiruka ntibarambirwe; bazogenda ntibaruhe+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika