ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abaroma 3
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Abaroma 3:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 9:4
  • +Yoh 4:22

Abaroma 3:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 4:8; Zb 147:19; Ivk 7:38

Abaroma 3:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ts 3:2; Heb 4:2
  • +2Tm 2:13
  • +Gh 23:19; Yes 55:11

Abaroma 3:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 18:39; Yoh 3:33; 8:26
  • +Zb 116:11; Yr 8:9; 9:5
  • +Zb 51:4; Lk 7:29

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/6/2008, rup. 30

Abaroma 3:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 1:17; Fp 3:9
  • +It 18:25
  • +Gl 3:15

Abaroma 3:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 9:8; 96:13; 98:9; Ivk 17:31

Abaroma 3:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Tm 2:7
  • +Ivk 24:20

Abaroma 3:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 28:15
  • +Rm 6:1
  • +Mt 23:38
  • +Heb 2:2

Abaroma 3:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 11:17
  • +Rm 3:23; Gl 3:22

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/1997, rup. 21

Abaroma 3:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 14:1; Img 20:9; Ums 7:20

Abaroma 3:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 14:2; 53:2

Abaroma 3:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 14:3; 53:3

Abaroma 3:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 5:9; 52:2
  • +Zb 58:4; 140:3; Mt 12:34; Yak 3:8

Abaroma 3:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 10:7; Yak 3:9

Abaroma 3:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 1:16; Yes 59:7

Abaroma 3:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 59:7

Abaroma 3:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 59:8

Abaroma 3:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 20:11; Zb 36:1; 112:1; Img 16:6

Abaroma 3:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gl 3:24
  • +Zb 63:11
  • +Rm 5:13
  • +Rm 2:12; Gl 3:10

Abaroma 3:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 13:39; Gl 3:11
  • +Rm 7:9
  • +Rm 7:13; Gl 3:19

Abaroma 3:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 32:4; Rm 1:17
  • +Heb 11:4
  • +Gh 21:9; Gus 18:18
  • +Yes 53:11; Yr 31:34; Dn 9:24

Abaroma 3:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 1:17
  • +Yes 59:20
  • +Gl 3:28

Abaroma 3:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ums 7:20; Rm 3:9
  • +It 1:31; Yes 64:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/6/2011, rup. 8-10

    1/6/2006, rup. 12-13

Abaroma 3:24

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 5:17; 6:23; Ef 1:7
  • +Ef 2:8
  • +Mt 20:28; 1Kr 1:30; 1Tm 2:6; 1Pt 2:24

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    12/2016, rup. 9

Abaroma 3:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 53:11; 2Kr 5:19; 1Yh 2:2; 4:10
  • +Lw 17:11; Ivk 13:39; Ef 1:7
  • +Ivk 13:38
  • +Ivk 17:30; Rm 2:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/8/2014, rup. 18

    15/8/2010, rup. 6-7

    15/6/2008, rup. 29

    1/11/2005, rup. 13

Abaroma 3:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 89:14; Rm 5:18
  • +Rm 8:33; 1Kr 1:30; 1Yh 1:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/11/2005, rup. 13

Abaroma 3:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Kr 1:29
  • +Ivk 13:39
  • +Ef 2:9
  • +Yr 31:33; Rm 1:17; 8:2

Abaroma 3:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 13:39; Gl 2:16; Yak 2:24

Abaroma 3:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 17:27
  • +Ivk 10:4
  • +Yes 54:5; Rm 10:12; Gl 3:14

Abaroma 3:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 6:4; Mr 12:29; 1Kr 8:6; Ef 4:6; 1Tm 2:5
  • +1Kr 7:18
  • +Gl 3:8

Abaroma 3:31

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 5:17
  • +Rm 8:4; 13:10

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Rom. 3:1Rm 9:4
Rom. 3:1Yoh 4:22
Rom. 3:2Gus 4:8; Zb 147:19; Ivk 7:38
Rom. 3:32Ts 3:2; Heb 4:2
Rom. 3:32Tm 2:13
Rom. 3:3Gh 23:19; Yes 55:11
Rom. 3:41Bm 18:39; Yoh 3:33; 8:26
Rom. 3:4Zb 116:11; Yr 8:9; 9:5
Rom. 3:4Zb 51:4; Lk 7:29
Rom. 3:5Rm 1:17; Fp 3:9
Rom. 3:5It 18:25
Rom. 3:5Gl 3:15
Rom. 3:6Zb 9:8; 96:13; 98:9; Ivk 17:31
Rom. 3:71Tm 2:7
Rom. 3:7Ivk 24:20
Rom. 3:8Mt 28:15
Rom. 3:8Rm 6:1
Rom. 3:8Mt 23:38
Rom. 3:8Heb 2:2
Rom. 3:9Rm 11:17
Rom. 3:9Rm 3:23; Gl 3:22
Rom. 3:10Zb 14:1; Img 20:9; Ums 7:20
Rom. 3:11Zb 14:2; 53:2
Rom. 3:12Zb 14:3; 53:3
Rom. 3:13Zb 5:9; 52:2
Rom. 3:13Zb 58:4; 140:3; Mt 12:34; Yak 3:8
Rom. 3:14Zb 10:7; Yak 3:9
Rom. 3:15Img 1:16; Yes 59:7
Rom. 3:16Yes 59:7
Rom. 3:17Yes 59:8
Rom. 3:18It 20:11; Zb 36:1; 112:1; Img 16:6
Rom. 3:19Gl 3:24
Rom. 3:19Zb 63:11
Rom. 3:19Rm 5:13
Rom. 3:19Rm 2:12; Gl 3:10
Rom. 3:20Ivk 13:39; Gl 3:11
Rom. 3:20Rm 7:9
Rom. 3:20Rm 7:13; Gl 3:19
Rom. 3:21Gus 32:4; Rm 1:17
Rom. 3:21Heb 11:4
Rom. 3:21Gh 21:9; Gus 18:18
Rom. 3:21Yes 53:11; Yr 31:34; Dn 9:24
Rom. 3:22Yoh 1:17
Rom. 3:22Yes 59:20
Rom. 3:22Gl 3:28
Rom. 3:23Ums 7:20; Rm 3:9
Rom. 3:23It 1:31; Yes 64:6
Rom. 3:24Rm 5:17; 6:23; Ef 1:7
Rom. 3:24Ef 2:8
Rom. 3:24Mt 20:28; 1Kr 1:30; 1Tm 2:6; 1Pt 2:24
Rom. 3:25Yes 53:11; 2Kr 5:19; 1Yh 2:2; 4:10
Rom. 3:25Lw 17:11; Ivk 13:39; Ef 1:7
Rom. 3:25Ivk 13:38
Rom. 3:25Ivk 17:30; Rm 2:4
Rom. 3:26Zb 89:14; Rm 5:18
Rom. 3:26Rm 8:33; 1Kr 1:30; 1Yh 1:9
Rom. 3:271Kr 1:29
Rom. 3:27Ivk 13:39
Rom. 3:27Ef 2:9
Rom. 3:27Yr 31:33; Rm 1:17; 8:2
Rom. 3:28Ivk 13:39; Gl 2:16; Yak 2:24
Rom. 3:29Ivk 17:27
Rom. 3:29Ivk 10:4
Rom. 3:29Yes 54:5; Rm 10:12; Gl 3:14
Rom. 3:30Gus 6:4; Mr 12:29; 1Kr 8:6; Ef 4:6; 1Tm 2:5
Rom. 3:301Kr 7:18
Rom. 3:30Gl 3:8
Rom. 3:31Mt 5:17
Rom. 3:31Rm 8:4; 13:10
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
Bibiliya y’isi nshasha
Abaroma 3:1-31

Abaroma

3 None Umuyuda asumvya abandi iki+, canke akamaro k’ukugenyerwa ni akahe+? 2 Birimwo uturusho twinshi mu buryo bwose. Imbere ya vyose, ni kubera ko amajambo meranda y’Imana ari bo yajejwe+. 3 None bimeze bite? Nimba bamwe baterekanye ukwizera+, mbega ukutizera kwabo kwoba kuzotuma ubwizigirwa+ bw’Imana butagira ico bumara+? 4 Ntibikabe! Mugabo Imana iboneke ko ari inyakuri+, naho umuntu wese yoboneka ko ari umunyakinyoma+, nk’uko vyanditswe ngo: “Kugira ngo uboneke ko ugororotse mu majambo yawe kandi utsinde igihe uriko uracirwa urubanza+.” 5 Ariko nimba ukutagororoka kwacu gushira imbere ubugororotsi bw’Imana+, tuvuge iki none? Imana yoba irenganya+ igihe irekura uburake bwayo? (Ndiko mvuga nk’umuntu+.) 6 Ntibikabe! Ahandiho none, Imana izocira urubanza isi gute+?

7 Yamara nimba ukuri kw’Imana+ kurushirije kuja ahabona ku bw’ubuninahazwa bwayo bivuye ku kinyoma canje, kubera iki none nanje noba ngicirwa urubanza rw’umucumuzi+? 8 Kandi, nk’uko tuvyagirizwa tubesherwa+ kandi bamwe bakavuga ko ari ko tuvuga, twobuzwa n’iki kuvuga ngo: “Dukore ibibi kugira ngo ivyiza bibone kuza+”? Urubanza+ rucirwa abo bantu rurahuye n’ubutungane+.

9 Tuvuge iki none? Ivyacu vyoba ari vyo vyiza kuruta+? Habe namba! Kuko aho haruguru duhejeje gushikiriza ikirego c’uko Abayuda n’Abagiriki bagabwa n’igicumuro bose+; 10 ni nk’uko vyanditswe ngo: “Nta mugororotsi ariho, habe n’umwe+; 11 nta n’umwe ariho afise ugutahura na gukeyi, nta n’umwe ariho arondera Imana+. 12 Bose barahuvye, bose hamwe bacitse abatagira ico bamaze; nta n’umwe ariho agira ubuntu, ntihagira n’umwe+.” 13 “Umuhogo wabo ni imva irangaye, bahendanishije indimi zabo+.” “Ubumara bw’incira buri inyuma y’iminwa yabo+.” 14 “Kandi akanwa kabo kuzuye ukuvumana be n’amajambo y’umururazi+.” 15 “Ibirenge vyabo vyihutira gusesa amaraso+.” 16 “Agatikizo n’amagorwa biri mu nzira zabo+, 17 kandi ntibamenye inzira y’amahoro+.” 18 “Nta gutinya Imana kuri imbere y’amaso yabo+.”

19 Ubu turazi yuko ibintu vyose Itegeko+ rivuga rivyerekeza ku bagabwa n’Itegeko, kugira ngo iminwa yose izibwe+, n’isi yose icike iyikwiriye+ igihano imbere y’Imana+. 20 Biciye ku bikorwa vy’itegeko rero nta muntu n’umwe azokwitwa umugororotsi+ imbere yayo, kuko biciye kw’itegeko+ ari ho ubumenyi butagira amakosa bwerekeye igicumuro buboneka+.

21 Mugabo ubu, ubugororotsi bw’Imana+ bwarabonetse bidaciye kw’itegeko, nk’uko bishingirwa intahe+ n’Itegeko+ be n’Abahanuzi+; 22 egome, ubugororotsi bw’Imana biciye ku kwizera Yezu Kristu+, ku bw’abo bose bafise ukwizera+. Kuko ata tandukaniro rihari+. 23 Kuko bose bacumuye+ bakaba badashikira ubuninahazwa bw’Imana+, 24 kandi ni nk’ingabirano ya gusa+ kubona bariko bitwa abagororotsi ku buntu ata wari abukwiriye bwayo+, mu kubohorwa biciye ku ncungu*+ yarishwe na Kristu Yezu. 25 Imana yaramushizeho ngo abe ishikanwa ry’impongano+ biciye ku kwizera amaraso yiwe+. Kwari ukugira ngo yerekane ubugororotsi bwayo bwite kuko yariko ibabarira ibicumuro+ vyabaye kera igihe Imana yagira ukwirengagiza+; 26 kugira ngo yerekane ubugororotsi+ bwayo bwite muri iki kiringo, ngo ibe iyigororotse mbere n’igihe yita umugororotsi+ umuntu yizera Yezu.

27 None ukwirata kuri hehe+? Kurakuwemwo. Biciye kw’itegeko irihe+? Rimwe ry’ibikorwa+? Oya, habe namba! ahubwo biciye kw’itegeko ry’ukwizera+. 28 Kuko tubona ko umuntu yitwa umugororotsi bivuye ku kwizera, bitavuye ku bikorwa vy’itegeko+. 29 Canke yoba ari Imana y’Abayuda gusa+? Mbega si iy’abanyamahanga na bo+? Egome, ni iy’abanyamahanga na bo+, 30 nimba vy’ukuri Imana ari imwe+, ari na yo izokwita abagenyerewe+ abagororotsi bivuye ku kwizera, n’abatagenyerewe+ ikabita abagororotsi biciye ku kwizera kwabo. 31 None itegeko turarikuraho biciye ku kwizera kwacu+? Ntibikabe! Ahubwo riho turashimangira itegeko+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika