ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 5
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Abalewi 5:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 2:7; 46:26; Ezk 18:4
  • +Img 29:24
  • +It 37:2; 1Sm 2:24; Est 6:2; Img 29:24; 1Kr 1:11; 5:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 58

Abalewi 5:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 11:24; 17:15; 21:1; Gh 19:11; Gus 14:8
  • +Zb 19:12
  • +Lw 4:13

Abalewi 5:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 12:2; 13:3; 15:3; Gh 19:11

Abalewi 5:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yak 3:8; 1Pt 3:10
  • +Mal 3:5
  • +Abc 21:7; 1Sm 14:24; Mt 5:33; Mr 6:23

Abalewi 5:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:40; Gh 5:7; Yos 7:19; Ezr 10:11; Zb 32:5; Img 28:13; 1Yh 1:9

Abalewi 5:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 7:1; 14:12; 19:21; Gh 6:12
  • +Lw 4:28
  • +Lw 4:20; Yoh 1:29; 1Tm 2:5; Heb 9:14; 1Yh 4:10

Abalewi 5:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 12:8; 14:21; 2Kr 8:12; Yak 2:5
  • +Lw 1:14; 15:14
  • +Lw 14:22; Lk 2:24

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/2009, rup. 26

Abalewi 5:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 1:15

Abalewi 5:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 1:5; 7:2; Heb 9:22

Abalewi 5:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 1:17
  • +Lw 6:7; Heb 2:17; 1Yh 2:2
  • +Kv 34:9

Abalewi 5:11

Utujambo tw'epfo

  • *

    Efa yari ingero ingana n’amalitiro 22.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Kr 8:12
  • +Kv 16:36
  • +Gh 5:15
  • +Lw 5:6; Img 28:13; 2Kr 5:21

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/6/2013, rup. 15

    1/6/2009, rup. 26

Abalewi 5:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 6:15; Gh 5:26
  • +Lw 4:35
  • +Lw 4:3

Abalewi 5:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 4:26
  • +Lw 2:10; 7:6; 1Sm 2:28; 1Kr 9:13

Abalewi 5:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 10:18; 22:14; Gh 18:9
  • +Lw 6:6
  • +Kv 30:13; Lw 27:25

Abalewi 5:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 6:5; 22:14; 27:13; Gh 5:7
  • +Kv 32:30; Lw 12:8; Gh 15:25; Heb 2:17; 1Yh 2:2
  • +Kv 34:9; Lw 4:20; 6:7; 19:22

Abalewi 5:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 19:12; Lk 12:48; Heb 5:2
  • +Lw 5:2; 1Tm 5:24

Abalewi 5:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 5:7; 6:6
  • +Lw 1:4
  • +Yes 53:12

Abalewi 5:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 10:2; Zb 51:3

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Lew. 5:1It 2:7; 46:26; Ezk 18:4
Lew. 5:1Img 29:24
Lew. 5:1It 37:2; 1Sm 2:24; Est 6:2; Img 29:24; 1Kr 1:11; 5:1
Lew. 5:2Lw 11:24; 17:15; 21:1; Gh 19:11; Gus 14:8
Lew. 5:2Zb 19:12
Lew. 5:2Lw 4:13
Lew. 5:3Lw 12:2; 13:3; 15:3; Gh 19:11
Lew. 5:4Yak 3:8; 1Pt 3:10
Lew. 5:4Mal 3:5
Lew. 5:4Abc 21:7; 1Sm 14:24; Mt 5:33; Mr 6:23
Lew. 5:5Lw 26:40; Gh 5:7; Yos 7:19; Ezr 10:11; Zb 32:5; Img 28:13; 1Yh 1:9
Lew. 5:6Lw 7:1; 14:12; 19:21; Gh 6:12
Lew. 5:6Lw 4:28
Lew. 5:6Lw 4:20; Yoh 1:29; 1Tm 2:5; Heb 9:14; 1Yh 4:10
Lew. 5:7Lw 12:8; 14:21; 2Kr 8:12; Yak 2:5
Lew. 5:7Lw 1:14; 15:14
Lew. 5:7Lw 14:22; Lk 2:24
Lew. 5:8Lw 1:15
Lew. 5:9Lw 1:5; 7:2; Heb 9:22
Lew. 5:10Lw 1:17
Lew. 5:10Lw 6:7; Heb 2:17; 1Yh 2:2
Lew. 5:10Kv 34:9
Lew. 5:112Kr 8:12
Lew. 5:11Kv 16:36
Lew. 5:11Gh 5:15
Lew. 5:11Lw 5:6; Img 28:13; 2Kr 5:21
Lew. 5:12Lw 6:15; Gh 5:26
Lew. 5:12Lw 4:35
Lew. 5:12Lw 4:3
Lew. 5:13Lw 4:26
Lew. 5:13Lw 2:10; 7:6; 1Sm 2:28; 1Kr 9:13
Lew. 5:15Lw 10:18; 22:14; Gh 18:9
Lew. 5:15Lw 6:6
Lew. 5:15Kv 30:13; Lw 27:25
Lew. 5:16Lw 6:5; 22:14; 27:13; Gh 5:7
Lew. 5:16Kv 32:30; Lw 12:8; Gh 15:25; Heb 2:17; 1Yh 2:2
Lew. 5:16Kv 34:9; Lw 4:20; 6:7; 19:22
Lew. 5:17Zb 19:12; Lk 12:48; Heb 5:2
Lew. 5:17Lw 5:2; 1Tm 5:24
Lew. 5:18Lw 5:7; 6:6
Lew. 5:18Lw 1:4
Lew. 5:18Yes 53:12
Lew. 5:19Ezr 10:2; Zb 51:3
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
Bibiliya y’isi nshasha
Abalewi 5:1-19

Abalewi

5 “‘Mu gihe na ho umuntu+ acumuye mu kuba yumvise imivumo+ ivuzwe icese, akaba ari icabona canke yabibonye canke yabimenye, natabimenyesha+, azotegerezwa kwishura ikosa ryiwe.

2 “‘Canke igihe umuntu akoze ku kintu kanaka gihumanye, waba umuvyimba w’igikoko gihumanye, canke umuvyimba w’igitungwa gihumanye, canke umuvyimba w’ikiremwa kigwirirana gihumanye+, naho yoba atabimenye+, ntikizobuza ko aba uwuhumanye kandi akagirwa n’icaha+. 3 Canke mu gihe akoze ku buhumane bw’umuntu, ari ubuhumane+ bw’umuntu ubwo ari bwo bwose bwotuma acika uwuhumanye, naho yoba atari yabimenye, yamara agahava akabimenya, aba yagiriwe n’icaha.

4 “‘Canke umuntu niyarahira, akavugisha iminwa yiwe atiyumviriye+, akarahira yiyemeza gukora inabi+ canke ineza ku bijanye n’ikintu ico ari co cose uyo muntu yovuga atiyumviriye mu ndahiro+, naho yoba atari yabimenye, yamara ubwiwe agahava akabimenya, aba yagiriwe n’icaha ku bijanye na kimwe muri ivyo bintu.

5 “‘Kandi uko bizogenda ni uku: niyagirwa n’icaha ku bijanye na kimwe muri ivyo bintu, ategerezwa rero kwatura+ ingene yacumuye. 6 Aze azanire Yehova ishikanwa ry’ukwagirwa n’icaha+ ku bw’igicumuro yakoze, ni ukuvuga ikigore kivuye mu mukuku, umwagazi w’intama w’ishashi canke umwagazi w’impene w’ishashi+, bibe ishikanwa ry’igicumuro; kandi umuherezi aze amutangire impongano ku bw’igicumuro ciwe+.

7 “‘Mugabo nimba ata buryo buhagije afise bwo kuronka intama+, bwa shikanwa ryiwe ry’ukwagirwa n’icaha ku bw’igicumuro yakoze, aze azanire Yehova intunguru+ zibiri canke inuma zibiri zikiri nto, imwe ku bw’ishikanwa ry’igicumuro+ iyindi ku bw’ishikanwa riturirwa. 8 Aze azizanire umuherezi, na we abanze gushikiriza imwe bwa shikanwa ry’igicumuro, aheze anwinge+ umutwe wayo ku ruhande rw’imbere rw’izosi ryayo, mugabo ntawucacure. 9 Aze acucagire ku ruhande rw’igicaniro makeyi ku maraso y’ishikanwa ry’igicumuro, mugabo ayasigaye kuri nya maraso azomiminurirwa ku ntaba y’igicaniro+. Ni ishikanwa ry’igicumuro. 10 Iyindi azoyigira ishikanwa riturirwa, nk’uko bisanzwe bigirwa+. Umuherezi aze amutangire impongano+ ku bw’igicumuro yakoze, abone kukibabarirwa+.

11 “‘Nimba na ho adafise uburyo+ bwo kuronka intunguru zibiri canke inuma zibiri zikiri nto, bwa shikanwa ryiwe ku bw’igicumuro yakoze, aze azane ic’icumi c’ingero ya efa*+ c’ifu inoze kibe ishikanwa ry’igicumuro. Ntaze arishireko amavuta+, kandi ntaze arishireko imibavu ya olibani, kuko ari ishikanwa ry’igicumuro+. 12 Aze arizanire umuherezi, umuherezi na we akamate kuri ryo urushi rwiwe bwa cibutsa+ caryo aheze arifumbishe umwotsi ku gicaniro, ku mashikanwa ya Yehova ashikanishwa umuriro+. Ni ishikanwa ry’igicumuro+. 13 Kandi umuherezi aze amutangire impongano+ ku bw’igicumuro yakoze, ico ari co cose muri ivyo bicumuro, abone kukibabarirwa; kandi rize ryegukire umuherezi+ cokimwe n’ishikanwa ry’intete.’”

14 Yehova abandanya kubarira Musa ati: 15 “Umuntu niyahemuka mu gucumura ku bintu vyeranda vya Yehova bivuye ku kwihenda+, bwa shikanwa ry’ukwagirwa n’icaha+ aze azanire Yehova impfizi y’intama itagira agahonzi ivuye mu mukuku, hisunzwe agaciro kagereranijwe muri shekeli+ z’ifeza, hisunzwe shekeli y’ahantu heranda, ribe ishikanwa ry’ukwagirwa n’icaha. 16 Azotanga inshumbusho ku bw’igicumuro yakoze ku hantu heranda, ayongereko ica gatanu+ cayo, kandi aze abihe umuherezi, kugira umuherezi amutangire impongano+ akoresheje ya mpfizi y’intama y’ishikanwa ry’ukwagirwa n’icaha, abone kukibabarirwa+.

17 “Kandi nimba umuntu acumuye mu gukora kimwe mu bintu Yehova ategeka ko bidakwiye gukorwa, naho yoba atari yabimenye+, ntikibuza ko yagirwa n’icaha, kandi ategerezwa kwishura ikosa ryiwe+. 18 Aze azanire umuherezi impfizi y’intama itagira agahonzi ivuye mu mukuku hisunzwe agaciro kagereranijwe, ibe ishikanwa ry’ukwagirwa n’icaha+. Umuherezi aze amutangire impongano + ku bw’ikosa yakoze atabishaka, naho ubwiwe yoba atari yabimenye, abone kuribabarirwa+. 19 Ni ishikanwa ry’ukwagirwa n’icaha. Nta kabuza, aba yagiriwe n’ugucumura+ kuri Yehova.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika