ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 29
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Gusubira mu vyagezwe 29:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 24:8; Lw 26:45; Gus 5:2

Gusubira mu vyagezwe 29:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 19:4; Gus 7:18; Yos 24:5

Gusubira mu vyagezwe 29:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 4:34; 7:19; Neh 9:17, 19
  • +Gh 14:11
  • +Neh 9:10; Zb 78:43; 105:27

Gusubira mu vyagezwe 29:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 20:12; Yes 6:10; Mr 4:12; Rm 11:8; Ef 4:18

Gusubira mu vyagezwe 29:5

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke, “isandali.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 1:3; 8:2; Am 2:10
  • +Gus 8:4; Neh 9:21; Mt 6:31

Gusubira mu vyagezwe 29:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 16:12, 31; Neh 9:15

Gusubira mu vyagezwe 29:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 21:26
  • +Gh 21:33
  • +Zb 135:10, 11

Gusubira mu vyagezwe 29:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 32:33; Gus 3:12

Gusubira mu vyagezwe 29:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 4:6; 8:18; Yos 1:7; 1Bm 2:3; Zb 103:17, 18; Lk 11:28

Gusubira mu vyagezwe 29:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 31:12

Gusubira mu vyagezwe 29:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Neh 8:2
  • +Kv 12:38; Gh 11:4
  • +Yos 9:21

Gusubira mu vyagezwe 29:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 29:1, 29
  • +Gus 1:3

Gusubira mu vyagezwe 29:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 19:5; Gus 7:6; 27:9; 28:9
  • +Kv 6:7; 29:45
  • +It 17:7; 22:16; Yr 11:5; Heb 6:13
  • +It 26:3; Kv 2:24; Zb 105:9
  • +It 28:13

Gusubira mu vyagezwe 29:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 5:3; Ezk 16:60

Gusubira mu vyagezwe 29:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 32:39

Gusubira mu vyagezwe 29:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 2:4

Gusubira mu vyagezwe 29:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 25:2; Ezk 20:8

Gusubira mu vyagezwe 29:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 11:16; 17:3; Heb 3:12
  • +Yr 9:15; Hs 10:4; Am 6:12; Ivk 8:23; Heb 12:15

Gusubira mu vyagezwe 29:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 29:12
  • +Zb 10:6; Yr 5:12; 14:19
  • +Neh 9:29; Img 28:14; Yes 30:1; Yr 3:17; 6:28; Zk 7:12; Rm 1:21; 2:5

Gusubira mu vyagezwe 29:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 34:7; Yos 24:19; Yes 27:11
  • +Zb 74:1
  • +Kv 34:14; Zb 79:5; Ezk 23:25
  • +Zb 18:8; Heb 12:29
  • +Gus 27:26; 28:15

Gusubira mu vyagezwe 29:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 2:5

Gusubira mu vyagezwe 29:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:59

Gusubira mu vyagezwe 29:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Abc 9:45; Zb 107:34; Yr 17:6
  • +Zb 11:6
  • +It 19:24; Yud 7
  • +It 10:19
  • +It 14:2; Hs 11:8
  • +Yr 20:16; Am 4:11

Gusubira mu vyagezwe 29:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 9:8; 2Ng 7:21; Yr 22:8

Gusubira mu vyagezwe 29:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 29:12; 1Bm 19:10
  • +Yr 22:9; 31:32

Gusubira mu vyagezwe 29:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Abc 2:12; 1Bm 9:9; 2Bm 17:7; 2Ng 7:22; Yr 19:4

Gusubira mu vyagezwe 29:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:16; Gus 27:26; 29:20

Gusubira mu vyagezwe 29:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:63; 1Bm 14:15; 2Bm 17:18; Zb 52:5; Lk 21:24
  • +Ezr 9:7; Dn 9:7

Gusubira mu vyagezwe 29:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 55:8; Rm 11:33; 1Kr 2:16
  • +Am 3:7; Mt 11:27; Ef 3:5
  • +Zb 78:5; Ums 12:13; 1Yh 5:3

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Gus. 29:1Kv 24:8; Lw 26:45; Gus 5:2
Gus. 29:2Kv 19:4; Gus 7:18; Yos 24:5
Gus. 29:3Gus 4:34; 7:19; Neh 9:17, 19
Gus. 29:3Gh 14:11
Gus. 29:3Neh 9:10; Zb 78:43; 105:27
Gus. 29:4Img 20:12; Yes 6:10; Mr 4:12; Rm 11:8; Ef 4:18
Gus. 29:5Gus 1:3; 8:2; Am 2:10
Gus. 29:5Gus 8:4; Neh 9:21; Mt 6:31
Gus. 29:6Kv 16:12, 31; Neh 9:15
Gus. 29:7Gh 21:26
Gus. 29:7Gh 21:33
Gus. 29:7Zb 135:10, 11
Gus. 29:8Gh 32:33; Gus 3:12
Gus. 29:9Gus 4:6; 8:18; Yos 1:7; 1Bm 2:3; Zb 103:17, 18; Lk 11:28
Gus. 29:10Gus 31:12
Gus. 29:11Neh 8:2
Gus. 29:11Kv 12:38; Gh 11:4
Gus. 29:11Yos 9:21
Gus. 29:12Gus 29:1, 29
Gus. 29:12Gus 1:3
Gus. 29:13Kv 19:5; Gus 7:6; 27:9; 28:9
Gus. 29:13Kv 6:7; 29:45
Gus. 29:13It 17:7; 22:16; Yr 11:5; Heb 6:13
Gus. 29:13It 26:3; Kv 2:24; Zb 105:9
Gus. 29:13It 28:13
Gus. 29:14Gus 5:3; Ezk 16:60
Gus. 29:15Yr 32:39
Gus. 29:16Gus 2:4
Gus. 29:17Gh 25:2; Ezk 20:8
Gus. 29:18Gus 11:16; 17:3; Heb 3:12
Gus. 29:18Yr 9:15; Hs 10:4; Am 6:12; Ivk 8:23; Heb 12:15
Gus. 29:19Gus 29:12
Gus. 29:19Zb 10:6; Yr 5:12; 14:19
Gus. 29:19Neh 9:29; Img 28:14; Yes 30:1; Yr 3:17; 6:28; Zk 7:12; Rm 1:21; 2:5
Gus. 29:20Kv 34:7; Yos 24:19; Yes 27:11
Gus. 29:20Zb 74:1
Gus. 29:20Kv 34:14; Zb 79:5; Ezk 23:25
Gus. 29:20Zb 18:8; Heb 12:29
Gus. 29:20Gus 27:26; 28:15
Gus. 29:21Rm 2:5
Gus. 29:22Gus 28:59
Gus. 29:23Abc 9:45; Zb 107:34; Yr 17:6
Gus. 29:23Zb 11:6
Gus. 29:23It 19:24; Yud 7
Gus. 29:23It 10:19
Gus. 29:23It 14:2; Hs 11:8
Gus. 29:23Yr 20:16; Am 4:11
Gus. 29:241Bm 9:8; 2Ng 7:21; Yr 22:8
Gus. 29:25Gus 29:12; 1Bm 19:10
Gus. 29:25Yr 22:9; 31:32
Gus. 29:26Abc 2:12; 1Bm 9:9; 2Bm 17:7; 2Ng 7:22; Yr 19:4
Gus. 29:27Lw 26:16; Gus 27:26; 29:20
Gus. 29:28Gus 28:63; 1Bm 14:15; 2Bm 17:18; Zb 52:5; Lk 21:24
Gus. 29:28Ezr 9:7; Dn 9:7
Gus. 29:29Yes 55:8; Rm 11:33; 1Kr 2:16
Gus. 29:29Am 3:7; Mt 11:27; Ef 3:5
Gus. 29:29Zb 78:5; Ums 12:13; 1Yh 5:3
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
Bibiliya y’isi nshasha
Gusubira mu vyagezwe 29:1-29

Gusubira mu vyagezwe

29 Aya ni yo majambo y’isezerano Yehova yategetse Musa kugirana na bene Isirayeli mu gihugu ca Mowabu, uretse rya sezerano yari yarapfunditse na bo i Horebu+.

2 Nuko Musa ahamagara Isirayeli yose, ababwira ati: “Mwebwe mwariboneye ibintu vyose Yehova yakoreye mu maso yanyu mu gihugu ca Misiri abikoreye Farawo n’abasavyi biwe bose n’igihugu ciwe cose+, 3 vya bihinyuza bikomeye amaso yanyu yibonera+, vya bimenyetso+ na vya bitangaro bikomeye+. 4 Yamara Yehova ntiyabahaye umutima wo kumenya, n’amaso yo kubona, n’amatwi yo kwumva, gushika n’uyu musi+. 5 ‘Mu myaka mirongo ine namaze ndabarongōra mu gahinga+, impuzu zanyu ntizabashiriyeko, n’inkweto* yawe ntiyagushiriye ku kirenge+. 6 Nta mukate mwariye+, nta n’umuvinyu n’inzoga iboreza mwanyoye, kugira mumenye yuko jewe ndi Yehova Imana yanyu.’ 7 Murateba mushika aha hantu, hanyuma Sihoni umwami wa Heshiboni+ na Ogi+ umwami wa Bashani baza guhura natwe mu rugamba, mugabo turabatsinda+. 8 Turaheza dufata igihugu cabo, tugiha Abarubeni n’Abagadi n’igice c’umuryango w’Abamanase bwa ntoranwa+. 9 Mutegerezwa rero kugumya amajambo y’iri sezerano mukayashitsa, kugira mutume ikintu cose muzokora kigenda neza+.

10 “Muhagaze mwese uno musi imbere ya Yehova Imana yanyu: abakuru b’imiryango yanyu, abagabo b’inararibonye banyu n’abarongozi banyu, umugabo wese wo muri Isirayeli+, 11 abana banyu batoyi, abagore banyu+, na kavamahanga wawe+ ari hagati mw’ikambi yawe, kuva ku wugusenyera inkwi gushika ku wukuvomera amazi+, 12 kugira ngo winjire mw’isezerano+ rya Yehova Imana yawe n’indahiro yiwe, ivyo Yehova Imana yawe agiranye nawe uno musi+; 13 kugira agushinge uno musi ngo umubere igisata+ no kugira yerekane ko ari Imana yawe+, nk’uko yabigusezeraniye akabirahira kandi ba sogokuruza bawe Aburahamu+, Izahaki+ na Yakobo+.

14 “Iri sezerano n’iyi ndahiro rero sindabigiranye namwe gusa+, 15 ahubwo ndabigiranye n’uwuri ng’aha ahagararanye natwe uno musi imbere ya Yehova Imana yacu hamwe n’abatari ng’aha kumwe natwe uno musi+; 16 (kuko ubwanyu muzi neza ukuntu twabaye mu gihugu ca Misiri n’ukuntu twaciye hagati mu mahanga mwaciyemwo+. 17 Kandi mwahora mubona ibintu vyabo bisesemye n’ibigirwamana vyabo vy’umwanda bari bafise+, vy’ibiti n’amabuye, vy’ifeza n’inzahabu;) 18 kugira ntihabe muri mwebwe umugabo canke umugore canke urugo canke umuryango umutima wabo uhindukira uno musi ukava kuri Yehova Imana yacu ukagenda ugakorera imana z’ayo mahanga+; kugira ntihabe muri mwebwe umuzi wama icamwa c’igiterwa c’ubumara n’ic’ibamba+.

19 “Kandi umuntu niyamara kwumva amajambo y’iyi ndahiro+, hanyuma akihezagira mu mutima wiwe ati: ‘Nzogira amahoro+ naho nogendera mu kagagazo k’umutima wanje+,’ mu ntumbero yo kuzimanganya uwavomerewe neza n’uwunyotewe, 20 Yehova ntazoshima kumubabarira+, ahubwo nyabuna ishavu rya Yehova+ n’ishaka ryiwe+ bizofumbira umwotsi uwo muntu+, kandi indahiro yose yanditse muri iki gitabu+ izomugumako ata kabuza, kandi Yehova azohanagura koko izina ryiwe munsi y’amajuru. 21 Bizoba ngombwa rero ko Yehova amutandukanya+ n’iyindi miryango yose ya Isirayeli kugira amuteze ivyago nk’uko indahiro yose y’isezerano ryanditse muri iki gitabu c’itegeko iri.

22 “Kandi iyaruka ryo muri kazoza, ni ukuvuga abana banyu bazohaguruka mu nyuma zanyu, mbere n’umunyamahanga azova mu gihugu ca kure, nibamara kubona ivyago vy’ico gihugu n’indwara zaco Yehova azogiteza+, 23 amazuku n’umunyu+ n’ukururumba+, ku buryo intara yaco yose itazobibwa, canke ngo imere, canke ngo hagire n’icatsi na kimwe kimera muri yo, nka kumwe kw’itembagazwa rya Sodomu na Gomora+, Adima+ na Zeboyimu+, bimwe Yehova yatembagaza mw’ishavu ryiwe no mu burake bwiwe+; 24 emwe, amahanga yose ntazobura kuvuga ngo: ‘Kubera iki Yehova yagiriye gutya iki gihugu+? Ukurungura kw’iryo shavu ryinshi kwavuye ku ki?’ 25 Maze bazovuga ngo: ‘Ni kubera bataye isezerano+ rya Yehova Imana ya ba sekuruza babo, iryo yagiranye na bo igihe yabakura mu gihugu ca Misiri+. 26 Baragiye rero, bakorera izindi mana bongera barazunamira, imana batari baramenye, kandi atari yarabageze+. 27 Maze ishavu rya Yehova rirurumbira ico gihugu mu kuzana kuri co umuvumo wose wanditse muri iki gitabu+. 28 Ku bw’ivyo, Yehova yarabaranduranye n’imizi ku butaka bwabo n’ishavu+ n’ubushangashirwe n’uburakari bukaze, abajugunyira mu kindi gihugu nk’uko biri uyu musi+.’

29 “Ibintu bihishijwe+ ni ivya Yehova Imana yacu, ariko ibihishuwe+ ni ivyacu n’abana bacu gushika igihe kitagira urugero, kugira dushitse amajambo yose y’iri tegeko+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika