ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 4
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Itanguriro 4:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 1:28
  • +Yud 11
  • +It 3:16

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/1/2013, rup. 12-13

    Niwigane, rup. 10-11

Itanguriro 4:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 23:35
  • +It 46:34
  • +It 3:23

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/1/2013, rup. 13-14

    1/2/2002, rup. 20

    Niwigane, rup. 11-12

Itanguriro 4:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Neh 10:35
  • +Lw 2:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/2/2002, rup. 19

Itanguriro 4:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 13:12
  • +Lw 3:9
  • +Heb 11:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2015, rup. 20

    1/1/2013, rup. 14-15

    1/2/2002, rup. 19

    1/9/2000, rup. 7-8

    Niwigane, rup. 14

Itanguriro 4:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Am 5:22
  • +Img 14:30; 15:18; 27:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/1/2013, rup. 15

    1/2/2002, rup. 20

    Niwigane, rup. 16

Itanguriro 4:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 14:11; 1Pt 5:6
  • +Img 11:6; Yak 1:14
  • +Ums 8:13; Ezk 18:27

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/4/2014, rup. 28

    1/2/2002, rup. 20

    Be maso!,

    10/2011, rup. 24

Itanguriro 4:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 23:35; 1Yh 3:12; Yud 11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/1/2013, rup. 15

    15/9/2002, rup. 28

    Niwigane, rup. 16

Itanguriro 4:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 10:13; Img 28:13
  • +Zb 50:20; Img 17:17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/2/2002, rup. 20

Itanguriro 4:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 18:20; 2Bm 9:26; Yes 26:21; Heb 12:24

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nugume mu rukundo rw’Imana, rup. 90

    “Urukundo rw’Imana,” rup. 74-75

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 100-101

    Umunara w’Inderetsi,

    15/6/2004, rup. 14

Itanguriro 4:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 7:26
  • +It 9:5

Itanguriro 4:12

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ijambo ku rindi ni “ububasha.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 3:17; Lw 26:20; Gus 28:18
  • +Gus 28:65; Img 28:17; Hs 9:17

Itanguriro 4:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 34:29; Yes 59:2; Mik 3:4
  • +Zb 36:11
  • +Rm 12:19

Itanguriro 4:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 4:24; Gus 32:35; Heb 10:30
  • +Ezk 9:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/1/2004, rup. 29

    1/2/2002, rup. 20-21

Itanguriro 4:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 34:16

Itanguriro 4:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 5:4
  • +2Sm 18:18; Zb 49:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    8/2016, rup. 10

    Umunara w’Inderetsi,

    1/9/2010, rup. 25

    1/1/2004, rup. 29

Itanguriro 4:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 25:27; Heb 11:9
  • +It 13:7; Gus 3:19

Itanguriro 4:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 33:2; 1Kr 14:7
  • +Yb 21:12; Zb 150:4

Itanguriro 4:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 27:5; 2Sm 12:31; Yes 2:4

Itanguriro 4:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 4:15; Lw 19:18

Itanguriro 4:25

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ijambo ku rindi ni “urubuto.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 5:3
  • +It 4:8; Mt 23:35; Heb 11:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/2/2009, rup. 13

Itanguriro 4:26

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke, “abantu batangura gucafuza izina rya Yehova.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 5:6; Lk 3:38
  • +Kv 20:7; 2Bm 19:16

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro ya bose),

    no. 1 2017 rup. 10

    Umunara w’Inderetsi,

    1/9/2005, rup. 15-16

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ita. 4:1It 1:28
Ita. 4:1Yud 11
Ita. 4:1It 3:16
Ita. 4:2Mt 23:35
Ita. 4:2It 46:34
Ita. 4:2It 3:23
Ita. 4:3Neh 10:35
Ita. 4:3Lw 2:14
Ita. 4:4Kv 13:12
Ita. 4:4Lw 3:9
Ita. 4:4Heb 11:4
Ita. 4:5Am 5:22
Ita. 4:5Img 14:30; 15:18; 27:4
Ita. 4:7Lk 14:11; 1Pt 5:6
Ita. 4:7Img 11:6; Yak 1:14
Ita. 4:7Ums 8:13; Ezk 18:27
Ita. 4:8Mt 23:35; 1Yh 3:12; Yud 11
Ita. 4:9Zb 10:13; Img 28:13
Ita. 4:9Zb 50:20; Img 17:17
Ita. 4:10It 18:20; 2Bm 9:26; Yes 26:21; Heb 12:24
Ita. 4:11Ezr 7:26
Ita. 4:11It 9:5
Ita. 4:12It 3:17; Lw 26:20; Gus 28:18
Ita. 4:12Gus 28:65; Img 28:17; Hs 9:17
Ita. 4:14Yb 34:29; Yes 59:2; Mik 3:4
Ita. 4:14Zb 36:11
Ita. 4:14Rm 12:19
Ita. 4:15It 4:24; Gus 32:35; Heb 10:30
Ita. 4:15Ezk 9:6
Ita. 4:16Zb 34:16
Ita. 4:17It 5:4
Ita. 4:172Sm 18:18; Zb 49:11
Ita. 4:20It 25:27; Heb 11:9
Ita. 4:20It 13:7; Gus 3:19
Ita. 4:21Zb 33:2; 1Kr 14:7
Ita. 4:21Yb 21:12; Zb 150:4
Ita. 4:22Gus 27:5; 2Sm 12:31; Yes 2:4
Ita. 4:24It 4:15; Lw 19:18
Ita. 4:25It 5:3
Ita. 4:25It 4:8; Mt 23:35; Heb 11:4
Ita. 4:26It 5:6; Lk 3:38
Ita. 4:26Kv 20:7; 2Bm 19:16
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
Bibiliya y’isi nshasha
Itanguriro 4:1-26

Itanguriro

4 Adamu rero aryamana na Eva umugore wiwe, maze uno aribungenga+. Mu nyuma yibaruka Kayini+, avuga ati: “Mvyaye umuhungu mfashijwe na Yehova+.” 2 Mu nyuma yongera kwibaruka, avyara mwene wabo Abeli+.

Abeli aba umwungere w’intama+, mugabo Kayini aba umurimyi w’ubutaka+. 3 Hashize igihe kanaka, Kayini atangura kuzana ivyamwa bimwebimwe vy’ubutaka+ ngo bibe ishikanwa kuri Yehova+. 4 Mugabo Abeli, na we nyene azana ivy’uburiza+ bimwebimwe vyo mu busho bwiwe, mbere n’ibihimba vyavyo binuze+. Yehova araba ryiza Abeli n’ishikanwa ryiwe+, 5 ariko ntiyaraba ryiza namba Kayini n’ishikanwa ryiwe+. Maze Kayini ararungura n’ishavu ryinshi+, mu maso hiwe hatangura kwiraburanirwa. 6 Yehova aca abwira Kayini ati: “Ni kubera iki urunguye n’ishavu, kandi ni kubera iki mu maso hawe hiraburaniwe? 7 Niwahindukira ugakora iciza, ntuzoshirwa hejuru+? Mugabo nutahindukira ngo ukore iciza, hari igicumuro kibunze ku bwinjiriro, kandi ni wewe gihahamiye+; mbega wewe uzokirusha inguvu+?”

8 Inyuma y’ivyo Kayini abwira Abeli mwene wabo ati: “Tugende mu gahinga.” Nuko bari mu gahinga, Kayini agurukira kuri Abeli mwene wabo, aramwica+. 9 Mu nyuma Yehova abwira Kayini ati: “Abeli mwene wanyu ari hehe+?” Na we avuga ati: “Sindabizi. Mbaye umurinzi wa mwene wacu+?” 10 Kuri ivyo avuga ati: “Wakoze iki? Umviriza! Amaraso ya mwene wanyu ariko asemererera mu butaka antakambira+. 11 Ubu rero uravumwe, uromowe kuri ubwo butaka+ bwasamitse akanwa kabwo ngo bwakire amaraso ya mwene wanyu yasheshwe n’ukuboko kwawe+. 12 Niwarima ubutaka, ntibuzoguha umwimbu* wabwo+. Uzocika inyererezi n’impunzi mw’isi+.” 13 Kayini na we abwira Yehova ati: “Igihano mpawe ku bw’ikosa ni kinini rwose ku buryo kigoye kwikorera. 14 Ehe uyu musi uranyirukanye koko kuri ubu butaka, kandi mu maso hawe nzohahishwa+; nzocika inyererezi+ n’impunzi kw’isi, kandi nta nkeka uwuzombona wese azonyica+.” 15 Mugabo Yehova amubwira ati: “Ku bw’ico, uwo wese azokwica Kayini azobihorwa incuro indwi+.”

Yehova ashiriraho Kayini ikimenyetso kugira ngo uwo wese amubonye ntamwice+. 16 Kayini aca aragenda ava imbere ya Yehova+, aba mu gihugu c’Ukuba Impunzi mu buseruko bwa Edeni.

17 Inyuma y’aho, Kayini aryamana n’umugore wiwe+, uno aribungenga hanyuma avyara Henoki. Maze atangura kwubaka igisagara, araheza yita ico gisagara izina ry’umuhungu wiwe Henoki+. 18 Mu nyuma Henoki avyara Iradi. Maze Iradi avyara Mehuyayeli, Mehuyayeli avyara Metushayeli, Metushayeli na we avyara Lameki.

19 Nuko Lameki yiyabirira abagore babiri. Uwa mbere yitwa Ada, uwugira kabiri na we akitwa Zila. 20 Mu nyuma Ada yibaruka Yabali. Uno ni we yatanguje ivyo kuba mu mahema+ no kworora ibitungwa+. 21 Mwene wabo yitwa Yubali. Uno ni we yatanguje ivyo kuvuza inanga+ n’umwironge+. 22 Zila na we yibaruka Tubali-kayini, umucuzi w’ubwoko bwose bw’igikoresho c’umujumpu n’ic’icuma+. Mushiki wa Tubali-kayini yari Nayama. 23 Ku bw’ivyo rero Lameki atunganiriza aya majambo abagore biwe Ada na Zila:

“Umve ijwi ryanje, yemwe bagore ba Lameki;

Tege ugutwi ijambo ryanje:

Narishe umugabo kuko yankomerekeje,

Egome, narishe umusore kuko yankubise.

24 Nimba Kayini abwirizwa guhorwa incuro indwi+,

Lameki rero ni incuro mirongo irindwi be n’indwi.”

25 Adamu yongera kuryamana n’umugore wiwe, araheza yibaruka umuhungu maze amwita Seti+, kuko, nk’uko yavuze: “Imana yangeneye urundi ruvyaro* mu kibanza ca Abeli, kuko Kayini yamwishe+.” 26 Kuri Seti na ho nyene havuka umuhungu maze amwita Enoshi+. Ico gihe hatangura ivy’ukwambaza izina rya Yehova*+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika