ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 17
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Itanguriro 17:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 12:7
  • +Ivh 16:7
  • +Zb 15:2; 18:23

Itanguriro 17:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 105:8; Gl 3:17
  • +It 22:17; Gus 1:10; Heb 11:12

Itanguriro 17:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Abc 13:20; Mt 17:6

Itanguriro 17:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 105:9
  • +It 13:16; Rm 4:17

Itanguriro 17:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/2/2009, rup. 13

Itanguriro 17:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 1:18

Itanguriro 17:7

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ijambo ku rindi ni “urubuto.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mik 7:20; Lk 1:72
  • +Abc 2:1; Zb 105:10
  • +Kv 19:5; Mr 12:26

Itanguriro 17:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 6:4; Heb 11:9
  • +Gus 14:2; Zb 105:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Be maso!,

    7/2012, rup. 18-19

Itanguriro 17:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 19:5; Gus 11:13

Itanguriro 17:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 21:4; Lk 2:21
  • +It 34:15; Yos 5:2; Rm 2:29

Itanguriro 17:11

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ni agashato ko kw’isonga ry’igihimba c’irondoka c’umugabo.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 7:8; Rm 4:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/2007, rup. 12-13

Itanguriro 17:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 21:4; Lk 2:21; Fp 3:5

Itanguriro 17:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 12:44; Ivk 16:3
  • +Abc 2:1; Zb 111:5

Itanguriro 17:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 4:24; Gh 15:31; Yoh 7:23

Itanguriro 17:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 11:29

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro ya bose),

    no. 5 2017 rup. 14

    Umunara w’Inderetsi,

    1/2/2009, rup. 13

Itanguriro 17:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 18:10; Rm 9:9
  • +It 35:11
  • +2Ng 28:26

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro ya bose),

    no. 5 2017 rup. 14

Itanguriro 17:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 18:12; 21:6; Lk 2:19
  • +Rm 4:19; Heb 11:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro ya bose),

    no. 5 2017 rup. 14

Itanguriro 17:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 16:11

Itanguriro 17:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 1:2; Rm 9:7; Gl 4:28
  • +It 26:24; Zb 105:9; Lk 1:33; Gl 4:28

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/2/2009, rup. 13-14

Itanguriro 17:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 16:10; 21:13; 25:13
  • +It 21:18; 1Ng 1:29

Itanguriro 17:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 26:3; Kv 2:24; Heb 11:9
  • +It 18:14; 21:1

Itanguriro 17:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 5:4

Itanguriro 17:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 17:13; Yos 5:2; Rm 2:29

Itanguriro 17:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 7:8; Rm 4:11

Itanguriro 17:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 16:16

Itanguriro 17:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 119:60

Itanguriro 17:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 12:44

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ita. 17:1It 12:7
Ita. 17:1Ivh 16:7
Ita. 17:1Zb 15:2; 18:23
Ita. 17:2Zb 105:8; Gl 3:17
Ita. 17:2It 22:17; Gus 1:10; Heb 11:12
Ita. 17:3Abc 13:20; Mt 17:6
Ita. 17:4Zb 105:9
Ita. 17:4It 13:16; Rm 4:17
Ita. 17:62Bm 1:18
Ita. 17:7Mik 7:20; Lk 1:72
Ita. 17:7Abc 2:1; Zb 105:10
Ita. 17:7Kv 19:5; Mr 12:26
Ita. 17:8Kv 6:4; Heb 11:9
Ita. 17:8Gus 14:2; Zb 105:11
Ita. 17:9Kv 19:5; Gus 11:13
Ita. 17:10It 21:4; Lk 2:21
Ita. 17:10It 34:15; Yos 5:2; Rm 2:29
Ita. 17:11Ivk 7:8; Rm 4:11
Ita. 17:12It 21:4; Lk 2:21; Fp 3:5
Ita. 17:13Kv 12:44; Ivk 16:3
Ita. 17:13Abc 2:1; Zb 111:5
Ita. 17:14Kv 4:24; Gh 15:31; Yoh 7:23
Ita. 17:15It 11:29
Ita. 17:16It 18:10; Rm 9:9
Ita. 17:16It 35:11
Ita. 17:162Ng 28:26
Ita. 17:17It 18:12; 21:6; Lk 2:19
Ita. 17:17Rm 4:19; Heb 11:11
Ita. 17:18It 16:11
Ita. 17:19Mt 1:2; Rm 9:7; Gl 4:28
Ita. 17:19It 26:24; Zb 105:9; Lk 1:33; Gl 4:28
Ita. 17:20It 16:10; 21:13; 25:13
Ita. 17:20It 21:18; 1Ng 1:29
Ita. 17:21It 26:3; Kv 2:24; Heb 11:9
Ita. 17:21It 18:14; 21:1
Ita. 17:22Gus 5:4
Ita. 17:23It 17:13; Yos 5:2; Rm 2:29
Ita. 17:24Ivk 7:8; Rm 4:11
Ita. 17:25It 16:16
Ita. 17:26Zb 119:60
Ita. 17:27Kv 12:44
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
Bibiliya y’isi nshasha
Itanguriro 17:1-27

Itanguriro

17 Aburamu ashikanye imyaka mirongo icenda n’icenda, Yehova aramubonekera maze amubwira+ ati: “Ndi Imana Mushoboravyose+. Gendera imbere yanje kandi werekane ko utagira amahinyu+. 2 Nanje nzoshira isezerano ryanje hagati yanje nawe+, kugira nkugwize cane rwose+.”

3 Aburamu aca agwa yubamye+, maze Imana ibandanya kuvugana na we, iti: 4 “Nayo jewe, ehe isezerano ryanje riri kumwe nawe+, kandi nta nkeka uzoba se w’amahanga menshi+. 5 Kandi ntuciswe Aburamu; izina ryawe rizoba Aburahamu, kuko nzokugira se w’isinzi ry’amahanga. 6 Nzotuma urondoka cane, cane rwose, nongere ntume amahanga agukomokako, kandi abami bazokwamuka kuri wewe+.

7 “Nzoshitsa isezerano ryanje riri hagati yanje nawe+ be n’uruvyaro* rwawe mu nyuma zawe nk’uko amayaruka yabo ari, ribe isezerano ryo gushika igihe kitagira urugero+, kugira nerekane ko ndi Imana kuri wewe no ku ruvyaro rwawe mu nyuma zawe+. 8 Nzoguha mwe n’uruvyaro rwawe mu nyuma zawe igihugu wabayemwo uri kavamahanga+, egome igihugu cose ca Kanani, ngo kikubere itongo wigabira gushika igihe kitagira urugero; kandi nzokwerekana ko ndi Imana kuri bo+.”

9 Imana yongera kubwira Aburahamu iti: “Nayo wewe, uze ugumye isezerano ryanje, mwe n’uruvyaro rwawe mu nyuma zawe nk’uko amayaruka yabo ari+. 10 Iri ni ryo sezerano ryanje muzogumya, hagati yanje namwe, mbere n’uruvyaro rwawe mu nyuma zawe+: Uw’igitsina-gabo wese wo muri mwebwe abwirizwa kugenyerwa+. 11 Mubwirizwa kugenyerwa udushato* tw’imibiri yanyu, kandi ivyo bizoba ikimenyetso c’isezerano hagati yanje namwe+. 12 Uw’igitsina-gabo wese wo muri mwebwe amaze imisi umunani abwirizwa kugenyerwa+, nk’uko amayaruka yanyu ari, umuntu wese yavukiye mu nzu yawe n’umuntu wese yaguzwe amahera ku munyamahanga uwo ari we wese atari uwo mu ruvyaro rwawe. 13 Umuntu wese yavukiye mu nzu yawe n’umuntu wese yaguzwe amahera yawe abwirizwa kugenyerwa+ ata kabuza; kandi isezerano ryanje mu mubiri wanyu ritegerezwa kuba isezerano ryo gushika igihe kitagira urugero+. 14 Uw’igitsina-gabo atagenyerewe atazogenyeresha agashato k’umubiri wiwe, emwe, uwo muntu azotegerezwa kurandurwa mu bantu b’iwabo+. Azoba yarenze isezerano ryanje.”

15 Imana yongera kubwira Aburahamu iti: “Nayo Sarayi umugore wawe, ntuze umwite Sarayi, kuko Sara ari ryo zina ryiwe+. 16 Nzomuhezagira, kandi nzoguha umuhungu kuri we+; egome, nzohezagira Sara, na we azokomokako amahanga+; abami b’ibisata vy’abantu bazokwamuka kuri we+.” 17 Nuko Aburahamu agwa yubamye maze atangura gutwenga no kuvuga mu mutima wiwe+ ati: “Mbega umuntu w’imyaka ijana azovyara umwana, na Sara, emwe, umugore w’imyaka mirongo icenda, yibaruke+?”

18 Inyuma y’ivyo Aburahamu abwira Imana y’ukuri ati: “Ese Ishimayeli yobaho imbere yawe+!” 19 Imana na yo ivuga iti: “Sara umugore wawe agiye koko kukuvyarira umuhungu, kandi uze umwite Izahaki+. Nzoshinga isezerano ryanje hamwe na we, ribe isezerano ryo gushika igihe kitagira urugero ku ruvyaro rwiwe mu nyuma ziwe+. 20 Mugabo ku vyerekeye Ishimayeli, nakwumvise. Ehe nzomuhezagira, ntume arondoka nongere ndamugwize cane rwose+. Emwe, azovamwo abakuru cumi na babiri, kandi nzomugira ihanga rikomeye+. 21 Ariko isezerano ryanje nzorishinga hamwe na Izahaki+, uwo Sara azokuvyarira mu mwaka uza kuri iki gihe cashinzwe+.”

22 Nuko Imana irangiza kuvugana na we, hanyuma iraduga ivuye aho Aburahamu ari+. 23 Aburahamu afata rero Ishimayeli umuhungu wiwe n’abantu bose bavukiye mu nzu yiwe n’abaguzwe amahera yiwe bose, uw’igitsina-gabo wese mu bantu bo mu rugo rwa Aburahamu, atangura kugenyera udushato tw’imibiri yabo kuri uwo musi nyene, nk’uko Imana yari yamubwiye+. 24 Aburahamu yari afise imyaka mirongo icenda n’icenda igihe yagenyeresha agashato k’umubiri wiwe+. 25 Ishimayeli umuhungu wiwe na we yari afise imyaka cumi n’itatu igihe yagenyeresha agashato k’umubiri wiwe+. 26 Uwo musi nyene Aburahamu aragenyerwa, be na Ishimayeli umuhungu wiwe+. 27 N’abagabo bose bo mu rugo rwiwe, umuntu wese yavukiye mu nzu, n’umuntu wese yaguzwe amahera ku munyamahanga, bagenyeranwa na we+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika