ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 13
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yesaya 13:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 14:4; Yr 25:12; 50:1; Ivh 18:2
  • +Yes 1:1

Yesaya 13:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 50:2; 51:12, 27
  • +Yes 10:32
  • +Yes 45:1

Yesaya 13:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 51:28
  • +Zb 149:7; Yw 3:11

Yesaya 13:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 51:11, 27
  • +Yr 50:3; 51:11; Dn 5:28
  • +Yr 50:15; 51:3

Yesaya 13:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 50:9; 51:28
  • +Yr 51:11, 20

Yesaya 13:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yw 3:14
  • +Zf 1:14
  • +Yes 13:18; Yr 50:13

Yesaya 13:7

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ijambo ku rindi ni “azokoroka.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 50:43

Yesaya 13:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 5:6
  • +Yr 50:43
  • +Yw 2:6; Nah 2:10

Yesaya 13:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 50:42
  • +Img 13:21

Yesaya 13:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 9:9; 38:31; Am 5:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 109-110

Yesaya 13:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 137:8; Yes 24:6; Yr 51:37; Ivh 18:2
  • +Yr 50:29; Dn 5:23

Yesaya 13:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 50:30; 51:3
  • +1Bm 10:11; 1Ng 29:4; Zb 45:9

Yesaya 13:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Hg 2:6, 21
  • +Yr 51:29; 2Pt 3:10
  • +Zb 110:5; Yes 13:6

Yesaya 13:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 47:15
  • +Yr 50:16

Yesaya 13:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 14:19; Yr 50:27; 51:3

Yesaya 13:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 137:9
  • +Zb 137:8

Yesaya 13:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 21:2; Yr 50:9; 51:11; Dn 5:31

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/2006, rup. 10-11

Yesaya 13:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 21:15; Yr 50:14, 42
  • +2Bm 8:12; Yes 13:16

Yesaya 13:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 47:5; Yr 51:13; Dn 4:30
  • +Yes 47:1
  • +It 19:24; Gus 29:23; Yr 49:18; 50:40; Zf 2:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 3

    Be maso!,

    7/2012, rup. 24

Yesaya 13:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 51:37
  • +Yes 14:22; Yr 50:3, 13; 51:29; Ivh 18:21

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 3

    Be maso!,

    7/2012, rup. 24

Yesaya 13:21

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 34:11
  • +Lw 17:7; 2Ng 11:15; Yes 34:14; Ivh 18:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 261

Yesaya 13:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 34:13; Mik 1:8
  • +Gus 32:35; Ums 3:1; Yr 51:33; 2Pt 2:3

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yes. 13:1Yes 14:4; Yr 25:12; 50:1; Ivh 18:2
Yes. 13:1Yes 1:1
Yes. 13:2Yr 50:2; 51:12, 27
Yes. 13:2Yes 10:32
Yes. 13:2Yes 45:1
Yes. 13:3Yr 51:28
Yes. 13:3Zb 149:7; Yw 3:11
Yes. 13:4Yr 51:11, 27
Yes. 13:4Yr 50:3; 51:11; Dn 5:28
Yes. 13:4Yr 50:15; 51:3
Yes. 13:5Yr 50:9; 51:28
Yes. 13:5Yr 51:11, 20
Yes. 13:6Yw 3:14
Yes. 13:6Zf 1:14
Yes. 13:6Yes 13:18; Yr 50:13
Yes. 13:7Yr 50:43
Yes. 13:8Dn 5:6
Yes. 13:8Yr 50:43
Yes. 13:8Yw 2:6; Nah 2:10
Yes. 13:9Yr 50:42
Yes. 13:9Img 13:21
Yes. 13:10Yb 9:9; 38:31; Am 5:8
Yes. 13:11Zb 137:8; Yes 24:6; Yr 51:37; Ivh 18:2
Yes. 13:11Yr 50:29; Dn 5:23
Yes. 13:12Yr 50:30; 51:3
Yes. 13:121Bm 10:11; 1Ng 29:4; Zb 45:9
Yes. 13:13Hg 2:6, 21
Yes. 13:13Yr 51:29; 2Pt 3:10
Yes. 13:13Zb 110:5; Yes 13:6
Yes. 13:14Yes 47:15
Yes. 13:14Yr 50:16
Yes. 13:15Yes 14:19; Yr 50:27; 51:3
Yes. 13:16Zb 137:9
Yes. 13:16Zb 137:8
Yes. 13:17Yes 21:2; Yr 50:9; 51:11; Dn 5:31
Yes. 13:18Yes 21:15; Yr 50:14, 42
Yes. 13:182Bm 8:12; Yes 13:16
Yes. 13:19Yes 47:5; Yr 51:13; Dn 4:30
Yes. 13:19Yes 47:1
Yes. 13:19It 19:24; Gus 29:23; Yr 49:18; 50:40; Zf 2:9
Yes. 13:20Yr 51:37
Yes. 13:20Yes 14:22; Yr 50:3, 13; 51:29; Ivh 18:21
Yes. 13:21Yes 34:11
Yes. 13:21Lw 17:7; 2Ng 11:15; Yes 34:14; Ivh 18:2
Yes. 13:22Yes 34:13; Mik 1:8
Yes. 13:22Gus 32:35; Ums 3:1; Yr 51:33; 2Pt 2:3
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
Bibiliya y’isi nshasha
Yesaya 13:1-22

Yesaya

13 Ijambo ryamenyeshejwe kuri Babiloni+, iryo Yesaya mwene Amozi+ yabonye mu vyo yeretswe: 2 “Nimuduze ikimenyetso+ ku musozi w’ibitandara vyambaye ubusa. Nimubadugirize ijwi, muzungagize ukuboko+, kugira binjire mu marembo y’abanyacubahiro+. 3 Jewe nahaye itegeko abejejwe banje+. Nahamagaye kandi abanyenkomezi banje ku bwo guserura ishavu ryanje+, abantu banje baminuza mu kwigina. 4 Umve! Isinzi mu misozi, ikintu womengo ni igisata c’abantu benshi+! Umve! Intureka y’ubwami, y’amahanga akoraniye hamwe+! Yehova nyen’ingabo ariko yegeranya ingabo z’intambara+. 5 Bariko baza bava mu gihugu ca kure cane+, ku mpera y’amajuru, Yehova n’ibirwanisho vy’urubanza rwiwe, ku bwo gusavya isi yose+.

6 “Nimuboroge+, kuko umusi wa Yehova uri hafi+! Uzoza nk’ukunyaga kuvuye kuri Mushoboravyose+. 7 Ni co gituma amaboko yose azoregera*, n’umutima w’umuntu buntu wose ugashonga+. 8 Abantu bahagaritse umutima+. Ukwigonyonzora be n’ububabare bwo kwibaruka birabacakiye; bafise ububabare bw’ibise nk’umugore ariko yibaruka+. Bararabana bumiwe. Mu maso habo haratukuriye+.

9 “Raba! Umusi wa Yehova uriko uraza; ni ruburakigongwe kandi uzananye n’uburake be n’ishavu ryaka umuriro, kugira igihugu gicike akajoreza+, no kugira uzimanganye abacumuzi bo mu gihugu, bahone muri co+. 10 Kuko inyenyeri zo mu majuru n’uturundo twazo twa Kesili+ bitazoravya umuco wavyo; izuba rizocura umwiza koko rigiseruka, n’ukwezi ntikuzokayanganisha umuco wakwo. 11 Ubutaka bwimbuka nzobugarukanako vy’ukuri ububi bwabwo+, n’ikosa ry’ababisha ndaribagarukaneko. Kandi nzohagarika vy’ukuri ubwishime bw’abita imbere, n’ubwibone bw’intwazamukazo ndabushire hasi+. 12 Umuntu buntu nzomugira imbonekarimwe kuruta inzahabu ityoroye+, n’umuntu yakuwe mw’ivu kuruta inzahabu y’i Ofiri+. 13 Ni co gituma nzotera ijuru guhagarika umutima+, kandi isi izotigita ive ahayo ku burake bwa Yehova nyen’ingabo+ no ku musi w’ishavu ryiwe ryaka umuriro+. 14 Kandi uku ni ko bitegerezwa kuba: nka kurya kw’ingeregere bahinze, na kurya kw’umukuku utagira uwuwegeranya+, ni ko bazohindukira, umwe wese aje ku bantu b’iwabo; kandi bazohunga, umwe wese ahungire mu gihugu ciwe+. 15 Uwuzobonwa wese azotobekeranywa, n’uwuzofatwa wese muri iryo kukumura azogwishwa n’inkota+; 16 kandi abana babo bazobasābiriza mu maso yabo+. Amazu yabo azosahurwa, n’abagore babo bashurashuzwe ku nguvu+.

17 “Ehe ngira ndabahagurukirize Abamedi+, bamwe bafata ifeza nk’aho ari ubusa, n’inzahabu ntibahimbare. 18 Imiheto yabo izomenagura n’imisore+. Kandi nta kigongwe bazogirira ivyamwa vy’inda+; nta kagongwe ijisho ryabo rizokwumvira abana. 19 Babiloni, ca kirezi c’ubwami+, bwa bwiza bw’ubwishime bw’Abakaludaya+, itegerezwa gucika nka ca gihe Imana yatembagaza Sodomu na Gomora+. 20 Nta wuzokwigera ahaba+, eka ntizogira aho iba, uko iyaruka rikurikira irindi+. Umwarabu ntazohashinga ihema, kandi nta bungere bazohavyagiza imikuku. 21 Emwe, ingenzi zama mu turere tugadutse zizohivyagirira, n’amazu yabo yuzure ibihuna vy’ubwoko bw’inkona+. Aho ni ho ibinyoni vyitwa imbuni bizokwibera, n’amadayimoni* asa n’impene ni ho azokwikinira amatavu+. 22 Imbwebwe zizobwejera mu minara yiwe yo kubamwo+, kandi ca kiyoka kinini kizoba mu birimba vy’uburyohe. Igihe ciwe kiri hafi kuza, kandi imisi yiwe ntizokwigizwa inyuma+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika