ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yohani 16
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yohani 16:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 11:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/2/2002, rup. 25

Yohani 16:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 9:22
  • +Mt 24:9; Ivk 8:1; 12:2; 26:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 278

Yohani 16:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 8:19; 15:21; Rm 10:2; 1Kr 2:8

Yohani 16:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 13:19; 14:29

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 278

Yohani 16:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 7:33; 13:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 278

Yohani 16:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 17:23; Yoh 14:1; 16:22

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 278

Yohani 16:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 14:16, 26; 15:26; Ivk 2:33

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 278

    Umunara w’Inderetsi,

    15/4/2008, rup. 32

Yohani 16:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 12:48; Ivk 24:25

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 278

    Umunara w’Inderetsi,

    15/4/2008, rup. 32

Yohani 16:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 15:22; Rm 3:20; 7:9
  • +Yoh 5:38; 1Ts 2:15

Yohani 16:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 42:6; Dn 9:24; Rm 4:25; 5:18

Yohani 16:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 42:1; Mt 12:18; Yoh 3:18
  • +Yoh 12:31; 14:30

Yohani 16:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mr 4:33; 1Kr 3:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Ubwami bw’Imana buraganza!, rup. 49

    Umunara w’Inderetsi,

    15/4/2012, rup. 6-7

Yohani 16:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 16:7
  • +Ivk 11:28; 16:6; 21:11; 1Tm 4:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Ubwami bw’Imana buraganza!, rup. 49

    Umunara w’Inderetsi,

    15/4/2008, rup. 32

Yohani 16:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Yh 4:2
  • +Yoh 15:26; 1Yh 2:27

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/4/2008, rup. 32

Yohani 16:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 11:27; Yoh 3:35; 17:10

Yohani 16:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 7:33; 14:19

Yohani 16:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 2:25

Yohani 16:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 5:35
  • +Mt 28:8; Lk 24:41; Yoh 20:20

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 278

Yohani 16:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 3:16; Yes 26:17

Yohani 16:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 24:52; 1Pt 1:8

Yohani 16:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 14:20
  • +Fp 4:6; 1Pt 5:7
  • +Yoh 14:13; 15:16; 1Yh 5:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro ya bose),

    no. 1 2021 rup. 10

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 17

Yohani 16:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 15:11; 1Yh 1:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 17

    Umunara w’Inderetsi,

    1/2/2008, rup. 11-14

Yohani 16:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 13:34; Yoh 10:6

Yohani 16:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 14:21
  • +Yoh 3:13; 17:8

Yohani 16:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 8:49; Zb 11:4; Yoh 13:3; Heb 9:24

Yohani 16:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 21:17
  • +Yoh 2:25
  • +Yoh 17:8

Yohani 16:32

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zk 13:7; Mt 26:31, 56; Mr 14:27
  • +Yoh 8:29

Yohani 16:33

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 14:27; Ef 2:14
  • +Ivk 14:22; 1Ts 3:4; 1Yh 4:4; 5:4; Ivh 3:21

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    4/2021, rup. 4

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    4/2016, rup. 30-31

    Yezu ni inzira, rup. 279

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 84-85

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2003, rup. 4

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yoh. 16:1Mt 11:6
Yoh. 16:2Yoh 9:22
Yoh. 16:2Mt 24:9; Ivk 8:1; 12:2; 26:11
Yoh. 16:3Yoh 8:19; 15:21; Rm 10:2; 1Kr 2:8
Yoh. 16:4Yoh 13:19; 14:29
Yoh. 16:5Yoh 7:33; 13:3
Yoh. 16:6Mt 17:23; Yoh 14:1; 16:22
Yoh. 16:7Yoh 14:16, 26; 15:26; Ivk 2:33
Yoh. 16:8Yoh 12:48; Ivk 24:25
Yoh. 16:9Yoh 15:22; Rm 3:20; 7:9
Yoh. 16:9Yoh 5:38; 1Ts 2:15
Yoh. 16:10Yes 42:6; Dn 9:24; Rm 4:25; 5:18
Yoh. 16:11Yes 42:1; Mt 12:18; Yoh 3:18
Yoh. 16:11Yoh 12:31; 14:30
Yoh. 16:12Mr 4:33; 1Kr 3:1
Yoh. 16:13Yoh 16:7
Yoh. 16:13Ivk 11:28; 16:6; 21:11; 1Tm 4:1
Yoh. 16:141Yh 4:2
Yoh. 16:14Yoh 15:26; 1Yh 2:27
Yoh. 16:15Mt 11:27; Yoh 3:35; 17:10
Yoh. 16:16Yoh 7:33; 14:19
Yoh. 16:19Yoh 2:25
Yoh. 16:20Lk 5:35
Yoh. 16:20Mt 28:8; Lk 24:41; Yoh 20:20
Yoh. 16:21It 3:16; Yes 26:17
Yoh. 16:22Lk 24:52; 1Pt 1:8
Yoh. 16:23Yoh 14:20
Yoh. 16:23Fp 4:6; 1Pt 5:7
Yoh. 16:23Yoh 14:13; 15:16; 1Yh 5:14
Yoh. 16:24Yoh 15:11; 1Yh 1:4
Yoh. 16:25Mt 13:34; Yoh 10:6
Yoh. 16:27Yoh 14:21
Yoh. 16:27Yoh 3:13; 17:8
Yoh. 16:281Bm 8:49; Zb 11:4; Yoh 13:3; Heb 9:24
Yoh. 16:30Yoh 21:17
Yoh. 16:30Yoh 2:25
Yoh. 16:30Yoh 17:8
Yoh. 16:32Zk 13:7; Mt 26:31, 56; Mr 14:27
Yoh. 16:32Yoh 8:29
Yoh. 16:33Yoh 14:27; Ef 2:14
Yoh. 16:33Ivk 14:22; 1Ts 3:4; 1Yh 4:4; 5:4; Ivh 3:21
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • 32
  • 33
Bibiliya y’isi nshasha
Yohani 16:1-33

Yohani

16 “Ndababwiye ivyo bintu ngo ntimutsitare+. 2 Abantu bazobaca mw’isinagogi+. Nkako, isaha iriko iragera aho umuntu wese azobica azokwiyumvira ko akoreye Imana igikorwa ceranda+. 3 Mugabo bazogira ivyo bintu kubera ko batamenye Data canke jewe+. 4 Yamara rero, ndababwiye ivyo bintu ngo isaha yavyo niyashika mwibuke ko nabibabwiye+.

“Ariko ivyo sinabibabwiye mu ntango, kubera ko nari kumwe namwe. 5 Mugabo ubu ndiko ndagenda ku wandungitse+, yamara nta n’umwe muri mwebwe ambaza ati: ‘Uriko uja hehe?’ 6 Mugabo kubera ko ndababwiye ivyo bintu, intuntu+ iciye yuzura imitima yanyu. 7 Yamara rero, ndababwiye ukuri: Ndiko ndagenda ku neza yanyu. Kuko ntagiye, wa mufasha+ ntazogenda aje kuri mwebwe; mugabo ngiye, nzomubarungikira. 8 Kandi uyo niyashika azoha isi ikimenyamenya kijijura ku vyerekeye igicumuro no ku vyerekeye ubugororotsi no ku vyerekeye urubanza+: 9 ubwa mbere, ku vyerekeye igicumuro+, kubera yuko batanyizera+; 10 hanyuma ku vyerekeye ubugororotsi+, kubera ko ndiko ndagenda kwa Data mukaba mutazokwongera kumbona; 11 maze ku vyerekeye urubanza+, kubera ko umutware w’iyi si aciriwe urubanza+.

12 “Ndacafise ibintu vyinshi vyo kubabwira, mugabo ntimushobora kuvyihanganira ubu+. 13 Ariko uwo niyashika, ya mpwemu y’ukuri+, azobarongora mu kuri kwose, kuko atazovuga avyitumye, ahubwo ibintu vyose yumva ni vyo azovuga, kandi azobamenyesha ibiriko biraza+. 14 Uwo azoninahaza jewe+, kuko azoronka ku vyanje kandi akazobibamenyesha+. 15 Ibintu vyose Data afise ni ivyanje+. Ni co gituma mvuze ko aronka ku vyanje, akabibamenyesha. 16 Mu kanya gatoyi ntimuzoba mukimbona+, kandi mu kanya gatoyi muzokwongera kumbona.”

17 Bamwe mu bigishwa biwe babwirana rero bati: “Ivyo bintu atubwiye bisobanura iki, ngo: ‘Mu kanya gatoyi ntimuzombona, kandi mu kanya gatoyi muzongera kumbona,’ kandi ngo: ‘kubera ko ndiko ndagenda kwa Data’?” 18 Ku bw’ivyo rero bariko bavuga bati: “Ivyo bintu avuze bisobanura iki, ngo: ‘akanya gatoyi’? Ntituzi ivyo ariko aravuga.” 19 Yezu yari azi+ ko bashaka kumubaza ibibazo, aca rero ababwira ati: “Muriko mubazanya hagati yanyu kuri ivyo, kubera ko mvuze nti: Mu kanya gatoyi ntimuzombona, kandi nti: mu kanya gatoyi muzongera kumbona? 20 Ni ukuri kwose ndabibabwiye: Muzorira muboroge, mugabo isi izonezerwa; muzogira intuntu+, mugabo intuntu yanyu izohinduka akanyamuneza+. 21 Umugore iyo ariko aribaruka aragira intuntu, kubera ko isaha yiwe iba igeze+; mugabo iyo yibarutse nya mwana, ntasubira kwibuka ya makuba kubera akanyamuneza k’uko umuntu yavutse mw’isi. 22 Na mwebwe rero, ubu koko muri n’intuntu; mugabo nzokwongera kubabona kandi imitima yanyu izonezerwa+, kandi akanyamuneza kanyu nta n’umwe azokabaka. 23 Kandi kuri uwo musi+ nta kibazo na kimwe muzombaza. Ni ukuri kwose ndabibabwiye: Nimwasaba Data ikintu ico ari co cose+ azokibaha mw’izina ryanje+. 24 Gushika ubu nta kintu na kimwe murasaba mw’izina ryanje. Nimusabe muzoronka, ngo akanyamuneza kanyu kuzuzwe+.

25 “Ndababwiye ivyo bintu mu bigereranyo+. Isaha iriko iragera aho ntazosubira kubabwirira mu bigereranyo, mugabo nzobamenyesha ivyerekeye Data ntomora. 26 Kuri uwo musi muzosaba mw’izina ryanje, kandi sindababwiye yuko nzobasabira kuri Data. 27 Kuko Data ubwiwe abiyumvamwo, kubera ko mwanyiyumvisemwo+ mukaba kandi mwaremeye ko naje nserukira Data+. 28 Navuye kwa Data nza mw’isi. Vyongeye, ndiko ndava mw’isi nja kwa Data+.”

29 Abigishwa biwe bavuga bati: “Raba! Ubu rero uriko uvuga utomora, kandi ntuvugira mu bigereranyo. 30 Ubu rero turamenye yuko uzi ibintu vyose+ be n’uko udakeneye ko hagira uwukubaza ibibazo+. Ivyo bituma twemera ko wavuye ku Mana+.” 31 Yezu abishura ati: “Ubu none muremeye? 32 Ehe isaha iriko iragera, kandi koko irageze, aho muzosanzara umwe wese akaja ku muhana iwe+, nanje mukansiga jenyene; yamara sindi jenyene, kuko Data ari kumwe nanje+. 33 Ndababwiye ivyo bintu ngo biciye kuri jewe mugire amahoro+. Mw’isi muragira amakuba, mugabo nimugire umutima rugabo! Jewe naratsinze isi+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika