ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abaroma 15
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Abaroma 15:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 14:1; Gl 6:1, 2; 1Ts 5:14
  • +1Kr 10:24

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 35

    Nugume mu rukundo rw’Imana, rup. 22

    Umunara w’Inderetsi,

    15/6/2014, rup. 24

    1/9/2004, rup. 11-13

    1/9/2000, rup. 17-18

    “Urukundo rw’Imana,” rup. 20

Abaroma 15:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Kr 9:22; Fp 2:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 52

    Umunara w’Inderetsi,

    1/9/2000, rup. 17, 18-19

Abaroma 15:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mr 10:45; Yoh 5:30; Gl 1:4
  • +Zb 69:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/10/2008, rup. 26-27

    1/9/2004, rup. 13

    1/9/2000, rup. 17, 18-19

    Ishure ry’Ubusuku, rup. 133

Abaroma 15:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 4:23; 1Kr 10:11
  • +2Tm 3:16; 2Pt 1:19
  • +Rm 5:4
  • +Zb 119:50
  • +1Kr 9:10; Heb 3:6; 1Pt 1:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 1

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    7/2017, rup. 14

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2015, rup. 18

    15/6/2006, rup. 25

    1/9/2000, rup. 19-20

    1/11/1996, rup. 24-25

Abaroma 15:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Fp 2:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    4/2016, rup. 14

    Umunara w’Inderetsi,

    1/9/2004, rup. 13

    1/9/2000, rup. 17-22

Abaroma 15:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Kr 1:10; 2Kr 13:11; Fp 2:2; 1Pt 3:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/9/2004, rup. 8-13

Abaroma 15:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Fm 17
  • +Yoh 6:37

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2009, rup. 21

    15/6/2008, rup. 31

    1/10/2000, rup. 4

Abaroma 15:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 20:28
  • +Mt 15:24; Yoh 1:11
  • +Mik 7:20
  • +It 22:18; Zb 89:3

Abaroma 15:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 3:29
  • +Rm 9:23
  • +2Sm 22:50; Zb 18:49

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/7/1997, rup. 29

Abaroma 15:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 32:43

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/7/1997, rup. 29

Abaroma 15:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 117:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/7/1997, rup. 29

Abaroma 15:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 11:1; Ivh 5:5
  • +It 49:10
  • +Yes 11:10; Mt 12:21

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/10/2008, rup. 4-5

Abaroma 15:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 40:31; Heb 6:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insobanuro y’imirongo yo muri Bibiliya, ikiganiro 23

    Umunara w’Inderetsi,

    15/6/2014, rup. 14

    1/10/2006, rup. 27

Abaroma 15:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Kr 8:7; Fp 1:9; 2Pt 1:12; 1Yh 2:21
  • +2Ts 3:15

Abaroma 15:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Pt 1:13
  • +Rm 12:3; Gl 1:15; Ef 3:7

Abaroma 15:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 11:13; Gl 2:7, 8
  • +Mt 4:23; Mr 1:1; Ivk 20:24; Ef 6:15; Ivh 14:6
  • +Fp 2:17
  • +Rm 12:1
  • +2Kr 3:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Igikorwa dukorera Ubwami,

    9/2011, rup. 1

Abaroma 15:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Fp 3:3
  • +Heb 2:17; 5:1

Abaroma 15:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 28:20; 2Kr 3:5
  • +Rm 16:26
  • +1Kr 2:4; 2Kr 13:3

Abaroma 15:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 15:12; 2Kr 12:12
  • +Mt 10:23
  • +Ivk 21:19; 2Kr 10:13

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/10/2005, rup. 17

Abaroma 15:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Kr 10:15

Abaroma 15:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 52:15

Abaroma 15:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 1:13

Abaroma 15:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 19:21

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    11/2020, rup. 16-17

Abaroma 15:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 15:28
  • +Ivk 15:3; 1Kr 16:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/2014, rup. 12

Abaroma 15:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 11:29; 19:21; 20:22; 24:17

Abaroma 15:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Kr 9:2
  • +1Kr 16:1; 2Kr 8:4; 9:12

Abaroma 15:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 11:12
  • +1Kr 9:11, 14; Gl 6:6; Heb 13:16

Abaroma 15:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Fp 4:17
  • +Rm 15:24

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 214

Abaroma 15:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 1:11

Abaroma 15:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Fp 2:1
  • +2Kr 1:11; Ef 6:18; Kl 4:3; 1Ts 5:25

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/9/2002, rup. 5

Abaroma 15:31

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ts 3:2
  • +Rm 15:26
  • +2Kr 8:4

Abaroma 15:32

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Kr 16:18

Abaroma 15:33

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mr 5:34; Lk 1:79; 1Kr 14:33; Fp 4:9; 1Ts 5:23; Heb 13:20

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Rom. 15:1Rm 14:1; Gl 6:1, 2; 1Ts 5:14
Rom. 15:11Kr 10:24
Rom. 15:21Kr 9:22; Fp 2:4
Rom. 15:3Mr 10:45; Yoh 5:30; Gl 1:4
Rom. 15:3Zb 69:9
Rom. 15:4Rm 4:23; 1Kr 10:11
Rom. 15:42Tm 3:16; 2Pt 1:19
Rom. 15:4Rm 5:4
Rom. 15:4Zb 119:50
Rom. 15:41Kr 9:10; Heb 3:6; 1Pt 1:10
Rom. 15:5Fp 2:5
Rom. 15:61Kr 1:10; 2Kr 13:11; Fp 2:2; 1Pt 3:8
Rom. 15:7Fm 17
Rom. 15:7Yoh 6:37
Rom. 15:8Mt 20:28
Rom. 15:8Mt 15:24; Yoh 1:11
Rom. 15:8Mik 7:20
Rom. 15:8It 22:18; Zb 89:3
Rom. 15:9Rm 3:29
Rom. 15:9Rm 9:23
Rom. 15:92Sm 22:50; Zb 18:49
Rom. 15:10Gus 32:43
Rom. 15:11Zb 117:1
Rom. 15:12Yes 11:1; Ivh 5:5
Rom. 15:12It 49:10
Rom. 15:12Yes 11:10; Mt 12:21
Rom. 15:13Yes 40:31; Heb 6:11
Rom. 15:141Kr 8:7; Fp 1:9; 2Pt 1:12; 1Yh 2:21
Rom. 15:142Ts 3:15
Rom. 15:152Pt 1:13
Rom. 15:15Rm 12:3; Gl 1:15; Ef 3:7
Rom. 15:16Rm 11:13; Gl 2:7, 8
Rom. 15:16Mt 4:23; Mr 1:1; Ivk 20:24; Ef 6:15; Ivh 14:6
Rom. 15:16Fp 2:17
Rom. 15:16Rm 12:1
Rom. 15:162Kr 3:3
Rom. 15:17Fp 3:3
Rom. 15:17Heb 2:17; 5:1
Rom. 15:18Mt 28:20; 2Kr 3:5
Rom. 15:18Rm 16:26
Rom. 15:181Kr 2:4; 2Kr 13:3
Rom. 15:19Ivk 15:12; 2Kr 12:12
Rom. 15:19Mt 10:23
Rom. 15:19Ivk 21:19; 2Kr 10:13
Rom. 15:202Kr 10:15
Rom. 15:21Yes 52:15
Rom. 15:22Rm 1:13
Rom. 15:23Ivk 19:21
Rom. 15:24Rm 15:28
Rom. 15:24Ivk 15:3; 1Kr 16:6
Rom. 15:25Ivk 11:29; 19:21; 20:22; 24:17
Rom. 15:262Kr 9:2
Rom. 15:261Kr 16:1; 2Kr 8:4; 9:12
Rom. 15:27Rm 11:12
Rom. 15:271Kr 9:11, 14; Gl 6:6; Heb 13:16
Rom. 15:28Fp 4:17
Rom. 15:28Rm 15:24
Rom. 15:29Rm 1:11
Rom. 15:30Fp 2:1
Rom. 15:302Kr 1:11; Ef 6:18; Kl 4:3; 1Ts 5:25
Rom. 15:312Ts 3:2
Rom. 15:31Rm 15:26
Rom. 15:312Kr 8:4
Rom. 15:321Kr 16:18
Rom. 15:33Mr 5:34; Lk 1:79; 1Kr 14:33; Fp 4:9; 1Ts 5:23; Heb 13:20
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • 32
  • 33
Bibiliya y’isi nshasha
Abaroma 15:1-33

Abaroma

15 Mugabo, twebwe abakomeye, tubwirizwa kwikorera ubugoyagoye bw’abadakomeye+, ntitwishimishe ubwacu+. 2 Umwe wese muri twebwe nashimishe mugenziwe mu vyiza kugira ngo yubakwe+. 3 Kuko na Kristu atishimishije ubwiwe+; mugabo nk’uko vyanditswe: “Ibitutsi vy’abagutuka vyaguye kuri jewe+.” 4 Kuko ivyanditswe kera vyose vyanditswe+ kugira bitwigishe+, kugira ngo biciye ku kwihangana+ kwacu no ku ruhoza+ ruva mu Vyanditswe tugire icizigiro+. 5 Ya Mana rero itanga ukwihangana n’uruhoza ibahe kugira hagati yanyu wa mutima+ nyene Kristu Yezu yari afise, 6 kugira ngo muhuje inama+ muninahaze n’akanwa kamwe Imana ikaba na Se w’Umukama wacu Yezu Kristu.

7 Muhane ikaze rero+, nk’uko na Kristu yaduhaye ikaze+, ku bw’ubuninahazwa bw’Imana. 8 Kuko mvuga yuko Kristu mu vy’ukuri yacitse umusuku+ w’abagenyerewe+ ku bw’ukuri kw’Imana+, kugira ngo yemeze imihango+ Imana yahaye ba sekuruza babo, 9 no kugira ngo amahanga+ aninahaze Imana kubera imbabazi zayo+. Nk’uko vyanditswe ngo: “Ni co gituma wewe nzokwemanga icese mu mahanga, kandi nzohibongoreza izina ryawe+.” 10 Irongera ikavuga iti: “Nezerwe, mwa mahanga, kumwe n’abantu biwe+.” 11 Vyongeye kandi iti: “Shemeze Yehova, mwa mahanga mwese, kandi ibisata vy’abantu vyose nibimushemeze+.” 12 Yesaya arongera akavuga kandi ati: “Hazoba umuzi wa Yese+, kandi hazoba uwuhaguruka ngo aganze amahanga+; kuri we ni ho amahanga azoshingira icizigiro cayo+.” 13 Ya Mana itanga icizigiro ibuzuze akanyamuneza kose n’amahoro biciye ku kwemera kwanyu, kugira ngo mugwire mu cizigiro hamwe n’ububasha bw’impwemu nyeranda+.

14 Na jewe ubwanje rero naranyuzwe ku biberekeye, bavukanyi banje, yuko na mwebwe ubwanyu mwuzuye ukumera neza, kuko mwujujwe ubumenyi bwose+, be n’uko mushobora no gukeburana+. 15 Ariko ndabandikiye ndushiriza kutarya umunwa ku bintu bimwebimwe, nk’aho nongeye kubibutsa+, kubera ubuntu ata wari abukwiriye nahawe buvuye ku Mana+ 16 kugira ngo mbe umukozi akorera abantu wa Kristu Yezu ku mahanga+, akora igikorwa ceranda c’inkuru nziza+ y’Imana, kugira ngo ishikanwa+, ni ukuvuga, ayo mahanga, riboneke ko ryemerwa+, ryejejwe biciye ku mpwemu nyeranda+.

17 Ndafise rero imvo yo kwigina muri Kristu Yezu+ ku bintu vyerekeye Imana+. 18 Kuko ntohirahira ngo mvuge ikintu na kimwe nimba atari ico mu vyo Kristu yakoreye muri jewe+ kugira ngo amahanga agamburuke+ biciye kw’ijambo+ ryanje no ku gikorwa canje, 19 hamwe n’ububasha bw’ibimenyetso n’ibitangaza+, hamwe n’ububasha bw’impwemu nyeranda; ku buryo kuva i Yeruzalemu no kuzunguruka+ gushika muri Iliriya namamaje bimwe binogangije inkuru nziza yerekeye Kristu+. 20 Muri ubwo buryo koko, nihaye intumbero yo kutamenyesha inkuru nziza aho Kristu yari amaze kuvugwa, kugira ngo sinsange ndiko nubakira ku mushinge w’uwundi muntu+; 21 mugabo, nk’uko vyanditswe: “Abatamenyeshejwe ikintu na kimwe ku bimwerekeye bazobona, kandi abatumvise bazotegera+.”

22 Ni na co catumye ngira ikintangira kenshi kimbuza gushika iwanyu+. 23 Mugabo ubu ko ata cibare ngifise kitarakorwa muri izi ntara, kandi nkaba maze imyaka mikeyi ncambirwa gushika iwanyu+ 24 igihe nzoba ngiye muri Esupanye+, nizigiye imbere ya vyose yuko igihe nzoba ndi ku nzira ngiyeyo, nzoca kubaraba hanyuma mukamperekezayo+ gatoyi, mbanje kwumva yuko inkumbu ndabafitiye ziheze ku rugero kanaka. 25 Mugabo ubu ngira nje i Yeruzalemu gukorera aberanda+. 26 Kuko ab’i Makedoniya n’i Akaya+ bahimbawe no gusangira ivyabo n’abandi mu gutanga imfashanyo+ y’aboro bo mu beranda i Yeruzalemu. 27 Ego ni ko, barahimbawe no kubigira, yamara bari babafitiye umwenda; kuko nimba amahanga yararonse ku bintu vy’impwemu vyabo+, na yo nyene abwirizwa kubakorera ku mugaragaro akoresheje ibintu bifasha umubiri w’inyama+. 28 Ku bw’ivyo rero ninarangiza ivyo nkongera nkabashikiriza ico camwa+ ata nkomanzi, nzoja muri Esupanye nciye iwanyu+. 29 Vyongeye, ndazi yuko ninaza iwanyu nzoza mfise ingero yuzuye y’umuhezagiro uva kuri Kristu+.

30 Ndabahimiriza rero, bene wacu, biciye ku Mukama wacu Yezu Kristu no ku rukundo rw’impwemu+, ngo mwihate hamwe nanje mu masengesho aturwa Imana ku bwanje+, 31 ngo ndokorwe+ mu gukizwa abatemera i Yudaya no kugira ngo ubusuku bwanje ndangurira Yeruzalemu+ bwemerwe n’aberanda+, 32 kugira ngo ninashika iwanyu ndi n’akanyamuneza kava ku kugomba kw’Imana, numve ko nduhuriwe+ kumwe namwe. 33 Ya Mana itanga amahoro ibane namwe mwese+. Amen.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika