ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yobu 36
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yobu 36:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 32:4; Zb 11:7; 139:14, 16; Dn 9:14; Ivh 15:3

Yobu 36:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 2:3; Yb 37:16

Yobu 36:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 24:8; 99:4; Yr 32:18

Yobu 36:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 9:17; 68:2; 2Pt 2:9
  • +Zb 10:14; 140:12; Img 22:23

Yobu 36:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 33:18; 34:15
  • +Zb 78:70; 113:8; Yes 9:7

Yobu 36:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 107:10

Yobu 36:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 33:16
  • +Ezk 18:30

Yobu 36:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 1:19; Yr 26:13

Yobu 36:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 1:20; Rm 2:8
  • +Yb 33:18

Yobu 36:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 13:16; Rm 2:5

Yobu 36:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 55:23
  • +1Bm 14:24

Yobu 36:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 30:21
  • +Zb 18:19; 31:8; 118:5
  • +Yes 25:6; 55:2

Yobu 36:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 2:22; Yr 25:31

Yobu 36:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 19:19; 29:22
  • +Zb 49:7

Yobu 36:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 8:18
  • +Yb 34:20; Zb 33:16; Img 11:4

Yobu 36:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 66:18
  • +Heb 11:25

Yobu 36:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 40:14
  • +Yb 34:10; Rm 9:14

Yobu 36:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 92:5; 104:24
  • +Kv 15:1; Ivh 15:3

Yobu 36:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 20:18

Yobu 36:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 145:3; 148:13; Ivh 10:6; 15:3
  • +Zb 90:2; 102:27; 1Tm 1:17; Heb 1:12

Yobu 36:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 2:6; Am 5:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 3

    Be maso!,

    no. 3 2017 rup. 4

    Umunara w’Inderetsi,

    1/1/2009, rup. 14

Yobu 36:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 32:2; Img 3:20; Yes 55:10; Yr 14:22

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 3

    Be maso!,

    no. 3 2017 rup. 4

    Umunara w’Inderetsi,

    1/1/2009, rup. 14

Yobu 36:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 22:12

Yobu 36:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 37:3; Mt 24:27

Yobu 36:31

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 9:23; Yos 10:11; Yb 37:13; 38:23
  • +Ivk 14:17

Yobu 36:32

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 22:15; Zb 18:14; 144:6

Yobu 36:33

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 18:41

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yobu 36:3Gus 32:4; Zb 11:7; 139:14, 16; Dn 9:14; Ivh 15:3
Yobu 36:41Sm 2:3; Yb 37:16
Yobu 36:5Zb 24:8; 99:4; Yr 32:18
Yobu 36:6Zb 9:17; 68:2; 2Pt 2:9
Yobu 36:6Zb 10:14; 140:12; Img 22:23
Yobu 36:7Zb 33:18; 34:15
Yobu 36:7Zb 78:70; 113:8; Yes 9:7
Yobu 36:8Zb 107:10
Yobu 36:10Zb 33:16
Yobu 36:10Ezk 18:30
Yobu 36:11Yes 1:19; Yr 26:13
Yobu 36:12Yes 1:20; Rm 2:8
Yobu 36:12Yb 33:18
Yobu 36:13Yb 13:16; Rm 2:5
Yobu 36:14Zb 55:23
Yobu 36:141Bm 14:24
Yobu 36:16Yes 30:21
Yobu 36:16Zb 18:19; 31:8; 118:5
Yobu 36:16Yes 25:6; 55:2
Yobu 36:17Img 2:22; Yr 25:31
Yobu 36:18Img 19:19; 29:22
Yobu 36:18Zb 49:7
Yobu 36:19Ezk 8:18
Yobu 36:19Yb 34:20; Zb 33:16; Img 11:4
Yobu 36:21Zb 66:18
Yobu 36:21Heb 11:25
Yobu 36:23Yes 40:14
Yobu 36:23Yb 34:10; Rm 9:14
Yobu 36:24Zb 92:5; 104:24
Yobu 36:24Kv 15:1; Ivh 15:3
Yobu 36:25Kv 20:18
Yobu 36:26Zb 145:3; 148:13; Ivh 10:6; 15:3
Yobu 36:26Zb 90:2; 102:27; 1Tm 1:17; Heb 1:12
Yobu 36:27It 2:6; Am 5:8
Yobu 36:28Gus 32:2; Img 3:20; Yes 55:10; Yr 14:22
Yobu 36:292Sm 22:12
Yobu 36:30Yb 37:3; Mt 24:27
Yobu 36:31Kv 9:23; Yos 10:11; Yb 37:13; 38:23
Yobu 36:31Ivk 14:17
Yobu 36:322Sm 22:15; Zb 18:14; 144:6
Yobu 36:331Bm 18:41
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • 32
  • 33
Bibiliya y’isi nshasha
Yobu 36:1-33

Yobu

36 Elihu arabandanya ati:

 2 “Nyihanganire gatoyi, ndakumenyeshe

Ko hakiriho amajambo yo kuvugira Imana.

 3 Ngira nzane ubumenyi bwanje ndabukuye kure,

Mperereze ubugororotsi kuri Umwe yambumba+.

 4 Kuko amajambo yanje mu vy’ukuri atari ikinyoma;

Umwe atagira akanenge mu bumenyi+ ari kumwe na wewe.

 5 Raba! Imana irakomeye+, nta we izota nk’akanuka;

Irakomeye mu bubasha bw’ugutahura;

 6 Ntizozigamira ubuzima umubisha+,

Mugabo urubanza rw’abarushwa izoruca mu kuri+.

 7 Ntizokura amaso yayo ku mugororotsi+;

Mbere n’abami bari ku ntebe y’ubwami+,

Na bo nyene izobavyagiza ibihe bidahera, bashirwe hejuru.

 8 Iyo na ho babohewe mu minyororo+,

Bafatishwa imigozi y’amarushwa.

 9 Ni ho izobabwira uburyo bakora

N’ibigabitanyo vyabo, kuko bigira agahambaye.

10 Ugutwi kwabo izogupfukura ngo kwumve uguhimirizwa+,

Kandi izovuga ko bakwiye guhindukira bagaheba ibintu bibabaza+.

11 Nibagamburuka bakayikorera,

Bazorangiza imisi yabo mu vyiza

N’imyaka yabo mu buhimbare+.

12 Ariko batagamburutse, bazohitanwa+ n’umwampi+,

Kandi bazocikana ata bumenyi.

13 Kandi abahuni mu mutima bazorunda ishavu+.

Ntibazotabaza kuko ibaboshe.

14 Bazopfa bakiri bato+,

Ubuzima bwabo bupfire mu bamaraya b’urusengero b’abagabo+.

15 Izotabara umurushwa mu marushwa yiwe,

Kandi izopfukura ugutwi kwabo mu gahahazo.

16 Izoguhendahenda igukure mu kanwa k’amarushwa+!

Ahagutse+, atari ahaga, ni ho hazogasubirira,

Kandi ukwirura kw’imeza yawe kuzokwuzura ibinure+.

17 Uzokwuzura urubanza ruciriwe umubisha+;

Urubanza ruciwe be n’ubutungane ni vyo bizofata.

18 Kuko uraraba neza ubushangashirwe+ ntibuguhendahende ngo uje mu gukoma amashi y’inzigo,

Kandi incungu+ nini ntiguhuvye.

19 Mbega ugutabaza kwawe hari ico kuzomara+? Oya, habe no mu marushwa

N’utwigoro twawe dukomeye twose nta co tuzomara+.

20 Ntuhezagirike wipfuza ijoro,

Kugira ibisata vy’abantu vyomoke bive aho vyari.

21 Wiyubare ntuhindukire ngo uje ku bintu bibabaza+,

Kuko ivyo ari vyo wahisemwo ukabirutisha amarushwa+.

22 Raba! Imana ikora mu buryo buhanitse ikoresheje ububasha bwayo;

Ni nde mwigisha ameze nka yo?

23 Ni nde yayirwanije agahaririza inzira yayo+,

Kandi ni nde yavuze ngo: ‘Wakoze ibitagororotse+’?

24 Ibuka yuko ukwiye gushimagiza igikorwa cayo+,

Ico abantu baririmvye+.

25 Abantu bose baracitegereje;

Umuntu buntu ubwiwe aguma arabira kure+.

26 Itegereze! Imana iri hejuru kuruta uko twomenya+;

Igitigiri c’imyaka yayo ntigiserangurika+.

27 Kuko ikwega amama y’amazi+;

Amiminuka nk’imvura ku bw’igipfungu cayo,

28 Ku buryo ibicu bitemba+,

Bigatonyangira ku bantu ku bwinshi.

29 Vy’ukuri, ni nde yoshobora gutahura ingene ibicu bigerekeranye,

Imyasano yo mu rusago rwayo+?

30 Raba! Yashanje umuco wayo hejuru yarwo+,

Kandi yapfutse imizi y’ikiyaga.

31 Kuko ivyo ibikoresha mu kuburanira ibisata vy’abantu+;

Itanga ibifungurwa ku bwinshi+.

32 Mu maboko yayo ni ho yapfukiye umuravyo,

Iwushingira itegeko ryo kurwanya uwugaba ibitero+.

33 Uguturagara+ kwayo kumenyekanisha ivyayo,

Ibitungwa na vyo bikamenyekanisha uwuduga.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika