ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abaheburayo 2
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Abaheburayo 2:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 8:15; 2Tm 2:2
  • +Zb 73:2; Heb 3:12; 2Pt 3:17; Ivh 2:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 60

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    11/2018, rup. 9-10

    Umunara w’Inderetsi,

    15/12/2013, rup. 9

    1/4/2004, rup. 11-12

    15/9/2002, rup. 10-12

    1/1/1998, rup. 17-19

Abaheburayo 2:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 7:53; Gl 3:19
  • +Gus 4:3; 1Kr 10:11; Yud 5

Abaheburayo 2:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Heb 10:29
  • +Mt 11:23; 22:5
  • +Lk 1:69
  • +Mr 1:14; Yoh 18:20
  • +Lk 1:2

Abaheburayo 2:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 2:22; 1Kr 2:4
  • +1Kr 12:4
  • +1Kr 12:11; Ef 1:9; Ivh 4:11

Abaheburayo 2:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 11:9; Ivk 17:31; 2Pt 3:13

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/8/2009, rup. 11

Abaheburayo 2:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 7:17
  • +Zb 8:4; 144:3

Abaheburayo 2:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 8:5
  • +It 1:26; 9:2

Abaheburayo 2:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 8:6
  • +Mt 28:18; 1Kr 15:27; Ef 1:22; Fp 3:21
  • +Yoh 13:3; Ivk 2:35; 1Pt 3:22
  • +Zb 110:1

Abaheburayo 2:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Fp 2:7
  • +Dn 7:14
  • +Yes 53:8; 1Pt 1:19; 1Yh 4:10; Ivh 5:9
  • +Yes 53:5; Rm 5:17; 1Tm 2:6

Abaheburayo 2:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 11:36
  • +Rm 8:19; 2Kr 6:18; 1Yh 3:2
  • +Ivk 5:31; 1Kr 8:6; Heb 12:2
  • +Lk 24:26; Heb 5:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/1998, rup. 11, 17-18

Abaheburayo 2:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 17:19; Heb 10:14
  • +Yoh 1:13; 20:17
  • +Mt 12:50; Rm 8:29

Abaheburayo 2:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 22:22; 40:9; Lk 4:21; 19:42

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/4/2007, rup. 21

    1/7/1997, rup. 28

Abaheburayo 2:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 8:17
  • +Yes 8:18; Yoh 1:12; 1Yh 3:1

Abaheburayo 2:14

Utujambo tw'epfo

  • *

    Dufatiye ku kigiriki ni “Diyabolosi,” bisobanura ngo “Umubesheranyi.” Raba kandi Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 11:19; Yoh 1:14; 11:11
  • +Yes 53:12; Rm 6:5; 14:9
  • +It 3:15; Lk 10:18; 1Yh 3:8
  • +Yb 1:19; 2:6; Ivh 6:9
  • +Yoh 8:44; 12:31; Ivh 12:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2015, rup. 10

    15/3/2011, rup. 25

    15/10/2008, rup. 31-32

    15/1/2006, rup. 26-27

    1/7/2003, rup. 30

Abaheburayo 2:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 8:21
  • +Yes 25:7; Rm 8:22
  • +Zb 89:48; Yes 25:8; 1Kr 15:26

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Senga Imana, rup. 88-89

Abaheburayo 2:16

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ijambo ku rindi ni “urubuto.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gl 3:29; Heb 9:15; Ivh 14:4

Abaheburayo 2:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Fp 2:7
  • +Heb 5:1; 7:26
  • +Rm 3:25; 1Yh 2:2; 4:10
  • +Rm 5:10; 2Kr 5:18

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/4/2007, rup. 21

    1/2/2007, rup. 20-21

Abaheburayo 2:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 26:28; Heb 4:15
  • +Heb 7:25; Ivh 2:10; 3:10

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Heb. 2:1Lk 8:15; 2Tm 2:2
Heb. 2:1Zb 73:2; Heb 3:12; 2Pt 3:17; Ivh 2:4
Heb. 2:2Ivk 7:53; Gl 3:19
Heb. 2:2Gus 4:3; 1Kr 10:11; Yud 5
Heb. 2:3Heb 10:29
Heb. 2:3Mt 11:23; 22:5
Heb. 2:3Lk 1:69
Heb. 2:3Mr 1:14; Yoh 18:20
Heb. 2:3Lk 1:2
Heb. 2:4Ivk 2:22; 1Kr 2:4
Heb. 2:41Kr 12:4
Heb. 2:41Kr 12:11; Ef 1:9; Ivh 4:11
Heb. 2:5Yes 11:9; Ivk 17:31; 2Pt 3:13
Heb. 2:6Yb 7:17
Heb. 2:6Zb 8:4; 144:3
Heb. 2:7Zb 8:5
Heb. 2:7It 1:26; 9:2
Heb. 2:8Zb 8:6
Heb. 2:8Mt 28:18; 1Kr 15:27; Ef 1:22; Fp 3:21
Heb. 2:8Yoh 13:3; Ivk 2:35; 1Pt 3:22
Heb. 2:8Zb 110:1
Heb. 2:9Fp 2:7
Heb. 2:9Dn 7:14
Heb. 2:9Yes 53:8; 1Pt 1:19; 1Yh 4:10; Ivh 5:9
Heb. 2:9Yes 53:5; Rm 5:17; 1Tm 2:6
Heb. 2:10Rm 11:36
Heb. 2:10Rm 8:19; 2Kr 6:18; 1Yh 3:2
Heb. 2:10Ivk 5:31; 1Kr 8:6; Heb 12:2
Heb. 2:10Lk 24:26; Heb 5:8
Heb. 2:11Yoh 17:19; Heb 10:14
Heb. 2:11Yoh 1:13; 20:17
Heb. 2:11Mt 12:50; Rm 8:29
Heb. 2:12Zb 22:22; 40:9; Lk 4:21; 19:42
Heb. 2:13Yes 8:17
Heb. 2:13Yes 8:18; Yoh 1:12; 1Yh 3:1
Heb. 2:14Mt 11:19; Yoh 1:14; 11:11
Heb. 2:14Yes 53:12; Rm 6:5; 14:9
Heb. 2:14It 3:15; Lk 10:18; 1Yh 3:8
Heb. 2:14Yb 1:19; 2:6; Ivh 6:9
Heb. 2:14Yoh 8:44; 12:31; Ivh 12:9
Heb. 2:15Rm 8:21
Heb. 2:15Yes 25:7; Rm 8:22
Heb. 2:15Zb 89:48; Yes 25:8; 1Kr 15:26
Heb. 2:16Gl 3:29; Heb 9:15; Ivh 14:4
Heb. 2:17Fp 2:7
Heb. 2:17Heb 5:1; 7:26
Heb. 2:17Rm 3:25; 1Yh 2:2; 4:10
Heb. 2:17Rm 5:10; 2Kr 5:18
Heb. 2:18Mt 26:28; Heb 4:15
Heb. 2:18Heb 7:25; Ivh 2:10; 3:10
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
Bibiliya y’isi nshasha
Abaheburayo 2:1-18

Abaheburayo

2 Ni co gituma ari nkenerwa ko twitwararika ivyo twumvise+ kuruta uko bisanzwe, kugira ntitwigere tugenda akayombekere+. 2 Kuko, nimba ijambo ryavuzwe biciye ku bamarayika+ ryabonetse ko ritanyiganyiga, kandi ukugabitanya kwose be n’ukugambarara kwose bikaba vyararonse agahembo gahuye n’ubutungane+, 3 tuzorusimba dute+ nimba twafashe minenegwe+ ubukiriro buhambaye gutyo+ mu buryo bw’uko bwatanguye kuvugwa biciye ku Mukama+ wacu kandi bukemezwa+ ku bwacu n’abamwumvise, 4 mu gihe Imana yagiyemwo igashinga intahe biciye ku bimenyetso n’ibitangaza be n’ibikorwa vy’ububasha+ bitari bimwe, no ku kugabanganywa+ kw’impwemu nyeranda nk’uko ukugomba kwayo kuri+?

5 Kuko abamarayika atari bo yahaye isi izoza ngo bayiganze+, ari yo turiko turavuga. 6 Mugabo hari icabona catanze ikimenyamenya ahantu hamwe, giti: “Umuntu ni iki ku buryo umwibuka+, canke umwana w’umuntu ku buryo umwitaho+? 7 Wamugize uwuri munsi gatoyi y’abamarayika; wamwambitse urugori rw’ubuninahazwa n’iteka+, wongera umushinga kugaba ibikorwa vy’amaboko yawe+. 8 Vyose wabishize munsi y’ibirenge vyiwe ngo abiganze+.” Kuko, kubera ko yamuhaye kuganza ibintu vyose+, Imana nta na kimwe yasize ngo ntakiganze+. Ariko ubu ibintu vyose ntiturabona biganzwa na we+; 9 mugabo tubona Yezu, uwagizwe uwuri munsi gatoyi y’abamarayika+, yambitswe urugori rw’ubuninahazwa+ n’iteka ku bwo kuba yarashikiwe n’urupfu+, kugira ngo biciye ku buntu ata wari abukwiriye bw’Imana, ahonjereze urupfu umuntu wese+.

10 Kuko vyari bibereye kuri wa wundi ibintu vyose biriho ku bwiwe+ kandi ibintu vyose bikaba biriho biciye kuri we, mu kuzana abana benshi ku buninahazwa+, yuko atunganya ya Mboneza+ y’ubukiriro bwabo biciye ku mibabaro+. 11 Kuko uwuriko areza n’abariko barezwa+ bose bava kuri umwe+, kandi ico ni co gituma adaterwa isoni no kubita “bene wabo+,” 12 igihe avuga ngo: “Nzomenyesha izina ryawe bene wacu; hagati mw’ishengero nzogushemeza n’ururirimbo+.” 13 Kandi ngo: “Nzomwizigira+.” Kandi ngo: “Raba! Jewe n’abana batoyi, abo Yehova yampaye+.”

14 Rero, kubera ko nya “bana batoyi” ari abasangiye amaraso n’umubiri, na we nyene yaronse kuri ivyo bintu nyene+, kugira ngo biciye ku rupfu rwiwe+ ahindure ubusa+ umwe afise uburyo bwo guteza urupfu+, ari we Shetani*+; 15 no kugira ngo aronse umwidegemvyo+ abo bose bari mu buja ubuzima bwabo bwose+ kubera ugutinya urupfu+. 16 Kuko vy’ukuri atariko afasha abamarayika na gato, ahubwo ariko afasha uruvyaro* rwa Aburahamu+. 17 Ku bw’ico rero yabwirijwe gucika nka “bene wabo” mu mice yose+, ngo acike umuherezi mukuru w’umunyembabazi n’umwizigirwa mu vyerekeye Imana+, kugira ngo atange ikimazi c’impongano+ ku bw’ibicumuro vy’abantu+. 18 Kuko, kubera ko we ubwiwe yababajwe igihe yariko aragezwa+, arashoboye gutabara abariko baragezwa+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika