ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 36
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi 36:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 6:18
  • +It 20:11; Rm 3:18

Zaburi 36:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 29:19; Zb 10:3
  • +Zb 97:10; Am 5:15

Zaburi 36:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 5:9; 12:2
  • +Yr 4:22

Zaburi 36:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 4:16; Mik 2:1
  • +Yes 65:2
  • +Rm 1:32

Zaburi 36:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 57:10; 103:11
  • +Zb 89:2; 108:4

Zaburi 36:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 71:19
  • +Rm 11:33
  • +Zb 145:9; 147:9; 1Tm 4:10

Zaburi 36:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 31:19; Mik 7:18
  • +Rs 2:12; Zb 17:8; 91:4

Zaburi 36:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 65:4; Yr 31:14; Zk 9:17
  • +Zb 16:11

Zaburi 36:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 33:4; Yr 2:13; Ivk 17:28; Ivh 4:11
  • +Yb 29:3; Zb 27:1; 43:3; Yes 2:5; 2Kr 4:6; Yak 1:17; 1Pt 2:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 6

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/2001, rup. 32

Zaburi 36:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 103:17; Yr 22:16
  • +Zb 7:10; 94:15; 97:11

Zaburi 36:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 10:2
  • +Zb 16:8

Zaburi 36:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 58:10; 2Ts 1:8
  • +Zb 1:5; Yr 51:64

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 36:1Img 6:18
Zab. 36:1It 20:11; Rm 3:18
Zab. 36:2Gus 29:19; Zb 10:3
Zab. 36:2Zb 97:10; Am 5:15
Zab. 36:3Zb 5:9; 12:2
Zab. 36:3Yr 4:22
Zab. 36:4Img 4:16; Mik 2:1
Zab. 36:4Yes 65:2
Zab. 36:4Rm 1:32
Zab. 36:5Zb 57:10; 103:11
Zab. 36:5Zb 89:2; 108:4
Zab. 36:6Zb 71:19
Zab. 36:6Rm 11:33
Zab. 36:6Zb 145:9; 147:9; 1Tm 4:10
Zab. 36:7Zb 31:19; Mik 7:18
Zab. 36:7Rs 2:12; Zb 17:8; 91:4
Zab. 36:8Zb 65:4; Yr 31:14; Zk 9:17
Zab. 36:8Zb 16:11
Zab. 36:9Yb 33:4; Yr 2:13; Ivk 17:28; Ivh 4:11
Zab. 36:9Yb 29:3; Zb 27:1; 43:3; Yes 2:5; 2Kr 4:6; Yak 1:17; 1Pt 2:9
Zab. 36:10Zb 103:17; Yr 22:16
Zab. 36:10Zb 7:10; 94:15; 97:11
Zab. 36:11Zb 10:2
Zab. 36:11Zb 16:8
Zab. 36:12Zb 58:10; 2Ts 1:8
Zab. 36:12Zb 1:5; Yr 51:64
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
Bibiliya y’isi nshasha
Zaburi 36:1-12

Zaburi

Ku muyobozi. Ni zaburi y’umusavyi wa Yehova, Dawidi.

36 Ico ukugabitanya kubwira umubisha, kiri hagati mu mutima wiwe+;

Nta kugirira ubwoba Imana kuri imbere y’amaso yiwe+.

 2 Kuko mu maso yiwe bwite yiyorohereje birenze urugero+

Bigatuma atabona ikosa ryiwe ngo aheze aryanke+.

 3 Amajambo y’akanwa kiwe ni ibibabaza n’ubuhendanyi+;

Yaretse kugira ugutahura kwimbitse kwo gukora ineza+.

 4 Aguma ategura umugambi w’ibibabaza ku gitanda ciwe+.

Ahagarara mu nzira itari nziza+.

Ikibi ntata nk’akanuka+.

 5 Ewe Yehova, ubuntu bwuzuye urukundo bwawe buri mu majuru+;

Ubwizigirwa bwawe bugereza mu bicu+.

 6 Ubugororotsi bwawe ni nk’imisozi y’Imana+;

Ingingo yawe y’ubutungane ni inyenga y’amazi nini amahanga+.

Umuntu n’igikoko urakiza, ewe Yehova+!

 7 Ese ukuntu ubuntu bwuzuye urukundo bwawe ari ubw’agaciro ntangere, ewe Mana+!

Kandi mu gitutu c’amababa yawe ni ho abana b’abantu bahungira+.

 8 Banywa ibinure vyo mu nzu yawe bagahozagara+;

Ubanywesha ku ruzi rw’isumo rw’ibinezereza vyawe+.

 9 Kuko iwawe ari ho hari isôko ry’ubuzima+;

Biciye ku muco uva kuri wewe turabona umuco+.

10 Bandanya kwereka ubuntu bwuzuye urukundo bwawe abakuzi+,

N’ubugororotsi bwawe ab’umutima ugororotse+.

11 Ese ikirenge c’ubwibone kitoza kuntera+;

Nayo ukuboko kw’ababisha, ntikungire inyererezi+.

12 Aho ni ho abakora ibibabaza bagūye+;

Barahenuwe, ntibashobora guhaguruka+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika