ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 8
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Matayo 8:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mr 1:40; Lk 5:12

Matayo 8:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mr 1:41
  • +Kv 4:7; Yes 53:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 65

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/2008, rup. 5

Matayo 8:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 9:30; 12:16; Mr 7:36; Lk 5:14
  • +Lw 13:49; 14:2; Lk 17:14
  • +Lw 14:4, 20; Mr 1:44; Lk 5:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 65

Matayo 8:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 7:1

Matayo 8:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 10:7

Matayo 8:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 15:28; Lk 7:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/8/2002, rup. 13

Matayo 8:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 49:12
  • +Lk 13:29
  • +Mt 11:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 93

Matayo 8:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 25:30
  • +Mt 22:13; 24:51; Lk 13:28

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 93

Matayo 8:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 9:29; 15:28; Mr 9:23; Lk 7:10

Matayo 8:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Kr 9:5
  • +Mr 1:30; Lk 4:38

Matayo 8:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mr 5:41; Ivk 3:7
  • +Mr 1:31; Lk 4:38, 39

Matayo 8:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 53:4; Yoh 1:29

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/8/2011, rup. 11

Matayo 8:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mr 4:35; Lk 8:22

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 113

Matayo 8:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 9:57

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2011, rup. 24

Matayo 8:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 9:58; 2Kr 8:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 154-155

    Niwiyegereze, rup. 291

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2011, rup. 24

Matayo 8:21

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 155

Matayo 8:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 9:60; Yoh 1:43; Rm 6:13

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 155

Matayo 8:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mr 4:36

Matayo 8:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 4:8; Lk 8:23

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/6/2015, rup. 6

    1/8/2012, rup. 18-19

    Yezu ni inzira, rup. 113

Matayo 8:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mr 4:38

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 113

Matayo 8:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 14:31; Mr 4:40
  • +Zb 65:7; 89:9; 107:29; Lk 8:25

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    11/2021, rup. 22

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 16

    Yezu ni inzira, rup. 113

Matayo 8:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mr 4:41

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 16

    Yezu ni inzira, rup. 113

Matayo 8:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 8:26
  • +Mr 5:2; Lk 8:27

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 114

Matayo 8:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 17:18; Lk 4:34, 41; 8:28
  • +Mr 1:24; Yak 2:19
  • +Yud 6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Imizimu, rup. 39

Matayo 8:31

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 14:8; Yes 65:4

Matayo 8:32

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mr 5:13; Lk 8:33

Matayo 8:34

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mr 5:17; Lk 8:37; Ivk 16:39

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Mat. 8:2Mr 1:40; Lk 5:12
Mat. 8:3Mr 1:41
Mat. 8:3Kv 4:7; Yes 53:4
Mat. 8:4Mt 9:30; 12:16; Mr 7:36; Lk 5:14
Mat. 8:4Lw 13:49; 14:2; Lk 17:14
Mat. 8:4Lw 14:4, 20; Mr 1:44; Lk 5:14
Mat. 8:5Lk 7:1
Mat. 8:9Ivk 10:7
Mat. 8:10Mt 15:28; Lk 7:9
Mat. 8:11Yes 49:12
Mat. 8:11Lk 13:29
Mat. 8:11Mt 11:12
Mat. 8:12Mt 25:30
Mat. 8:12Mt 22:13; 24:51; Lk 13:28
Mat. 8:13Mt 9:29; 15:28; Mr 9:23; Lk 7:10
Mat. 8:141Kr 9:5
Mat. 8:14Mr 1:30; Lk 4:38
Mat. 8:15Mr 5:41; Ivk 3:7
Mat. 8:15Mr 1:31; Lk 4:38, 39
Mat. 8:17Yes 53:4; Yoh 1:29
Mat. 8:18Mr 4:35; Lk 8:22
Mat. 8:19Lk 9:57
Mat. 8:20Lk 9:58; 2Kr 8:9
Mat. 8:22Lk 9:60; Yoh 1:43; Rm 6:13
Mat. 8:23Mr 4:36
Mat. 8:24Zb 4:8; Lk 8:23
Mat. 8:25Mr 4:38
Mat. 8:26Mt 14:31; Mr 4:40
Mat. 8:26Zb 65:7; 89:9; 107:29; Lk 8:25
Mat. 8:27Mr 4:41
Mat. 8:28Lk 8:26
Mat. 8:28Mr 5:2; Lk 8:27
Mat. 8:291Bm 17:18; Lk 4:34, 41; 8:28
Mat. 8:29Mr 1:24; Yak 2:19
Mat. 8:29Yud 6
Mat. 8:31Gus 14:8; Yes 65:4
Mat. 8:32Mr 5:13; Lk 8:33
Mat. 8:34Mr 5:17; Lk 8:37; Ivk 16:39
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • 32
  • 33
  • 34
Bibiliya y’isi nshasha
Matayo 8:1-34

Matayo

8 Amaze kumanuka avuye ku musozi, amasinzi menshi aramukurikira. 2 Maze haza umuntu arwaye imibembe+, atangura kwikubita imbere yiwe, avuga ati: “Mukama, ubishatse gusa, urashobora kumpumanura.” 3 Nuko aramvura ukuboko amukorako, avuga ati: “Ndabishaka. Humanuka+.” Buno nyene imibembe yiwe ica iramuvako, arahumanuka+. 4 Maze Yezu amubwira ati: “Urabe ntihagire uwo ubibwira+, mugabo genda, wiyereke umuherezi+, hanyuma ushikane ishikanwa+ Musa yashinze, kugira bibabere intahe.”

5 Yinjiye i Kaperinawumu+, intwazangabo imwe iza kuri we, iramwinginga 6 iti: “Mutungwa, umusuku wanje aryamye mu nzu kubera ubumuga, akaba ababazwa bimwe biteye ubwoba.” 7 Amubwira ati: “Ninashikayo ndamukiza.” 8 Ya ntwazangabo yishura iti: “Mutungwa, ntibimbereye ko winjira mu nzu yanje, mugabo pfa kurivuga gusa, umusuku wanje aca akira. 9 Kuko na jewe ngabwa, nkagira abasoda ngaba, nkabwira uyu nti: ‘Genda+!’, akagenda, nabwira uwundi nti: ‘Ngwino!’, akaza, nabwira umushumba wanje nti: ‘Kora iki!’, akagikora.” 10 Yezu avyumvise, arumirwa, abwira abariko bamukurikira ati: “Ndababwiye ukuri: Muri Isirayeli nta n’umwe nasanganye ukwizera kwinshi gutyo+. 11 Mugabo ndababwiye yuko benshi bo mu mihingo yo mu buseruko no mu burengero+ bazoza bakicarana na Aburahamu na Izahaki na Yakobo ku meza mu bwami+ bwo mw’ijuru+; 12 nayo abana b’ubwami+ bazotererwa mu mwiza hanze. Aho ni ho hazoba ukurira kwabo n’uguhekenya amenyo+.” 13 Maze Yezu abwira ya ntwazangabo ati: “Genda. Nibikubere nk’uko wizeye+.” Kandi nya musuku yakize kuri iyo saha.

14 Maze Yezu aje mu nzu kwa Petero, abona inabukwe+ wiwe aryamye, arwaye inyonko+. 15 Nuko amukora ku kuboko+, ya nyonko ica iramuvako, hanyuma arahaguruka atangura kumukorera+. 16 Mugabo bumaze kugoroba, bamuzanira abantu benshi biziziwe n’amadayimoni; na we yirukana izo mpwemu akoresheje ijambo, yongera akiza abari bamerewe nabi bose, 17 kugira haranguke ivyavuzwe biciye kuri Yesaya umuhanuzi ngo: “Ubwiwe yikoreye indwara zacu yongera yiremeka ubumuga bwacu+.”

18 Aho Yezu aboneye isinzi rimukikije, atanga itegeko ngo basoze baje ku yindi nkengera+. 19 Haza umwanditsi umwe, amubwira ati: “Mwigisha, nzogukurikira iyo uzoja hose+.” 20 Mugabo Yezu amubwira ati: “Imbwebwe zirafise imyobo n’inyoni zo mu kirere zikagira ubwikingo, mugabo Umwana w’umuntu we ntagira aho arambika umutwe+.” 21 Maze uwundi mwigishwa amubwira ati: “Mukama, ndeka mbanze ngende mpambe dawe.” 22 Yezu amubwira ati: “Guma unkurikira, ureke abapfu bahambe abapfu babo+.”

23 Hanyuma yuriye ubwato+, abigishwa biwe baramukurikira. 24 Buno mu kiyaga havyuka inkuruma ikomeye ku buryo ubwato bwariko bupfukwa n’imipfunda; ariko we yari asinziriye+. 25 Baraza baramukangura+, bati: “Mukama, dukize, tugira duhone!” 26 Mugabo ababwira ati: “Kubera iki muri n’umutima uhuha, mwa bantu b’ukwizera guke mwe+?” Maze arahaguruka akankamira nya miyaga na nya kiyaga, haca haratekana cane+. 27 Nuko nya bantu barumirwa, bavuga bati: “Uyu ni umuntu bwoko ki+, ko n’imiyaga n’ikiyaga bimugamburukira?”

28 Aho ashikiye ku yindi nkengera, mu gihugu c’Abagadareni+, abagabo babiri biziziwe n’amadayimoni+ baza kumusanganira bavuye hagati mu mva, bakaba bari bakaze bimwe bidasanzwe ku buryo ata watinyuka guca muri iyo nzira. 29 Maze barasemerera, bati: “Duhuriye ku ki nawe ga Mwana w’Imana+? Waje ng’aha kutubabaza+ igihe cashinzwe kitaragera+?” 30 Mugabo kure yabo hari ubusho bw’ingurube bwariko burarisha. 31 Nuko nya madayimoni atangura kumwinginga ati: “Uramutse utwirukanye, uturungike muri buriya busho bw’ingurube+.” 32 Nuko ayabwira ati: “Gende!” Nya madayimoni arasohoka aja muri za ngurube; maze bwa busho bwose bushunguruka imanga bwitera mu kiyaga, bupfira mu mazi+. 33 Mugabo nya bungere barahunga, binjira mu gisagara, bigana ivyabaye vyose, harimwo n’ivya ba bantu bari biziziwe n’amadayimoni. 34 Maze igisagara cose kirasohoka gusanganira Yezu; bamaze kumubona, bamwinginga bashimitse ngo ave mu ntara zabo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika