ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Daniyeli 10
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Daniyeli 10:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 1:1; Yes 45:1; Dn 1:21; 6:28
  • +Dn 1:7; 4:8
  • +Dn 10:13; 11:2
  • +Dn 1:17

Daniyeli 10:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 9:1; Dn 9:3

Daniyeli 10:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 14:2

Daniyeli 10:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 2:14

Daniyeli 10:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 12:6; Ivh 19:8, 14
  • +Yes 11:5; Ivh 1:13
  • +Yr 10:9

Daniyeli 10:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 28:20; Ezk 1:16; Ivh 21:20
  • +Ezk 1:14; Mt 17:2
  • +Ivh 1:14; 2:18
  • +Ezk 1:7; Ivh 1:15

Daniyeli 10:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 6:17; Ivk 9:7; 22:9

Daniyeli 10:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 7:28; 8:27; Hab 3:16; Mt 17:6

Daniyeli 10:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 15:12; Yb 33:15
  • +Dn 8:18

Daniyeli 10:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 1:9; Dn 9:21; Ivh 1:17

Daniyeli 10:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 15:9; Dn 10:19
  • +Dn 9:22

Daniyeli 10:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 35:4; Ivh 1:17
  • +1Bm 8:49; Ivk 10:4
  • +Dn 9:3
  • +Img 15:8, 29; Dn 9:23

Daniyeli 10:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ef 6:12; Ivh 13:4
  • +Ezr 4:5; Dn 11:2
  • +1Ts 2:18
  • +Dn 10:21; 12:1; Yud 9; Ivh 12:7
  • +Yoh 17:5; Kl 2:10; 1Pt 3:22
  • +Dn 6:28

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/9/2011, rup. 8

Daniyeli 10:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gl 3:29; 6:16
  • +Dn 2:28
  • +Yes 46:10
  • +Dn 8:17, 26; 12:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    5/2020, rup. 3

Daniyeli 10:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 8:18

Daniyeli 10:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 6:7; Yr 1:9
  • +Ezk 33:22
  • +Yos 5:14; Dn 12:8
  • +Dn 10:8

Daniyeli 10:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Abc 6:22
  • +Yes 6:5

Daniyeli 10:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 10:10

Daniyeli 10:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Abc 6:23; Ivh 1:17
  • +Dn 9:23
  • +Lk 24:36
  • +Yes 35:4; Hg 2:4; Zk 8:9; 1Kr 16:13
  • +1Sm 3:10
  • +Zb 138:3

Daniyeli 10:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 10:13
  • +Dn 7:6; 8:5; 11:3

Daniyeli 10:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 43:9; Am 3:7
  • +Dn 10:13; Yud 9; Ivh 12:7
  • +Dn 12:1

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Dan. 10:1Ezr 1:1; Yes 45:1; Dn 1:21; 6:28
Dan. 10:1Dn 1:7; 4:8
Dan. 10:1Dn 10:13; 11:2
Dan. 10:1Dn 1:17
Dan. 10:2Yr 9:1; Dn 9:3
Dan. 10:32Sm 14:2
Dan. 10:4It 2:14
Dan. 10:5Dn 12:6; Ivh 19:8, 14
Dan. 10:5Yes 11:5; Ivh 1:13
Dan. 10:5Yr 10:9
Dan. 10:6Kv 28:20; Ezk 1:16; Ivh 21:20
Dan. 10:6Ezk 1:14; Mt 17:2
Dan. 10:6Ivh 1:14; 2:18
Dan. 10:6Ezk 1:7; Ivh 1:15
Dan. 10:72Bm 6:17; Ivk 9:7; 22:9
Dan. 10:8Dn 7:28; 8:27; Hab 3:16; Mt 17:6
Dan. 10:9It 15:12; Yb 33:15
Dan. 10:9Dn 8:18
Dan. 10:10Yr 1:9; Dn 9:21; Ivh 1:17
Dan. 10:11Img 15:9; Dn 10:19
Dan. 10:11Dn 9:22
Dan. 10:12Yes 35:4; Ivh 1:17
Dan. 10:121Bm 8:49; Ivk 10:4
Dan. 10:12Dn 9:3
Dan. 10:12Img 15:8, 29; Dn 9:23
Dan. 10:13Ef 6:12; Ivh 13:4
Dan. 10:13Ezr 4:5; Dn 11:2
Dan. 10:131Ts 2:18
Dan. 10:13Dn 10:21; 12:1; Yud 9; Ivh 12:7
Dan. 10:13Yoh 17:5; Kl 2:10; 1Pt 3:22
Dan. 10:13Dn 6:28
Dan. 10:14Gl 3:29; 6:16
Dan. 10:14Dn 2:28
Dan. 10:14Yes 46:10
Dan. 10:14Dn 8:17, 26; 12:4
Dan. 10:15Dn 8:18
Dan. 10:16Yes 6:7; Yr 1:9
Dan. 10:16Ezk 33:22
Dan. 10:16Yos 5:14; Dn 12:8
Dan. 10:16Dn 10:8
Dan. 10:17Abc 6:22
Dan. 10:17Yes 6:5
Dan. 10:18Dn 10:10
Dan. 10:19Abc 6:23; Ivh 1:17
Dan. 10:19Dn 9:23
Dan. 10:19Lk 24:36
Dan. 10:19Yes 35:4; Hg 2:4; Zk 8:9; 1Kr 16:13
Dan. 10:191Sm 3:10
Dan. 10:19Zb 138:3
Dan. 10:20Dn 10:13
Dan. 10:20Dn 7:6; 8:5; 11:3
Dan. 10:21Yes 43:9; Am 3:7
Dan. 10:21Dn 10:13; Yud 9; Ivh 12:7
Dan. 10:21Dn 12:1
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
Bibiliya y’isi nshasha
Daniyeli 10:1-21

Daniyeli

10 Mu mwaka ugira gatatu wa Kuro+ umwami w’Ubuperesi, hari ikintu cahishuriwe Daniyeli, ari we yitwa Beluteshazari+; ico kintu cari ic’ukuri, kandi haba igikorwa gikomeye ca gisirikare+. Ico kintu aragitahura, aratahura ico abonye+.

2 Muri iyo misi, jewe Daniyeli nari ngandaye+ mu kiringo c’amayinga atatu yuzuye. 3 Sinarya umukate uryoshe, kandi nta nyama canke umukate vyangera mu kanwa, kandi sinigeze nisiga amavuta gushika ayo mayinga atatu yuzuye arangiye+. 4 Maze ku musi ugira mirongo ibiri na kane w’ukwezi kwa mbere, igihe nari ku nkombe ya rwa ruzi runini, ari rwo Hidekeli+, 5 ndaramura amaso ndaraba, maze mbona umugabo umwe yambaye impuzu y’ilino+, akenyeye mu mafyinga+ inzahabu y’i Ufazi+. 6 Umubiri wiwe wari umeze nk’ibuye rya kirisolito+, mu maso hiwe na ho nk’ishusho y’umuravyo+, amaso yiwe na yo nk’ibimuri vy’umuriro+; amaboko yiwe be n’ibirenge vyiwe vyaboneka nk’umujumpu usenye+, ijwi ry’amajambo yiwe na ryo rikamera nk’ijwi ry’isinzi. 7 Kandi jewe Daniyeli nabonye ukwo kubonekerwa ndi jenyene; mugabo abantu twari kumwe bobo ntibabonye ukwo kubonekerwa+. Ariko barafashwe n’ukujugumira gukomeye, bituma biruka, barinyegeza.

8 Nuko nsigara ndi jenyene, ndaheza mbona ukwo kubonekerwa gukomeye. Ntihagira inkomezi na nkeya zinsigaramwo, iteka ryanje rirahinduka, rirakamangana, sinasigarana inkomezi na nkeya+. 9 Nuko ntangura kwumva ijwi ry’amajambo yiwe; maze nkiriko ndumva ijwi ry’amajambo yiwe, nca ndasinzira ubutikoma+ nubamye, mu maso hanje haraba hasi+. 10 Maze ehe haza ukuboko kurankorako+, kurahava kuramvyura kugira ngo mpfukame, nishimikize ibiganza vy’amaboko yanje. 11 Araheza ambwira ati:

“Ewe Daniyeli, muntu uhimbaye cane+, nutegere amajambo ngira nkubwire+, uhagarare aho wari uhagaze, kuko ubu ndungitswe kuri wewe.”

Ambwiye iryo jambo, ndahaguruka nsusumira.

12 Hanyuma ambwira ati: “Ntutinye+, Daniyeli, kuko uhereye ku musi wa mbere washira umutima ku bwenge+ no ku kwicisha bugufi imbere y’Imana yawe+, amajambo yawe yarumviswe, kandi nje kubera amajambo yawe+. 13 Mugabo umuganwa+ w’akarere kaganzwa n’Ubuperesi+ yari ahagaze andwanya+, imisi mirongo ibiri n’umwe, maze ehe Mikaheli+, umwe mu baganwa bakurubakuru+, aza kuntabara; nanje nsigara ng’aho iruhande y’abami b’Ubuperesi+. 14 Kandi nzanywe no kugutahuza ibizoshikira igisata cawe+ mu kiringo ca nyuma c’imisi+, kuko ari iyerekwa+ rikiri iry’imisi izoza+.”

15 Igihe rero yambwira amajambo nk’ayo, mu maso hanje nari naharabishije hasi+, kandi nari nacitse nk’ikiragi. 16 Maze, ehe uwufise ishusho nk’iy’abana b’abantu ankora ku minwa+, nca ntangura guteranura akanwa ndavuga+, mbwira uwari ahagaze imbere yanje nti: “Ewe mukama wanje+, ukubonekerwa kwatumye izo mu nda zimpiramwo, sinasigarana inkomezi na nkeya+. 17 Mbega none vyashobotse gute ngo umusavyi w’uyu mukama wanje avugane n’uyu mukama wanje+? Nayo jewe, gushika ubu nta nkomezi na nkeya ziri muri jewe, eka nta n’impemu na nkeya zinsigayemwo+.”

18 Maze umwe yasa n’umuntu yakuwe mw’ivu yongera kunkorako, arankomeza+. 19 Araheza avuga ati: “Ntutinye+, ewe muntu ahimbaye cane+! Gira amahoro+. Nukomere, emwe, ukomere+.” Akivugana nanje, ndinanata, ndaheza mvuga nti: “Umukama wanje navuge+, kuko unkomeje+.” 20 Nuko, avuga kandi ati:

“Ubwo vy’ukuri urazi igituma naje kuri wewe? Ubu ngira nsubire kurwana na wa muganwa w’Ubuperesi+. Ninasohoka, ehe umuganwa w’Ubugiriki na we araza+. 21 Ariko ndakubwira ivyanditswe mu candikano c’ukuri+, kandi nta n’umwe ashikamanye nanje muri ivyo atari Mikaheli+, wa muganwa wanyu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika