ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezekiyeli 43
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Ezekiyeli 43:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 10:19; 40:6; 42:15; 44:1

Ezekiyeli 43:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 6:3; Ezk 3:23; 9:3
  • +Ezk 11:23
  • +Zb 29:3; Ezk 1:24; Yoh 12:29
  • +Yes 60:1; Ezk 10:4; Hab 2:14; Ivh 21:23

Ezekiyeli 43:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 1:4
  • +Yr 1:10
  • +Ezk 1:3; 3:23

Ezekiyeli 43:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 10:19
  • +Ezk 44:2

Ezekiyeli 43:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 3:12; 8:3; 11:24
  • +Kv 40:34; 1Bm 8:10; 2Ng 5:14; Yes 6:3; Ezk 44:4

Ezekiyeli 43:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 16:1
  • +Ezk 40:3

Ezekiyeli 43:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 47:8; Yes 6:1; Yr 3:17; Ezk 1:26
  • +1Ng 28:2; Zb 99:5
  • +Kv 29:45; Zb 68:16; 132:14; Yw 3:17; 2Kr 6:16
  • +Ezk 39:7; Hs 14:8; Zk 13:2
  • +1Bm 11:7; 2Bm 21:2; 2Ng 33:7
  • +Yr 16:18

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/8/2007, rup. 10

Ezekiyeli 43:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 16:14; Ezk 8:3
  • +Am 2:7
  • +Dn 9:12

Ezekiyeli 43:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Hs 2:2
  • +Ezk 37:23
  • +Ezk 37:26; 2Kr 6:16

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/8/2007, rup. 10

    1/3/1999, rup. 18, 21-22

Ezekiyeli 43:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 40:4
  • +Ezk 16:63; Rm 6:21

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Agatabu k’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu,

    9/2017, rup. 2

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 162

Ezekiyeli 43:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 44:5; Heb 8:5
  • +Ezk 11:20; 36:27; Yoh 13:17

Ezekiyeli 43:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 93:5; Ezk 40:2; 42:20

Ezekiyeli 43:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 27:1; 2Ng 4:1
  • +Ezk 40:5

Ezekiyeli 43:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 27:2; Ivh 9:13

Ezekiyeli 43:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 4:1
  • +Kv 38:1

Ezekiyeli 43:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 40:29
  • +Lw 1:5; 8:19; Ezk 45:19

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/1999, rup. 28-29

Ezekiyeli 43:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 61:6; Yr 33:18; 1Pt 2:5
  • +Ezk 40:46; 44:15; 48:11
  • +Gh 16:40
  • +Kv 29:10; Lw 8:14; Heb 7:27

Ezekiyeli 43:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 29:36; Lw 4:26
  • +Lw 8:15; 16:19; Heb 9:23

Ezekiyeli 43:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 29:14; Lw 8:17; Heb 13:11

Ezekiyeli 43:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 2:13

Ezekiyeli 43:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 29:35

Ezekiyeli 43:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 8:34

Ezekiyeli 43:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 9:1
  • +Yb 42:8; Ezk 20:40; Rm 12:1; 1Pt 2:5

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ezk. 43:1Ezk 10:19; 40:6; 42:15; 44:1
Ezk. 43:2Yes 6:3; Ezk 3:23; 9:3
Ezk. 43:2Ezk 11:23
Ezk. 43:2Zb 29:3; Ezk 1:24; Yoh 12:29
Ezk. 43:2Yes 60:1; Ezk 10:4; Hab 2:14; Ivh 21:23
Ezk. 43:3Ezk 1:4
Ezk. 43:3Yr 1:10
Ezk. 43:3Ezk 1:3; 3:23
Ezk. 43:4Ezk 10:19
Ezk. 43:4Ezk 44:2
Ezk. 43:5Ezk 3:12; 8:3; 11:24
Ezk. 43:5Kv 40:34; 1Bm 8:10; 2Ng 5:14; Yes 6:3; Ezk 44:4
Ezk. 43:6Ivh 16:1
Ezk. 43:6Ezk 40:3
Ezk. 43:7Zb 47:8; Yes 6:1; Yr 3:17; Ezk 1:26
Ezk. 43:71Ng 28:2; Zb 99:5
Ezk. 43:7Kv 29:45; Zb 68:16; 132:14; Yw 3:17; 2Kr 6:16
Ezk. 43:7Ezk 39:7; Hs 14:8; Zk 13:2
Ezk. 43:71Bm 11:7; 2Bm 21:2; 2Ng 33:7
Ezk. 43:7Yr 16:18
Ezk. 43:82Bm 16:14; Ezk 8:3
Ezk. 43:8Am 2:7
Ezk. 43:8Dn 9:12
Ezk. 43:9Hs 2:2
Ezk. 43:9Ezk 37:23
Ezk. 43:9Ezk 37:26; 2Kr 6:16
Ezk. 43:10Ezk 40:4
Ezk. 43:10Ezk 16:63; Rm 6:21
Ezk. 43:11Ezk 44:5; Heb 8:5
Ezk. 43:11Ezk 11:20; 36:27; Yoh 13:17
Ezk. 43:12Zb 93:5; Ezk 40:2; 42:20
Ezk. 43:13Kv 27:1; 2Ng 4:1
Ezk. 43:13Ezk 40:5
Ezk. 43:15Kv 27:2; Ivh 9:13
Ezk. 43:162Ng 4:1
Ezk. 43:16Kv 38:1
Ezk. 43:18Kv 40:29
Ezk. 43:18Lw 1:5; 8:19; Ezk 45:19
Ezk. 43:19Yes 61:6; Yr 33:18; 1Pt 2:5
Ezk. 43:19Ezk 40:46; 44:15; 48:11
Ezk. 43:19Gh 16:40
Ezk. 43:19Kv 29:10; Lw 8:14; Heb 7:27
Ezk. 43:20Kv 29:36; Lw 4:26
Ezk. 43:20Lw 8:15; 16:19; Heb 9:23
Ezk. 43:21Kv 29:14; Lw 8:17; Heb 13:11
Ezk. 43:24Lw 2:13
Ezk. 43:25Kv 29:35
Ezk. 43:26Lw 8:34
Ezk. 43:27Lw 9:1
Ezk. 43:27Yb 42:8; Ezk 20:40; Rm 12:1; 1Pt 2:5
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
Bibiliya y’isi nshasha
Ezekiyeli 43:1-27

Ezekiyeli

43 Hanyuma anjana kw’irembo, rya rembo riraba mu buseruko+. 2 Maze, ehe ubuninahazwa+ bw’Imana ya Isirayeli bwariko buzanana mu buseruko+, kandi ijwi ryiwe ryari nk’ijwi ry’amazi menshi+; isi irākāka kubera ubuninahazwa bwiwe+. 3 Wamengo ni ya shusho y’ivyo nari neretswe+, nk’ivyo nari neretswe igihe naza guhonya igisagara+; kandi hari amashusho ameze nka ya shusho nabona iruhande y’uruzi Kebari+, nca ngwa nubamye.

4 Maze ubuninahazwa+ bwa Yehova bwinjira muri ya Nzu buciye muri rya rembo rifise uruhande rw’imbere ruraba mu buseruko+. 5 Haza impwemu iranterura+, inzana mu kigo c’indani, maze, ehe nya Nzu yari yuzuye ubuninahazwa bwa Yehova+. 6 Hanyuma ntangura kwumva umuntu amvugisha ari muri nya Nzu+, kandi uyo muntu yari ahagaze iruhande yanje+. 7 Ambwira ati:

“Mwana w’umuntu, iki ni co kibanza c’intebe yanje y’icubahiro+, kikaba n’ikibanza c’ubworo bw’ibirenge vyanje+, aho nzoba hagati ya bene Isirayeli gushika igihe kitagira urugero+; kandi bo, inzu ya Isirayeli, ntibazokwongera guhumanya izina ryanje ryeranda+, bo hamwe n’abami babo+, biciye ku busambanyi bwabo no ku mivyimba+ y’abami babo igihe bapfuye, 8 mu gushira urwinjiriro rwabo hamwe n’urwanje, n’igishimaryango cabo iruhande y’icanje, hagati yanje na bo hakaba hari uruhome+. Kandi bahumanije izina ryanje ryeranda biciye ku bintu vyabo biteye ishishi bakoze+, bituma ndabatikiza mw’ishavu ryanje+. 9 Nibigize kure yanje rero ubusambanyi bwabo+ n’imivyimba y’abami babo+, nanje sinzobura kuba hagati yabo gushika igihe kitagira urugero+.

10 “Nayo wewe ga mwana w’umuntu, menyesha inzu ya Isirayeli ivy’iyo Nzu+, kugira ngo bateterwe kubera amakosa yabo+, kandi bategerezwa kugera ico citegererezo. 11 Nibumva vy’ukuri bateterewe kubera ivyo bakoze vyose, ubamenyeshe wongere wandikire mu maso yabo umugero wo hasi w’iyo Nzu+, ukuntu itunganije be n’imiryango yayo isohoka n’aminjiriro yayo, imigero yayo yose yo hasi n’ibiyiranga vyose, n’imigero yayo yose yo hasi n’amategeko yayo yose, kugira ngo bubahirize umugero wayo wose wo hasi be n’ibiyiranga vyose, babishitse vy’ukuri+. 12 Iri ni ryo tegeko ry’iyo Nzu. Kw’isonga ry’umusozi, akarere kayo kose kayikikuje ni ikintu ceranda rwose+. Raba! Iryo ni ryo tegeko ry’iyo Nzu.

13 “Kandi izi ni zo ngero z’igicaniro mu matambwe+, itambwe rimwe rikaba ringana n’itambwe rimwe n’ubwaguke bw’ikiganza+. Intebetebe yaco ni itambwe rimwe. Ubwaguke ni itambwe rimwe. Umukugiro waco uri ku munwa waco, ugikikuje, ukaba ari itambwe rimwe ry’intoke. Iyo ni yo ntaba y’igicaniro. 14 Kuva ku ntebetebe hasi gushika ku muhiro wo hasi ugikikuje hari amatambwe abiri, ubwaguke na bwo ni itambwe rimwe. Kandi kuva ku muhiro mutoyi ugikikuje gushika ku muhiro munini ugikikuje, hari amatambwe ane, ubwaguke bwawo na bwo ni itambwe. 15 Iziko rya nya gicaniro ni amatambwe ane, kandi kuva kuri nya ziko ry’igicaniro kuduga, hari amahembe ane+. 16 Iziko rya nya gicaniro ni amatambwe cumi n’abiri mu burebure, n’amatambwe cumi n’abiri y’ubwaguke+, rikaba rifise imfuruka ngororotsi ku mpande zine zaryo+. 17 Umuhiro ugikikuje ni amatambwe cumi n’ane mu burebure, n’amatambwe cumi n’ane y’ubwaguke, ku mpande zine zaco; umukugiro ugikikuje ni igice c’itambwe, intebetebe yaco ikaba itambwe rimwe impande zose.

“Ingazi zaco ziraba mu buseruko.”

18 Araheza ambwira ati: “Mwana w’umuntu, ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Ibi ni vyo vyagezwe vy’igicaniro ku musi kizokorerwako, kugira ngo gishikanirweko amashikanwa aturirwa uko yakabaye+ kandi kimijagirweko amaraso+.’

19 “‘Kandi abaherezi b’Abalewi+ bo mu ruvyaro rwa Zadoki+, ari bo banyegêra+,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze, ‘kugira ngo bankorere, uze ubahe ikimasa co mu busho, ngo kibe ishikanwa ry’igicumuro+. 20 Kandi uze utore makeyi ku maraso yaco, uyashire kuri ya mahembe ane ya ca gicaniro no kuri za mfuruka zine z’umuhiro ugikikuje, no ku mukugiro irya n’ino, ugityorore igicumuro+, ugitangire impongano+. 21 Uze utore ico kimasa, ari ryo shikanwa ry’igicumuro, gituririrwe mu kibanza cashinzwe c’iyo Nzu, hanze y’aheranda+. 22 Ku musi ugira kabiri, uzokwigiza hafi isuguru y’impene, iyitagira agahonzi, ngo ibe ishikanwa ry’igicumuro; kandi baze batyorore igicaniro igicumuro nk’uko bazoba bagityoroye igicumuro hakoreshejwe ca kimasa.’

23 “‘Niwarangiza kugityorora igicumuro, uzokwigiza hafi ikimasa co mu busho kitagira agahonzi, n’impfizi y’intama yo mu mukuku itagira agahonzi. 24 Uze uvyigize hafi imbere ya Yehova, abaherezi na bo babimijeko umunyu hanyuma babishikane+ bwa shikanwa riturirwa uko ryakabaye rihabwa Yehova. 25 Uzomara imisi indwi uhereza isuguru y’impene bwa shikanwa ry’igicumuro ku bw’umusi+; kandi ikimasa co mu busho be n’impfizi y’intama yo mu mukuku bitagira akanenge, ni vyo bazohereza. 26 Bazomara imisi indwi batangira impongano+ igicaniro, kandi baze bagihumanure baheze bagishireho. 27 Bazorangiza iyo misi. Hanyuma ku musi ugira umunani+ no kuva ico gihe kubandanya, abaherezi bazohereza ku gicaniro amashikanwa yanyu aturirwa uko yakabaye be n’ibimazi vyanyu vy’ugusangira; nanje sinzobura kubahimbarirwa+,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika