ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 9
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Abalewi 9:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 8:35; Ezk 43:27

Abalewi 9:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 4:3
  • +Lw 8:18
  • +Lw 8:14

Abalewi 9:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 4:23; 16:15; Ezr 6:17
  • +Lw 16:5; Ezr 10:19

Abalewi 9:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 3:1
  • +Lw 2:4; 6:14
  • +Kv 29:43

Abalewi 9:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 19:17; Gus 31:12

Abalewi 9:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 16:10; 24:16; 40:34; 2Ng 5:14

Abalewi 9:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 4:3
  • +Lw 8:34; Heb 5:3; 7:27
  • +Heb 5:1
  • +Lw 16:33; Heb 9:7

Abalewi 9:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 4:4

Abalewi 9:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Heb 9:22
  • +Lw 8:15
  • +Lw 4:7; 16:18

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2004, rup. 22

Abalewi 9:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 3:3; 4:8
  • +Lw 8:16

Abalewi 9:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 4:12; 8:17; Heb 13:11

Abalewi 9:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 1:5; 8:19

Abalewi 9:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 8:20

Abalewi 9:14

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ayo maguru avugwa ni ibice vyayo vyo hepfo.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 8:21

Abalewi 9:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 4:27; Yes 53:10; Yoh 1:29; 1Kr 15:3; 2Kr 5:21; Gl 1:4; Ef 5:2; Tt 2:14; Heb 2:17; 1Pt 2:24; 1Yh 2:2

Abalewi 9:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 1:3; 5:10; 6:9; 8:18

Abalewi 9:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 2:1, 4, 11, 13
  • +Kv 29:39

Abalewi 9:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 3:1; 7:11
  • +Lw 3:2

Abalewi 9:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 3:3
  • +Kv 29:22; Lw 3:9; 8:25

Abalewi 9:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 7:30

Abalewi 9:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 29:27; Lw 8:27

Abalewi 9:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 6:23; Gus 10:8; 21:5; 1Ng 23:13; Lk 24:50; Ivk 3:26; Heb 7:7
  • +Kv 20:26

Abalewi 9:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 6:18; 2Ng 6:3
  • +Lw 9:6; Gh 14:10; 16:42

Abalewi 9:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Abc 6:21; 1Bm 18:38; 1Ng 21:26; 2Ng 7:1
  • +1Bm 18:39; 2Ng 7:3

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Lew. 9:1Lw 8:35; Ezk 43:27
Lew. 9:2Lw 4:3
Lew. 9:2Lw 8:18
Lew. 9:2Lw 8:14
Lew. 9:3Lw 4:23; 16:15; Ezr 6:17
Lew. 9:3Lw 16:5; Ezr 10:19
Lew. 9:4Lw 3:1
Lew. 9:4Lw 2:4; 6:14
Lew. 9:4Kv 29:43
Lew. 9:5Kv 19:17; Gus 31:12
Lew. 9:6Kv 16:10; 24:16; 40:34; 2Ng 5:14
Lew. 9:7Lw 4:3
Lew. 9:7Lw 8:34; Heb 5:3; 7:27
Lew. 9:7Heb 5:1
Lew. 9:7Lw 16:33; Heb 9:7
Lew. 9:8Lw 4:4
Lew. 9:9Heb 9:22
Lew. 9:9Lw 8:15
Lew. 9:9Lw 4:7; 16:18
Lew. 9:10Lw 3:3; 4:8
Lew. 9:10Lw 8:16
Lew. 9:11Lw 4:12; 8:17; Heb 13:11
Lew. 9:12Lw 1:5; 8:19
Lew. 9:13Lw 8:20
Lew. 9:14Lw 8:21
Lew. 9:15Lw 4:27; Yes 53:10; Yoh 1:29; 1Kr 15:3; 2Kr 5:21; Gl 1:4; Ef 5:2; Tt 2:14; Heb 2:17; 1Pt 2:24; 1Yh 2:2
Lew. 9:16Lw 1:3; 5:10; 6:9; 8:18
Lew. 9:17Lw 2:1, 4, 11, 13
Lew. 9:17Kv 29:39
Lew. 9:18Lw 3:1; 7:11
Lew. 9:18Lw 3:2
Lew. 9:19Lw 3:3
Lew. 9:19Kv 29:22; Lw 3:9; 8:25
Lew. 9:20Lw 7:30
Lew. 9:21Kv 29:27; Lw 8:27
Lew. 9:22Gh 6:23; Gus 10:8; 21:5; 1Ng 23:13; Lk 24:50; Ivk 3:26; Heb 7:7
Lew. 9:22Kv 20:26
Lew. 9:232Sm 6:18; 2Ng 6:3
Lew. 9:23Lw 9:6; Gh 14:10; 16:42
Lew. 9:24Abc 6:21; 1Bm 18:38; 1Ng 21:26; 2Ng 7:1
Lew. 9:241Bm 18:39; 2Ng 7:3
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
Bibiliya y’isi nshasha
Abalewi 9:1-24

Abalewi

9 Hanyuma ku musi ugira umunani+, Musa ahamagara Aroni n’abahungu biwe n’abagabo b’inararibonye ba Isirayeli. 2 Maze abwira Aroni ati: “Itorere inyana ikiri nto y’ishikanwa ry’igicumuro+ n’impfizi y’intama y’ishikanwa riturirwa+ bitagira agahonzi, uzishikirize imbere ya Yehova+. 3 Mugabo ubwire bene Isirayeli uti: ‘Tora isuguru y’impene+ y’ishikanwa ry’igicumuro n’inyana n’impfizi y’intama ikiri nto+, imwe yose imaze umwaka, ibitagira agahonzi, vy’ishikanwa riturirwa, 4 n’ishūri n’impfizi y’intama z’ibimazi vy’ugusangira+ ku bwo kubitangako ikimazi imbere ya Yehova, n’ishikanwa ry’intete+ ribombekeshejwe amavuta, kuko uno musi ari ho Yehova aza kubabonekera ata gukeka+.’”

5 Nuko bajana imbere y’ihema ry’ihuriro ivyo Musa yari yategetse. Maze ikoraniro ryose riregera, rihagarara imbere ya Yehova+. 6 Musa yongera kuvuga ati: “Ibi ni vyo Yehova yategetse ko mukwiye gukora, kugira ubuninahazwa bwa Yehova bubabonekere+.” 7 Maze Musa abwira Aroni ati: “Egera igicaniro uhereze ishikanwa ryawe ry’igicumuro+ be n’ishikanwa ryawe riturirwa, utange impongano+ ku bwawe no ku bw’inzu yawe; kandi uhereze ishikanwa ry’abantu+, ubatangire impongano+, nk’uko Yehova yategetse.”

8 Aroni buno nyene yegera igicaniro, akerera ya nyana y’ishikanwa ry’igicumuro, yo ku bwiwe+. 9 Maze abahungu ba Aroni bamushikiriza amaraso+, na we ajobeka urutoke rwiwe muri nya maraso+ araheza ayashira ku mahembe y’igicaniro+, ayasigaye ayasuka ku ntaba y’igicaniro. 10 Hanyuma afumbisha umwotsi ku gicaniro ikinure+ n’amafyigo na ka gahimba ko ku gitigu vyo kw’ishikanwa ry’igicumuro+, nk’uko Yehova yari yategetse Musa. 11 Hanyuma inyama n’urushato abituriza umuriro hanze y’ikambi+.

12 Maze akerera rya shikanwa riturirwa, hanyuma abahungu ba Aroni bamuhereza amaraso ayamijagira hirya no hino ku gicaniro+. 13 Hanyuma bamuhereza rya shikanwa riturirwa, mu bipande vyaryo, be n’umutwe, na we abifumbisha umwotsi ku gicaniro+. 14 Vyongeye, yoza amara n’amaguru* abifumbisha umwotsi kuri rya shikanwa riturirwa, ku gicaniro+.

15 Buno ashikiriza rya shikanwa ry’abantu+ hanyuma atora ya mpene y’ishikanwa ry’igicumuro itangirwa abantu, arayikerera, ayitangako ishikanwa ku bw’igicumuro, kumwe kw’iya mbere. 16 Maze ashikiriza rya shikanwa riturirwa, arigenza nk’uko bisanzwe bigirwa+.

17 Ubukurikira ashikiriza rya shikanwa ry’intete+, yuzuza ikiganza ciwe bikeyi kuri ryo araheza abifumbisha umwotsi ku gicaniro, hambavu ya rya shikanwa riturirwa ryo mu gitondo+.

18 Inyuma y’ivyo akerera ya shūri na ya mpfizi y’intama vy’ikimazi c’ugusangira+ gitangirwa abantu. Maze abahungu ba Aroni bamuhereza amaraso, ayamijagira hirya no hino ku gicaniro+. 19 Nayo ku vy’ibipande binuze+ vya nya shūri, na ca gitsembe kinuze+ ca ya mpfizi y’intama, na ca kinure gipfuka amara, na ya mafyigo, na ka gahimba ko ku gitigu, 20 nya bipande binuze babishira rero ku nkoro+, araheza abifumbisha umwotsi ku gicaniro. 21 Mugabo inkoro n’ukuguru kw’ukuryo Aroni abizungagiza irya n’ino bwa shikanwa rizungagizwa+ imbere ya Yehova, nk’uko Musa yari yategetse.

22 Maze Aroni atarika ibiganza vyiwe yerekeza ku bantu, arabahezagira+, araheza amanuka+ avuye guhereza rya shikanwa ry’igicumuro na rya shikanwa riturirwa na vya bimazi vy’ugusangira. 23 Amaherezo Musa na Aroni binjira mw’ihema ry’ihuriro hanyuma barasohoka, bahezagira abantu+.

Maze ubuninahazwa bwa Yehova+ bubonekera abantu bose, 24 hanyuma umuriro urasohoka uvuye imbere ya Yehova+, utangura kuyigiza rya shikanwa riturirwa na vya bipande binuze vyo ku gicaniro. Abantu bose ngo babibone, baraduka biha akaruru+, bagwa bubamye.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika