ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 31
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yeremiya 31:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:12; Yr 30:22; 31:33; Heb 8:10

Yeremiya 31:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 1:31
  • +Gh 10:33; Zb 95:11; Yes 63:14; Heb 4:8

Yeremiya 31:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 7:8; Mal 1:2
  • +Hs 11:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yeremiya, rup. 143-144

Yeremiya 31:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 1:10; 30:18; 33:7; Am 9:11
  • +Kv 15:20; Abc 11:34; Zb 149:3; Yr 30:19

Yeremiya 31:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Am 9:14; Mik 4:4
  • +Gus 30:9; Yes 65:21

Yeremiya 31:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 1:5; Zb 126:1; Yes 2:3; Yr 50:5; Mik 4:2

Yeremiya 31:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 32:43; Zb 96:3; Yes 44:23; Rm 15:10
  • +Yes 12:5; Am 3:9; Ivk 26:23
  • +Yes 1:9; Yr 23:3; Yw 2:32; Rm 9:27; 11:5

Yeremiya 31:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 43:6; Yr 3:12; 23:8
  • +Gus 30:4; Ezk 20:34; 34:12; Yak 1:1
  • +Yes 35:6; 42:16
  • +Ezr 2:64

Yeremiya 31:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 50:4
  • +Yes 35:7; 49:10
  • +Gus 32:6
  • +It 48:14; Kv 4:22

Yeremiya 31:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 97:1; Yes 11:11; 42:10
  • +Gus 30:4; Ezk 20:34; Mik 2:12
  • +Yes 40:11; Ezk 34:12; 1Pt 2:25

Yeremiya 31:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 44:23; 48:20
  • +Yes 49:25

Yeremiya 31:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 3:13; Zb 126:1; Yes 51:11; Ezk 20:40
  • +Zb 34:5; Yes 60:5
  • +Yw 3:18; Zk 9:15
  • +Yes 65:10
  • +Yes 58:11
  • +Yes 35:10; Ivh 21:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Niwiyegereze, rup. 278-279

Yeremiya 31:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 3:12; Zk 8:4
  • +Yes 51:3; 65:19

Yeremiya 31:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 36:8
  • +Gus 30:9; Zb 31:19; Yes 63:7

Yeremiya 31:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 18:25; Yr 40:1; Mt 2:18
  • +Int 1:16; Mt 2:16
  • +It 35:19
  • +It 35:24
  • +It 37:35
  • +Mt 2:18

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 24

    Umunara w’Inderetsi,

    15/12/2014, rup. 21

    15/8/2011, rup. 10

    Yeremiya, rup. 162-163

Yeremiya 31:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 7:17
  • +Ezr 1:5; Yr 23:3; Ezk 11:17; Hs 1:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/12/2014, rup. 21

Yeremiya 31:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 29:11
  • +Yr 46:27

Yeremiya 31:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 31:9
  • +Zb 94:12
  • +Img 26:3
  • +Yr 17:14; Int 5:21
  • +Yes 43:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/4/2012, rup. 10-11

Yeremiya 31:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 30:2
  • +Ezk 21:12
  • +Lw 26:41; Ezr 9:6
  • +Yr 3:25

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/4/2012, rup. 11

Yeremiya 31:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 31:9; Hs 14:4
  • +Gus 32:36
  • +Yes 63:15; Hs 11:8
  • +Yes 55:7; Mik 7:18; 2Kr 1:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/4/2012, rup. 11

    Yeremiya, rup. 180-181

Yeremiya 31:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 62:10
  • +Yes 35:8
  • +Yr 3:14

Yeremiya 31:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 18:21; Yr 2:18
  • +Yr 2:13; 3:6

Yeremiya 31:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 122:8
  • +Yes 1:26
  • +Zk 8:3

Yeremiya 31:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 33:12; Ezk 36:10

Yeremiya 31:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 107:9; Yes 40:29

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yeremiya, rup. 81-82

Yeremiya 31:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 30:9; Ezk 36:9; Hs 2:23; Zk 10:9

Yeremiya 31:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 44:27; Dn 9:14
  • +Yr 18:7; 45:4
  • +Zb 102:16; 147:2; Yr 24:6; 32:41

Yeremiya 31:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 18:2

Yeremiya 31:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 24:16; Yes 3:11; Ezk 18:4; Gl 6:7

Yeremiya 31:31

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 26:28; Mr 14:24; Lk 22:20; 1Kr 11:25; Heb 8:8; 10:16
  • +Gl 6:16
  • +Yr 50:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2010, rup. 26-27

    1/2/1998, rup. 22-23

    Yeremiya, rup. 169-170

Yeremiya 31:32

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 19:5; Gus 1:31
  • +Ezk 16:59; Heb 8:9
  • +Yr 3:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yeremiya, rup. 169-170

    Umunara w’Inderetsi,

    1/2/1998, rup. 22-23

Yeremiya 31:33

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Heb 8:6
  • +Heb 8:10
  • +Ezk 11:19; 36:26
  • +Zb 37:31; Heb 10:16
  • +Yr 30:22; Heb 8:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yeremiya, rup. 173-175, 178-180

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2007, rup. 11

    1/4/1998, rup. 10-11

    1/2/1998, rup. 25, 29

Yeremiya 31:34

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 54:13; Yoh 6:45; 1Ts 4:9; 1Yh 2:27
  • +1Ng 28:9; Yoh 17:3
  • +Yes 11:9; Yr 24:7; Hab 2:14; Heb 8:11
  • +Yr 33:8; 50:20; Mik 7:18; Mt 26:28; Rm 11:27; Heb 8:12; 9:15; 10:17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Niwiyegereze, rup. 265-267

    Umunara w’Inderetsi,

    15/8/2012, rup. 30

    1/2/1998, rup. 25-26, 29

    1/12/1997, rup. 22-23

    Yeremiya, rup. 170-173, 177-181

Yeremiya 31:35

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 1:16; Zb 136:8; Mt 5:45
  • +1Kr 14:33
  • +Yb 38:33; Zb 89:37; 104:19
  • +Zb 136:9
  • +Yes 51:15
  • +Yr 10:16

Yeremiya 31:36

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 148:6; Yes 54:10; Yr 33:20
  • +Zb 72:5

Yeremiya 31:37

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 38:5; Img 30:4; Yes 40:12
  • +Yr 30:11

Yeremiya 31:38

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Neh 12:27; Yes 44:28; Yr 30:18
  • +Neh 3:1; 12:39; Zk 14:10
  • +2Ng 26:9

Yeremiya 31:39

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zk 1:16

Yeremiya 31:40

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 19:11
  • +Yr 7:32
  • +2Sm 15:23; 2Bm 23:6; Yoh 18:1
  • +2Bm 11:16; 2Ng 23:15; Neh 3:28
  • +Ezk 45:1; Yw 3:17
  • +Yes 51:22

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yer. 31:1Lw 26:12; Yr 30:22; 31:33; Heb 8:10
Yer. 31:2Gus 1:31
Yer. 31:2Gh 10:33; Zb 95:11; Yes 63:14; Heb 4:8
Yer. 31:3Gus 7:8; Mal 1:2
Yer. 31:3Hs 11:4
Yer. 31:4Yr 1:10; 30:18; 33:7; Am 9:11
Yer. 31:4Kv 15:20; Abc 11:34; Zb 149:3; Yr 30:19
Yer. 31:5Am 9:14; Mik 4:4
Yer. 31:5Gus 30:9; Yes 65:21
Yer. 31:6Ezr 1:5; Zb 126:1; Yes 2:3; Yr 50:5; Mik 4:2
Yer. 31:7Gus 32:43; Zb 96:3; Yes 44:23; Rm 15:10
Yer. 31:7Yes 12:5; Am 3:9; Ivk 26:23
Yer. 31:7Yes 1:9; Yr 23:3; Yw 2:32; Rm 9:27; 11:5
Yer. 31:8Yes 43:6; Yr 3:12; 23:8
Yer. 31:8Gus 30:4; Ezk 20:34; 34:12; Yak 1:1
Yer. 31:8Yes 35:6; 42:16
Yer. 31:8Ezr 2:64
Yer. 31:9Yr 50:4
Yer. 31:9Yes 35:7; 49:10
Yer. 31:9Gus 32:6
Yer. 31:9It 48:14; Kv 4:22
Yer. 31:10Zb 97:1; Yes 11:11; 42:10
Yer. 31:10Gus 30:4; Ezk 20:34; Mik 2:12
Yer. 31:10Yes 40:11; Ezk 34:12; 1Pt 2:25
Yer. 31:11Yes 44:23; 48:20
Yer. 31:11Yes 49:25
Yer. 31:12Ezr 3:13; Zb 126:1; Yes 51:11; Ezk 20:40
Yer. 31:12Zb 34:5; Yes 60:5
Yer. 31:12Yw 3:18; Zk 9:15
Yer. 31:12Yes 65:10
Yer. 31:12Yes 58:11
Yer. 31:12Yes 35:10; Ivh 21:4
Yer. 31:13Ezr 3:12; Zk 8:4
Yer. 31:13Yes 51:3; 65:19
Yer. 31:14Zb 36:8
Yer. 31:14Gus 30:9; Zb 31:19; Yes 63:7
Yer. 31:15Yos 18:25; Yr 40:1; Mt 2:18
Yer. 31:15Int 1:16; Mt 2:16
Yer. 31:15It 35:19
Yer. 31:15It 35:24
Yer. 31:15It 37:35
Yer. 31:15Mt 2:18
Yer. 31:16Ivh 7:17
Yer. 31:16Ezr 1:5; Yr 23:3; Ezk 11:17; Hs 1:11
Yer. 31:17Yr 29:11
Yer. 31:17Yr 46:27
Yer. 31:18Yr 31:9
Yer. 31:18Zb 94:12
Yer. 31:18Img 26:3
Yer. 31:18Yr 17:14; Int 5:21
Yer. 31:18Yes 43:3
Yer. 31:19Gus 30:2
Yer. 31:19Ezk 21:12
Yer. 31:19Lw 26:41; Ezr 9:6
Yer. 31:19Yr 3:25
Yer. 31:20Yr 31:9; Hs 14:4
Yer. 31:20Gus 32:36
Yer. 31:20Yes 63:15; Hs 11:8
Yer. 31:20Yes 55:7; Mik 7:18; 2Kr 1:3
Yer. 31:21Yes 62:10
Yer. 31:21Yes 35:8
Yer. 31:21Yr 3:14
Yer. 31:221Bm 18:21; Yr 2:18
Yer. 31:22Yr 2:13; 3:6
Yer. 31:23Zb 122:8
Yer. 31:23Yes 1:26
Yer. 31:23Zk 8:3
Yer. 31:24Yr 33:12; Ezk 36:10
Yer. 31:25Zb 107:9; Yes 40:29
Yer. 31:27Gus 30:9; Ezk 36:9; Hs 2:23; Zk 10:9
Yer. 31:28Yr 44:27; Dn 9:14
Yer. 31:28Yr 18:7; 45:4
Yer. 31:28Zb 102:16; 147:2; Yr 24:6; 32:41
Yer. 31:29Ezk 18:2
Yer. 31:30Gus 24:16; Yes 3:11; Ezk 18:4; Gl 6:7
Yer. 31:31Mt 26:28; Mr 14:24; Lk 22:20; 1Kr 11:25; Heb 8:8; 10:16
Yer. 31:31Gl 6:16
Yer. 31:31Yr 50:4
Yer. 31:32Kv 19:5; Gus 1:31
Yer. 31:32Ezk 16:59; Heb 8:9
Yer. 31:32Yr 3:14
Yer. 31:33Heb 8:6
Yer. 31:33Heb 8:10
Yer. 31:33Ezk 11:19; 36:26
Yer. 31:33Zb 37:31; Heb 10:16
Yer. 31:33Yr 30:22; Heb 8:10
Yer. 31:34Yes 54:13; Yoh 6:45; 1Ts 4:9; 1Yh 2:27
Yer. 31:341Ng 28:9; Yoh 17:3
Yer. 31:34Yes 11:9; Yr 24:7; Hab 2:14; Heb 8:11
Yer. 31:34Yr 33:8; 50:20; Mik 7:18; Mt 26:28; Rm 11:27; Heb 8:12; 9:15; 10:17
Yer. 31:35It 1:16; Zb 136:8; Mt 5:45
Yer. 31:351Kr 14:33
Yer. 31:35Yb 38:33; Zb 89:37; 104:19
Yer. 31:35Zb 136:9
Yer. 31:35Yes 51:15
Yer. 31:35Yr 10:16
Yer. 31:36Zb 148:6; Yes 54:10; Yr 33:20
Yer. 31:36Zb 72:5
Yer. 31:37Yb 38:5; Img 30:4; Yes 40:12
Yer. 31:37Yr 30:11
Yer. 31:38Neh 12:27; Yes 44:28; Yr 30:18
Yer. 31:38Neh 3:1; 12:39; Zk 14:10
Yer. 31:382Ng 26:9
Yer. 31:39Zk 1:16
Yer. 31:40Yr 19:11
Yer. 31:40Yr 7:32
Yer. 31:402Sm 15:23; 2Bm 23:6; Yoh 18:1
Yer. 31:402Bm 11:16; 2Ng 23:15; Neh 3:28
Yer. 31:40Ezk 45:1; Yw 3:17
Yer. 31:40Yes 51:22
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • 32
  • 33
  • 34
  • 35
  • 36
  • 37
  • 38
  • 39
  • 40
Bibiliya y’isi nshasha
Yeremiya 31:1-40

Yeremiya

31 “Ico gihe,” ni ko Yehova avuze, “nzobera Imana imiryango yose ya Isirayeli; na bo bazoba abantu banje+.”

2 Ibi ni vyo Yehova avuze: “Abantu barokotse inkota baragize ubutoni mu gahinga+, igihe Isirayeli yariko aragenda kugira ngo aronke akaruhuko kiwe+.” 3 Yehova yarambonekeye ari kure, avuga ati: “Nagukunze urukundo rwo gushika igihe kitagira urugero+. Ni co catumye ndagukwegesha ubuntu bwuzuye urukundo+. 4 Nzosubira kukwubaka, nawe usubire kwubakwa koko+, ewe mwigeme w’isugi wa Isirayeli! Uzosubira kwisharizisha utugoma twawe, usohoke koko mu ntambo y’abatwenga+. 5 Uzosubira gutera imirima y’imizabibu mu misozi ya Samariya+. Abatera bazoyitera koko maze batangure kurya ivyo yamye+. 6 Kuko hari umusi aho abareretsi mu karere k’imisozi ka Efurayimu bazosemerera koko bati: ‘Haguruke tuduge i Siyoni, kuri Yehova Imana yacu+.’”

7 Kuko ibi ari vyo Yehova avuze: “Nimusemerere n’ijwi rirenga kuri Yakobo munezerewe, mwanirize akamo kw’isonga ry’amahanga+. Nimuvyamamaze+. Shemeze Imana, muvuge muti: ‘Ewe Yehova, kiza abantu bawe, amasigarira ya Isirayeli+.’ 8 Ehe ngira ndabazane ndabakuye mu gihugu co mu buraruko+; nzobakoraniriza hamwe ndabakuye mu mihingo y’isi ya kure kuruta iyindi+. Muri bo hazoba harimwo impumyi n’uwucumbagira, umugore yibungenze n’uwugira yibaruke, bose hamwe+. Bazogaruka ng’aha ari ishengero rinini+. 9 Bazoza barira+, kandi nzobazana binginga basaba kugirirwa ubutoni. Nzotuma bagenda baja ku myonga y’amazi+, ndabacishije mu nzira nziza batazotsitaramwo. Kuko Isirayeli namubereye Se+; Efurayimu na we ni imfura yanje+.”

10 Nimwumve ijambo rya Yehova, mwa mahanga, mubimenyeshe mu mazinga ya kure+ muti: “Uwasanzaje Isirayeli ni we azomukoraniriza hamwe+, kandi azomuzigama nk’uko umwungere azigama ubusho bwiwe+. 11 Kuko Yehova azocungura koko Yakobo+, amuhabuze mu kuboko kw’uwukomeye kumurusha+. 12 Bazoza koko bihe akamo k’umunezero bari ahakirurutse ha Siyoni+, bakayangane kubera ukumera neza kwa Yehova+, kubera intete no kubera umuvinyu mushasha+ no kubera amavuta no kubera imyagazi y’umukuku n’inyana z’inka+. Kandi bazoba nk’umurima uvomerewe neza+, ntibazosubira kuba goyigoyi+.”

13 “Ico gihe umwigeme w’isugi azonezerwa n’intambo, n’imisore nyene be n’abatama, bose hamwe+. Ukugandara kwabo nzoguhindura umwigino, kandi nzobahoza nongere ndabanezereze, ndabakure mu ntuntu yabo+. 14 Umutima w’abaherezi nzowuzuza ibinure+, kandi abantu banje bazohaga ukumera neza kwanje+,” ni ko Yehova avuze.

15 “Ibi ni vyo Yehova avuze: ‘I Rama+ humvikana ijwi, ugucura intimba n’ukurira kw’umururazi+; Rasheli+ ariko aririra abahungu biwe+. Yanse guhozwa ku bijanye n’abahungu biwe+, kuko batakiriho+.’”

16 Ibi ni vyo Yehova avuze: “‘Buza ijwi ryawe kurira, n’amaso yawe uyabuze gukorora amosozi+, kuko igikorwa cawe kiri n’impêra,’ ni ko Yehova avuze, ‘kandi bazogaruka ata kabuza bavuye mu gihugu c’umwansi+.’

17 “‘Kandi hari icizigiro+ ku bwa kazoza kawe,’ ni ko Yehova avuze, ‘kandi abana bawe bazosubira koko mu karere kabo+.’”

18 “Numvise koko Efurayimu yiririra+ ati: ‘Warankosoye, kugira ngo nkosorwe+, nk’inyana itamenyerejwe+. Numpindukize, nanje nzohindukira n’umutima ukunze+, kuko uri Yehova Imana yanje+. 19 Kuko aho mariye guhindukira nicujije+; kandi aho mariye kumenyeshwa nikubise kw’itako+. Naramaramaye, nongera ndateterwa+, kuko nari nikoreye iceyi co mu buto bwanje+.’”

20 “Mbega Efurayimu ni umuhungu w’agaciro kuri jewe, canke umwana afatanwa urukundo+? Kuko uko nzomuhambarira kwose, nzosubira kumwibuka ata kabuza+. Ni co catumye amara yanje amusebagirikira+. Nzomwumvira koko ikigongwe+,” ni ko Yehova avuze.

21 “Niwishingire ibimenyetso vyo kw’ibarabara. Niwishirireho ivyapa+. Nushire umutima wawe ku nzira y’ikirari, inzira uzobwirizwa kujana+. Garuka, ewe mwigeme w’isugi wa Isirayeli. Garuka muri ibi bisagara vyawe+. 22 Uzogeza ryari kuzembagira+, ewe mukobwa w’igihemu+? Kuko Yehova aremye ikintu gishasha mw’isi: Umugore azopfumbatira umuntu w’umugabo.”

23 Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo, Imana ya Isirayeli, avuze: “Bazosubira kuvugira iri jambo mu gihugu ca Yuda no mu bisagara vyiwe, ninakoranya imbohe zabo, bati: ‘Yehova aguhezagire+, ewe hantu ho kuba hagororotse+, ewe musozi mweranda+!’ 24 Kandi Yuda n’ibisagara vyiwe vyose bizobana koko muri co, abarimyi be n’abagiye bari kumwe n’ubusho+. 25 Kuko umutima urushe nzowuzuza agatege, n’umutima ugoyagoya wose ndawukomeze+.”

26 Nca ndikangura maze ntangura kubona; nayo itiro ryanje, ryari ryandyoheye.

27 “Ehe imisi iraje,” ni ko Yehova avuze, “kandi nzobiba inzu ya Isirayeli n’inzu ya Yuda nkoresheje imbuto y’umuntu n’imbuto y’igitungwa+.”

28 “Kandi nk’uko nagumye ndarikanuye ku bijanye na bo+ kugira ngo ndandure, nsiturire hasi, nsambure nongere nonone+, ni ko nzoguma ndarikanuye ku bijanye na bo kugira ngo nubake nongere ntere+,” ni ko Yehova avuze. 29 “Muri iyo misi, ntibazokwongera kuvuga ngo: ‘Ba se ni bo bariye inzabibu z’ibiturumbwe, mugabo amenyo y’abana ni yo yajiginyuwe+.’ 30 Mugabo umwe wese azopfa kubera ikosa ryiwe bwite+. Umuntu wese azorya inzabibu z’ibiturumbwe, amenyo yiwe ni yo azojiginyurwa.”

31 “Ehe imisi iriko iraza,” ni ko Yehova avuze, “kandi nzogirana isezerano rishasha+ n’inzu ya Isirayeli+ be n’inzu ya Yuda+; 32 atari irimeze nka rya sezerano nagirana na ba sekuruza babo ku musi nabafata ukuboko kugira ngo ndabasohore mu gihugu ca Misiri+, ‘isezerano ryanje bo barenze+, naho nari umugabo abagaba+,’ ni ko Yehova avuze.”

33 “Kuko iri ari ryo sezerano+ nzogirana n’inzu ya Isirayeli inyuma y’iyo misi+,” ni ko Yehova avuze. “Nzoshira itegeko ryanje muri bo+, kandi nzoryandika mu mutima wabo+. Nzoba Imana yabo, na bo bazoba abantu banje+.”

34 “Ntibazosubira kwigishanya, ngo umwe wese yigishe mugenziwe, kandi ngo umwe wese yigishe mwene wabo+, ngo: ‘Nimumenye Yehova+!’, kuko bose bazomenya, guhera ku muto muri bo gushika no ku wuhambaye kuruta abandi bose muri bo+,” ni ko Yehova avuze. “Kuko nzobababarira ikosa ryabo, kandi igicumuro cabo sinzosubira kucibuka+.”

35 Ibi ni vyo Yehova, Umwe atanga izuba ngo ritange umuco ku murango+, agatanga ivyagezwe+ biganza ukwezi+ n’inyenyeri ngo bitange umuco mw’ijoro+, Umwe avyura ikiyaga kugira ngo imipfunda yaco isebagirike+, Umwe yitwa Yehova nyen’ingabo+, avuze, 36 ati: “‘Nimba izo ngingo nyobozi zoshobora gukurwa imbere yanje+,’ ni ko Yehova avuze, ‘abari uruvyaro rwa Isirayeli na bo nyene boshobora kureka kuba ihanga imbere yanje nantaryo+.’”

37 Ibi ni vyo Yehova avuze: “‘Nimba amajuru yo hejuru yoshobora kugerwa, n’imishinge y’isi munsi igashobora guserangurwa+, nanje rero noshobora guta uruvyaro rwa Isirayeli rwose kubera ivyo bakoze vyose+,’ ni ko Yehova avuze.”

38 “Ehe imisi iraje,” ni ko Yehova avuze, “kandi igisagara kizokwubakirwa koko+ Yehova kuva ku Munara wa Hananeli+ gushika kw’Irembo ryo mu Mfuruka+. 39 Kandi ikamba yo kugeresha+ izokwongera gusohoka itumbereye gushika ku murambi wa Garebu, hanyuma izunguruke ija i Gowa. 40 Kandi ikiyaya co hasi cose c’imivyimba+ n’iminyota irimwo ibinure+, n’imikobeko yose gushika ku mwonga Kidironi+, gushika ku mfuruka y’Irembo ry’Amafarasi+ amaja i burasirazuba, bizoba ikintu ceranda kuri Yehova+. Ntikizorandurwa, eka kandi ntikizokwongera gusamburwa gushika igihe kitagira urugero+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika