ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 34
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yeremiya 34:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 25:1; Yr 32:2
  • +Yr 39:1; 52:4
  • +Yr 27:6
  • +Gus 28:52; Yr 1:15

Yeremiya 34:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 36:11; Yr 37:1
  • +Yr 21:10; 32:28
  • +Yr 32:29; 37:8; 38:23; 39:8

Yeremiya 34:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 37:17; 39:5; 52:8
  • +2Bm 25:6; Yr 32:4; Ezk 12:13

Yeremiya 34:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 36:10

Yeremiya 34:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 17:16
  • +2Ng 21:19
  • +2Ng 16:14
  • +Int 4:20; Mik 2:4
  • +Yr 22:18

Yeremiya 34:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 3:18; 1Bm 21:19; Ivk 20:27

Yeremiya 34:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:52; Yr 4:5
  • +2Bm 19:8; Mik 1:13
  • +Yos 15:35
  • +2Bm 18:13; 2Ng 11:5
  • +2Ng 27:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2007, rup. 14

Yeremiya 34:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 21:2; Lw 25:10; Gus 15:12

Yeremiya 34:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 14:13; 2Kr 11:22
  • +Lw 25:39; Neh 5:8

Yeremiya 34:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 26:10; 36:12
  • +Lw 25:39

Yeremiya 34:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Hs 6:4
  • +Lw 25:42; Zb 36:3

Yeremiya 34:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 24:7; Gus 5:2
  • +Gus 7:8; 24:18
  • +Kv 13:3

Yeremiya 34:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 21:2; Lw 25:41
  • +Gus 15:12
  • +Lw 25:39
  • +1Sm 8:8; 2Bm 17:14; Neh 9:29; Yr 7:26; Zk 7:12

Yeremiya 34:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 119:106
  • +2Bm 21:4

Yeremiya 34:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ums 5:5; Ezk 17:16; Mt 5:37
  • +Lw 19:12; Ezk 20:39
  • +Yr 34:11

Yeremiya 34:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 21:2; Lw 25:10; Gus 15:12
  • +Lw 26:34; Gl 6:7; Yak 2:13
  • +Yr 15:2
  • +Lw 26:25; Yr 21:7; Ezk 14:19
  • +Gus 28:53; 2Bm 25:3; Yr 24:10; 32:24
  • +Gus 28:65; Yr 15:4; 29:18

Yeremiya 34:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 17:2; Yos 7:11; Ezk 17:16; Hs 6:7
  • +It 15:10
  • +It 15:17

Yeremiya 34:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 25:18; Dn 9:6

Yeremiya 34:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 7:10; Yr 4:30
  • +Gus 28:26; 1Bm 14:11; Zb 79:2; Yr 7:33; 16:4; 19:7

Yeremiya 34:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 24:18
  • +2Bm 25:6; Yr 39:6; 52:10; Int 4:20
  • +Yr 37:5

Yeremiya 34:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 36:17; Yr 39:1
  • +2Bm 25:9; Yr 32:29; 38:23; 39:8; 52:13
  • +Lw 26:33; Gus 29:28; Yr 9:11; 44:2; Mik 7:13

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yer. 34:12Bm 25:1; Yr 32:2
Yer. 34:1Yr 39:1; 52:4
Yer. 34:1Yr 27:6
Yer. 34:1Gus 28:52; Yr 1:15
Yer. 34:22Ng 36:11; Yr 37:1
Yer. 34:2Yr 21:10; 32:28
Yer. 34:2Yr 32:29; 37:8; 38:23; 39:8
Yer. 34:3Yr 37:17; 39:5; 52:8
Yer. 34:32Bm 25:6; Yr 32:4; Ezk 12:13
Yer. 34:42Ng 36:10
Yer. 34:5Ezk 17:16
Yer. 34:52Ng 21:19
Yer. 34:52Ng 16:14
Yer. 34:5Int 4:20; Mik 2:4
Yer. 34:5Yr 22:18
Yer. 34:61Sm 3:18; 1Bm 21:19; Ivk 20:27
Yer. 34:7Gus 28:52; Yr 4:5
Yer. 34:72Bm 19:8; Mik 1:13
Yer. 34:7Yos 15:35
Yer. 34:72Bm 18:13; 2Ng 11:5
Yer. 34:72Ng 27:4
Yer. 34:8Kv 21:2; Lw 25:10; Gus 15:12
Yer. 34:9It 14:13; 2Kr 11:22
Yer. 34:9Lw 25:39; Neh 5:8
Yer. 34:10Yr 26:10; 36:12
Yer. 34:10Lw 25:39
Yer. 34:11Hs 6:4
Yer. 34:11Lw 25:42; Zb 36:3
Yer. 34:13Kv 24:7; Gus 5:2
Yer. 34:13Gus 7:8; 24:18
Yer. 34:13Kv 13:3
Yer. 34:14Kv 21:2; Lw 25:41
Yer. 34:14Gus 15:12
Yer. 34:14Lw 25:39
Yer. 34:141Sm 8:8; 2Bm 17:14; Neh 9:29; Yr 7:26; Zk 7:12
Yer. 34:15Zb 119:106
Yer. 34:152Bm 21:4
Yer. 34:16Ums 5:5; Ezk 17:16; Mt 5:37
Yer. 34:16Lw 19:12; Ezk 20:39
Yer. 34:16Yr 34:11
Yer. 34:17Kv 21:2; Lw 25:10; Gus 15:12
Yer. 34:17Lw 26:34; Gl 6:7; Yak 2:13
Yer. 34:17Yr 15:2
Yer. 34:17Lw 26:25; Yr 21:7; Ezk 14:19
Yer. 34:17Gus 28:53; 2Bm 25:3; Yr 24:10; 32:24
Yer. 34:17Gus 28:65; Yr 15:4; 29:18
Yer. 34:18Gus 17:2; Yos 7:11; Ezk 17:16; Hs 6:7
Yer. 34:18It 15:10
Yer. 34:18It 15:17
Yer. 34:19Yr 25:18; Dn 9:6
Yer. 34:20Gus 7:10; Yr 4:30
Yer. 34:20Gus 28:26; 1Bm 14:11; Zb 79:2; Yr 7:33; 16:4; 19:7
Yer. 34:212Bm 24:18
Yer. 34:212Bm 25:6; Yr 39:6; 52:10; Int 4:20
Yer. 34:21Yr 37:5
Yer. 34:222Ng 36:17; Yr 39:1
Yer. 34:222Bm 25:9; Yr 32:29; 38:23; 39:8; 52:13
Yer. 34:22Lw 26:33; Gus 29:28; Yr 9:11; 44:2; Mik 7:13
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
Bibiliya y’isi nshasha
Yeremiya 34:1-22

Yeremiya

34 Ijambo ryaje kuri Yeremiya rivuye kuri Yehova, igihe Nebukadirezari umwami wa Babiloni+ n’inteko za gisirikare ziwe zose+ n’ubwami bwose bwo mw’isi, inganji yari munsi y’ukuboko kwiwe+, be n’ibisata vy’abantu vyose bariko barwanya Yeruzalemu n’ibisagara vyiwe vyose+, riti:

2 “Ibi ni vyo Yehova Imana ya Isirayeli avuze: ‘Genda ubwire Zedekiya umwami wa Yuda+, egome, umubwire uti: “Ibi ni vyo Yehova avuze: ‘Ehe ngira ntange iki gisagara mu kuboko kw’umwami wa Babiloni+, na we azogituriza koko umuriro+. 3 Kandi wewe ntuzokira ukuboko kwiwe, kuko uzofatwa ata kabuza, utangwe mu kuboko kwiwe+. Amaso yawe azobona amaso y’umwami wa Babiloni+, kandi akanwa kiwe kazovugana n’akanwa kawe, kandi uzoja i Babiloni.’ 4 Ariko rero, niwumve ijambo rya Yehova, ewe Zedekiya mwami wa Yuda+, irigira riti: ‘Ibi ni vyo Yehova avuze kuri wewe: “Ntuzokwicwa n’inkota. 5 Uzokwipfira amahoro+; kandi nk’uko batuririye imibavu ba so, abami ba kera bakwitangiye imbere+, ni ko bazoguturirira imibavu+, kandi bazovuga bagucurira intimba+ bati: ‘Yoo, databuja+!’, kuko ‘jewe mvuze iryo jambo,’ ni ko Yehova avuze.”’”’”

6 Nuko Yeremiya umuhanuzi abwira Zedekiya umwami wa Yuda ayo majambo yose+ i Yeruzalemu, 7 igihe inteko za gisirikare z’umwami wa Babiloni zariko zirwanya Yeruzalemu n’ibisagara vyose vya Yuda vyari bisigaye+, zirwanya Lakishi+ na Azeka+; kuko ivyo bisagara, ivyari bikingijwe ibihome+, ari vyo vyari bisigaye mu bisagara vya Yuda+.

8 Ijambo ryaje kuri Yeremiya rivuye kuri Yehova inyuma y’aho Umwami Zedekiya amariye kugirana isezerano n’abantu bose bari i Yeruzalemu kugira ngo batangarizwe ukurekurwa+, 9 ngo umwe wese arekure umusuku wiwe kandi umwe wese arekure umusukukazi wiwe, Umuheburayo n’Umuheburayokazi+, agende yidegemvya, kugira ngo ntibabakoreshe nk’abasuku, ni ukuvuga Umuyuda, mwene wabo+. 10 Nuko abaganwa+ bose baragamburuka, n’abantu bose bari binjiye mw’isezerano kugira ngo umwe wese arekure umusuku wiwe kandi umwe wese arekure umusukukazi wiwe agende yidegemvya, kugira ntibabe bakibakoresha nk’abasuku; maze baragamburuka, barabareka baragenda+. 11 Mugabo inyuma y’aho barihindukiza+, batangura kugarukana abasuku n’abasukukazi bari barekuye bakagenda bidegemvya, maze babagira abasuku n’abasukukazi+. 12 Nuko ijambo rya Yehova riza kuri Yeremiya rivuye kuri Yehova riti:

13 “Ibi ni vyo Yehova Imana ya Isirayeli avuze: ‘Jewe naragiranye isezerano na ba sogokuruza banyu+ ku musi nabakura mu gihugu ca Misiri+, mu nzu y’abasuku+, nti: 14 “Haheze imyaka indwi, umwe wese muri mwebwe aze arekure mwene wabo+, ni ukuvuga Umuheburayo+ yakugurishijweko+ akagukorera imyaka itandatu; uze umureke agende yidegemvya ave iwawe.” Mugabo ba sogokuruza banyu ntibanyumvirije, eka kandi ntibateze ugutwi+. 15 Namwe murahindukiye uno musi mukora ibigororotse mu maso yanje mu gutangaza umwidegemvyo, umwe wese arekura mugenziwe, kandi mupfunditse isezerano imbere yanje+ mu nzu yitirirwa izina ryanje+. 16 Maze murahindukiye+ muhumanya izina ryanje+, umwe wese agarukana umusuku wiwe kandi umwe wese agarukana umusukukazi wiwe, abo mwari mwarekuye bakagenda bidegemvya uko imitima yabo igomba, muraheza mubagira abasuku n’abasukukazi banyu+.’

17 “Ibi rero ni vyo Yehova avuze: ‘Mwebwe ntimwangamburukiye mu kuguma mutangaza ukurekurwa+ umwe wese kuri mwene wabo n’umwe wese kuri mugenziwe. Ehe ngira ndabatangarize ukurekurwa+,’ ni ko Yehova avuze, ‘mwicwe n’inkota+ n’ikiza+ be n’ikigoyi+, kandi nzobatanga koko mube akajugumiza ku bwami bwose bwo mw’isi+. 18 Nzotanga abantu baca kubiri n’isezerano ryanje+, mu buryo bw’uko batashikije amajambo y’isezerano bapfunditse imbere yanje bakoresheje ya nyana bahimburamwo kubiri+ kugira ngo bace hagati y’ibipande vyayo+; 19 ni ukuvuga abaganwa ba Yuda n’abaganwa ba Yeruzalemu+, abakozi bo ku kirimba n’abaherezi n’abanyagihugu bose baciye hagati y’ibipande vy’iyo nyana— 20 egome, nzobatanga mu kuboko kw’abansi babo no mu kuboko kw’abarondera ubuzima bwabo+, kandi imivyimba yabo izoba koko indya z’ibiremwa biguruka vyo mu kirere n’iz’ibikoko vyo kw’isi+. 21 Zedekiya umwami wa Yuda+ n’abaganwa biwe na bo nzobatanga mu kuboko kw’abansi babo no mu kuboko kw’abarondera ubuzima bwabo no mu kuboko kw’inteko za gisirikare z’umwami wa Babiloni+ ziriko ziva iwanyu+.’

22 “‘Ehe ngira ntange itegeko,’ ni ko Yehova avuze, ‘kandi nzobagarukana koko muri iki gisagara+; bazokirwanya ata kabuza, bagifate maze bagiturize umuriro+; kandi ibisagara vya Yuda nzobigira igiharabuga ata wukibamwo+.’”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika