ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 36
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yesaya 36:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 32:1
  • +Yes 8:7; 10:5
  • +2Bm 18:13; Yes 10:28; 33:8

Yesaya 36:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 18:17
  • +2Bm 19:8
  • +2Ng 32:9
  • +2Bm 20:20
  • +Yes 22:9
  • +Yes 7:3

Yesaya 36:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 22:20
  • +2Bm 19:2
  • +2Bm 18:26
  • +2Bm 18:18
  • +2Bm 18:37

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2007, rup. 8-9

Yesaya 36:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 10:8
  • +2Bm 18:19
  • +2Bm 19:10; Zb 4:2; Yes 37:10

Yesaya 36:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 18:20
  • +2Bm 18:7

Yesaya 36:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 29:6
  • +2Bm 17:4; Yes 30:2; 31:1
  • +Ezk 29:7
  • +2Bm 18:21; Yes 30:7; Yr 37:7

Yesaya 36:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 18:4; 2Ng 31:1
  • +2Bm 18:22; 2Ng 32:12
  • +Gus 12:11; 2Ng 7:12; 32:12

Yesaya 36:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 18:23
  • +2Bm 18:13
  • +Zb 123:4; Yes 10:13

Yesaya 36:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 18:24; Yes 10:8
  • +Gus 17:16; Img 21:31; Yes 31:1

Yesaya 36:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 19:6, 22
  • +2Bm 18:25

Yesaya 36:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 18:18
  • +Yes 22:15
  • +2Bm 18:26
  • +2Bm 18:17
  • +Ezr 4:7; Dn 2:4
  • +Neh 13:24
  • +2Bm 18:26

Yesaya 36:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 18:27

Yesaya 36:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 17:8
  • +2Ng 32:18
  • +2Bm 18:28

Yesaya 36:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 32:11; Yes 37:10
  • +2Bm 18:29; 2Ng 32:15; Dn 3:15; 6:20

Yesaya 36:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 19:10, 22; Zb 11:1; 22:8
  • +Zb 71:12; 125:1
  • +2Bm 18:30

Yesaya 36:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 18:31
  • +1Bm 4:20; Mik 4:4; Zk 3:10
  • +2Bm 18:31

Yesaya 36:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 17:6, 23

Yesaya 36:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 18:32
  • +2Bm 19:12; 2Ng 32:14; Yes 10:11; 37:12

Yesaya 36:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 8:9; 2Bm 19:13
  • +Yr 49:23
  • +2Bm 17:24
  • +2Bm 17:6, 23; 18:34; Yes 10:11

Yesaya 36:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 18:35; 19:17
  • +2Ng 32:15; Zb 2:2; Yes 37:23; Dn 3:15

Yesaya 36:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 38:13, 14; 39:1; Img 9:7; 26:4; Mt 7:6
  • +2Bm 18:36

Yesaya 36:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 18:18
  • +2Bm 18:37
  • +Yes 22:15
  • +Yes 36:3
  • +It 37:29; 2Bm 22:11
  • +2Bm 18:17

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yes. 36:12Ng 32:1
Yes. 36:1Yes 8:7; 10:5
Yes. 36:12Bm 18:13; Yes 10:28; 33:8
Yes. 36:22Bm 18:17
Yes. 36:22Bm 19:8
Yes. 36:22Ng 32:9
Yes. 36:22Bm 20:20
Yes. 36:2Yes 22:9
Yes. 36:2Yes 7:3
Yes. 36:3Yes 22:20
Yes. 36:32Bm 19:2
Yes. 36:32Bm 18:26
Yes. 36:32Bm 18:18
Yes. 36:32Bm 18:37
Yes. 36:4Yes 10:8
Yes. 36:42Bm 18:19
Yes. 36:42Bm 19:10; Zb 4:2; Yes 37:10
Yes. 36:52Bm 18:20
Yes. 36:52Bm 18:7
Yes. 36:6Ezk 29:6
Yes. 36:62Bm 17:4; Yes 30:2; 31:1
Yes. 36:6Ezk 29:7
Yes. 36:62Bm 18:21; Yes 30:7; Yr 37:7
Yes. 36:72Bm 18:4; 2Ng 31:1
Yes. 36:72Bm 18:22; 2Ng 32:12
Yes. 36:7Gus 12:11; 2Ng 7:12; 32:12
Yes. 36:82Bm 18:23
Yes. 36:82Bm 18:13
Yes. 36:8Zb 123:4; Yes 10:13
Yes. 36:92Bm 18:24; Yes 10:8
Yes. 36:9Gus 17:16; Img 21:31; Yes 31:1
Yes. 36:102Bm 19:6, 22
Yes. 36:102Bm 18:25
Yes. 36:112Bm 18:18
Yes. 36:11Yes 22:15
Yes. 36:112Bm 18:26
Yes. 36:112Bm 18:17
Yes. 36:11Ezr 4:7; Dn 2:4
Yes. 36:11Neh 13:24
Yes. 36:112Bm 18:26
Yes. 36:122Bm 18:27
Yes. 36:131Sm 17:8
Yes. 36:132Ng 32:18
Yes. 36:132Bm 18:28
Yes. 36:142Ng 32:11; Yes 37:10
Yes. 36:142Bm 18:29; 2Ng 32:15; Dn 3:15; 6:20
Yes. 36:152Bm 19:10, 22; Zb 11:1; 22:8
Yes. 36:15Zb 71:12; 125:1
Yes. 36:152Bm 18:30
Yes. 36:162Bm 18:31
Yes. 36:161Bm 4:20; Mik 4:4; Zk 3:10
Yes. 36:162Bm 18:31
Yes. 36:172Bm 17:6, 23
Yes. 36:182Bm 18:32
Yes. 36:182Bm 19:12; 2Ng 32:14; Yes 10:11; 37:12
Yes. 36:192Sm 8:9; 2Bm 19:13
Yes. 36:19Yr 49:23
Yes. 36:192Bm 17:24
Yes. 36:192Bm 17:6, 23; 18:34; Yes 10:11
Yes. 36:202Bm 18:35; 19:17
Yes. 36:202Ng 32:15; Zb 2:2; Yes 37:23; Dn 3:15
Yes. 36:21Zb 38:13, 14; 39:1; Img 9:7; 26:4; Mt 7:6
Yes. 36:212Bm 18:36
Yes. 36:222Bm 18:18
Yes. 36:222Bm 18:37
Yes. 36:22Yes 22:15
Yes. 36:22Yes 36:3
Yes. 36:22It 37:29; 2Bm 22:11
Yes. 36:222Bm 18:17
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
Bibiliya y’isi nshasha
Yesaya 36:1-22

Yesaya

36 Nuko mu mwaka ugira cumi na kane w’Umwami Hezekiya, Senakeribu+ umwami wa Ashuri+ aduga gutera ibisagara vyose vya Yuda bikingijwe ibihome, arabifata+. 2 Maze umwami wa Ashuri arateba arungika Rabushake+, ava i Lakishi+ aja i Yeruzalemu+, ku Mwami Hezekiya, ari kumwe n’inteko za gisirikare nyinshi, ahagarara iruhande y’umugende+ w’ikidengeri co haruguru+, ku nzira y’ikirari y’itongo ry’umumesuzi+. 3 Maze haza kuri we Eliyakimu+ mwene Hilikiya, uwagaba urugo, na Shebuna+ umunyamabanga na Yowa+ mwene Asafu+ umukarani+.

4 Rabushake ababwira rero ati: “Ndabinginze mubwire Hezekiya muti: ‘Ibi ni vyo umwami ahambaye+, umwami wa Ashuri+, avuze: “Ico cizigiro wizigiye ni nyabaki+? 5 Wavuze (mugabo ni akarimi gusa) uti: ‘Ndafise impanuro n’inkomezi ku bw’intambara+.’ None wizigiye nde, aho wangararije+? 6 Raba! Wizigiye gushigikirwa n’iryo renga rijanjaguwe+, ari ryo Misiri+, iryo umuntu aramutse aryishimikije, ryokwinjira koko mu kiganza ciwe, rikagitobekeranya. Ukwo ni ko Farawo+ umwami wa Misiri ameze ku bamwizigira bose+. 7 Niwambwira na ho ngo: ‘Yehova Imana yacu ni we twizigiye,’ mbega si we nyen’ibibanza bikirurutse+ na nyen’ibicaniro Hezekiya yakuyeho+, akabwira Yuda na Yeruzalemu ati: ‘Imbere y’iki gicaniro ni ho muzokwunama+’?”’ 8 None rero ndakwinginze, utsibe+ n’umukama wanje umwami wa Ashuri+; reka nguhe amafarasi ibihumbi bibiri turabe ko woshobora kuyashirako abayagenderako+. 9 None wewe woshobora gute gusubiza inyuma buramatari umwe gusa wo mu basuku b’umukama wanje+ bo hanyuma y’abandi, kandi wizigira Misiri kubera imikogote no kubera abagendera ku mafarasi+? 10 Ugira ngo naduze gutera iki gihugu kugira ngo ndagihonye ata ruhusha ruvuye kuri Yehova mfise? Yehova ubwiwe ni we yambwiye+ ati: ‘Duga utere ico gihugu, ugihonye+.’”

11 Eliyakimu+ na Shebuna+ na Yowa+ baca babwira Rabushake+ bati: “Turakwinginze uvugane n’abasuku bawe mu rurimi rw’igisiriya+, turumva; ntuvugane natwe mu rurimi rw’Abayuda+ mu matwi y’abantu bari ku ruhome+.” 12 Mugabo Rabushake avuga ati: “Mbega umukama wawe na wewe ni bo umukama wanje yantumyeko kubwira ayo majambo? None ntiyantumye kuri abo bagabo bicaye ku ruhome, kugira barye umwanda wabo mukuru banywe n’umwanda wabo mutoyi hamwe namwe+?”

13 Rabushake aguma ahagaze+ yongera asemerera n’ijwi rirenga mu rurimi rw’Abayuda+; nuko abandanya kuvuga ati: “Nimwumve amajambo y’umwami ahambaye, umwami wa Ashuri+. 14 Ibi ni vyo umwami avuze: ‘Hezekiya ntabahende+, kuko adashobora kubarokora+. 15 Kandi Hezekiya ntatume mwizigira Yehova+, mu kuvuga ngo: “Yehova ntazobura kuturokora+. Iki gisagara ntikizotangwa mu kuboko kw’umwami wa Ashuri+.” 16 Ntimwumvirize Hezekiya; kuko umwami wa Ashuri avuze ati: “Nimwiyoroshe imbere yanje+, musohoke muze aho ndi, maze umwe wese arye ku muzabibu wiwe kandi umwe wese arye ku giti c’umusukoni ciwe+ kandi umwe wese anywe amazi yo mw’itangi ryiwe+, 17 gushika nje nkabatwara koko mu gihugu kimeze nk’igihugu canyu+, igihugu c’intete n’umuvinyu mushasha, igihugu c’umukate n’imirima y’imizabibu; 18 kugira ngo Hezekiya ntabahendahende+ ngo: ‘Yehova ubwiwe azoturokora.’ Mbega imwimwe yose mu mana z’amahanga, yoba yarigeze kurokora igihugu cayo mu kuboko kw’umwami wa Ashuri+? 19 Imana za Hamati+ na Arupadi+ ziri hehe? Imana za Sefaruvayimu+ ziri hehe? Zoba zararokoye Samariya mu kuboko kwanje+? 20 Mu mana zose z’ibi bihugu, ni izihe zarokoye ibihugu vyazo mu kuboko kwanje+, ku buryo Yehova yorokora Yeruzalemu mu kuboko kwanje+?”’”

21 Baguma bacereje, ntihagira ijambo bamwishura+, kuko umwami yari yategetse ati: “Ntimumwishure+.” 22 Mugabo Eliyakimu+ mwene Hilikiya, uwagaba urugo+, na Shebuna+ umunyamabanga, na Yowa+ mwene Asafu umukarani, baza aho Hezekiya ari batantamuye impuzu zabo+ baraheza bamwiganira amajambo ya Rabushake+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika