ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Daniyeli 3
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Daniyeli 3:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 40:19; Ivk 17:29; 1Kr 8:4
  • +Est 1:1; Dn 2:48

Daniyeli 3:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 6:7
  • +Ezr 7:25; Ivk 16:20
  • +Ezr 6:16

Daniyeli 3:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Est 8:9; Dn 6:1

Daniyeli 3:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 5:29
  • +Est 8:9; Dn 4:1

Daniyeli 3:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 3:10, 15

Daniyeli 3:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 20:5; Mt 4:9
  • +Dn 4:19, 33
  • +Yr 29:22; Dn 3:11, 17, 26; Ivh 13:15

Daniyeli 3:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 51:7; Ivk 14:16

Daniyeli 3:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 3:12

Daniyeli 3:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Neh 2:3; Dn 2:4; 5:10

Daniyeli 3:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 21:12; Dn 3:5, 15

Daniyeli 3:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 3:6

Daniyeli 3:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 2:49
  • +Dn 3:18, 28

Daniyeli 3:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 29:22; Dn 2:12
  • +Dn 1:7

Daniyeli 3:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 46:1; Yr 50:2
  • +Dn 3:28

Daniyeli 3:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 3:10
  • +Kv 5:2; 2Ng 32:15; Yes 36:20; 37:23

Daniyeli 3:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 12:11; 21:14; Ivk 5:29

Daniyeli 3:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 17:37; 2Sm 22:26; Zb 27:1; Img 18:10; Yes 12:2; Dn 6:27; Mik 7:7; 2Kr 1:10

Daniyeli 3:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 20:5; Lw 19:4; Img 28:1; Ivk 5:29; Heb 11:34

Daniyeli 3:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 22:40; Yr 48:14
  • +Dn 3:15

Daniyeli 3:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 34:19

Daniyeli 3:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 66:12; 91:1; Yes 43:2

Daniyeli 3:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 38:7; Zb 34:7

Daniyeli 3:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 6:20
  • +It 14:18; Dn 2:47; 1Kr 8:5

Daniyeli 3:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 3:2
  • +Yes 43:2; Heb 11:34
  • +Mt 10:30; Lk 21:18; Ivk 27:34

Daniyeli 3:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 2:47; 4:34
  • +Zb 34:7; Heb 1:14
  • +1Ng 5:20; Zb 3:8; 22:4; 91:14; 2Kr 1:9; Heb 11:6
  • +Kv 23:24; Ivh 12:11
  • +Dn 3:5, 15
  • +Kv 20:5; Mt 4:10

Daniyeli 3:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 6:26
  • +Dn 2:5
  • +Ezr 6:11
  • +Gus 32:31; Dn 4:35; 6:27

Daniyeli 3:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 1:3; Dn 2:49; 3:12

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Dan. 3:1Yes 40:19; Ivk 17:29; 1Kr 8:4
Dan. 3:1Est 1:1; Dn 2:48
Dan. 3:2Dn 6:7
Dan. 3:2Ezr 7:25; Ivk 16:20
Dan. 3:2Ezr 6:16
Dan. 3:3Est 8:9; Dn 6:1
Dan. 3:4Dn 5:29
Dan. 3:4Est 8:9; Dn 4:1
Dan. 3:5Dn 3:10, 15
Dan. 3:6Kv 20:5; Mt 4:9
Dan. 3:6Dn 4:19, 33
Dan. 3:6Yr 29:22; Dn 3:11, 17, 26; Ivh 13:15
Dan. 3:7Yr 51:7; Ivk 14:16
Dan. 3:8Dn 3:12
Dan. 3:9Neh 2:3; Dn 2:4; 5:10
Dan. 3:10Yb 21:12; Dn 3:5, 15
Dan. 3:11Dn 3:6
Dan. 3:12Dn 2:49
Dan. 3:12Dn 3:18, 28
Dan. 3:13Img 29:22; Dn 2:12
Dan. 3:13Dn 1:7
Dan. 3:14Yes 46:1; Yr 50:2
Dan. 3:14Dn 3:28
Dan. 3:15Dn 3:10
Dan. 3:15Kv 5:2; 2Ng 32:15; Yes 36:20; 37:23
Dan. 3:16Lk 12:11; 21:14; Ivk 5:29
Dan. 3:171Sm 17:37; 2Sm 22:26; Zb 27:1; Img 18:10; Yes 12:2; Dn 6:27; Mik 7:7; 2Kr 1:10
Dan. 3:18Kv 20:5; Lw 19:4; Img 28:1; Ivk 5:29; Heb 11:34
Dan. 3:202Sm 22:40; Yr 48:14
Dan. 3:20Dn 3:15
Dan. 3:23Zb 34:19
Dan. 3:24Zb 66:12; 91:1; Yes 43:2
Dan. 3:25Yb 38:7; Zb 34:7
Dan. 3:26Dn 6:20
Dan. 3:26It 14:18; Dn 2:47; 1Kr 8:5
Dan. 3:27Dn 3:2
Dan. 3:27Yes 43:2; Heb 11:34
Dan. 3:27Mt 10:30; Lk 21:18; Ivk 27:34
Dan. 3:28Dn 2:47; 4:34
Dan. 3:28Zb 34:7; Heb 1:14
Dan. 3:281Ng 5:20; Zb 3:8; 22:4; 91:14; 2Kr 1:9; Heb 11:6
Dan. 3:28Kv 23:24; Ivh 12:11
Dan. 3:28Dn 3:5, 15
Dan. 3:28Kv 20:5; Mt 4:10
Dan. 3:29Dn 6:26
Dan. 3:29Dn 2:5
Dan. 3:29Ezr 6:11
Dan. 3:29Gus 32:31; Dn 4:35; 6:27
Dan. 3:30Zb 1:3; Dn 2:49; 3:12
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
Bibiliya y’isi nshasha
Daniyeli 3:1-30

Daniyeli

3 Nebukadinezari umwami yakoze igishusho+ c’inzahabu, c’amahagarara y’amatambwe mirongo itandatu n’ubwaguke bw’amatambwe atandatu. Agihagarika mu kiyaya ca Dura, mu ntara y’ubutware ya Babiloni+. 2 Nebukadinezari umwami atumako ngo bakoranye abakuru b’intara, abatware+ na ba buramatari, abajanama, abanyabigega, abacamanza, abakuru mu nyamiramabi+ be n’abayobozi bose b’intara z’ubutware, ngo baze ku birori vyo gushikiriza+ nya gishusho Nebukadinezari umwami yari yahagaritse.

3 Nuko abakuru b’intara+, abatware na ba buramatari, abajanama, abanyabigega, abacamanza, abakuru mu nyamiramabi be n’abayobozi bose b’intara z’ubutware bakoranira hamwe ku bw’ibirori vyo gushikiriza nya gishusho Nebukadinezari umwami yari yahagaritse, bahagarara imbere ya nya gishusho Nebukadinezari yari yahagaritse. 4 Nuko uwutangaza+ asemerera n’ijwi rirenga, ati: “Uku ni ko mubwiwe yemwe bisata vy’abantu, miryango y’amahanga n’indimi+: 5 nimwumva ijwi ry’inzamba, n’umwironge, n’inanga, n’inanga y’inyabutatu, n’igicurarangisho c’imirya, n’umwironge w’isaho be n’ubwoko bwose bw’ibicurarangisho+, muce mwikubita hasi, musenge igishusho c’inzahabu Nebukadinezari umwami yahagaritse. 6 Uwo wese atikubita hasi ngo asenge+, ako kanya nyene+ aca atererwa mw’itanure ry’umuriro ururumba+.” 7 Ku bw’ivyo, aho abantu bo mu bisata vyose bumviye ijwi ry’inzamba, n’umwironge, n’inanga, n’inanga y’inyabutatu, n’ubwoko bwose bw’ibicurarangisho, ibisata vyose+, imiryango yose y’amahanga n’indimi, uwo mwanya baca bikubita hasi, basenga nya gishusho c’inzahabu Nebukadinezari umwami yari yahagaritse.

8 Ku bw’ivyo, uwo mwanya nyene Abakaludaya bamwe baregera, barega Abayuda+. 9 Babwira Nebukadinezari umwami bati: “Ewe mwami, urakaramba ibihe bitagira urugero+. 10 Wewe ubwawe mwami, ni we washinze ibwirizwa ry’uko umuntu wese yumva ijwi ry’inzamba, n’umwironge, n’inanga, n’inanga y’inyabutatu, n’igicurarangisho c’imirya, n’umwironge w’isaho be n’ubwoko bwose bw’ibicurarangisho+, abwirizwa kwikubita hasi agasenga ca gishusho c’inzahabu, 11 kandi ko uwo wese atikubita hasi ngo asenge, abwirizwa gutabwa mw’itanure ry’umuriro ururumba+. 12 Hariho Abayuda bamwe washinze kuyobora intara y’ubutware ya Babiloni+, ari bo Shaduraki na Meshaki na Abedinego; abo bagabo nta cubahiro baguhaye, mwami; ntibakorera imana zawe, kandi igishusho c’inzahabu wahagaritse ntibagisenga+.”

13 Uwo mwanya nyene, Nebukadinezari yashangashiwe akaraka+, avuga ko bazana Shaduraki na Meshaki na Abedinego+. Nuko abo bagabo bazanwa imbere y’umwami. 14 Nebukadinezari ababwira ati: “Nankana ga Shaduraki na Meshaki na Abedinego, ntimukorera imana zanje+? N’igishusho c’inzahabu nahagaritse, ntimugisenga+? 15 Ubu rero, nimba mwiteguye kugira ngo nimwumva ijwi ry’inzamba, n’umwironge, n’inanga, n’inanga y’inyabutatu, n’igicurarangisho c’imirya, n’umwironge w’isaho be n’ubwoko bwose bw’ibicurarangisho+, muce mwikubita hasi musenge igishusho nahinguye, ni vyiza. Ariko nimutasenga, ako kanya nyene muca mutererwa mw’itanure ry’umuriro ururumba. Mbega iyo mana yobarokora mu maboko yanje ni iyihe+?”

16 Shaduraki na Meshaki na Abedinego barishura, babwira umwami bati: “Ewe Nebukadinezari, kuri ivyo si ngombwa ngo tugire ijambo tukwishuye+. 17 Asangwa ari ukwo biri, Imana yacu dukorera irashobora kuturokora. Iraturokora muri iryo tanure ry’umuriro ururumba, no mu kuboko kwawe, mwami+. 18 Atari ukwo na ho, nubimenye mwami, yuko imana zawe atari zo dukorera, kandi igishusho c’inzahabu wahagaritse, ntituza kugisenga+.”

19 Ni ho Nebukadinezari yaca araka bimwe bibi, mu maso hiwe harahinduka ku bijanye na Shaduraki na Meshaki na Abedinego. Ni kwo kuvuga ko bashusha rya tanure incuro indwi kurusha uko bari basanzwe barishusha. 20 Abwira abagabo bamwe b’inkomezi+ bo mu nteko ziwe za gisirikare ngo babohe Shaduraki na Meshaki na Abedinego, kugira ngo babaterere muri nya tanure ry’umuriro ururumba+.

21 Maze abo bagabo baboherwa mu mitamana yabo, mu mpuzu zabo n’inkofero zabo n’ibindi vyambarwa vyabo, batererwa muri nya tanure ry’umuriro ururumba. 22 Kubera ko ijambo ry’umwami ryari rikaze, kandi nya tanure rikaba ryari ryashuhijwe birenze, abo bagabo bari bateruye Shaduraki na Meshaki na Abedinego ni bo urubeya rw’umuriro rwishe. 23 Mugabo abo bagabo bandi, uko ari batatu, Shaduraki na Meshaki na Abedinego, bagwa baboshe hagati muri rya tanure ry’umuriro ururumba+.

24 Uwo mwanya, Nebukadinezari umwami agira ubwoba, ahaguruka ningoga na ningoga. Abwira abategetsi bakurubakuru biwe b’i bwami ati: “Mbega burya abagabo batatu si bo twatereye hagati mu muriro baboshe+?” Bishura umwami bati: “Egome, mwami.” 25 Avuga ati: “Raba! Mbona abagabo bane bariko bigendagendera bidegemvya hagati mu muriro, kandi nta co babaye, kandi uwugira kane asa n’umwana wa za mana+.”

26 Maze Nebukadinezari aregera umuryango wa nya tanure ry’umuriro ururumba+. Avuga ati: “Ewe Shaduraki na Meshaki na Abedinego, basavyi b’Imana Musumbavyose+, sohoke muze hano!” Uwo mwanya Shaduraki na Meshaki na Abedinego barasohoka, bava hagati muri wa muriro. 27 Abakuru b’intara, abatware na ba buramatari be n’abategetsi bakurubakuru+ b’umwami bari bakoranijwe, baritegereza nya bagabo, babona ko ata bubasha nya muriro wari wagize ku mibiri yabo+, kandi ko ata n’agashatsi ko ku mutwe wabo+ kari kababutse, ko mbere n’imitamana yabo itari yahindutse, be n’uko ata n’akamoto k’umuriro kari kabagiyeko.

28 Nebukadinezari avuga ati: “Hahezagirwe Imana ya Shaduraki na Meshaki na Abedinego+ yarungitse umumarayika wayo+, ikarokora abasavyi bayo bayizigiye+ kandi bagahindura ijambo ry’umwami, bagatanga imibiri yabo, kuko batemeye gukorera+ canke gusenga+ iyindi mana n’imwe, kiretse Imana yabo+. 29 Kandi nshinze itegeko+: igisata c’abantu cose, umuryango w’amahanga wose canke ururimi rwose bazovuga ikintu kitari co na kimwe ku Mana ya Shaduraki na Meshaki na Abedinego, baze bahimbagurwe+, n’inzu yabo ize ihindurwe kwa surwumwe+; kuko ata yindi mana iriho ishobora gukiza nk’iyi+.”

30 Ico gihe umwami ubwiwe atuma Shaduraki na Meshaki na Abedinego batunganirwa mu ntara y’ubutware ya Babiloni+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika