ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 18
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi 18:akajambo k’intangamarara

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 22:1

Zaburi 18:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 18:32; 118:14; Yes 12:2

Zaburi 18:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 3:3; 37:40; 40:17; 70:5; 144:2
  • +2Sm 23:3; Zb 46:1
  • +It 15:1; Gus 32:4; 2Sm 22:3; Img 2:7; Lk 1:69

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/2009, rup. 14

Zaburi 18:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 22:4; Zb 69:34; 2Kr 11:31
  • +Zb 50:15; Lk 1:71

Zaburi 18:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 20:3; Zb 116:3; Mt 26:66
  • +2Sm 20:1; 22:5; Zb 22:16

Zaburi 18:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 22:6; Zb 88:3
  • +Ums 9:12

Zaburi 18:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 50:15; 130:1
  • +1Sm 3:3; 2Sm 22:7; 1Ng 16:1; Zb 11:4; Yon 2:7
  • +Kv 3:7; Zb 10:17; 34:15; 1Pt 3:12

Zaburi 18:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Abc 5:4; Ezk 38:19; Hg 2:6
  • +2Sm 22:8
  • +Zb 77:18; 97:4; Ivh 16:18

Zaburi 18:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 22:9; Yes 30:27

Zaburi 18:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 22:10; Zb 144:5; Yes 64:1

Zaburi 18:10

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

  • *

    Canke, “ku mababa y’umuyaga.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 99:1
  • +Zb 104:3; Heb 1:7

Zaburi 18:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 97:2
  • +Yb 36:29

Zaburi 18:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 22:13
  • +Zb 97:3

Zaburi 18:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 2:10; 7:10
  • +2Sm 22:14; Zb 29:3

Zaburi 18:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 10:10; Yes 30:30
  • +2Sm 22:15; Yb 36:32; Zb 144:6

Zaburi 18:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 74:15; 106:9; 114:3
  • +2Sm 22:16; Zb 9:8
  • +Kv 15:8

Zaburi 18:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 22:17; Zb 57:3
  • +Zb 32:6; 124:4

Zaburi 18:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 22:18; Zb 3:7
  • +Zb 35:10

Zaburi 18:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 19:11; 23:26
  • +Yes 50:10

Zaburi 18:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 31:8; 118:5
  • +Zb 149:4

Zaburi 18:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 26:23; 1Bm 8:32; Img 11:18
  • +1Sm 24:11; Zb 24:4

Zaburi 18:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 22:22
  • +Zb 119:102

Zaburi 18:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 22:23
  • +Gus 8:11

Zaburi 18:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 6:9; 2Sm 22:24; Zb 84:11
  • +Img 14:16

Zaburi 18:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 3:10; Heb 11:6
  • +2Sm 22:25; Img 5:21

Zaburi 18:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 97:10; Yr 3:12
  • +Yb 34:11; Yr 32:19

Zaburi 18:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 12:10; Mt 5:8
  • +2Sm 22:27; Zb 125:5

Zaburi 18:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 34:28
  • +Yb 10:16; 40:11; Img 6:17; Yes 2:11; Lk 18:14

Zaburi 18:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 22:29; Zb 132:17
  • +Zb 97:11; Yes 42:16

Zaburi 18:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 5:19; Fp 4:13; Heb 11:34
  • +2Sm 22:30

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    4/2022, rup. 3

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    1/2018, rup. 9

Zaburi 18:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 32:4; 2Sm 22:31; Dn 4:37; Ivh 15:3
  • +Zb 12:6; 19:8; 119:140
  • +Zb 18:2; 84:11; Img 30:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/9/2005, rup. 28

Zaburi 18:31

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 2:2; 2Sm 22:32; Zb 86:8; Yes 45:5
  • +Gus 32:31

Zaburi 18:32

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 28:7; 84:7
  • +2Sm 22:33; Yes 26:7

Zaburi 18:33

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Hab 3:19
  • +Gus 32:13; 2Sm 22:34

Zaburi 18:34

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 144:1
  • +2Sm 22:35

Zaburi 18:35

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 15:1; Gus 33:29; Zb 28:7
  • +Zb 17:7
  • +2Sm 22:36; Zb 113:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    8/2020, rup. 8

    Niwiyegereze, rup. 201

    Umunara w’Inderetsi,

    1/8/2004, rup. 9

Zaburi 18:36

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 4:1
  • +2Sm 22:37; Zb 17:5

Zaburi 18:37

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 22:38

Zaburi 18:38

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 2:9; 110:5
  • +2Sm 22:39; Zb 110:6

Zaburi 18:39

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 22:40; Zb 44:5; 144:2

Zaburi 18:40

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 49:8; Kv 23:27; Yos 10:24
  • +2Sm 22:41; Zb 21:8; 34:21

Zaburi 18:41

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 22:42
  • +Yb 35:12; Img 1:28; Yes 1:15; Yr 11:11; 14:12; Mik 3:4; Zk 7:13

Zaburi 18:42

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 22:43
  • +Yes 10:6; Zk 10:5; Mal 4:3

Zaburi 18:43

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ijambo ku rindi ni “umutwe.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 30:6; 2Sm 22:44
  • +2Sm 8:3; Zb 2:8; 1Tm 6:15; Ivh 19:16
  • +Yes 55:5; 65:1; Ivk 15:14

Zaburi 18:44

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 22:45
  • +Gus 33:29

Zaburi 18:45

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 22:46; Mik 7:17

Zaburi 18:46

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 22:47; Yr 10:10; 1Tm 4:10
  • +Gus 32:4
  • +Kv 15:2

Zaburi 18:47

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 32:35; 2Sm 22:48; Zb 94:1; Nah 1:2; Rm 12:19
  • +Zb 47:3; 1Kr 15:25

Zaburi 18:48

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 59:1
  • +2Sm 7:9
  • +2Sm 22:49; Zb 140:1

Zaburi 18:49

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 32:43; Zb 117:1; Yes 11:10; Rm 15:9
  • +1Ng 16:9; Zb 108:3

Zaburi 18:50

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 2:10; Zb 2:6; 144:10
  • +2Sm 7:15; 1Bm 3:6; Zb 89:20
  • +Zb 89:36; Yes 9:7; Lk 1:33; Ivh 5:5

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 18:akajambo k’intangamarara2Sm 22:1
Zab. 18:1Zb 18:32; 118:14; Yes 12:2
Zab. 18:2Zb 3:3; 37:40; 40:17; 70:5; 144:2
Zab. 18:22Sm 23:3; Zb 46:1
Zab. 18:2It 15:1; Gus 32:4; 2Sm 22:3; Img 2:7; Lk 1:69
Zab. 18:32Sm 22:4; Zb 69:34; 2Kr 11:31
Zab. 18:3Zb 50:15; Lk 1:71
Zab. 18:41Sm 20:3; Zb 116:3; Mt 26:66
Zab. 18:42Sm 20:1; 22:5; Zb 22:16
Zab. 18:52Sm 22:6; Zb 88:3
Zab. 18:5Ums 9:12
Zab. 18:6Zb 50:15; 130:1
Zab. 18:61Sm 3:3; 2Sm 22:7; 1Ng 16:1; Zb 11:4; Yon 2:7
Zab. 18:6Kv 3:7; Zb 10:17; 34:15; 1Pt 3:12
Zab. 18:7Abc 5:4; Ezk 38:19; Hg 2:6
Zab. 18:72Sm 22:8
Zab. 18:7Zb 77:18; 97:4; Ivh 16:18
Zab. 18:82Sm 22:9; Yes 30:27
Zab. 18:92Sm 22:10; Zb 144:5; Yes 64:1
Zab. 18:10Zb 99:1
Zab. 18:10Zb 104:3; Heb 1:7
Zab. 18:11Zb 97:2
Zab. 18:11Yb 36:29
Zab. 18:122Sm 22:13
Zab. 18:12Zb 97:3
Zab. 18:131Sm 2:10; 7:10
Zab. 18:132Sm 22:14; Zb 29:3
Zab. 18:14Yos 10:10; Yes 30:30
Zab. 18:142Sm 22:15; Yb 36:32; Zb 144:6
Zab. 18:15Zb 74:15; 106:9; 114:3
Zab. 18:152Sm 22:16; Zb 9:8
Zab. 18:15Kv 15:8
Zab. 18:162Sm 22:17; Zb 57:3
Zab. 18:16Zb 32:6; 124:4
Zab. 18:172Sm 22:18; Zb 3:7
Zab. 18:17Zb 35:10
Zab. 18:181Sm 19:11; 23:26
Zab. 18:18Yes 50:10
Zab. 18:19Zb 31:8; 118:5
Zab. 18:19Zb 149:4
Zab. 18:201Sm 26:23; 1Bm 8:32; Img 11:18
Zab. 18:201Sm 24:11; Zb 24:4
Zab. 18:212Sm 22:22
Zab. 18:21Zb 119:102
Zab. 18:222Sm 22:23
Zab. 18:22Gus 8:11
Zab. 18:23It 6:9; 2Sm 22:24; Zb 84:11
Zab. 18:23Img 14:16
Zab. 18:24Yes 3:10; Heb 11:6
Zab. 18:242Sm 22:25; Img 5:21
Zab. 18:25Zb 97:10; Yr 3:12
Zab. 18:25Yb 34:11; Yr 32:19
Zab. 18:26Dn 12:10; Mt 5:8
Zab. 18:262Sm 22:27; Zb 125:5
Zab. 18:27Yb 34:28
Zab. 18:27Yb 10:16; 40:11; Img 6:17; Yes 2:11; Lk 18:14
Zab. 18:282Sm 22:29; Zb 132:17
Zab. 18:28Zb 97:11; Yes 42:16
Zab. 18:292Sm 5:19; Fp 4:13; Heb 11:34
Zab. 18:292Sm 22:30
Zab. 18:30Gus 32:4; 2Sm 22:31; Dn 4:37; Ivh 15:3
Zab. 18:30Zb 12:6; 19:8; 119:140
Zab. 18:30Zb 18:2; 84:11; Img 30:5
Zab. 18:311Sm 2:2; 2Sm 22:32; Zb 86:8; Yes 45:5
Zab. 18:31Gus 32:31
Zab. 18:32Zb 28:7; 84:7
Zab. 18:322Sm 22:33; Yes 26:7
Zab. 18:33Hab 3:19
Zab. 18:33Gus 32:13; 2Sm 22:34
Zab. 18:34Zb 144:1
Zab. 18:342Sm 22:35
Zab. 18:35It 15:1; Gus 33:29; Zb 28:7
Zab. 18:35Zb 17:7
Zab. 18:352Sm 22:36; Zb 113:6
Zab. 18:36Zb 4:1
Zab. 18:362Sm 22:37; Zb 17:5
Zab. 18:372Sm 22:38
Zab. 18:38Zb 2:9; 110:5
Zab. 18:382Sm 22:39; Zb 110:6
Zab. 18:392Sm 22:40; Zb 44:5; 144:2
Zab. 18:40It 49:8; Kv 23:27; Yos 10:24
Zab. 18:402Sm 22:41; Zb 21:8; 34:21
Zab. 18:412Sm 22:42
Zab. 18:41Yb 35:12; Img 1:28; Yes 1:15; Yr 11:11; 14:12; Mik 3:4; Zk 7:13
Zab. 18:422Sm 22:43
Zab. 18:42Yes 10:6; Zk 10:5; Mal 4:3
Zab. 18:431Sm 30:6; 2Sm 22:44
Zab. 18:432Sm 8:3; Zb 2:8; 1Tm 6:15; Ivh 19:16
Zab. 18:43Yes 55:5; 65:1; Ivk 15:14
Zab. 18:442Sm 22:45
Zab. 18:44Gus 33:29
Zab. 18:452Sm 22:46; Mik 7:17
Zab. 18:462Sm 22:47; Yr 10:10; 1Tm 4:10
Zab. 18:46Gus 32:4
Zab. 18:46Kv 15:2
Zab. 18:47Gus 32:35; 2Sm 22:48; Zb 94:1; Nah 1:2; Rm 12:19
Zab. 18:47Zb 47:3; 1Kr 15:25
Zab. 18:48Zb 59:1
Zab. 18:482Sm 7:9
Zab. 18:482Sm 22:49; Zb 140:1
Zab. 18:49Gus 32:43; Zb 117:1; Yes 11:10; Rm 15:9
Zab. 18:491Ng 16:9; Zb 108:3
Zab. 18:501Sm 2:10; Zb 2:6; 144:10
Zab. 18:502Sm 7:15; 1Bm 3:6; Zb 89:20
Zab. 18:50Zb 89:36; Yes 9:7; Lk 1:33; Ivh 5:5
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • 32
  • 33
  • 34
  • 35
  • 36
  • 37
  • 38
  • 39
  • 40
  • 41
  • 42
  • 43
  • 44
  • 45
  • 46
  • 47
  • 48
  • 49
  • 50
Bibiliya y’isi nshasha
Zaburi 18:1-50

Zaburi

Ku muyobozi. Ni iy’umusavyi wa Yehova, iya Dawidi, uwabwiye Yehova amajambo y’uru ruririmbo ku musi Yehova yamurokora mu kiganza c’abansi biwe bose no mu kuboko kwa Sauli+. Avuga ati:

18 Nzokwiyumvamwo, ewe Yehova, wewe nkomezi zanje+!

 2 Yehova ni we rutare rwanje, igihome canje gikomeye akaba na we ankiza+.

Imana yanje ni yo gitandara canje. Nzohungira muri yo+,

Ni yo nkinzo yanje n’ihembe ryanje ry’ubukiriro, ahantu hanje hakirurutse hatagira inkomanzi+.

 3 Umwe akwiye gushemezwa, ari we Yehova, ni we nzokwambaza+,

Kandi nzokizwa abansi banje+.

 4 Imigozi y’urupfu yarankikuje+;

Amasegenya akukumura y’abantu b’imburakimazi na yo yaguma antera ubwoba+.

 5 Imigozi y’ukuzimu yari inkikuje+;

Imitego y’urupfu yari impanze+.

 6 Mu marushwa yanje, naguma nambaza Yehova,

Kandi Imana yanje naguma ndayitabaza+.

Nuko yumva ijwi ryanje iri mu rusengero rwayo+,

Ugutabaza kwanje imbere yayo kuraheza gushika mu matwi yayo+.

 7 Maze isi itangura kuzungazunga no gutigita+,

Imishinge y’imisozi iranyiganga+,

Iguma izungazunga kuko Imana yari yatewe ishavu+.

 8 Umwotsi warapfundutse mu mazuru yayo, umuriro uvuye mu kanwa kayo na wo uguma uyigiza+;

Amakara yararurumba, akarabagiza ava kuri yo.

 9 Nuko itangura guheta amajuru, iramanuka+.

Umuzimagiza w’umuzitanya wari munsi y’ibirenge vyayo.

10 Hanyuma iza igendera ku mukerubi*, iza iguruka+,

Iza yarāra ku mababa y’ikiremwa c’impwemu*+.

11 Ica igira umwiza ubwihisho bwayo+,

Irya n’ino yayo, iwugira urusago rwayo,

Umwiza w’amazi yijimye, ibicu bizitanye+.

12 Mu kwakaka kw’imbere yayo hava ibicu vyayo, bikarengana+,

Urubura n’amakara yaka umuriro+.

13 Maze mu majuru Yehova atangura guturagara+,

Musumbavyose ubwiwe atangura kurekura ijwi ryiwe+,

Urubura n’amakara yaka umuriro.

14 Kandi yaguma arungika imyampi yiwe, kugira abashwiragize+;

Arekura n’imiravyo, kugira abate mu muvurungano+.

15 Inzira z’imigezi y’amazi na zo zitangura kuboneka+,

Imishinge y’ubutaka bwimbuka irapfukurwa+

Bivuye ku guhambara kwawe, ewe Yehova, bivuye ku guhuhuta kw’impemu zo mu mazuru yawe+.

16 Yatuma ari iyo hejuru, akantwara+,

Akankura mu mazi menshi+.

17 Yarandokora akankiza umwansi wanje akomeye+,

N’abanyanka; kuko bari bakomeye kundusha+.

18 Baguma bampanze ku musi w’icago canje+,

Mugabo Yehova ambera nk’icishimikizo+.

19 Nuko aransohora anjana ahantu hagutse+;

Yarantabara, kuko yari yahimbawe nanje+.

20 Yehova ampemba nk’uko ubugororotsi bwanje buri+;

Nk’uko ukudahumana kw’amaboko yanje kuri, ni ko anyishura+.

21 Kuko nagumije inzira za Yehova+,

Kandi sinakoze nabi ngo mvirire Imana yanje+.

22 Kuko ingingo z’ubutungane zayo zose ziri imbere yanje+,

Kandi ivyagezwe vyayo sinzovyigiza kure yanje+.

23 Nzokwerekana ko ntagira amahinyu kuri yo+,

Kandi nzokwirinda ntihagire ikosa rimbako+.

24 Yehova nanyishure nk’uko ubugororotsi bwanje buri+,

Nk’uko ukudahumana kw’amaboko yanje kuri, mu maso yiwe+.

25 Ku ntahemuka uzokwerekana ko udahemuka+;

Ku muntu w’umugabo atagira amahinyu, uzokwerekana ko utagira amahinyu+.

26 Ku wuguma adahumanye uzokwerekana ko udahumanye+;

Ku wuhetaraye na we uzokwerekana ko ugoramye+;

27 Kuko abantu b’abarushwa wewe ubwawe uzobakiza+;

Mugabo amaso yibona uzoyashira hasi+.

28 Kuko ari wewe uzokwatsa itara ryanje, ewe Yehova+!

Imana yanje ubwayo izotuma umwiza wanje ukayangana+.

29 Kuko ku bwawe nshobora gukinagiza akagwi k’abambuzi+;

Kandi ku bw’Imana yanje ndashobora kwurira uruhome+.

30 Nayo Imana y’ukuri, inzira yayo ntigira akanenge+;

Ijambo rya Yehova ni irityoroye+.

Abera inkinzo abahungira muri we bose+.

31 Kuko, ni nde ari Imana atari Yehova+?

Kandi ni nde ari igitandara kiretse Imana yacu+?

32 Imana y’ukuri ni yo inkenyeza cane inkomezi+,

Kandi izoha inzira yanje kutagira akanenge+,

33 Ni yo ihindura ibirenge vyanje nk’ivy’impongokazi+,

Kandi ahantu hakirurutse kuri jewe ni ho iguma impagaritse+.

34 Yigisha ibiganza vyanje intambara+,

Kandi amaboko yanje yagonze umuheto w’umujumpu+.

35 Uzompa inkinzo yawe y’ubukiriro+,

Kandi ukuryo kwawe kuzonshigikira+,

Kandi ukwicisha bugufi kwawe kuzongira uwuhambaye+.

36 Uzotegura ikibanza cagutse bihagije ku bw’intambuko zanje munsi yanje+,

Kandi amaso y’ibirenge vyanje ntazogenda anyoganyoze+.

37 Nzokurikirana abansi banje ndabahamvye;

Kandi sinzohindukira badatikiye+.

38 Nzobavunagura ku buryo badashobora guhaguruka+;

Bazogwa munsi y’ibirenge vyanje+.

39 Uzonkenyeza inkomezi ku bw’intambara;

Uzotuma abankurira hasi binimba hasi munsi yanje+.

40 Nayo abansi banje, ntuzobura kumpa igikanu cabo+;

Nayo abanyanka urunuka, nzobanumya+.

41 Baratabaza, mugabo nta mukiza ariho+,

Bagatabaza Yehova, mugabo ntagende abishuye+.

42 Kandi nzobahonda banoge nk’umukungugu imbere y’umuyaga+;

Nzobasuka nk’urwondo rwo mu mabarabara+.

43 Uzonkiza ugutorana amahinyu kw’abantu+.

Uzongira umukuru* w’amahanga+.

Abantu ntamenye, abo ni bo bazonkorera+.

44 Bazokwumva inkuru ku matwi gusa bangamburukire+;

Abanyamahanga ubwabo bazoza kuri jewe bahinda agashitsi+.

45 Abanyamahanga ubwabo bazoyāma,

Kandi bazova mu bibambazi vyabo bajugumira+.

46 Yehova ni muzima+, kandi Igitandara canje nigihezagirwe+,

Kandi Imana y’ubukiriro bwanje nishirwe hejuru+.

47 Imana y’ukuri ni yo impora+;

Imara igabo ibisata vy’abantu munsi yanje+.

48 Irankiza abansi banje buzuye ishavu+;

Uzonduza unshire hejuru y’abankurira hasi+,

Uzondokora unkize umuntu w’ubukazi+.

49 Ni co gituma nzoguhaya mu mahanga, ewe Yehova+,

Kandi nzohibongoreza izina ryawe+.

50 Akorera umwami wiwe ibikorwa bikomeye vy’ubukiriro+,

Akagirira ubuntu bwuzuye urukundo uwo yarobanuje amavuta+,

Akabugirira Dawidi n’uruvyaro rwiwe gushika igihe kitagira urugero+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika