ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyahishuwe 12
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Ivyahishuwe 12:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 1:1
  • +Yes 54:1, 5; Gl 4:26

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 177-178

    Urashobora Kubaho, rup. 117

Ivyahishuwe 12:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 3:16

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 177-178

Ivyahishuwe 12:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 12:9; 20:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 178

    Umunara w’Inderetsi,

    1/9/2001, rup. 4

Ivyahishuwe 12:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 9:15
  • +It 6:2; Yb 38:7; 2Kr 11:15
  • +2Pt 2:4; Yud 6
  • +It 3:15
  • +Yes 66:9
  • +Yr 51:34

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    5/2018, rup. 23

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 178-179

Ivyahishuwe 12:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 11:15
  • +Zb 2:9; 110:2; Ivh 19:15
  • +Zb 2:6; 110:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 177, 179-180

    Urashobora Kubaho, rup. 117

Ivyahishuwe 12:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 55:7
  • +1Bm 19:6; Img 30:8
  • +Ivh 11:3; 12:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 32

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 179-180, 184

Ivyahishuwe 12:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 10:13; 12:1; Yud 9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 24

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 180-181

Ivyahishuwe 12:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 24

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 180-181

Ivyahishuwe 12:9

Utujambo tw'epfo

  • *

    Dufatiye ku kigiriki ni “Diyabolosi,” bisobanura ngo “Umubesheranyi.” Raba kandi Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 12:3; 20:2
  • +It 3:1; 2Kr 11:3; Ivh 12:14
  • +Mt 4:1; Yoh 8:44; Heb 2:14; Yak 4:7; 1Pt 5:8
  • +1Ng 21:1; Yb 1:6; Zk 3:2; Mt 4:10; Yoh 13:27; Rm 16:20; 2Ts 2:9
  • +2Kr 4:4; 11:14; Ef 2:2; 1Yh 5:19
  • +Lk 10:18; Ivh 12:13

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 24

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2015, rup. 9-10

    15/5/2009, rup. 18

    15/2/2004, rup. 16

    Be maso!,

    10/2010, rup. 12-13

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 180-181

Ivyahishuwe 12:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 118:14; Lk 1:69; Rm 13:11; 2Kr 6:2; Heb 9:28; 1Pt 1:5
  • +Ivh 11:17
  • +Ivh 11:15
  • +Mt 24:30; 25:32; 2Kr 5:10; Ef 1:10; 1Ts 4:16
  • +Yb 1:9; Zk 3:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Bibiliya itwigisha iki?, rup. 86

    Ivyo Bibiliya yigisha, rup. 79-80

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2006, rup. 22

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 182-183

Ivyahishuwe 12:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Yh 2:14
  • +1Pt 1:19
  • +Ivk 1:8; 2Tm 1:8; Ivh 1:9; 19:10
  • +Mt 16:25; Lk 14:26; Ivk 20:24

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/7/2007, rup. 31

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 182-183

Ivyahishuwe 12:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 7:53; Heb 12:22; Ivh 13:6
  • +Ivh 8:13
  • +Yes 57:20; 60:2; Ivh 17:15
  • +Dn 8:19; Mik 4:1; Mt 24:34; Rm 16:20; 2Tm 3:1; 2Pt 3:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 24

    Bibiliya itwigisha iki?, rup. 86-87

    Ivyo Bibiliya yigisha, rup. 80

    Ubwami bw’Imana buraganza!, rup. 22

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 182-183

    Umunara w’Inderetsi,

    1/11/2001, rup. 5

    1/10/1999, rup. 4

    Urashobora Kubaho, rup. 137

    Imizimu, rup. 40

Ivyahishuwe 12:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 10:18
  • +It 3:15; Ivh 12:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 183-184

Ivyahishuwe 12:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 19:4; Yes 40:31
  • +Zb 55:7
  • +Mt 4:4; Lk 12:42
  • +Ivh 11:3; 12:6
  • +It 3:1; 2Kr 11:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 32

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 183-184

Ivyahishuwe 12:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 18:4; Yes 17:12
  • +Dn 11:40

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    5/2020, rup. 6

    Ubwami bw’Imana buraganza!, rup. 150-151

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 184-185

Ivyahishuwe 12:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Tt 3:1; Ivh 13:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Agatabu k’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu,

    12/2019, rup. 8

    Ubwami bw’Imana buraganza!, rup. 151

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2009, rup. 32

    Nushinge intahe, rup. 164

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 185-186

Ivyahishuwe 12:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 3:15
  • +Mt 24:9; Ivk 1:8; Ivh 1:9; 6:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 11-12, 183, 185-186, 279

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ivyah. 12:1Ivh 1:1
Ivyah. 12:1Yes 54:1, 5; Gl 4:26
Ivyah. 12:2It 3:16
Ivyah. 12:3Ivh 12:9; 20:2
Ivyah. 12:4Yes 9:15
Ivyah. 12:4It 6:2; Yb 38:7; 2Kr 11:15
Ivyah. 12:42Pt 2:4; Yud 6
Ivyah. 12:4It 3:15
Ivyah. 12:4Yes 66:9
Ivyah. 12:4Yr 51:34
Ivyah. 12:5Ivh 11:15
Ivyah. 12:5Zb 2:9; 110:2; Ivh 19:15
Ivyah. 12:5Zb 2:6; 110:1
Ivyah. 12:6Zb 55:7
Ivyah. 12:61Bm 19:6; Img 30:8
Ivyah. 12:6Ivh 11:3; 12:14
Ivyah. 12:7Dn 10:13; 12:1; Yud 9
Ivyah. 12:9Ivh 12:3; 20:2
Ivyah. 12:9It 3:1; 2Kr 11:3; Ivh 12:14
Ivyah. 12:9Mt 4:1; Yoh 8:44; Heb 2:14; Yak 4:7; 1Pt 5:8
Ivyah. 12:91Ng 21:1; Yb 1:6; Zk 3:2; Mt 4:10; Yoh 13:27; Rm 16:20; 2Ts 2:9
Ivyah. 12:92Kr 4:4; 11:14; Ef 2:2; 1Yh 5:19
Ivyah. 12:9Lk 10:18; Ivh 12:13
Ivyah. 12:10Zb 118:14; Lk 1:69; Rm 13:11; 2Kr 6:2; Heb 9:28; 1Pt 1:5
Ivyah. 12:10Ivh 11:17
Ivyah. 12:10Ivh 11:15
Ivyah. 12:10Mt 24:30; 25:32; 2Kr 5:10; Ef 1:10; 1Ts 4:16
Ivyah. 12:10Yb 1:9; Zk 3:1
Ivyah. 12:111Yh 2:14
Ivyah. 12:111Pt 1:19
Ivyah. 12:11Ivk 1:8; 2Tm 1:8; Ivh 1:9; 19:10
Ivyah. 12:11Mt 16:25; Lk 14:26; Ivk 20:24
Ivyah. 12:12Ivk 7:53; Heb 12:22; Ivh 13:6
Ivyah. 12:12Ivh 8:13
Ivyah. 12:12Yes 57:20; 60:2; Ivh 17:15
Ivyah. 12:12Dn 8:19; Mik 4:1; Mt 24:34; Rm 16:20; 2Tm 3:1; 2Pt 3:3
Ivyah. 12:13Lk 10:18
Ivyah. 12:13It 3:15; Ivh 12:1
Ivyah. 12:14Kv 19:4; Yes 40:31
Ivyah. 12:14Zb 55:7
Ivyah. 12:14Mt 4:4; Lk 12:42
Ivyah. 12:14Ivh 11:3; 12:6
Ivyah. 12:14It 3:1; 2Kr 11:3
Ivyah. 12:15Zb 18:4; Yes 17:12
Ivyah. 12:15Dn 11:40
Ivyah. 12:16Tt 3:1; Ivh 13:11
Ivyah. 12:17It 3:15
Ivyah. 12:17Mt 24:9; Ivk 1:8; Ivh 1:9; 6:9
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
Bibiliya y’isi nshasha
Ivyahishuwe 12:1-17

Ivyahishuwe

12 Maze haboneka ikimenyetso+ gikomeye mw’ijuru: umugore+ yambaye izuba, kandi ukwezi kwari munsi y’ibirenge vyiwe, ku mutwe wiwe na ho hari urugori rw’inyenyeri cumi na zibiri, 2 kandi yari yibungenze. Araboroga cane ari mu mibabaro+ no mu buribwe bwo kwibaruka.

3 Haboneka ikindi kimenyetso mw’ijuru, nza mbona igisato+ kinini c’ibara ry’umuriro, c’imitwe indwi n’amahembe cumi, kuri nya mitwe yaco hakaba imigāra indwi; 4 kandi umurizo+ waco uburuta ica gatatu c’inyenyeri+ zo mw’ijuru, kiziraririza kw’isi+. Kandi nya gisato caguma gihagaze imbere ya nya mugore+ yagira yibaruke+, kugira ngo yibarutse gice kirotsa+ umwana wiwe.

5 Maze yibaruka umwana w’umuhungu+, uw’igitsina-gabo, uwuzoragiza amahanga yose inkoni y’icuma+. Nya mwana wiwe aca ajanwa ku Mana no ku ntebe y’ubwami yayo+. 6 Nya mugore na we ahungira mu gahinga+, aho afise ikibanza categuwe n’Imana, kugira ngo bahamugaburirire+ imisi igihumbi n’amajana abiri na mirongo itandatu+.

7 Haca haduka intambara mw’ijuru: Mikaheli+ n’abamarayika biwe barwana na ca gisato, ca gisato na co kirwanana n’abamarayika baco 8 mugabo nticanesha, eka mbere ntihongera kuboneka ikibanza cabo mw’ijuru. 9 Nuko ca gisato kinini+ kiraririzwa hasi, ya nzoka yo mu ntango+, iyitwa Mubesheranyi*+ na Shetani+, umwe azimiza isi yose+; araririzwa kw’isi+, n’abamarayika biwe bararirizanywa na we. 10 Maze numva ijwi rirenga mw’ijuru, rivuga riti:

“Ubu rero harashitse ubukiriro+ n’ubushobozi+ n’ubwami bw’Imana yacu+ n’ububasha bwa Kristu wayo+, kuko umwagiriji wa bene wacu araririjwe hasi, umwe abagiriza ku murango no mw’ijoro imbere y’Imana yacu+! 11 Kandi baramutsinze+ kubera amaraso ya wa Mwagazi w’intama+ no kubera ijambo ry’ugushinga intahe+ kwabo, kandi ntibakunze ubuzima+ bwabo n’igihe baba bahanganye n’urupfu. 12 Ku bw’ivyo muhimbarwe, mwa majuru namwe abayabamwo+! Haragowe+ isi n’ikiyaga+, kuko Shetani amanutse kuri mwebwe, afise ishavu ryinshi, azi ko afise igihe gito+.”

13 Ca gisato ngo kibone kiraririjwe kw’isi+, gica gihama wa mugore+ yibaruka umwana w’umuhungu. 14 Mugabo amababa abiri ya ya nkona nini+ ahabwa uwo mugore, kugira ngo aguruke aje mu gahinga+ mu kibanza ciwe; aho ni ho agaburirirwa+ igihe n’ibihe n’igice c’igihe+, kure ya ya nzoka+.

15 Ya nzoka ica iruka inyuma ya wa mugore amazi+ ameze nk’uruzi ruvuye mu kanwa kayo, kugira ngo atwarwe na nya ruzi+. 16 Mugabo isi itabara wa mugore+, yasamika akanwa kayo imira rwa ruzi ca gisato caruka ruvuye mu kanwa kaco. 17 Maze ca gisato kigirira uburake uwo mugore+, gica kigenda kurwana n’abasigaye b’uruvyaro rwiwe bubahiriza amabwirizwa y’Imana kandi bafise igikorwa co gushingira intahe+ Yezu.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika