ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 127
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi 127:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 7:11; Img 3:6; Mt 6:10; Heb 3:2; Yak 4:15
  • +Img 10:22; 1Kr 3:9
  • +Abc 5:8; Zb 121:5; Yes 27:3; Zk 2:5
  • +Img 16:3; Yes 62:6; Yr 51:12; Ezk 33:2

Zaburi 127:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 39:6
  • +Rs 2:7
  • +It 3:17
  • +Zb 3:5; 4:8; Ums 5:12; Yr 31:26

Zaburi 127:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 33:5; 48:4; 1Sm 2:21; 1Ng 28:5
  • +It 30:2; 41:52; Lw 26:9; Gus 28:4; Yos 24:3, 4; Zb 128:3; Yes 8:18

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    12/2019, rup. 22

    Umunara w’Inderetsi,

    1/4/2005, rup. 8-19

    Agahimbare mu rugo, rup. 126

Zaburi 127:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 50:9
  • +Img 17:6; 31:28

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    12/2019, rup. 26-27

    Umunara w’Inderetsi,

    15/8/2013, rup. 17

    1/4/2008, rup. 13-16

    1/9/2007, rup. 26, 30

Zaburi 127:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 50:23; Yb 1:2; 42:13
  • +Img 27:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/4/2008, rup. 13-16

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 127:12Sm 7:11; Img 3:6; Mt 6:10; Heb 3:2; Yak 4:15
Zab. 127:1Img 10:22; 1Kr 3:9
Zab. 127:1Abc 5:8; Zb 121:5; Yes 27:3; Zk 2:5
Zab. 127:1Img 16:3; Yes 62:6; Yr 51:12; Ezk 33:2
Zab. 127:2Zb 39:6
Zab. 127:2Rs 2:7
Zab. 127:2It 3:17
Zab. 127:2Zb 3:5; 4:8; Ums 5:12; Yr 31:26
Zab. 127:3It 33:5; 48:4; 1Sm 2:21; 1Ng 28:5
Zab. 127:3It 30:2; 41:52; Lw 26:9; Gus 28:4; Yos 24:3, 4; Zb 128:3; Yes 8:18
Zab. 127:4Yr 50:9
Zab. 127:4Img 17:6; 31:28
Zab. 127:5It 50:23; Yb 1:2; 42:13
Zab. 127:5Img 27:11
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
Bibiliya y’isi nshasha
Zaburi 127:1-5

Zaburi

Ururirimbo rw’Ukuduga. Ni izaburi ya Salomo.

127 Yehova ubwiwe atubatse inzu+,

Abubatsi bayo baba baruhiye ubusa+.

Yehova ubwiwe atarinze igisagara+,

Umurinzi aba yagumye arikanuriye ubusa+.

 2 Ni ivy’ubusa kuba muvyuka kare+,

Kuba mwicara bwije+,

Kuba mufungura ibifungurwa mu mibabaro+.

Ukwo ni ko aha agatiro umukundwa wiwe+.

 3 Raba! Abana ni intoranwa iva kuri Yehova+;

Ivyamwa vy’inda ni impera atanga+.

 4 Kurya kw’imyampi mu kuboko kw’umunyenkomezi+,

Ni ko abana bo mu buto bamera+.

 5 Hahiriwe umuntu w’umugabo yayujuje+ umutana wiwe.

Ntibazomaramara+,

Kuko bazovugana n’abansi mw’irembo.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika