ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abatesalonika 1
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

2 Abatesalonika 1:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Kr 1:19

2 Abatesalonika 1:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 1:7

2 Abatesalonika 1:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ts 1:2
  • +Lk 17:5; 1Ts 3:12
  • +1Ts 4:9; 1Pt 1:22

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2005, rup. 32

2 Abatesalonika 1:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Kr 7:14; 1Ts 2:19
  • +1Ts 1:6; 2:14; 1Pt 2:21

2 Abatesalonika 1:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 16:7
  • +Ivk 14:22
  • +Rm 8:17; 2Tm 2:12

2 Abatesalonika 1:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 12:19; Ivh 6:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 33

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2004, rup. 19

2 Abatesalonika 1:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 17:30; 1Pt 1:7
  • +Mt 25:31; Mr 8:38; Yud 14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2004, rup. 19

2 Abatesalonika 1:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Heb 10:30
  • +Yoh 3:19; Rm 1:18
  • +Rm 2:8; Heb 10:29
  • +1Pt 4:17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 33

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    9/2019, rup. 12-13

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2004, rup. 19

    Abahurikiye hamwe, rup. 81

2 Abatesalonika 1:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Pt 2:17; 3:7
  • +Yud 13
  • +Yes 2:21

2 Abatesalonika 1:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 8:17

2 Abatesalonika 1:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 8:30; 2Tm 1:9

2 Abatesalonika 1:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 17:10; 1Pt 1:7
  • +Yoh 17:21
  • +1Kr 1:4

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

2 Tes. 1:12Kr 1:19
2 Tes. 1:2Rm 1:7
2 Tes. 1:31Ts 1:2
2 Tes. 1:3Lk 17:5; 1Ts 3:12
2 Tes. 1:31Ts 4:9; 1Pt 1:22
2 Tes. 1:42Kr 7:14; 1Ts 2:19
2 Tes. 1:41Ts 1:6; 2:14; 1Pt 2:21
2 Tes. 1:5Ivh 16:7
2 Tes. 1:5Ivk 14:22
2 Tes. 1:5Rm 8:17; 2Tm 2:12
2 Tes. 1:6Rm 12:19; Ivh 6:10
2 Tes. 1:7Lk 17:30; 1Pt 1:7
2 Tes. 1:7Mt 25:31; Mr 8:38; Yud 14
2 Tes. 1:8Heb 10:30
2 Tes. 1:8Yoh 3:19; Rm 1:18
2 Tes. 1:8Rm 2:8; Heb 10:29
2 Tes. 1:81Pt 4:17
2 Tes. 1:92Pt 2:17; 3:7
2 Tes. 1:9Yud 13
2 Tes. 1:9Yes 2:21
2 Tes. 1:10Rm 8:17
2 Tes. 1:11Rm 8:30; 2Tm 1:9
2 Tes. 1:12Yoh 17:10; 1Pt 1:7
2 Tes. 1:12Yoh 17:21
2 Tes. 1:121Kr 1:4
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
Bibiliya y’isi nshasha
2 Abatesalonika 1:1-12

2 Abatesalonika

1 Paulo na Silivano na Timoteyo+, turabandikiye mwebwe shengero ry’Abatesalonika ryunze ubumwe n’Imana ari yo Data hamwe n’Umukama Yezu Kristu:

2 Mugire ubuntu ata wari abukwiriye n’amahoro biva ku Mana ari yo Data no ku Mukama Yezu Kristu+.

3 Ntitworeka kwama dukengurukira Imana ku bwanyu+, bene wacu, kuko bibereye, kubera ko ukwizera kwanyu kuriko kurakura+ cane n’urukundo rw’umwe wese n’urwa mwese rukaba ruriko rurongerekana, umwe wese kuri mugenziwe+. 4 Ivyo bituma ubwacu tubīshimira+ mu mashengero y’Imana, kubera ukwihangana kwanyu n’ukwizera kwanyu mu ruhamo murimwo rwose n’amakuba muriko murihanganira+. 5 Ico ni ikimenyamenya c’urubanza rugororotse rw’Imana+, rubashikana ku kubonwa ko mubereye ubwami bw’Imana+, ubwo muriko muracumukurira koko+.

6 Kuko ari ibigororotse ku Mana kwishura amakuba abayabateza+, 7 mugabo mwebwe abatezwa amakuba ikabaronsa ukuruhurirwa hamwe natwe igihe c’ihishurwa+ ry’Umukama Yezu avuye mw’ijuru ari kumwe n’abamarayika biwe b’ububasha+ 8 mu muriro uyingana, niyihora+ abatazi Imana+ be n’abatagamburukira+ inkuru nziza yerekeye Umukama wacu Yezu+. 9 Abo nyene bazoshikirwa n’igihano c’urubanza+ c’ugutikizwa kw’ibihe bidahera+ bave imbere y’Umukama n’imbere y’ubuninahazwa bw’inkomezi ziwe+, 10 igihe azoza kuninahazwa mu bijanye n’aberanda biwe+ kandi kuri uwo musi agatangarirwa mu bijanye n’abizeye bose, kubera ko intahe twashinze yakiranywe ukwizera muri mwebwe.

11 Nkako, ico nyene ni co gituma twama tubasengera, ngo Imana yacu ibone ko mubereye ihamagara+ ryayo, yongere irangure rwose ibiyihimbara vyose vy’ukumera neza kwayo be n’igikorwa c’ukwizera kwanyu ibigiranye ububasha; 12 kugira ngo izina ry’Umukama wacu Yezu rininahazwe muri mwebwe+, namwe mwunge ubumwe+ na we, nk’uko ubuntu ata wari abukwiriye+ bw’Imana yacu be n’ubw’Umukama Yezu Kristu buri.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika