ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 47
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi 47:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 11:12; Zb 98:4; Yes 55:12
  • +Ezr 3:11; Zb 33:3

Zaburi 47:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 7:21; Neh 1:5; Zb 76:12
  • +Zb 22:28; Mal 1:14

Zaburi 47:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 18:47
  • +Gus 33:29

Zaburi 47:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 9:5
  • +Gus 7:6; Mal 1:2

Zaburi 47:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 68:24
  • +1Ng 15:24

Zaburi 47:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 16:9; Zb 68:32

Zaburi 47:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 10:7; Zk 14:9
  • +1Kr 14:15

Zaburi 47:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 16:31; Zb 96:10; 97:1; Ivh 19:6
  • +Ivh 4:2

Zaburi 47:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 110:3
  • +Rm 4:12; Gl 3:29
  • +Zb 89:18
  • +Zb 97:9

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 47:12Bm 11:12; Zb 98:4; Yes 55:12
Zab. 47:1Ezr 3:11; Zb 33:3
Zab. 47:2Gus 7:21; Neh 1:5; Zb 76:12
Zab. 47:2Zb 22:28; Mal 1:14
Zab. 47:3Zb 18:47
Zab. 47:3Gus 33:29
Zab. 47:4Gus 9:5
Zab. 47:4Gus 7:6; Mal 1:2
Zab. 47:5Zb 68:24
Zab. 47:51Ng 15:24
Zab. 47:61Ng 16:9; Zb 68:32
Zab. 47:7Yr 10:7; Zk 14:9
Zab. 47:71Kr 14:15
Zab. 47:81Ng 16:31; Zb 96:10; 97:1; Ivh 19:6
Zab. 47:8Ivh 4:2
Zab. 47:9Zb 110:3
Zab. 47:9Rm 4:12; Gl 3:29
Zab. 47:9Zb 89:18
Zab. 47:9Zb 97:9
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
Bibiliya y’isi nshasha
Zaburi 47:1-9

Zaburi

Ku muyobozi. Ni izaburi ya bene Kora. Agahibongozo.

47 Yemwe bisata vy’abantu mwese, nimukome amashi+.

Nimukomere Imana akaruru k’intsinzi, hariko n’ijwi ry’akamo k’umunezero+.

 2 Kuko Yehova, we Musumbavyose, ateye ubwoba+,

Akaba ari Umwami akomeye agaba isi yose+.

 3 Azomara igabo ibisata vy’abantu munsi yacu+,

N’imiryango y’amahanga munsi y’ibirenge vyacu+.

 4 Azoduhitiramwo intoranwa yacu+,

Ivyishimo vya Yakobo, uwo yakunze+. Sela.

 5 Imana yaduze n’akaruru k’umunezero+,

Yehova yaduze n’ijwi ry’inzamba+.

 6 Hibongoreze Imana, hibongoze+!

Hibongoreze Umwami wacu, hibongoze!

 7 Kuko Imana ari Umwami w’isi yose+;

Hibongoze, mukorana ukwiyubara+.

 8 Imana icitse umwami ku mahanga+.

Imana ubwayo ifashe icicaro ku ntebe y’ubwami yayo nyeranda+.

 9 Abanyacubahiro b’ibisata vy’abantu barakoranye+,

Hamwe n’abantu b’Imana ya Aburahamu+.

Kuko inkinzo z’isi ari iz’Imana+.

Yaduze hejuru cane+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika