ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezekiyeli 7
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Ezekiyeli 7:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Am 8:2

Ezekiyeli 7:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 5:13
  • +Gh 32:23; Yr 40:3; Ezk 18:30; 33:20; Rm 2:6

Ezekiyeli 7:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 13:14; Ezk 5:11; 8:18; 9:10; Zk 11:6
  • +Yr 16:18; Ezk 11:21; 16:43
  • +Ezk 6:13

Ezekiyeli 7:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 21:12; Dn 9:12

Ezekiyeli 7:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 44:27
  • +Ezk 21:25; 39:8

Ezekiyeli 7:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 12:23; Zf 1:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/7/2007, rup. 11

Ezekiyeli 7:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 34:21; Ezk 36:18
  • +Yr 7:20
  • +Yb 34:11; Ezk 18:30; Gl 6:7

Ezekiyeli 7:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 13:14
  • +Yr 15:5
  • +Ezk 11:21; 16:43
  • +Yes 66:6; Ezk 33:29

Ezekiyeli 7:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zf 1:14
  • +Ezk 7:7
  • +Yes 10:5
  • +Yr 50:31

Ezekiyeli 7:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 59:6; Yr 6:7; Mik 6:12

Ezekiyeli 7:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zf 1:18

Ezekiyeli 7:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 4:5; 6:1
  • +Yr 7:20; 12:12

Ezekiyeli 7:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:25
  • +Gus 32:25; Yr 21:9; 27:13; Int 1:20
  • +Yr 14:18; 15:2; Ezk 5:12

Ezekiyeli 7:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 9:15; Yes 1:9; 37:31; Ezk 6:8
  • +Yes 38:14; 59:11; Nah 2:7

Ezekiyeli 7:17

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ijambo ku rindi ni “aguma akoroka.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 13:7; Yr 6:24
  • +Ezk 21:7

Ezekiyeli 7:18

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 3:24; 15:3; Yr 48:37; Am 8:10
  • +Zb 55:5
  • +Yr 3:25
  • +Yes 22:12

Ezekiyeli 7:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 11:4; Zf 1:18
  • +Ezk 14:3; 44:12

Ezekiyeli 7:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 17:12; 21:7; Ezk 6:4
  • +Yr 7:30; 32:34
  • +Gus 27:15; Yr 7:14; Int 1:17; Hs 9:10

Ezekiyeli 7:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 36:19

Ezekiyeli 7:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 18:17
  • +Gus 28:29; 2Ng 36:19; Int 1:10

Ezekiyeli 7:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 27:2; 39:7; 40:1; Int 3:7; Nah 3:10
  • +2Bm 21:16; 24:4; Yr 2:34; 22:17; Ezk 9:9; 11:6; Hs 4:2
  • +Yes 59:6; Mik 2:2

Ezekiyeli 7:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:50; Ezk 21:31; Hab 1:6
  • +Yr 6:12; Int 5:2
  • +Yes 5:14
  • +Ezk 21:2

Ezekiyeli 7:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 57:21; Yr 8:15

Ezekiyeli 7:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:28; Gus 32:23; Yr 4:20
  • +Yr 21:2; 37:17
  • +1Bm 21:11; Zb 74:9; Yr 18:18; Int 2:9; Ezk 20:3

Ezekiyeli 7:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 52:10
  • +Ezk 19:1
  • +Yb 34:11; Rm 2:6
  • +Yes 3:11; Mt 7:2; Yak 2:13
  • +Ezk 6:13

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ezk. 7:2Am 8:2
Ezk. 7:3Ezk 5:13
Ezk. 7:3Gh 32:23; Yr 40:3; Ezk 18:30; 33:20; Rm 2:6
Ezk. 7:4Yr 13:14; Ezk 5:11; 8:18; 9:10; Zk 11:6
Ezk. 7:4Yr 16:18; Ezk 11:21; 16:43
Ezk. 7:4Ezk 6:13
Ezk. 7:52Bm 21:12; Dn 9:12
Ezk. 7:6Yr 44:27
Ezk. 7:6Ezk 21:25; 39:8
Ezk. 7:7Ezk 12:23; Zf 1:14
Ezk. 7:82Ng 34:21; Ezk 36:18
Ezk. 7:8Yr 7:20
Ezk. 7:8Yb 34:11; Ezk 18:30; Gl 6:7
Ezk. 7:9Yr 13:14
Ezk. 7:9Yr 15:5
Ezk. 7:9Ezk 11:21; 16:43
Ezk. 7:9Yes 66:6; Ezk 33:29
Ezk. 7:10Zf 1:14
Ezk. 7:10Ezk 7:7
Ezk. 7:10Yes 10:5
Ezk. 7:10Yr 50:31
Ezk. 7:11Yes 59:6; Yr 6:7; Mik 6:12
Ezk. 7:12Zf 1:18
Ezk. 7:14Yr 4:5; 6:1
Ezk. 7:14Yr 7:20; 12:12
Ezk. 7:15Lw 26:25
Ezk. 7:15Gus 32:25; Yr 21:9; 27:13; Int 1:20
Ezk. 7:15Yr 14:18; 15:2; Ezk 5:12
Ezk. 7:16Ezr 9:15; Yes 1:9; 37:31; Ezk 6:8
Ezk. 7:16Yes 38:14; 59:11; Nah 2:7
Ezk. 7:17Yes 13:7; Yr 6:24
Ezk. 7:17Ezk 21:7
Ezk. 7:18Yes 3:24; 15:3; Yr 48:37; Am 8:10
Ezk. 7:18Zb 55:5
Ezk. 7:18Yr 3:25
Ezk. 7:18Yes 22:12
Ezk. 7:19Img 11:4; Zf 1:18
Ezk. 7:19Ezk 14:3; 44:12
Ezk. 7:202Bm 17:12; 21:7; Ezk 6:4
Ezk. 7:20Yr 7:30; 32:34
Ezk. 7:20Gus 27:15; Yr 7:14; Int 1:17; Hs 9:10
Ezk. 7:212Ng 36:19
Ezk. 7:22Yr 18:17
Ezk. 7:22Gus 28:29; 2Ng 36:19; Int 1:10
Ezk. 7:23Yr 27:2; 39:7; 40:1; Int 3:7; Nah 3:10
Ezk. 7:232Bm 21:16; 24:4; Yr 2:34; 22:17; Ezk 9:9; 11:6; Hs 4:2
Ezk. 7:23Yes 59:6; Mik 2:2
Ezk. 7:24Gus 28:50; Ezk 21:31; Hab 1:6
Ezk. 7:24Yr 6:12; Int 5:2
Ezk. 7:24Yes 5:14
Ezk. 7:24Ezk 21:2
Ezk. 7:25Yes 57:21; Yr 8:15
Ezk. 7:26Lw 26:28; Gus 32:23; Yr 4:20
Ezk. 7:26Yr 21:2; 37:17
Ezk. 7:261Bm 21:11; Zb 74:9; Yr 18:18; Int 2:9; Ezk 20:3
Ezk. 7:27Yr 52:10
Ezk. 7:27Ezk 19:1
Ezk. 7:27Yb 34:11; Rm 2:6
Ezk. 7:27Yes 3:11; Mt 7:2; Yak 2:13
Ezk. 7:27Ezk 6:13
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
Bibiliya y’isi nshasha
Ezekiyeli 7:1-27

Ezekiyeli

7 Maze ijambo rya Yehova ryongera kunzako, riti: 2 “Nayo wewe ga mwana w’umuntu, ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova abwiye ubutaka bwa Isirayeli: ‘Iherezo, rya herezo, ryaje ku mpera zine z’igihugu+. 3 Ubu rero iherezo riragushitseko+, ngira nkurungikeko ishavu ryanje, kandi nzogucira urubanza nk’uko inzira zawe ziri+, nkuzaneko ibintu vyawe vyose biteye ishishi. 4 Ijisho ryanje ntirizokwumvira akagongwe+, eka sinzokugirira impuhwe, kuko nzokuzanako inzira zawe, kandi ibintu vyawe biteye ishishi bizoba hagati muri wewe+; kandi muzobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova+.’

5 “Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Icago, icago kidasanzwe, ehe kiriko kiraza+. 6 Iherezo ribwirizwa kuza+. Iherezo ribwirizwa kuza; emwe, rizokwikangura rikuzeko. Ehe riraje+! 7 Urugori rw’amashurwe ruzokuzako, ewe wa muntu uba mu gihugu, igihe kiraje, umusi uri hafi+. Hari umuvurungano, si akaruru k’umunezero k’imisozi.

8 “‘Ubu vuba ngiye kugusukako ubushangashirwe bwanje+, ndangize ishavu ryanje kuri wewe+, kandi nzogucira urubanza nk’uko inzira zawe ziri+, nkuzaneko ibintu vyawe vyose biteye ishishi. 9 Ijisho ryanje ntirizokwumva akagongwe+, eka sinzogira impuhwe+. Nzobikuzanako nk’uko inzira zawe ziri, kandi ibintu vyawe biteye ishishi bizoba neza na neza hagati muri wewe+; kandi muzobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova, uwuriko abakubita+.

10 “‘Ehe wa musi! Ehe uriko uraza+! Urugori rw’amashurwe rwasohotse+. Inkoni yashuritse+. Ukwita imbere kwanaze+. 11 Ubukazi bwahagurutse bucika inkoni y’ububisha+. Ntibiva kuri bo canke ngo bive ku butunzi bwabo; ntibiva kuri bo ubwabo, eka nta bukuru na bumwe buri muri bo. 12 Igihe kiraje, wa musi uzoshika ata kabuza. Umuguzi ntanezerwe+; uwugurisha na we ntaje mu kigandaro, kuko hari ishavu rirurumba rirurumbira isinzi ryaho ryose. 13 Kuko uwugurisha atazogaruka ku vyagurishijwe, ubuzima bwabo bukiri hagati mu bazima; kuko iyerekwa ari iry’isinzi ryaho ryose. Nta n’umwe azogaruka, kandi umwe wese muri bo ntazogaba ubuzima bwiwe biciye kw’ikosa ryiwe.

14 “‘Urumbete rwavugijwe+, bose barateguzwa, mugabo nta n’umwe aja ku rugamba, kuko ishavu ryanje rirurumbira isinzi ryaho ryose+. 15 Inkota+ iri hanze, ikiza n’ikigoyi na vyo bikaba imbere+. Uwo wese ari mu gahinga, azokwicwa n’inkota; abo bose bari mu gisagara, ikigoyi n’ikiza bizobarotsa+. 16 Abacitse kw’icumu babo ntibazobura guhunga+, ku misozi bacike nk’inuma zo mu mibande+ zinihagira zose, umwe wese mw’ikosa ryiwe. 17 Amaboko yose aguma aregera*+; nayo amavi yose, aguma atonyanga amazi+. 18 Bakenyeye amagunira*+, batekerwa n’uguhinda agashitsi+; mu maso ha bose hari ibimaramare+, ku mitwe yabo yose hakaba ubuhanza+.

19 “‘Bazoshiburira ifeza zabo mu mabarabara, inzahabu zabo na zo zicike ikintu co kuzinukwa. Zaba ifeza zabo canke inzahabu zabo, ntibizoshobora kubarokora ku musi w’uburake bwa Yehova+. Ntibizohaza imitima yabo, kandi amara yabo ntibizoyuzuza, kuko vyabaye igitsitaza candurutsa ikosa ryabo+. 20 Ubwiza bw’udusharizo tw’umuntu—umuntu yatugize imvo y’ubwishime; kandi ibishusho vyabo biteye ishishi+, ibintu vyabo bisesemye+, babikoze muri vyo. Ni co gituma kuri bo nzobigira ikintu co kuzinukwa+. 21 Kandi nzobitanga mu kuboko kw’ab’ahandi ngo babinyage, no ku babisha bo kw’isi ngo babisahure+, kandi ntibazobura kubihumanya.

22 “‘Nzobwirizwa guhindukiza mu maso hanje ndahabakureko+; bazohumanya vy’ukuri ahantu hanje hihishije, kandi abambuzi bazohinjira koko, bahahumanye+.

23 “‘Kora umunyororo+, kuko igihugu gisigaye cuzuye imanza zandujwe n’amaraso+, igisagara na co kikaba gisigaye cuzuye ubukazi+. 24 Nzozana abarusha abandi bose kuba babi mu mahanga+, na bo ntibazobura kwigarurira amazu yabo+; nzozimanganya ubwishime bw’abakomeye+, kandi ibibanza vyabo vyeranda bizohumanywa ata kabuza+. 25 Hazoza umubabaro mwinshi, kandi ntibazobura kurondera amahoro, mugabo ntazoboneka+. 26 Amarushwa azoza akurikira ayandi+, n’inkuru ize ikurikira iyindi; abantu bazoronderera vy’ukuri iyerekwa ku muhanuzi+, kandi itegeko ubwaryo rizozimangana ku muherezi, n’impanuro ku bahumure+. 27 Umwami ubwiwe azoja mu kigandaro+; mbere n’umukuru azokwambara umusaka+, kandi amaboko y’abanyagihugu azohungabana. Nzobagirira ibihuye n’inzira yabo+, ndabacire urubanza ruhwanye n’imanza bacirwa+; kandi bazobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova+.’”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika