ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 46
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi 46:akajambo k’intangamarara

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 6:37

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/2009, rup. 29

Zaburi 46:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 62:7; Img 14:26; Yes 25:4
  • +Gus 4:7; Zb 145:18; Nah 1:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2008, rup. 13

Zaburi 46:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Pt 3:10
  • +Yes 54:10

Zaburi 46:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 93:4; Yr 5:22
  • +Abc 5:5; Mik 1:4; Nah 1:5

Zaburi 46:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 6:6; Zb 48:1; Yes 60:14
  • +Zb 43:3

Zaburi 46:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 23:14; Zb 132:13; Yes 12:6; Hs 11:9
  • +Heb 12:28
  • +Kv 14:24; Zb 30:5; 143:8

Zaburi 46:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 2:1
  • +Yos 2:24; Am 9:5

Zaburi 46:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 1:9; Yr 1:19; Rm 8:31
  • +Zb 9:9

Zaburi 46:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 66:5
  • +Yes 34:2

Zaburi 46:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 11:9; Mik 4:3
  • +Ezk 39:9
  • +Mik 5:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/1/2004, rup. 5

Zaburi 46:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Hab 2:20
  • +Yes 2:11
  • +1Ng 29:11; Zb 57:5; Yr 16:19

Zaburi 46:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 20:17
  • +Zb 48:3; 125:2

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 46:akajambo k’intangamarara1Ng 6:37
Zab. 46:1Zb 62:7; Img 14:26; Yes 25:4
Zab. 46:1Gus 4:7; Zb 145:18; Nah 1:7
Zab. 46:22Pt 3:10
Zab. 46:2Yes 54:10
Zab. 46:3Zb 93:4; Yr 5:22
Zab. 46:3Abc 5:5; Mik 1:4; Nah 1:5
Zab. 46:42Ng 6:6; Zb 48:1; Yes 60:14
Zab. 46:4Zb 43:3
Zab. 46:5Gus 23:14; Zb 132:13; Yes 12:6; Hs 11:9
Zab. 46:5Heb 12:28
Zab. 46:5Kv 14:24; Zb 30:5; 143:8
Zab. 46:6Zb 2:1
Zab. 46:6Yos 2:24; Am 9:5
Zab. 46:7Yos 1:9; Yr 1:19; Rm 8:31
Zab. 46:7Zb 9:9
Zab. 46:8Zb 66:5
Zab. 46:8Yes 34:2
Zab. 46:9Yes 11:9; Mik 4:3
Zab. 46:9Ezk 39:9
Zab. 46:9Mik 5:10
Zab. 46:10Hab 2:20
Zab. 46:10Yes 2:11
Zab. 46:101Ng 29:11; Zb 57:5; Yr 16:19
Zab. 46:112Ng 20:17
Zab. 46:11Zb 48:3; 125:2
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
Bibiliya y’isi nshasha
Zaburi 46:1-11

Zaburi

Ku muyobozi. Ni izaburi ya bene Kora+, ku Bigeme. Ururirimbo.

46 Imana ni ubuhungiro n’inkomezi vyacu+,

Ikaba n’imfashanyo yoroshe kuronka mu gihe c’amarushwa+.

 2 Ni co gituma tutazotinya, naho isi yohinduka+,

Naho imisozi yonyiganyiga ikaja mu nda y’ikiyaga kinini amahanga+,

 3 Naho amazi yaco yosebagirika, akabimba ifuro+,

Naho imisozi yotigita yumvise intureka yaco+. Sela.

 4 Hari uruzi imigezi yarwo ituma igisagara c’Imana kinezerwa+,

Ya taberenakulo ihambaye kandi nyeranda bihebuje ya Musumbavyose+.

 5 Imana iri hagati muri nya gisagara+; ntikizonyiganyizwa+.

Imana izogifasha igitondo giserutse+.

 6 Amahanga yarasebagiritse+, ubwami buranyiganyiga;

Imana yarasamiranye n’ijwi ryayo, isi itangura gushonga+.

 7 Yehova nyen’ingabo ari kumwe natwe+;

Ya Mana ya Yakobo ni ahantu hakirurutse hatagira inkomanzi hacu+. Sela.

 8 Nimuze, mwitegereze ibikorwa vya Yehova+,

Ingene yakoze ibintu vy’akajoreza kw’isi+.

 9 Ahagarika intambara gushika ku mpera y’isi+.

Umuheto aravunagura, emwe, icumu agahimbagura+;

Imikogote ayituririra mu muriro+.

10 “Teshwe mute, mumenye yuko jewe ndi Imana+.

Nzoshirwa hejuru mu mahanga+,

Nzoshirwa hejuru mw’isi+.”

11 Yehova nyen’ingabo ari kumwe natwe+;

Ya Mana ya Yakobo ni ahantu hakirurutse hatagira inkomanzi hacu+. Sela.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika