ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abaroma 16
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Abaroma 16:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 27:55; Lk 8:3; Ivk 2:18
  • +Ivk 18:18

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Be maso!,

    10/2010, rup. 14

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2005, rup. 21, 23

Abaroma 16:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Fp 2:29; 3Yh 8
  • +Rm 12:13; 1Yh 3:17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2005, rup. 21, 23

Abaroma 16:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 18:2, 26; 1Kr 16:19; 2Tm 4:19
  • +1Kr 3:9; Kl 4:11

Abaroma 16:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Yh 3:16
  • +Ef 5:20

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2013, rup. 10-11

Abaroma 16:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Kr 16:19; Kl 4:15; Fm 2
  • +1Kr 16:15

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2002, rup. 7

Abaroma 16:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 9:3; 16:11
  • +Kl 4:10
  • +Yoh 17:21; Fp 1:1

Abaroma 16:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Tm 4:19

Abaroma 16:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kl 4:15

Abaroma 16:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 9:3
  • +Ef 6:21; Kl 4:7

Abaroma 16:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2013, rup. 28-29

Abaroma 16:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Kr 16:19

Abaroma 16:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Kr 16:20; 2Kr 13:12; 1Ts 5:26; 1Pt 5:14

Abaroma 16:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yud 19
  • +Mt 7:15; Rm 6:17
  • +2Ts 3:6, 14; Tt 3:10; 2Yh 10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/7/2011, rup. 16

Abaroma 16:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Fp 3:19; Yud 12
  • +2Pt 2:3; Yud 16
  • +Kl 2:4; Tt 1:10

Abaroma 16:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 1:8
  • +Kl 1:9
  • +Mt 10:16
  • +Yr 4:22; 1Kr 14:20

Abaroma 16:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 15:33
  • +It 3:15; Heb 2:14
  • +1Kr 16:23; Ivh 22:21

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Be maso!,

    no. 1 2021 rup. 12

    Umunara w’Inderetsi,

    1/9/2011, rup. 9

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 287

Abaroma 16:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 9:3; 16:7

Abaroma 16:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Kr 1:14
  • +Ivk 19:35

Abaroma 16:24

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Ivk 8:37, akajambo k’epfo.

Abaroma 16:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ef 3:20; Yud 24
  • +Ef 1:9; 3:9; Kl 1:26

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/1997, rup. 27

Abaroma 16:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Tm 1:10
  • +Ivk 6:7; Tt 1:3

Abaroma 16:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 11:33
  • +Gl 1:5
  • +Heb 13:21

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Niwiyegereze, rup. 176-178

    Umunara w’Inderetsi,

    15/4/2009, rup. 15

    15/5/2007, rup. 24-25

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Rom. 16:1Mt 27:55; Lk 8:3; Ivk 2:18
Rom. 16:1Ivk 18:18
Rom. 16:2Fp 2:29; 3Yh 8
Rom. 16:2Rm 12:13; 1Yh 3:17
Rom. 16:3Ivk 18:2, 26; 1Kr 16:19; 2Tm 4:19
Rom. 16:31Kr 3:9; Kl 4:11
Rom. 16:41Yh 3:16
Rom. 16:4Ef 5:20
Rom. 16:51Kr 16:19; Kl 4:15; Fm 2
Rom. 16:51Kr 16:15
Rom. 16:7Rm 9:3; 16:11
Rom. 16:7Kl 4:10
Rom. 16:7Yoh 17:21; Fp 1:1
Rom. 16:82Tm 4:19
Rom. 16:10Kl 4:15
Rom. 16:11Rm 9:3
Rom. 16:11Ef 6:21; Kl 4:7
Rom. 16:151Kr 16:19
Rom. 16:161Kr 16:20; 2Kr 13:12; 1Ts 5:26; 1Pt 5:14
Rom. 16:17Yud 19
Rom. 16:17Mt 7:15; Rm 6:17
Rom. 16:172Ts 3:6, 14; Tt 3:10; 2Yh 10
Rom. 16:18Fp 3:19; Yud 12
Rom. 16:182Pt 2:3; Yud 16
Rom. 16:18Kl 2:4; Tt 1:10
Rom. 16:19Rm 1:8
Rom. 16:19Kl 1:9
Rom. 16:19Mt 10:16
Rom. 16:19Yr 4:22; 1Kr 14:20
Rom. 16:20Rm 15:33
Rom. 16:20It 3:15; Heb 2:14
Rom. 16:201Kr 16:23; Ivh 22:21
Rom. 16:21Rm 9:3; 16:7
Rom. 16:231Kr 1:14
Rom. 16:23Ivk 19:35
Rom. 16:25Ef 3:20; Yud 24
Rom. 16:25Ef 1:9; 3:9; Kl 1:26
Rom. 16:262Tm 1:10
Rom. 16:26Ivk 6:7; Tt 1:3
Rom. 16:27Rm 11:33
Rom. 16:27Gl 1:5
Rom. 16:27Heb 13:21
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
Bibiliya y’isi nshasha
Abaroma 16:1-27

Abaroma

16 Ndashimagije kuri mwebwe mushiki wacu Foyibe, umusuku+ w’ishengero riri i Kenkireya+, 2 kugira ngo mumuhe ikaze+ mu Mukama mu buryo bubereye aberanda, no kugira ngo mumusahirize mu kintu cose yobakenerako+, kuko na we ubwiwe yerekanye ko arwanira benshi, egome, na jewe ubwanje.

3 Mundamukirize Pirisika na Akwila+ abakozi bagenzanje+ muri Kristu Yezu, 4 abemeye guhakwa gucibwa amazosi+ yabo bwite kubera ubuzima bwanje, kandi si jewe gusa ndabakengurukira, mugabo n’amashengero yose yo mu mahanga+; 5 kandi muramutse ishengero riri mu nzu yabo+. Muramutse umukundwa wanje Epeneto, umushuzo+ wo muri Aziya ku bwa Kristu. 6 Muramutse Mariya, uwabize akuya cane ku bwanyu. 7 Muramutse Andoroniko na Yuniya incuti+ zanje n’imbohe bagenzanje+, abantu bamenyekana mu ntumwa kandi bamaze igihe kirekire kundusha bunze ubumwe+ na Kristu.

8 Mundamukirize+ Ampuliyato umukundwa wanje mu Mukama. 9 Muramutse Urubano umukozi mugenzi wacu muri Kristu, n’umukundwa wanje Sitaku. 10 Muramutse+ Apele, uwushimwa muri Kristu. Muramutse abo mu rugo rwa Arisitobulo. 11 Muramutse Herodiyoni incuti yanje+. Muramutse abo mu rugo rwa Narasisi bari mu Mukama+. 12 Muramutse Tirifena na Tirifoza, abagore bakora cane mu Mukama. Muramutse Perusi umukundwa wacu, kuko yabize akuya cane mu Mukama. 13 Muramutse Rufo uwatowe mu Mukama, be na nyina wiwe akaba na mawe. 14 Muramutse Asinkirito, Filegoni, Herume, Patiroba, Heruma, na bene wacu bari kumwe na bo. 15 Muramutse Filologo na Yuliya, Nereya na mushikiwe, na Olimpa, be n’aberanda bose bari kumwe na bo+. 16 Muramukanishe ugusomana kweranda+. Amashengero yose ya Kristu arabaramutsa.

17 Ndabahimiriza rero, bene wacu, ngo mugumize ijisho ku bazana amacakubiri+ n’ibitsitaza mu buryo buteye kubiri n’inyigisho+ mwize, mubazibukire+. 18 Kuko abantu mwene abo atari abashumba b’Umukama wacu Kristu, ahubwo ni ab’inda zabo bwite+; kandi bakoresha akarimi gasosa+ n’amajambo yo gushimagiza+ bakaryosharyosha imitima y’abantu b’inziraburyarya. 19 Kuko ubugamburutsi bwanyu bwamenyekanye kuri bose+. Ndanezerwa rero kubera mwebwe. Mugabo nshaka yuko muba inkerebutsi+ ku bijanye n’iciza, mugabo mukaba intungane+ ku bijanye n’ikibi+. 20 Nayo ya Mana itanga amahoro+, vuba izofyonyora Shetani+ munsi y’ibirenge vyanyu. Ubuntu ata wari abukwiriye bw’Umukama wacu Yezu bubane namwe+.

21 Timoteyo umukozi mugenzanje arabaramutsa, na Lusiyo na Yasoni na Sosipatero incuti zanje+.

22 Jewe, Teritiyo, uwanditse iri kete, ndabaramutsa mu Mukama.

23 Gayo+, uwumpaye indaro akayiha n’ishengero ryose, arabaramutsa. Erasito umubwiriza w’igisagara+ arabaramutsa, na Kwaruto mwene wabo. 24* ——

25 Imwe+ rero ishoboye kubashikamisha hisunzwe inkuru nziza menyesha be n’iyamamazwa rya Yezu Kristu, nk’uko ihishurwa rya rya banga ryeranda+ ryagumijwe mu gacerere igihe kirekire cane riri, 26 mugabo ubu rikaba ryarahishuwe+ ryongera riramenyekanishwa mu mahanga yose biciye ku vyanditswe vy’ubuhanuzi hisunzwe itegeko rya ya Mana yamaho, kugira ngo haremeshwe ubugamburutsi buvuye ku kwizera+; 27 Imana, imwe y’inkerebutsi yonyene+, ubuninahazwa+ bube ubwayo biciye kuri Yezu Kristu+ ibihe vyose. Amen.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika