ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 24
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Gusubira mu vyagezwe 24:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 19:3, 8
  • +Yr 3:8; Mt 5:31; Mr 10:4
  • +Mal 2:16; Mt 1:19

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    12/2018, rup. 11

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    8/2016, rup. 10-11

    Yezu ni inzira, rup. 222

    Umunara w’Inderetsi,

    1/9/2008, rup. 25

    ‘Ingo unkurikire’, rup. 104-105

Gusubira mu vyagezwe 24:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 21:7; Mt 5:32; Mr 10:11

Gusubira mu vyagezwe 24:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 3:1

Gusubira mu vyagezwe 24:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 20:7; Lk 14:20
  • +Img 5:18; Ums 9:9

Gusubira mu vyagezwe 24:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 22:26, 27

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/2014, rup. 7

    15/9/2004, rup. 26

Gusubira mu vyagezwe 24:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 40:15; Kv 21:16; 1Tm 1:10
  • +It 37:28
  • +Gus 19:19; 21:21

Gusubira mu vyagezwe 24:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 13:9; 14:2, 34
  • +Lw 13:2, 15; 2Ng 26:20; Mal 2:7; Mr 1:44; Lk 17:14
  • +Zb 119:4

Gusubira mu vyagezwe 24:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 12:10, 15

Gusubira mu vyagezwe 24:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 15:8; Img 3:27
  • +Yb 24:3

Gusubira mu vyagezwe 24:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 24:9, 10

Gusubira mu vyagezwe 24:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 22:26; Ezk 18:7; 33:15
  • +Kv 22:27
  • +1Sm 25:14; Ezk 33:15; 2Kr 9:13
  • +Gus 6:25; Zb 112:9; Dn 4:27

Gusubira mu vyagezwe 24:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 25:40, 43; Img 14:31; Mal 3:5

Gusubira mu vyagezwe 24:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 19:13; Yr 22:13; Mt 20:8
  • +Kv 22:23; Yb 34:28; Zb 25:1; 86:4; Img 22:23; Yak 5:4
  • +Yak 4:17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    1/2018, rup. 32

Gusubira mu vyagezwe 24:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 25:4; Yr 31:30
  • +Ezk 18:20

Gusubira mu vyagezwe 24:17

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ijambo ku rindi ni “agahungu katagira se.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 22:21; Ezk 22:29
  • +Kv 22:22; Yes 1:23; Yr 5:28; Mal 3:5
  • +Kv 22:27; Yb 24:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    2/2019, rup. 24-25

Gusubira mu vyagezwe 24:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 5:15; 15:15; 16:12

Gusubira mu vyagezwe 24:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 19:9
  • +Lw 23:22; Rs 2:16; Zb 41:1
  • +Gus 15:10; Img 11:24; 14:21; 19:17; Lk 6:38; 2Kr 9:6; 1Yh 3:17

Gusubira mu vyagezwe 24:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 19:10; Gus 26:13

Gusubira mu vyagezwe 24:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 13:3
  • +2Kr 8:8

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Gus. 24:1Mt 19:3, 8
Gus. 24:1Yr 3:8; Mt 5:31; Mr 10:4
Gus. 24:1Mal 2:16; Mt 1:19
Gus. 24:2Lw 21:7; Mt 5:32; Mr 10:11
Gus. 24:4Yr 3:1
Gus. 24:5Gus 20:7; Lk 14:20
Gus. 24:5Img 5:18; Ums 9:9
Gus. 24:6Kv 22:26, 27
Gus. 24:7It 40:15; Kv 21:16; 1Tm 1:10
Gus. 24:7It 37:28
Gus. 24:7Gus 19:19; 21:21
Gus. 24:8Lw 13:9; 14:2, 34
Gus. 24:8Lw 13:2, 15; 2Ng 26:20; Mal 2:7; Mr 1:44; Lk 17:14
Gus. 24:8Zb 119:4
Gus. 24:9Gh 12:10, 15
Gus. 24:10Gus 15:8; Img 3:27
Gus. 24:10Yb 24:3
Gus. 24:12Yb 24:9, 10
Gus. 24:13Kv 22:26; Ezk 18:7; 33:15
Gus. 24:13Kv 22:27
Gus. 24:131Sm 25:14; Ezk 33:15; 2Kr 9:13
Gus. 24:13Gus 6:25; Zb 112:9; Dn 4:27
Gus. 24:14Lw 25:40, 43; Img 14:31; Mal 3:5
Gus. 24:15Lw 19:13; Yr 22:13; Mt 20:8
Gus. 24:15Kv 22:23; Yb 34:28; Zb 25:1; 86:4; Img 22:23; Yak 5:4
Gus. 24:15Yak 4:17
Gus. 24:162Ng 25:4; Yr 31:30
Gus. 24:16Ezk 18:20
Gus. 24:17Kv 22:21; Ezk 22:29
Gus. 24:17Kv 22:22; Yes 1:23; Yr 5:28; Mal 3:5
Gus. 24:17Kv 22:27; Yb 24:3
Gus. 24:18Gus 5:15; 15:15; 16:12
Gus. 24:19Lw 19:9
Gus. 24:19Lw 23:22; Rs 2:16; Zb 41:1
Gus. 24:19Gus 15:10; Img 11:24; 14:21; 19:17; Lk 6:38; 2Kr 9:6; 1Yh 3:17
Gus. 24:20Lw 19:10; Gus 26:13
Gus. 24:22Kv 13:3
Gus. 24:222Kr 8:8
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
Bibiliya y’isi nshasha
Gusubira mu vyagezwe 24:1-22

Gusubira mu vyagezwe

24 “Umugabo niyatwara umugore akamugira uwiwe, hanyuma bigashika ntagire ubutoni mu maso ya nya mugabo kuko yamubonyeko ikintu kitabereye+, aze amwandikire icete c’ukwahukana+ agishire mu kuboko kwiwe, aheze amwirukane mu nzu yiwe+. 2 Aze asohoke amuvire mu nzu, agende, abe uw’uwundi mugabo+. 3 Uyo wundi mugabo niyamwanka, akamwandikira icete c’ukwahukana, akagishira mu kuboko kwiwe akamwirukana mu nzu yiwe, canke mu gihe uyo wundi mugabo yamutwaye yopfa, 4 wa mugabo wa mbere yamwirukana ntazokwemererwa kwongera kumutwara ngo abe umugore wiwe amaze guhumanywa+; kuko ico ari ikintu giteye ishishi imbere ya Yehova, kandi ntuze ukwegere mu gicumuro igihugu Yehova Imana yawe agira aguhe bwa ntoranwa.

5 “Umugabo niyazana umugeni+, ntakwiye kuja mu gisirikare, canke ngo hagire ikindi kintu na kimwe asabwa gukora. Akwiye kuguma iwe umwaka wose ata co bamusaba, anezereze umugore wiwe yazanye+.

6 “Nta n’umwe akwiye gufata bwa ngwati urusyo rw’amaboko canke ingasiro yarwo+, kuko ubuzima ari bwo yoba afashe bwa ngwati.

7 “Umuntu niyafatwa anyuruje+ umuntu wo muri bene wabo bo muri bene Isirayeli, akaba yamucuranguje hanyuma akamugurisha+, uyo munyuruji rero ategerezwa gupfa. Kandi utegerezwa gukura ikibi hagati yawe+.

8 “Wiyubare ku cago c’imibembe+, kugira witwararike ukore ivyo abaherezi, Abalewi, bazobategeka vyose+. Mukwiye kuba maso+ mugakora nk’uko abo nabategetse. 9 Hazoze haribukwa ivyo Yehova Imana yawe yagiriye Miriyamu mu nzira igihe mwariko muva mu Misiri+.

10 “Niwaha mugenzawe ingurane iyo ari yo yose+, ntuze winjire mu nzu yiwe kumwaka ico yagwatirije+. 11 Ukwiye guhagarara hanze, hanyuma nya muntu wahaye ingurane akuzanire hanze iyo ngwati. 12 Nimba nya muntu ari mu ngorane, ntuze uje kuryama ugifise ingwati yiwe+. 13 Ubwirizwa kumusubiza iyo ngwati izuba rikimara kurenga+, aje kuryama mu mpuzu yiwe+, aguhezagire+. Kandi bizokubera ubugororotsi imbere ya Yehova Imana yawe+.

14 “Ntuze ugunge umucangero ari mu ngorane kandi akaba mworo, yaba uwo muri bene wanyu canke muri ba kavamahanga bawe bari mu gihugu cawe, mu marembo yawe+. 15 Ukwiye kumuha impembo yiwe ku musi wiwe+, kandi izuba ntirikwiye kurenga utarayimuha, kuko ari mu ngorane kandi ku mpembo yiwe akaba ari ho yeza umutima, ntahave aririra Yehova akurega+, maze bikakubera igicumuro+.

16 “Ba se ntibakwiye kwicwa bazira abana, kandi n’abana ntibakwiye kwicwa bazira ba se+. Umwe wese azopfa ahowe igicumuro ciwe bwite+.

17 “Ntuze ugoreke urubanza rwa kavamahanga+ canke rw’impfuvyi*+, kandi ntuze ufate bwa ngwati impuzu y’umupfakazi+. 18 Utegerezwa kwibuka yuko wacitse umushumba mu Misiri, hanyuma Yehova Imana yawe akagucungura akagukurayo+. Ni co gituma ndagutegetse kugira ico kintu.

19 “Niwashwabura umwimbu wawe wo mu murima wawe+, ukibagirira umuganda mu murima, ntuze usubire inyuma kuwutora. Uwo muganda ukwiye kugumayo ku bwa kavamahanga, ku bw’impfuvyi no ku bw’umupfakazi+, kugira Yehova Imana yawe aguhezagire mu gikorwa cose c’ukuboko kwawe+.

20 “Niwakubita igiti cawe c’umwelayo, ntuze usubire mu mashami yaco aho waciye. Ivyasigaye bikwiye kugumayo ku bwa kavamahanga, ku bw’impfuvyi no ku bw’umupfakazi+.

21 “Niwasarura inzabibu z’umurima wawe w’imizabibu, ntuze usubire inyuma gusarura ivyasigaye aho waciye. Bikwiye kugumayo ku bwa kavamahanga, ku bw’impfuvyi no ku bw’umupfakazi. 22 Kandi utegerezwa kwibuka yuko wacitse umushumba mu gihugu ca Misiri+. Ni co gituma ndagutegetse kugira ico kintu+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika