ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyakozwe 26
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Ivyakozwe 26:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 25:13
  • +Ivk 13:16
  • +Ivk 24:10

Ivyakozwe 26:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 24:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2003, rup. 15-16

Ivyakozwe 26:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 25:26

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2003, rup. 15-16

Ivyakozwe 26:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gl 1:13

Ivyakozwe 26:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 23:6; Fp 3:5
  • +Ivk 22:3

Ivyakozwe 26:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 24:15
  • +It 3:15; Gus 18:15; 2Sm 7:12; Dn 9:24; Mal 3:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 198-199

Ivyakozwe 26:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 2:37; Rm 11:7
  • +Ivk 24:21

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 199

Ivyakozwe 26:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 17:22; 2Bm 4:35; Heb 11:35

Ivyakozwe 26:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 16:2; Ivk 8:3; 1Kr 15:9; Gl 1:13; 1Tm 1:13
  • +Ivk 9:2, 14

Ivyakozwe 26:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 22:19

Ivyakozwe 26:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 9:2; 22:5

Ivyakozwe 26:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 9:3; 22:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 200

Ivyakozwe 26:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 9:4; 22:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/8/2011, rup. 23

    1/10/2003, rup. 32

    Nushinge intahe, rup. 199-200

Ivyakozwe 26:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 9:5; 22:8

Ivyakozwe 26:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 2:1
  • +Ivk 22:15; Gl 1:12; 1Tm 1:12

Ivyakozwe 26:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 22:21; Rm 11:13

Ivyakozwe 26:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 35:5; 61:1
  • +Yes 42:7; Kl 1:13
  • +Yes 60:2; Yoh 8:12; 2Kr 4:6
  • +Ef 2:2
  • +Lk 1:77; 1Yh 3:5
  • +Ef 1:11
  • +Ivk 20:32

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Imizimu, rup. 37-38

Ivyakozwe 26:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 9:20

Ivyakozwe 26:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 9:22
  • +Ivk 9:28
  • +Ivk 9:15
  • +Ezk 18:31; Mt 3:8; 2Kr 7:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 200-201

Ivyakozwe 26:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 21:31

Ivyakozwe 26:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Kr 1:10
  • +Yes 9:6; Yr 23:5; 33:15; Ezk 34:23; Mik 5:2; Mal 3:1; Lk 24:27, 44; Rm 3:21
  • +It 3:15; 49:10; Gus 6:4; 18:18; Yoh 5:46

Ivyakozwe 26:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 22:7, 16; 35:19; Yes 50:6; 53:5
  • +Zb 16:10
  • +Lk 2:32
  • +Zb 18:49; Yes 11:10; 52:15

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Urashobora Kubaho, rup. 172

Ivyakozwe 26:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Kr 1:23

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 202

Ivyakozwe 26:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 18:20

Ivyakozwe 26:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 26:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2003, rup. 16-17

Ivyakozwe 26:28

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 202

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2003, rup. 16-17

Ivyakozwe 26:30

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Nushinge intahe, rup. 202

Ivyakozwe 26:31

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 23:29; 25:25

Ivyakozwe 26:32

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 25:11, 21; 28:19

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ivyak. 26:1Ivk 25:13
Ivyak. 26:1Ivk 13:16
Ivyak. 26:1Ivk 24:10
Ivyak. 26:2Ivk 24:5
Ivyak. 26:3Ivk 25:26
Ivyak. 26:4Gl 1:13
Ivyak. 26:5Ivk 23:6; Fp 3:5
Ivyak. 26:5Ivk 22:3
Ivyak. 26:6Ivk 24:15
Ivyak. 26:6It 3:15; Gus 18:15; 2Sm 7:12; Dn 9:24; Mal 3:1
Ivyak. 26:7Lk 2:37; Rm 11:7
Ivyak. 26:7Ivk 24:21
Ivyak. 26:81Bm 17:22; 2Bm 4:35; Heb 11:35
Ivyak. 26:10Yoh 16:2; Ivk 8:3; 1Kr 15:9; Gl 1:13; 1Tm 1:13
Ivyak. 26:10Ivk 9:2, 14
Ivyak. 26:11Ivk 22:19
Ivyak. 26:12Ivk 9:2; 22:5
Ivyak. 26:13Ivk 9:3; 22:6
Ivyak. 26:14Ivk 9:4; 22:7
Ivyak. 26:15Ivk 9:5; 22:8
Ivyak. 26:16Ezk 2:1
Ivyak. 26:16Ivk 22:15; Gl 1:12; 1Tm 1:12
Ivyak. 26:17Ivk 22:21; Rm 11:13
Ivyak. 26:18Yes 35:5; 61:1
Ivyak. 26:18Yes 42:7; Kl 1:13
Ivyak. 26:18Yes 60:2; Yoh 8:12; 2Kr 4:6
Ivyak. 26:18Ef 2:2
Ivyak. 26:18Lk 1:77; 1Yh 3:5
Ivyak. 26:18Ef 1:11
Ivyak. 26:18Ivk 20:32
Ivyak. 26:19Ivk 9:20
Ivyak. 26:20Ivk 9:22
Ivyak. 26:20Ivk 9:28
Ivyak. 26:20Ivk 9:15
Ivyak. 26:20Ezk 18:31; Mt 3:8; 2Kr 7:11
Ivyak. 26:21Ivk 21:31
Ivyak. 26:222Kr 1:10
Ivyak. 26:22Yes 9:6; Yr 23:5; 33:15; Ezk 34:23; Mik 5:2; Mal 3:1; Lk 24:27, 44; Rm 3:21
Ivyak. 26:22It 3:15; 49:10; Gus 6:4; 18:18; Yoh 5:46
Ivyak. 26:23Zb 22:7, 16; 35:19; Yes 50:6; 53:5
Ivyak. 26:23Zb 16:10
Ivyak. 26:23Lk 2:32
Ivyak. 26:23Zb 18:49; Yes 11:10; 52:15
Ivyak. 26:241Kr 1:23
Ivyak. 26:26Yoh 18:20
Ivyak. 26:27Ivk 26:3
Ivyak. 26:31Ivk 23:29; 25:25
Ivyak. 26:32Ivk 25:11, 21; 28:19
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • 32
Bibiliya y’isi nshasha
Ivyakozwe 26:1-32

Ivyakozwe

26 Agiripa+ abwira Paulo ati: “Uremerewe kwiburanira.” Maze Paulo aramvura ukuboko+, atangura kwiregura+ ati:

2 “Ku bintu vyose nagirizwa+ n’Abayuda, Mwami Agiripa, mbona ko mpiriwe kubona imbere yawe ari ho ngiye kwiregurira uno musi, 3 canecane ko uri umuhanga mu vy’imigenzo yose+ n’impari vyo mu Bayuda. Ndakwinginze rero unyumvirize wihanganye.

4 “Nkako, ku bijanye n’uburyo nabayeho+ kuva mu buto guhera mu ntango mw’ihanga ryanje n’i Yeruzalemu, Abayuda bose 5 banzi kuva mu ntango, nimba bashaka koko kubishingira intahe, barazi yuko nabayeho ndi Umufarizayo+ nk’uko umuce w’idini usumvya iyindi gukavya+ wo mu nsengo yacu uri. 6 Yamara ubu ku bw’icizigiro+ c’umuhango+ Imana yahaye ba sogokuruza bacu, ndarengukijwe mu rubanza; 7 mugabo imiryango yacu cumi n’ibiri yizigiye gushikira iranguka ry’uyo muhango mu kuyikorera igikorwa ceranda n’umwete mwinshi ijoro n’umurango+. Ku vy’ico cizigiro ni ho nagirizwa+ n’Abayuda, ewe mwami!

8 “Kubera iki bibonwa nk’ibitokwemerwa muri mwebwe yuko Imana izura abapfuye+? 9 Jeho nari nahoze vy’ukuri niyumvira muri jewe ko nabwirizwa gukora ibikorwa vyinshi vyo kurwanya izina rya Yezu Umunyanazareti; 10 ni na vyo nakoze i Yeruzalemu, kandi benshi mu beranda narabugaraniye mu mabohero+, kuko nari nahawe ububasha n’abakuru b’abaherezi+; kandi igihe baba babwirizwa kwicwa, natanga ijwi ryo kubishigikira. 11 Kandi mu kubahana kenshi mu masinagogi yose+ naragerageza kubahata ngo bihakane ukwizera; kandi kubera ko nari nasaze bimwe birengeje mu kubanka, naraheba nkabahama no mu bisagara vyo hanze.

12 “Muri utwo twigoro, igihe nari ku rugendo nja i Damasiko+ mfise ububasha n’igikorwa nahawe n’abakuru b’abaherezi, 13 narabonye ku mutaga ku nzira, ewe mwami, umuco urusha izuba gukayangana uravya uvuye mw’ijuru, urabiriza irya n’ino yanje n’irya n’ino y’abari bafatanije nanje urugendo+. 14 Twese tumaze kugwa hasi, numva ijwi rimbwira mu rurimi rw’igiheburayo riti: ‘Sauli, Sauli, umpamira iki? Erega kuguma utera imigere ku mihunda birakugirira nabi+.’ 15 Mugabo mvuga nti: ‘Uri nde ga Mukama?’ Umukama na we ati: ‘Ndi Yezu, uwo uriko urahama+. 16 Yamara rero, haguruka uhagarare ku birenge vyawe+. Kuko iki ari co nkwiyerekeye, kugira ngo ndagutore ube umusuku n’icabona+ c’ivyo wabonye n’ivyo nzokwereka ku binyerekeye; 17 kandi nzokurokora ngukize iki gisata n’amahanga, ivyo ngutumyeko+, 18 ngo uhumure amaso yabo+, ngo ubahindukize bave mu mwiza+ baje ku muco+, kandi ngo bave mu bubasha bwa Shetani+ baje ku Mana, kugira ngo baronke ukubabarirwa ibicumuro+ be n’intoranwa+ mu bejejwe+ n’ukunyizera.’

19 “Ni co gituma, Mwami Agiripa, ntagambarariye ivyo bintu nabonye bivuye mw’ijuru+, 20 mugabo mpereye ku bantu b’i Damasiko+ no ku b’i Yeruzalemu+, no ku gihugu cose ca Yudaya, no ku mahanga+, nagenda njana ubutumwa bw’uko bakwiye kwigaya, bagahindukirira Imana mu gukora ibikorwa bikwiranye n’ukwigaya+. 21 Ivyo ni vyo vyatumye Abayuda bamfata mu rusengero bakagerageza kungandagura+. 22 Ariko kubera yuko naronse imfashanyo+ iva ku Mana ndabandanya kugeza uno musi gushinga intahe ku bato no ku bahambaye, mugabo ata kindi mvuga atari ivyo Abahanuzi+ be na Musa+ bavuze ko vyari bigiye kuba, 23 yuko Kristu yabwirizwa kubabazwa+, kandi ko mu kuba uwa mbere mu kuzurwa+ mu bapfuye, yari agiye kwamamaza umuco+ kuri iki gisata no ku mahanga+.”

24 Akiriko aravuga ivyo bintu mu kwiregura, Fesito avuga n’ijwi rirenga ati: “Erega Paulo urasaze+! Ukwiga kwa cane kuriko kuragusaza!” 25 Mugabo Paulo avuga ati: “Sinsaze, Nyakwubahwa Fesito, ahubwo ndiko mvuga amajambo y’ukuri n’ay’ukurorana kw’umuzirikanyi. 26 Mu vy’ukuri, umwami ndiko ndabwirana umwidegemvyo wo kuvuga arazi neza ivyo bintu; kuko nanyuzwe ko ata na kimwe muri ivyo kimucika, kuko ivyo bintu bitakorewe mu mfuruka+. 27 Mbega Mwami Agiripa, uremera Abahanuzi? Ndazi ko ubemera+.” 28 Mugabo Agiripa abwira Paulo ati: “Mu mwanya mutoyi wotuma nyurwa ngacika umukirisu.” 29 Kuri ivyo Paulo avuga ati: “Ico nsaba Imana ni uko haba mu mwanya mutoyi canke mu mwanya muremure atoba wewe gusa ahubwo ko n’abo bose banyumva uno musi bocika abameze nk’uko nanje ndi, havuyemwo izi mvuto.”

30 Nuko umwami arahaguruka, na buramatari na Berenise be n’abari bicaranye na bo. 31 Mugabo bahavuye, batangura kuvugana, bati: “Uyu muntu nta kintu na kimwe akora gikwiriye kumwicisha+ canke kumushirisha mu mvuto.” 32 Vyongeye, Agiripa abwira Fesito ati: “Uyu muntu yari kurekurwa iyo ataba yungururije+ kwa Sezari.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika