ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 33
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yeremiya 33:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Neh 3:25; Yr 32:2; 37:21; 38:28

Yeremiya 33:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 1:1; Zb 146:6; Ivh 4:11
  • +It 14:19; Zb 102:25; Yes 45:18; Ivh 10:6
  • +Zb 96:10; 104:5; 119:90; Ums 1:4
  • +Kv 6:3; 15:3; Yr 32:18; Am 5:8; 9:6

Yeremiya 33:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 4:7; Zb 50:15; 91:15; Yes 55:6; Yr 29:12
  • +Zb 25:14; Yes 48:6; Am 3:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yeremiya, rup. 114-115

Yeremiya 33:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:52; Yr 32:24

Yeremiya 33:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 32:5
  • +Gus 31:17; Yr 21:10; Mik 3:4

Yeremiya 33:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 32:39; Yes 30:26; Yr 30:17
  • +Yes 54:13

Yeremiya 33:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 30:3; Zb 14:7; Yr 30:3; 32:44
  • +Yes 1:26; Yr 24:6; Zk 10:6

Yeremiya 33:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 85:2; Yes 40:2; Yr 31:34; Zk 13:1
  • +Zb 65:3; Yes 43:25; 44:22; Mik 7:18

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yeremiya, rup. 152-153

Yeremiya 33:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 30:9; Zb 126:3; Yes 62:3
  • +Yes 62:7
  • +2Ng 20:29
  • +Mik 7:17
  • +Neh 6:16

Yeremiya 33:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 24:11
  • +Yr 32:43

Yeremiya 33:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 31:12
  • +Zb 25:8; Zk 9:17; Mr 10:18
  • +1Ng 16:8; 2Ng 5:13; Ezr 3:11; Zb 89:2; Yes 12:4; Mik 7:18
  • +Lw 7:12; 2Ng 29:31; Zb 107:22
  • +Gus 30:5; Yr 32:44

Yeremiya 33:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 32:43; 51:62
  • +Yes 65:10; Yr 31:24; 50:19; Mik 2:12

Yeremiya 33:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 15:33; Yr 32:44
  • +Yos 15:21
  • +Yos 18:21
  • +Yr 17:26
  • +Yr 32:44
  • +Lw 27:32

Yeremiya 33:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 23:5
  • +It 22:17; Gus 30:3; Yr 29:10
  • +Yr 31:27

Yeremiya 33:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 17:11; Yes 4:2; 11:1; 53:2; Yr 23:5; Zk 3:8; 6:12; Ivh 22:16
  • +Yes 9:7; 11:4; Heb 1:9

Yeremiya 33:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 45:17
  • +Gus 33:28; Ezk 28:26
  • +Yr 23:6

Yeremiya 33:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 7:16; 1Bm 2:4; Zb 89:29; Yes 9:7; Lk 1:33

Yeremiya 33:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Pt 2:5; Ivh 1:6

Yeremiya 33:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 1:16; Zb 89:37; Yes 54:10; Yr 31:35

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    8/2019, rup. 26

Yeremiya 33:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 7:16; 23:5; Zb 89:34; 132:11; Yes 55:3; Yr 31:37
  • +Yes 9:6; Dn 7:14; Lk 1:32
  • +Gus 21:5

Yeremiya 33:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 13:16; 15:5; 22:17; Yr 31:37; Heb 11:12
  • +1Ng 25:1; 2Ng 35:2

Yeremiya 33:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 37:19
  • +Zb 83:4; Ezk 25:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2007, rup. 11

Yeremiya 33:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 1:16; Yr 33:20
  • +Yb 38:33; Zb 74:16; 104:19; Yr 31:35

Yeremiya 33:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 94:14; Yr 31:37
  • +Ezr 2:1, 70; Yr 33:7
  • +Yes 14:1; Yr 31:20; Hs 1:7; Mik 7:19; Zk 10:6

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yer. 33:1Neh 3:25; Yr 32:2; 37:21; 38:28
Yer. 33:2It 1:1; Zb 146:6; Ivh 4:11
Yer. 33:2It 14:19; Zb 102:25; Yes 45:18; Ivh 10:6
Yer. 33:2Zb 96:10; 104:5; 119:90; Ums 1:4
Yer. 33:2Kv 6:3; 15:3; Yr 32:18; Am 5:8; 9:6
Yer. 33:3Gus 4:7; Zb 50:15; 91:15; Yes 55:6; Yr 29:12
Yer. 33:3Zb 25:14; Yes 48:6; Am 3:7
Yer. 33:4Gus 28:52; Yr 32:24
Yer. 33:5Yr 32:5
Yer. 33:5Gus 31:17; Yr 21:10; Mik 3:4
Yer. 33:6Gus 32:39; Yes 30:26; Yr 30:17
Yer. 33:6Yes 54:13
Yer. 33:7Gus 30:3; Zb 14:7; Yr 30:3; 32:44
Yer. 33:7Yes 1:26; Yr 24:6; Zk 10:6
Yer. 33:8Zb 85:2; Yes 40:2; Yr 31:34; Zk 13:1
Yer. 33:8Zb 65:3; Yes 43:25; 44:22; Mik 7:18
Yer. 33:9Gus 30:9; Zb 126:3; Yes 62:3
Yer. 33:9Yes 62:7
Yer. 33:92Ng 20:29
Yer. 33:9Mik 7:17
Yer. 33:9Neh 6:16
Yer. 33:10Yes 24:11
Yer. 33:10Yr 32:43
Yer. 33:11Yr 31:12
Yer. 33:11Zb 25:8; Zk 9:17; Mr 10:18
Yer. 33:111Ng 16:8; 2Ng 5:13; Ezr 3:11; Zb 89:2; Yes 12:4; Mik 7:18
Yer. 33:11Lw 7:12; 2Ng 29:31; Zb 107:22
Yer. 33:11Gus 30:5; Yr 32:44
Yer. 33:12Yr 32:43; 51:62
Yer. 33:12Yes 65:10; Yr 31:24; 50:19; Mik 2:12
Yer. 33:13Yos 15:33; Yr 32:44
Yer. 33:13Yos 15:21
Yer. 33:13Yos 18:21
Yer. 33:13Yr 17:26
Yer. 33:13Yr 32:44
Yer. 33:13Lw 27:32
Yer. 33:14Yr 23:5
Yer. 33:14It 22:17; Gus 30:3; Yr 29:10
Yer. 33:14Yr 31:27
Yer. 33:151Ng 17:11; Yes 4:2; 11:1; 53:2; Yr 23:5; Zk 3:8; 6:12; Ivh 22:16
Yer. 33:15Yes 9:7; 11:4; Heb 1:9
Yer. 33:16Yes 45:17
Yer. 33:16Gus 33:28; Ezk 28:26
Yer. 33:16Yr 23:6
Yer. 33:172Sm 7:16; 1Bm 2:4; Zb 89:29; Yes 9:7; Lk 1:33
Yer. 33:181Pt 2:5; Ivh 1:6
Yer. 33:20It 1:16; Zb 89:37; Yes 54:10; Yr 31:35
Yer. 33:212Sm 7:16; 23:5; Zb 89:34; 132:11; Yes 55:3; Yr 31:37
Yer. 33:21Yes 9:6; Dn 7:14; Lk 1:32
Yer. 33:21Gus 21:5
Yer. 33:22It 13:16; 15:5; 22:17; Yr 31:37; Heb 11:12
Yer. 33:221Ng 25:1; 2Ng 35:2
Yer. 33:24Ezk 37:19
Yer. 33:24Zb 83:4; Ezk 25:3
Yer. 33:25It 1:16; Yr 33:20
Yer. 33:25Yb 38:33; Zb 74:16; 104:19; Yr 31:35
Yer. 33:26Zb 94:14; Yr 31:37
Yer. 33:26Ezr 2:1, 70; Yr 33:7
Yer. 33:26Yes 14:1; Yr 31:20; Hs 1:7; Mik 7:19; Zk 10:6
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
Bibiliya y’isi nshasha
Yeremiya 33:1-26

Yeremiya

33 Ijambo rya Yehova riza kuri Yeremiya ubugira kabiri, igihe yari acugaraniwe mu Kigo c’Abarinzi+, riti: 2 “Ibi ni vyo Yehova wa Muhinguzi+ w’isi avuze, Yehova Umwe yayibumba+ akayishimangira+, Yehova rikaba ari ryo zina ryiwe+, 3 ati: ‘Mpamagara, nanje ndakwitaba+, ndakubwire n’umutima ukunze ibintu bihambaye kandi bidatahurika utari uzi+.’”

4 “Kuko ibi ari vyo Yehova Imana ya Isirayeli avuze ku bijanye n’amazu y’iki gisagara no ku bijanye n’amazu y’abami ba Yuda yasituriwe hasi ku bwo kwikingira ibikuta vyo kugisugereza be n’inkota+, 5 no ku bijanye n’abaza kurwanya Abakaludaya no kwuzuza ibibanza imivyimba y’abantu nasasitse mw’ishavu ryanje no mu bushangashirwe bwanje+, no kubera abantu bose batumye mpisha iki gisagara mu maso hanje bitumwe n’ububi bwabo+, 6 egome, avuze ati: ‘Ehe ngira ndamuzanire ugusubirana be n’amagara+; nzobakiza nongere ndabahishurire amahoro n’ukuri vy’umurengera+. 7 Nzogarukana abagizwe imbohe ba Yuda n’abagizwe imbohe ba Isirayeli+, kandi nzobubaka nko mu ntango+. 8 Nzobatyorora ikosa ryabo ryose bancumuyeko+, kandi nzobaharira amakosa yabo yose bancumuyeko bakongera bakangabitanyako+. 9 Azombera ata kabuza izina ry’umwigino+, ishemezo n’ubwiza ku mahanga yose yo kw’isi azokwumva ineza yose ngira ndabagirire+. Ayo mahanga azogira koko ubwoba+ yongere ahagarike umutima+ kubera ineza yose no kubera amahoro yose ngira ndamuhe+.’”

10 “Ibi ni vyo Yehova avuze: ‘Aha hantu, aho muzoba muvuga ko ari igiharabuga kitagiramwo umuntu n’igitungwa, mu bisagara vya Yuda no mu mabarabara ya Yeruzalemu vyacitse umusaka+, bitagiramwo umuntu n’uwuhaba n’igitungwa, hazosubira kwumvikana+ 11 ijwi ry’umwigino n’ijwi ry’umunezero+, ijwi ry’umukwe n’ijwi ry’umugeni, ijwi ry’abavuga bati: “Nimuhaye Yehova nyen’ingabo, kuko Yehova ari mwiza+; kuko ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe ari ubwo gushika igihe kitagira urugero+!”’

“‘Bazozana mu nzu ya Yehova ishikanwa ry’ugukenguruka+, kuko nzogarukana abagizwe imbohe b’iki gihugu nko mu ntango+,’ ni ko Yehova avuze.”

12 “Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo avuze: ‘Aha hantu h’igiharabuga hatagira umuntu n’igitungwa+, no mu bisagara vyaho vyose, hazosubira kubaho itongo ry’uburagiriro ry’abungere bavyagiza umukuku+.’

13 “‘Mu bisagara vyo mu karere k’imisozi, mu bisagara vyo mu ntara yo hasi+, no mu bisagara vyo mu bumanuko+, no mu gihugu ca Benyamini+, no mu micungararo ya Yeruzalemu+, no mu bisagara vya Yuda+, imikuku izosubira guca munsi y’amaboko y’uwuyiharura+,’ ni ko Yehova avuze.”

14 “‘Ehe imisi iraje+,’ ni ko Yehova avuze, ‘kandi nzoshitsa koko ijambo ryiza navuze+ ku nzu ya Isirayeli+ no ku nzu ya Yuda. 15 Muri iyo misi no muri ico gihe nzonagiriza Dawidi umunago ugororotse+, kandi azoshitsa koko ubutungane n’ubugororotsi mu gihugu+. 16 Muri iyo misi Yuda izokizwa+ kandi Yeruzalemu izokwibera mu mutekano+. Kandi uku ni ko Yeruzalemu azokwitwa: Yehova ni ubugororotsi bwacu+.’”

17 “Kuko ibi ari vyo Yehova avuze: ‘Ku bijanye na Dawidi, ntihazokwigera habura umugabo wo kwicara ku ntebe y’ubwami y’inzu ya Isirayeli+. 18 Kandi ku bijanye n’abaherezi, Abalewi, ntihazokwigera habura umugabo imbere yanje wo gushikana ishikanwa riturirwa uko ryakabaye no gufumbisha umwotsi hakoreshejwe ishikanwa ry’intete no gushikana ibimazi nantaryo+.’”

19 Ijambo rya Yehova ryongera kuza kuri Yeremiya riti: 20 “Ibi ni vyo Yehova avuze: ‘Nimba mwoshobora guhagarika isezerano ryanje ry’umurango n’isezerano ryanje ry’ijoro, kugira ngo umurango n’ijoro ntibize mu gihe cavyo+, 21 n’isezerano ryanje nagiranye na Dawidi umusavyi wanje+ rero ryoshobora guhagarikwa, ku buryo ataronka umuhungu aganza ku ntebe yiwe y’ubwami+; n’iryo nagiranye n’Abalewi, abaherezi, abasuku banje+. 22 Nk’uko ingabo zo mu majuru zidashobora guharurwa, canke ngo umusenyi w’ikiyaga ugerwe+, ni ko nzogwiza uruvyaro rwa Dawidi umusavyi wanje n’Abalewi bankorera+.’”

23 Ijambo rya Yehova ryongera kuza kuri Yeremiya riti: 24 “Mbega ntiwabonye ivyo abo muri aba bantu bavuze, ngo: ‘Ya miryango ibiri Yehova yatora+, na yo nyene azoyiheba’? Kandi baguma bagaya abantu banje+, kugira ngo ntibabandanye kuba ihanga imbere yabo.

25 “Ibi ni vyo Yehova avuze: ‘Iyo bitaba ari ivy’ukuri yuko nashizeho isezerano ryanje ry’umurango n’ijoro+, ivyagezwe bigenga ijuru n’isi+, 26 nohevye rero n’uruvyaro rwa Yakobo n’urwa Dawidi umusavyi wanje+, kugira ngo sintore mu ruvyaro rwiwe abatware bo kuganza uruvyaro rwa Aburahamu na Izahaki na Yakobo. Kuko nzokoranya abagizwe imbohe babo+, kandi nzobumvira ikigongwe+.’”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika