ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yobu 28
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yobu 28:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 17:3; Mal 3:3

Yobu 28:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 8:9

Yobu 28:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 11:6; Lk 1:51

Yobu 28:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Am 9:2

Yobu 28:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 1:11; Zb 104:14

Yobu 28:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 28:16

Yobu 28:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 39:4
  • +Lw 11:14; Gus 14:13

Yobu 28:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 20:20; 2Ng 32:30

Yobu 28:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 44:27; 45:1; Yr 50:38; 51:32

Yobu 28:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 28:28; Img 2:6; Yak 1:5

Yobu 28:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 49:7; Img 3:15

Yobu 28:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 11:34

Yobu 28:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 3:14

Yobu 28:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 13:12

Yobu 28:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 8:11; 20:15
  • +Img 16:16

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/4/1999, rup. 3-7

Yobu 28:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 28:17

Yobu 28:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 28:12; Yak 1:5

Yobu 28:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ums 8:17; 1Kr 2:8

Yobu 28:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 30:4; Rm 1:20

Yobu 28:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 15:3; Zk 4:10; 1Pt 3:12

Yobu 28:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 135:7; 148:8; Ums 1:6
  • +Yb 5:10; 26:8; 37:10; Img 30:4; Yes 40:12

Yobu 28:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 38:25; Zk 10:1

Yobu 28:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 4:6; Zb 111:10; Img 9:10; Ums 12:13; Rm 1:20
  • +Img 3:7; 1Pt 3:11

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yobu 28:1Img 17:3; Mal 3:3
Yobu 28:2Gus 8:9
Yobu 28:3It 11:6; Lk 1:51
Yobu 28:4Am 9:2
Yobu 28:5It 1:11; Zb 104:14
Yobu 28:6Yb 28:16
Yobu 28:7Ezk 39:4
Yobu 28:7Lw 11:14; Gus 14:13
Yobu 28:102Bm 20:20; 2Ng 32:30
Yobu 28:11Yes 44:27; 45:1; Yr 50:38; 51:32
Yobu 28:12Yb 28:28; Img 2:6; Yak 1:5
Yobu 28:13Zb 49:7; Img 3:15
Yobu 28:14Rm 11:34
Yobu 28:15Img 3:14
Yobu 28:16Yes 13:12
Yobu 28:18Img 8:11; 20:15
Yobu 28:18Img 16:16
Yobu 28:19Kv 28:17
Yobu 28:20Yb 28:12; Yak 1:5
Yobu 28:21Ums 8:17; 1Kr 2:8
Yobu 28:23Img 30:4; Rm 1:20
Yobu 28:24Img 15:3; Zk 4:10; 1Pt 3:12
Yobu 28:25Zb 135:7; 148:8; Ums 1:6
Yobu 28:25Yb 5:10; 26:8; 37:10; Img 30:4; Yes 40:12
Yobu 28:26Yb 38:25; Zk 10:1
Yobu 28:28Gus 4:6; Zb 111:10; Img 9:10; Ums 12:13; Rm 1:20
Yobu 28:28Img 3:7; 1Pt 3:11
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
Bibiliya y’isi nshasha
Yobu 28:1-28

Yobu

28 “Ni ukuri, ifeza hariho ikibanza bazisangamwo

Hakabaho n’ikibanza c’inzahabu batyorora+;

 2 Icuma bagikura mu mukungugu+

Umujumpu na wo ugashongeshwa mw’ibuye.

 3 Yashize iherezo ku mwiza;

Ashika ku mpera zose aserangura arondera+

Ibuye mu muzimagiza no mu gitutu kizitanye.

 4 Yimvye urunogo kure y’aho abantu baba ari ba kavamahanga+,

Ahantu hibagiwe, kure y’ikirenge;

Bamwe mu bantu buntu, bamanutse bayumbayumba, baracundeba.

 5 Isi na yo, ni yo ibifungurwa bisokorokamwo+;

Ariko munsi yayo, isebagizwa nk’aho isebagijwe n’umuriro.

 6 Amabuye yayo ni yo kibanza ca safiro+,

Kandi itekeye umukungugu w’inzahabu.

 7 Uwo munyuro, nta nyoni ihiga+ yawumenye,

Eka n’ijisho ry’ikinyamwanira cirabura+ ntiryawubonye.

 8 Ibikoko bikakaye ntivyawuhonyanze;

Intambwe y’umukangara ntiyawuciyemwo.

 9 Yaramvuriye ukuboko kwiwe kw’ibuye ry’isare;

Yatembagaje imisozi ahereye mu mizi yayo;

10 Yimvye mu bitandara imiserege itwara amazi+,

Kandi ibintu vyose vy’agaciro ijisho ryiwe ryarabibonye.

11 Ahantu inzuzi zatemba ziva yarahagomeye+,

Ikintu gihishijwe akakizana ku muco.

12 Ariko ubukerebutsi ga yemwe, umuntu yobusanga hehe+?

Ahantu ugutegera kuba ni hehe?

13 Umuntu buntu ntiyamenye agaciro kabwo+,

Kandi ntibuboneka mu gihugu c’abazima.

14 Inyenga y’amazi yavuze iti:

‘Ntiburi muri jewe!’

Ikiyaga na co nyene giti: ‘Ntiburi iwanje+!’

15 Ntibwokabwa inzahabu itavanze+,

N’ifeza ntizopimwa ngo zibe ikiguzi cabwo.

16 Ntibworihwa inzahabu y’i Ofiri+,

Canke ibuye rya onigisi ry’imbonekarimwe na safiro.

17 Inzahabu n’ikiyo ntivyogereranywa na bwo,

Nta n’icombo c’inzahabu ityoroye bwokabwa.

18 Ibuye ry’agaciro ryitwa korali+ n’irya kirisitalo yoyo ntiyovugwa,

Ariko isaho yuzuye ubukerebutsi irusha agaciro iyuzuye imaragarita+.

19 Ibuye rya topazi+ ry’i Kushi ntiryogereranywa na bwo;

Mbere ntibworihwa inzahabu mu butyoroke bwayo.

20 Ariko ubukerebutsi ga yemwe, buturuka hehe+?

None ahantu ugutegera kuba ni hehe?

21 Bwanyegejwe amaso y’umuntu wese muzima+,

N’ibiremwa biguruka vyo mu kirere vyarabuhishijwe.

22 Agatikizo n’urupfu vyavuze biti:

‘Inkuru yabwo twayumvise ku matwi gusa.’

23 Imana ni yo yatahuye inzira yabwo+,

Kandi ubwayo ni yo yamenye ikibanza cabwo.

24 Kuko ubwayo iraba gushika ku mpera z’isi+;

Munsi y’amajuru uko yakabaye irahabona,

25 Kugira ishingire umuyaga+ uburemere,

Mu gihe amazi yayahaye urupimo ku rugero+;

26 Igihe yashingira imvura ingingo nyobozi+,

Igashingira inzira igicu c’ikirura gituragara,

27 Ni ho yabona ubukerebutsi, igatangura kuyaga ivyabwo;

Yarabuteguye yongera irabuserangura.

28 Ni ko kubwira umuntu iti:

‘Raba! Ugutinya Yehova, ubwo ni bwo bukerebutsi+,

Kandi guca kure ikibi ni kwo gutegera+.’”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika