ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezekiyeli 5
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Ezekiyeli 5:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 21:5; Ezk 44:20

Ezekiyeli 5:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 9:21; Ezk 4:8
  • +Yr 15:2
  • +Lw 26:33; Ezk 12:14; Am 9:1

Ezekiyeli 5:3

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ijambo ku rindi ni “mu bice vyo hepfo vy’impuzu.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 40:6; 52:16

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/7/2007, rup. 12

Ezekiyeli 5:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 4:4

Ezekiyeli 5:6

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 32:15; 2Bm 17:8; Ezk 16:47
  • +Neh 9:16; Zb 78:10; Yr 8:5; 11:10

Ezekiyeli 5:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 21:9; 2Ng 33:9
  • +Yr 44:23
  • +2Bm 21:11; Yr 2:11; Ezk 16:47

Ezekiyeli 5:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 21:5; Ezk 15:7
  • +Gus 29:24; 1Bm 9:8; Int 2:15

Ezekiyeli 5:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Int 4:6; Dn 9:12; Am 3:2

Ezekiyeli 5:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:29; Gus 28:53; 2Bm 6:29; Yr 19:9; Int 2:20; 4:10
  • +Lw 26:33; Gus 4:27; 28:64; Neh 1:8; Ezk 12:14; 17:21

Ezekiyeli 5:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 19:30; 20:3; 2Bm 21:7; 2Ng 36:14; Yr 32:34
  • +Gus 7:25; Yr 16:18; Ezk 23:38
  • +Zb 107:39
  • +Gus 29:20; Ezk 7:4; 8:18
  • +Int 2:21; Zk 11:6

Ezekiyeli 5:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 14:12; Ezk 6:12
  • +Yr 15:2; 21:9
  • +Yr 9:16
  • +Lw 26:33; Yr 42:16; Ezk 12:14

Ezekiyeli 5:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Int 4:11
  • +Ezk 16:42
  • +Gus 32:36; Yes 1:24
  • +Kv 20:5; 34:14; Gus 4:24; 6:15; Yos 24:19; Yes 59:17; Ezk 39:25

Ezekiyeli 5:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:31; Gus 28:37; 1Bm 9:7; Neh 2:17

Ezekiyeli 5:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 79:4; Yr 24:9; Int 2:15
  • +Int 3:62
  • +1Kr 10:11
  • +Ezk 25:17

Ezekiyeli 5:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 14:21
  • +Gus 32:23; Zb 7:13
  • +Lw 26:26; Ezk 4:16; 14:13

Ezekiyeli 5:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:22; Gus 32:24; 2Bm 17:25; Ezk 14:21; 33:27
  • +Ezk 38:22
  • +Ezk 14:19
  • +Ezk 21:3

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ezk. 5:1Lw 21:5; Ezk 44:20
Ezk. 5:2Yr 9:21; Ezk 4:8
Ezk. 5:2Yr 15:2
Ezk. 5:2Lw 26:33; Ezk 12:14; Am 9:1
Ezk. 5:3Yr 40:6; 52:16
Ezk. 5:4Yr 4:4
Ezk. 5:6Gus 32:15; 2Bm 17:8; Ezk 16:47
Ezk. 5:6Neh 9:16; Zb 78:10; Yr 8:5; 11:10
Ezk. 5:72Bm 21:9; 2Ng 33:9
Ezk. 5:7Yr 44:23
Ezk. 5:72Bm 21:11; Yr 2:11; Ezk 16:47
Ezk. 5:8Yr 21:5; Ezk 15:7
Ezk. 5:8Gus 29:24; 1Bm 9:8; Int 2:15
Ezk. 5:9Int 4:6; Dn 9:12; Am 3:2
Ezk. 5:10Lw 26:29; Gus 28:53; 2Bm 6:29; Yr 19:9; Int 2:20; 4:10
Ezk. 5:10Lw 26:33; Gus 4:27; 28:64; Neh 1:8; Ezk 12:14; 17:21
Ezk. 5:11Lw 19:30; 20:3; 2Bm 21:7; 2Ng 36:14; Yr 32:34
Ezk. 5:11Gus 7:25; Yr 16:18; Ezk 23:38
Ezk. 5:11Zb 107:39
Ezk. 5:11Gus 29:20; Ezk 7:4; 8:18
Ezk. 5:11Int 2:21; Zk 11:6
Ezk. 5:12Yr 14:12; Ezk 6:12
Ezk. 5:12Yr 15:2; 21:9
Ezk. 5:12Yr 9:16
Ezk. 5:12Lw 26:33; Yr 42:16; Ezk 12:14
Ezk. 5:13Int 4:11
Ezk. 5:13Ezk 16:42
Ezk. 5:13Gus 32:36; Yes 1:24
Ezk. 5:13Kv 20:5; 34:14; Gus 4:24; 6:15; Yos 24:19; Yes 59:17; Ezk 39:25
Ezk. 5:14Lw 26:31; Gus 28:37; 1Bm 9:7; Neh 2:17
Ezk. 5:15Zb 79:4; Yr 24:9; Int 2:15
Ezk. 5:15Int 3:62
Ezk. 5:151Kr 10:11
Ezk. 5:15Ezk 25:17
Ezk. 5:16Ezk 14:21
Ezk. 5:16Gus 32:23; Zb 7:13
Ezk. 5:16Lw 26:26; Ezk 4:16; 14:13
Ezk. 5:17Lw 26:22; Gus 32:24; 2Bm 17:25; Ezk 14:21; 33:27
Ezk. 5:17Ezk 38:22
Ezk. 5:17Ezk 14:19
Ezk. 5:17Ezk 21:3
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
Bibiliya y’isi nshasha
Ezekiyeli 5:1-17

Ezekiyeli

5 “Nayo wewe ga mwana w’umuntu, niwironse inkota ikarishe. Uze uyironse nk’urumosho rwa ba kimyozi, urucishe ku mutwe wawe no ku bwanwa bwawe+, wironse n’umunzane wo gupima, uheze ugabagure uwo mushatsi mu mice. 2 Ica gatatu cawo uzogiturira mu muriro hagati mu gisagara, imisi y’isugereza ikimara gukwira+. Kandi uze utore ica gatatu kindi. Uzogikubitisha inkota irya n’ino ya nya gisagara+, ica gatatu ca nyuma na co ugisanzarize mu muyaga, nanje nzosokora inkota inyuma yawo+.

3 “Kandi uze ukureko udushatsi dukeyi utuzingire mu mpuzu* yawe+. 4 Utundi uzodutora utujugunye hagati mu muriro, uduturire mu muriro dutokombere. Kuri wo hazova umuriro uzoja ku nzu yose ya Isirayeli+.

5 “Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Iyi ni Yeruzalemu. Nayishize hagati mu mahanga, ikaba ikikujwe n’ibihugu. 6 Na yo yatanguye kugarariza ingingo zanje z’ubutungane* ibigiranye ububisha kuruta amahanga+, igarariza n’ivyagezwe vyanje kuruta ibihugu biyikikuje, kuko bataye ingingo zanje z’ubutungane, ivyagezwe vyanje na vyo ntibabigenderemwo+.’

7 “Ibi rero ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Kubera ko mwakubaganye+ kuruta amahanga abakikuje, ntimugendere mu vyagezwe vyanje, n’ingingo zanje z’ubutungane ntimuzishitse+, mugabo mugakora ibihuye n’ingingo z’ubutungane z’amahanga abakikuje—si ko none+?— 8 ibi rero ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Ehe ngira nkurwanye, wa gisagara, emwe, jewe nyene+, kandi nzoshitsa hagati muri wewe ingingo z’ubutungane mu maso y’amahanga+. 9 Nzokorera muri wewe ico ntari bwakore, kandi nta gisa na co nzosubira gukora, kubera ibintu vyawe vyose biteye ishishi+.

10 “‘“Ni co gituma ba se bazorya abana babo hagati muri wewe+, abana na bo barye ba se, kandi nzoshitsa imanza muri wewe, igisigarira cawe cose ndagisanzarize mu miyaga yose+.”’

11 “‘Ndahiye rero ukubaho kwanje,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze, ‘ni ukuri, kubera ko aheranda hanje ari ho wahumanishije ibintu vyawe vyose bisesemye+ be n’ibintu vyawe vyose biteye ishishi+, jewe rero ni je nzokugabanya+, kandi ijisho ryanje ntirizokwumva akagongwe+, kandi jewe sinzogira impuhwe+. 12 Ica gatatu cawe, bazokwicwa n’ikiza+, barangizwe n’ikigoyi hagati muri wewe+. Ica gatatu kindi, bazogwishwa n’inkota irya n’ino yawe. Ica gatatu ca nyuma na co, nzogisanzariza mu miyaga yose+, kandi inkota ni yo nzosokora inyuma yabo+. 13 Kandi ishavu ryanje ntirizobura kurangira+, mpoyahoyere ubushangashirwe bwanje kuri bo+, nihoze+; kandi bazobwirizwa kumenya ko ari jewe Yehova navuze, kubera yuko nsaba nshimitse ko niheberwa jenyene gusa+, ninabarangirizako ubushangashirwe bwanje.

14 “‘Kandi nzokugira ikibanza gitikijwe be n’iceyi mu mahanga agukikuje, mu maso y’uwuhita wese+. 15 Uzocika iceyi+ be n’ikintu gitukwa+, akarorero gatanga imburi+ be n’ikinya ku mahanga agukikuje, ninashitsa imanza muri wewe mbigiranye ishavu n’ubushangashirwe n’ibikangiro vyuzuye ubushangashirwe+. Jewe Yehova, ndavuze.

16 “‘Ninabarungikako ya myampi mibi y’ikigoyi+, imwe yo guhonya, ya myampi nzorungika kubahonya+, emwe, nzokwongereza ikigoyi kuri mwebwe nongere mvune inkoni zanyu zitungîrwako imikate imeze nk’ikigōmbo+. 17 Kandi nzobarungikako ikigoyi n’ibikoko biryana+, biguhekure, kandi ikiza+ n’amaraso+ bizoca muri wewe, kandi nzokuzanako inkota+. Jewe Yehova, ndavuze.’”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika