ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 150
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi 150:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 19:6
  • +2Ng 20:8; Zb 29:9; 116:19; 134:2
  • +It 1:6; Zb 19:1; Dn 12:3

Zaburi 150:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 92:5; 107:15; 145:6; Ivh 15:3
  • +Gus 3:24; Zb 96:4; 145:3; Yr 32:18

Zaburi 150:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 15:28; Zb 81:3; 98:6
  • +Zb 33:2; 108:2

Zaburi 150:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 15:20; 1Sm 10:5; Yes 5:12
  • +Zb 149:3
  • +Zb 92:3; 144:9; Yes 38:20
  • +Yb 21:12; 30:31

Zaburi 150:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 15:19; 16:5
  • +2Sm 6:5; 1Ng 25:1

Zaburi 150:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 5:13
  • +Zb 112:1; 148:14; Ivh 19:3

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 150:1Ivh 19:6
Zab. 150:12Ng 20:8; Zb 29:9; 116:19; 134:2
Zab. 150:1It 1:6; Zb 19:1; Dn 12:3
Zab. 150:2Zb 92:5; 107:15; 145:6; Ivh 15:3
Zab. 150:2Gus 3:24; Zb 96:4; 145:3; Yr 32:18
Zab. 150:31Ng 15:28; Zb 81:3; 98:6
Zab. 150:3Zb 33:2; 108:2
Zab. 150:4Kv 15:20; 1Sm 10:5; Yes 5:12
Zab. 150:4Zb 149:3
Zab. 150:4Zb 92:3; 144:9; Yes 38:20
Zab. 150:4Yb 21:12; 30:31
Zab. 150:51Ng 15:19; 16:5
Zab. 150:52Sm 6:5; 1Ng 25:1
Zab. 150:6Ivh 5:13
Zab. 150:6Zb 112:1; 148:14; Ivh 19:3
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
Bibiliya y’isi nshasha
Zaburi 150:1-6

Zaburi

150 Shemeze Ya+!

Shemeze Imana aheranda hayo+.

Nimuyishemeze mu kirere c’inkomezi zayo+.

 2 Nimuyishemeze ku bw’ibikorwa vyayo vy’ubushobozi+.

Nimuyishemeze nk’uko umurengera w’ubukuru bwayo uri+.

 3 Nimuyishemeze muvuza inzamba+.

Nimuyishemeze n’igicurarangisho c’imirya be n’inanga+.

 4 Nimuyishemeze n’akagoma+ be n’intambo y’umuzingi+.

Nimuyishemeze n’imirya+ be n’umwironge+.

 5 Nimuyishemeze n’ivyuma vy’umusāmīro uryoshe+.

Nimuyishemeze n’ivyuma vyasirana+.

 6 Igihumeka cose, emwe, nigishemeze Ya+!

Shemeze Ya+!

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika