ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Ngoma 3
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

1 Ngoma 3:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 127:5
  • +2Sm 3:2
  • +2Sm 13:32
  • +1Sm 25:43
  • +Yos 15:56
  • +1Sm 25:39
  • +1Sm 25:2

1 Ngoma 3:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 13:28; 14:1; 15:10; 18:14
  • +2Sm 3:3
  • +2Sm 13:37
  • +Yos 12:5
  • +1Bm 1:11; 2:24
  • +1Bm 1:5

1 Ngoma 3:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 3:4
  • +2Sm 3:5

1 Ngoma 3:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 5:5

1 Ngoma 3:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 5:13
  • +1Ng 14:4
  • +2Sm 5:14
  • +Lk 3:31
  • +Mt 1:7
  • +2Sm 11:27; 1Bm 1:11
  • +2Sm 11:3

1 Ngoma 3:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 14:5
  • +2Sm 5:15
  • +1Ng 14:5

1 Ngoma 3:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 14:6

1 Ngoma 3:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 14:7
  • +2Sm 5:16

1 Ngoma 3:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 13:1

1 Ngoma 3:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 11:43
  • +2Ng 13:1
  • +2Ng 14:1
  • +2Ng 20:31

1 Ngoma 3:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 21:5
  • +2Ng 22:2
  • +2Ng 24:1

1 Ngoma 3:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 25:1
  • +2Bm 14:21; 2Ng 26:3; Mt 1:8
  • +2Ng 27:1

1 Ngoma 3:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 28:1; Mt 1:9
  • +2Ng 29:1; Mt 1:9
  • +2Bm 21:1; Mt 1:10

1 Ngoma 3:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 21:19
  • +2Bm 22:1; Mt 1:10

1 Ngoma 3:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 23:34; 2Ng 36:5
  • +2Bm 24:17; 2Ng 36:11

1 Ngoma 3:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 24:6; 25:27; Mt 1:11

1 Ngoma 3:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 1:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/10/2005, rup. 9

1 Ngoma 3:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 1:8; 5:2; Hg 2:2, 4; Zk 4:6; Mt 1:12; Lk 3:27

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/10/2005, rup. 9

1 Ngoma 3:21

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ijambo ku rindi ni “bene.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Neh 10:22

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

1 Ngo. 3:1Zb 127:5
1 Ngo. 3:12Sm 3:2
1 Ngo. 3:12Sm 13:32
1 Ngo. 3:11Sm 25:43
1 Ngo. 3:1Yos 15:56
1 Ngo. 3:11Sm 25:39
1 Ngo. 3:11Sm 25:2
1 Ngo. 3:22Sm 13:28; 14:1; 15:10; 18:14
1 Ngo. 3:22Sm 3:3
1 Ngo. 3:22Sm 13:37
1 Ngo. 3:2Yos 12:5
1 Ngo. 3:21Bm 1:11; 2:24
1 Ngo. 3:21Bm 1:5
1 Ngo. 3:32Sm 3:4
1 Ngo. 3:32Sm 3:5
1 Ngo. 3:42Sm 5:5
1 Ngo. 3:52Sm 5:13
1 Ngo. 3:51Ng 14:4
1 Ngo. 3:52Sm 5:14
1 Ngo. 3:5Lk 3:31
1 Ngo. 3:5Mt 1:7
1 Ngo. 3:52Sm 11:27; 1Bm 1:11
1 Ngo. 3:52Sm 11:3
1 Ngo. 3:61Ng 14:5
1 Ngo. 3:62Sm 5:15
1 Ngo. 3:61Ng 14:5
1 Ngo. 3:71Ng 14:6
1 Ngo. 3:81Ng 14:7
1 Ngo. 3:82Sm 5:16
1 Ngo. 3:92Sm 13:1
1 Ngo. 3:101Bm 11:43
1 Ngo. 3:102Ng 13:1
1 Ngo. 3:102Ng 14:1
1 Ngo. 3:102Ng 20:31
1 Ngo. 3:112Ng 21:5
1 Ngo. 3:112Ng 22:2
1 Ngo. 3:112Ng 24:1
1 Ngo. 3:122Ng 25:1
1 Ngo. 3:122Bm 14:21; 2Ng 26:3; Mt 1:8
1 Ngo. 3:122Ng 27:1
1 Ngo. 3:132Ng 28:1; Mt 1:9
1 Ngo. 3:132Ng 29:1; Mt 1:9
1 Ngo. 3:132Bm 21:1; Mt 1:10
1 Ngo. 3:142Bm 21:19
1 Ngo. 3:142Bm 22:1; Mt 1:10
1 Ngo. 3:152Bm 23:34; 2Ng 36:5
1 Ngo. 3:152Bm 24:17; 2Ng 36:11
1 Ngo. 3:162Bm 24:6; 25:27; Mt 1:11
1 Ngo. 3:17Mt 1:12
1 Ngo. 3:19Ezr 1:8; 5:2; Hg 2:2, 4; Zk 4:6; Mt 1:12; Lk 3:27
1 Ngo. 3:21Neh 10:22
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
Bibiliya y’isi nshasha
1 Ngoma 3:1-24

1 Ngoma

3 Aba ni bo babaye abahungu ba Dawidi+, abo yavyariwe i Heburoni+: imfura yari Amunoni+, wo kuri Ahinowamu+ Umuyezireyelikazi+; uwugira kabiri yari Daniyeli, wo kuri Abigayili+ Umunyakarumelikazi+; 2 uwugira gatatu yari Abusalomu+ umuhungu wa Mayaka+, Mayaka umukobwa wa Talimayi+ umwami wa Geshuri+; uwugira kane yari Adoniya+ umuhungu wa Hagiti+; 3 uwugira gatanu yari Shefatiya, wo kuri Abitali+; uwugira gatandatu yari Itireyamu, wo kuri Egula+ umugore wiwe. 4 Batandatu yabavyariwe i Heburoni; aganza ari ng’aho imyaka indwi n’amezi atandatu, yongera aganza imyaka mirongo itatu n’itatu ari i Yeruzalemu+.

5 Aba yabavyariwe i Yeruzalemu+: Shimeya+ na Shobabu+ na Natani+ na Salomo+: bane kuri Bati-sheba+ umukobwa wa Amiyeli+, 6 na Ibuhari+ na Elishama+ na Elifeleti+, 7 na Noga na Nefegi na Yafiya+, 8 na Elishama+ na Eliyada na Elifeleti+: icenda; 9 abo bose bari abahungu ba Dawidi hatarimwo abahungu bo ku ncoreke, na Tamari+ mushiki wabo.

10 Umuhungu wa Salomo yari Rehobowamu, uwa Rehobowamu+ akaba Abiya+, uwa Abiya akaba Asa+, uwa Asa akaba Yehoshafati+, 11 uwa Yehoshafati akaba Yehoramu+, uwa Yehoramu akaba Ahaziya+, uwa Ahaziya akaba Yehowasi+, 12 uwa Yehowasi akaba Amaziya+, uwa Amaziya akaba Azariya+, uwa Azariya akaba Yotamu+, 13 uwa Yotamu akaba Ahazi+, uwa Ahazi akaba Hezekiya+, uwa Hezekiya akaba Manase+, 14 uwa Manase akaba Amoni+, uwa Amoni akaba Yosiya+. 15 Bene Yosiya bari aba: imfura yari Yohanani, uwugira kabiri yari Yehoyakimu+, uwugira gatatu yari Zedekiya+, uwugira kane akaba Shalumu. 16 Bene Yehoyakimu bari Yekoniya+ umuhungu wiwe na Zedekiya wa Yekoniya. 17 Abahungu Yekoniya yavyaye ari imbohe bari Sheyalutiyeli+ umuhungu wiwe 18 na Malikiramu na Pedaya na Shenazari, Yekamiya, Hoshama na Nedabiya. 19 Bene Pedaya bari Zerubabeli+ na Shimeyi; bene Zerubabeli na bo bari Meshulamu na Hananiya (Shelomiti ni we yari mushiki wabo); 20 hamwe na Hashuba na Oheli na Berekiya na Hasadiya na Yushabu-hesedi: batanu. 21 Bene Hananiya bari Pelatiya+ na Yeshaya, mwene* Yeshaya akaba Refaya, mwene Refaya akaba Arunani, mwene Arunani akaba Obadiya, mwene Obadiya akaba Shekaniya; 22 mwene Shekaniya na we yari Shemaya, bene Shemaya bakaba Hatushi na Igali na Bariya na Neyariya na Shafati: batandatu. 23 Bene Neyariya na bo bari Eliyowenayi na Hizikiya na Azirikamu: batatu. 24 Bene Eliyowenayi na bo bari Hodaviya na Eliyashibu na Pelaya na Akubu na Yohanani na Delaya na Anani: indwi.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika