ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 21
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi 21:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 63:11
  • +Zb 28:7

Zaburi 21:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 2:8
  • +Zb 20:4

Zaburi 21:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 6:41; Zb 31:19
  • +2Sm 12:30

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2006, rup. 18

Zaburi 21:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 13:3; 61:6
  • +Zb 89:29; 91:16

Zaburi 21:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 7:9; Heb 8:1
  • +Dn 7:14

Zaburi 21:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 72:17
  • +Zb 16:11; 45:7; Ivk 2:28

Zaburi 21:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 30:6; Mt 27:43; Heb 2:13
  • +Zb 16:8

Zaburi 21:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 2:9

Zaburi 21:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ums 3:8; Mal 4:1; 2Ts 1:8
  • +Gus 32:22; Zb 110:5

Zaburi 21:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 13:34; Zb 9:5; 37:28; Mt 25:46
  • +Zb 109:13; Yes 14:20

Zaburi 21:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 5:10; 34:16
  • +Zb 2:1; 83:4

Zaburi 21:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 9:3; 56:9
  • +Zb 7:13; 64:7

Zaburi 21:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 46:10
  • +Ivh 11:17; 15:3; 18:20

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 21:1Zb 63:11
Zab. 21:1Zb 28:7
Zab. 21:2Zb 2:8
Zab. 21:2Zb 20:4
Zab. 21:32Ng 6:41; Zb 31:19
Zab. 21:32Sm 12:30
Zab. 21:4Zb 13:3; 61:6
Zab. 21:4Zb 89:29; 91:16
Zab. 21:52Sm 7:9; Heb 8:1
Zab. 21:5Dn 7:14
Zab. 21:6Zb 72:17
Zab. 21:6Zb 16:11; 45:7; Ivk 2:28
Zab. 21:71Sm 30:6; Mt 27:43; Heb 2:13
Zab. 21:7Zb 16:8
Zab. 21:8Zb 2:9
Zab. 21:9Ums 3:8; Mal 4:1; 2Ts 1:8
Zab. 21:9Gus 32:22; Zb 110:5
Zab. 21:101Bm 13:34; Zb 9:5; 37:28; Mt 25:46
Zab. 21:10Zb 109:13; Yes 14:20
Zab. 21:11Zb 5:10; 34:16
Zab. 21:11Zb 2:1; 83:4
Zab. 21:12Zb 9:3; 56:9
Zab. 21:12Zb 7:13; 64:7
Zab. 21:13Zb 46:10
Zab. 21:13Ivh 11:17; 15:3; 18:20
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
Bibiliya y’isi nshasha
Zaburi 21:1-13

Zaburi

Ku muyobozi. Agahibongozo ka Dawidi.

21 Ewe Yehova, umwami ahimbarwa mu nkomezi zawe+;

Kandi ese ukuntu agomba kunezerwa rwose mu bukiriro bwawe+!

 2 Ico umutima wiwe wipfuza warakimuhaye+,

Kandi ico iminwa yiwe ishaka ntiwakimwimye+. Sela.

 3 Kuko wamusanganije imihezagiro y’ivyiza+,

Ugashira kandi ku mutwe wiwe urugori rw’inzahabu ityoroye+.

 4 Yagusavye ubuzima. Warabumuhaye+,

Umuha ubwinshi bw’imisi gushika igihe kitagira urugero, mbere ibihe bidahera+.

 5 Ubuninahazwa bwiwe ni agakomeye mu bukiriro bwawe+.

Umushirako iteka n’ubwiza bwakaka+.

 6 Kuko umugira uwuhezagiwe rwose ibihe bidahera+;

Umunezeresha umunezero wo mu maso hawe+.

 7 Kuko umwami yizigira Yehova+,

Mbere n’ubuntu bwuzuye urukundo bwa Musumbavyose. Ntazonyiganyizwa+.

 8 Ukuboko kwawe kuzoshikira abansi bawe bose+;

Ukuryo kwawe kuzoshikira abakwanka.

 9 Uzobagira nk’itanure ry’umuriro ku gihe cashinzwe c’uko ubiraba+.

Yehova mw’ishavu ryiwe azobamira, kandi umuriro uzobarigata+.

10 Ivyamwa vyabo uzobirandura bive kw’isi+,

N’uruvyaro rwabo ruve mu bana b’abantu+.

11 Kuko baguhererejeko ibibi+;

Biyumviriye ivyiyumviro badashobora kurangura+.

12 Kuko uzotuma bahindukiza umugongo bahunge+

Ukoresheje imvuto zawe utegurira kurwanya mu maso yabo+.

13 Nushirwe hejuru mu nkomezi zawe, Yehova we+!

Tuzoririmba duhibongoreze ubushobozi bwawe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika