ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 10
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Abalewi 10:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 6:23; 1Ng 24:2
  • +Kv 27:3; Lw 16:12
  • +Kv 30:35; Lw 16:12
  • +Kv 30:9; Lw 10:9; 16:2; Yes 28:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2004, rup. 22

Abalewi 10:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 16:35
  • +Lw 22:9; Gh 26:61

Abalewi 10:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 19:22; Yes 52:11
  • +Yes 29:23; Ezk 20:41; Mt 6:9
  • +Yes 49:3; Yoh 13:31; 2Ts 1:10

Abalewi 10:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 6:18
  • +Ivk 5:6

Abalewi 10:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 21:10; Gh 6:7
  • +Gh 16:22; Yos 7:1

Abalewi 10:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 21:12
  • +Kv 28:41; Lw 8:12

Abalewi 10:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 31:5; Yes 28:7; Ezk 44:21; Hs 4:11; Ef 5:18; 1Tm 3:3, 8; Tt 1:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2014, rup. 17

    1/12/2004, rup. 21-22

    15/5/2004, rup. 22

Abalewi 10:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 22:26; 44:23

Abalewi 10:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 24:8; 33:10; 2Ng 17:9; Neh 8:8; Yr 18:18; Mal 2:7

Abalewi 10:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 29:2; Lw 6:16
  • +Lw 21:22

Abalewi 10:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 6:26; Gh 18:10

Abalewi 10:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 29:26; Lw 7:31; 9:21; Gh 18:11
  • +Lw 7:34
  • +Lw 22:13

Abalewi 10:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 8:29; Gh 18:18
  • +1Kr 9:13

Abalewi 10:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 9:3, 15

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/2/2011, rup. 12

Abalewi 10:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 6:26; 7:6; Ezk 44:29
  • +Kv 28:38; Gh 18:1; Yes 53:11; Yoh 1:29; 2Kr 5:21; Heb 9:28; 1Pt 2:24

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/2/2011, rup. 12

Abalewi 10:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 6:30
  • +Lw 6:26

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/2/2011, rup. 12

Abalewi 10:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 9:8, 12
  • +Lw 6:29

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/2/2011, rup. 12

Abalewi 10:20

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/2/2011, rup. 12

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Lew. 10:1Kv 6:23; 1Ng 24:2
Lew. 10:1Kv 27:3; Lw 16:12
Lew. 10:1Kv 30:35; Lw 16:12
Lew. 10:1Kv 30:9; Lw 10:9; 16:2; Yes 28:7
Lew. 10:2Gh 16:35
Lew. 10:2Lw 22:9; Gh 26:61
Lew. 10:3Kv 19:22; Yes 52:11
Lew. 10:3Yes 29:23; Ezk 20:41; Mt 6:9
Lew. 10:3Yes 49:3; Yoh 13:31; 2Ts 1:10
Lew. 10:4Kv 6:18
Lew. 10:4Ivk 5:6
Lew. 10:6Lw 21:10; Gh 6:7
Lew. 10:6Gh 16:22; Yos 7:1
Lew. 10:7Lw 21:12
Lew. 10:7Kv 28:41; Lw 8:12
Lew. 10:9Img 31:5; Yes 28:7; Ezk 44:21; Hs 4:11; Ef 5:18; 1Tm 3:3, 8; Tt 1:7
Lew. 10:10Ezk 22:26; 44:23
Lew. 10:11Gus 24:8; 33:10; 2Ng 17:9; Neh 8:8; Yr 18:18; Mal 2:7
Lew. 10:12Kv 29:2; Lw 6:16
Lew. 10:12Lw 21:22
Lew. 10:13Lw 6:26; Gh 18:10
Lew. 10:14Kv 29:26; Lw 7:31; 9:21; Gh 18:11
Lew. 10:14Lw 7:34
Lew. 10:14Lw 22:13
Lew. 10:15Lw 8:29; Gh 18:18
Lew. 10:151Kr 9:13
Lew. 10:16Lw 9:3, 15
Lew. 10:17Lw 6:26; 7:6; Ezk 44:29
Lew. 10:17Kv 28:38; Gh 18:1; Yes 53:11; Yoh 1:29; 2Kr 5:21; Heb 9:28; 1Pt 2:24
Lew. 10:18Lw 6:30
Lew. 10:18Lw 6:26
Lew. 10:19Lw 9:8, 12
Lew. 10:19Lw 6:29
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
Bibiliya y’isi nshasha
Abalewi 10:1-20

Abalewi

10 Mu nyuma bene Aroni, Nadabu na Abihu+, batora umwe wese ikijamwo umuriro+ ciwe barabizana, babishiramwo umuriro, bashira n’imibavu+ kuri wo, batangura gushikanira imbere ya Yehova umuriro utemewe n’amategeko+, uwo atari yarabategetse. 2 Umuriro uca urasohoka uvuye imbere ya Yehova, urabayigiza+, bapfira imbere ya Yehova+. 3 Maze Musa abarira Aroni ati: “Ibi ni vyo Yehova avuze: ‘Mu bo hafi yanje+ ninēzwe+, kandi mu maso y’abantu bose nininahazwe+.’” Aroni na we aguma acereje.

4 Nuko Musa ahamagara Mishaheli na Elizafani, bene Uziyeli+, sewabo wa Aroni, ababwira ati: “Nimwegere, mutware bene wanyu mubakure imbere y’ahantu heranda, mubajane hanze y’ikambi+.” 5 Nuko baregera, babatwara bari mu makanzu yabo babajana hanze y’ikambi, nk’uko Musa yari yavuze.

6 Mu nyuma Musa abwira Aroni n’abandi bahungu biwe Eleyazari na Itamari, ati: “Ntimureke ngo imitwe yanyu igume idatunganijwe+, kandi ntimutabure impuzu zanyu, kugira ntimupfe no kugira ntarakarire ikoraniro ryose+. Mugabo bene wanyu b’inzu yose ya Isirayeli bazorira kubera uwo muriro Yehova yateje. 7 Kandi ntimusohoke ngo muve ku bwinjiriro bw’ihema ry’ihuriro, kugira ntimupfe+, kuko amavuta yo kurobanuza ya Yehova ari kuri mwebwe+.” Nuko bagira nk’uko ijambo rya Musa rivuze.

8 Yehova abarira Aroni ati: 9 “Ntunywe umuvinyu canke inzoga iboreza+, mwe n’abahungu bawe bari kumwe nawe, igihe mugira mwinjire mw’ihema ry’ihuriro, kugira ntimupfe. Ni icagezwe gushika igihe kitagira urugero ku mayaruka yanyu, 10 kugira mushobore gutandukanya ikintu ceranda n’icanduye, igihumanye n’ikidahumanye+, 11 no kugira mwigishe bene Isirayeli+ ingingo nyobozi zose Yehova yababwiye biciye kuri Musa.”

12 Maze Musa abarira Aroni na Eleyazari na Itamari, abahungu biwe bari basigaye, ati: “Tora rya shikanwa ry’intete+ ryasigara ku mashikanwa ya Yehova ashikanishwa umuriro, muririre hafi y’igicaniro ritarimwo umwambiro, kuko ari ikintu ceranda rwose+. 13 Kandi mutegerezwa kurirya muri ahantu heranda+, kuko ari ingaburo yawe n’ingaburo y’abahungu bawe ivuye ku mashikanwa ya Yehova ashikanishwa umuriro; kuko ukwo ari ko nategetswe. 14 Ya nkoro y’ishikanwa rizungagizwa+ be na kwa kuguru kw’umugabane mweranda+ muzobirira ahantu hadahumanye, wewe n’abahungu bawe n’abakobwa bawe bari kumwe nawe+, kuko vyatanzwe ngo bibe ingaburo yawe n’ingaburo y’abahungu bawe ivuye ku bimazi vy’ugusangira vya bene Isirayeli. 15 Bazozana kwa kuguru kw’umugabane mweranda, na ya nkoro y’ishikanwa rizungagizwa+, kumwe n’amashikanwa ashikanishwa umuriro ya vya bipande binuze, kugira bazungagize irya n’ino imbere ya Yehova ishikanwa rizungagizwa. Bitegerezwa kuba ingaburo+ gushika igihe kitagira urugero, kuri wewe no ku bahungu bawe bari kumwe nawe, nk’uko Yehova yategetse.”

16 Hanyuma Musa arondera hose ya mpene y’ishikanwa ry’igicumuro+, asanga yari yaturiwe irahera. Nuko arākarira Eleyazari na Itamari, bene Aroni bari basigaye, avuga ati: 17 “Kubera iki mutaririye rya shikanwa ry’igicumuro ahantu heranda+, kandi ari ikintu ceranda rwose, akaba yakibahaye ngo mwishure ikosa ry’ikoraniro kugira mubatangire impongano imbere ya Yehova+? 18 Raba! Amaraso yaryo ntiyazanywe ahantu heranda indani+. Mwabwirizwa kuba mwaririye nya shikanwa ahantu heranda, nk’uko nari nategetse+.” 19 Aroni aca abwira Musa ati: “Ehe uno musi bashikirije imbere ya Yehova+ ishikanwa ryabo ry’igicumuro n’ishikanwa ryabo riturirwa, none raba ivyatanguye kunshikira. Mbega iyo ndya ishikanwa ry’igicumuro uno musi, Yehova yari kubishima+?” 20 Musa ngo avyumve, arabishima.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika