ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 70
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi 70:akajambo k’intangamarara

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 38:akajambo k’intangamarara

Zaburi 70:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 40:13
  • +Zb 71:12

Zaburi 70:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 17:2; Zb 6:10; 35:26; 71:13
  • +Zb 35:4

Zaburi 70:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 35:21; 40:15

Zaburi 70:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 5:11; Int 3:25
  • +Zb 35:27; Lk 1:46

Zaburi 70:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 40:17; 69:29; 109:22
  • +Zb 141:1
  • +Zb 18:2; 40:17
  • +Zb 13:3

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 70:akajambo k’intangamararaZb 38:akajambo k’intangamarara
Zab. 70:1Zb 40:13
Zab. 70:1Zb 71:12
Zab. 70:22Sm 17:2; Zb 6:10; 35:26; 71:13
Zab. 70:2Zb 35:4
Zab. 70:3Zb 35:21; 40:15
Zab. 70:4Zb 5:11; Int 3:25
Zab. 70:4Zb 35:27; Lk 1:46
Zab. 70:5Zb 40:17; 69:29; 109:22
Zab. 70:5Zb 141:1
Zab. 70:5Zb 18:2; 40:17
Zab. 70:5Zb 13:3
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
Bibiliya y’isi nshasha
Zaburi 70:1-5

Zaburi

Ku muyobozi. Ni izaburi ya Dawidi yo kwibutsa+.

70 Ewe Mana, nyaragasa undokore+,

Ewe Yehova, nyaragasa untabare+.

 2 Nibamaramare barye ivyatsi, abo barondera ubuzima bwanje+.

Nibahindukire bateterwe, abo bahimbarwa n’ivyago vyanje+.

 3 Nibasubire inyuma bivuye ku bimaramare vyabo, abo bavuga ngo: “Ahaa! Ahaa+!”

 4 Nibigine, banezerwe muri wewe, abo bose bakurondera+;

Abo bakunda ubukiriro bwawe nibame bavuga bati: “Imana nishimagizwe+!”

 5 Mugabo jewe ndi umurushwa n’umworo+.

Ewe Mana, gira ico ukoze ningoga ku bwanje+.

Ni wewe mutabazi wanje ukaba n’uwunkiza+.

Ewe Yehova, ntutebe birenze+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika