ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 17
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Matayo 17:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mr 9:2; Lk 9:28; 2Pt 1:18

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Niwigane, rup. 193

    Umunara w’Inderetsi,

    1/1/2010, rup. 27

    15/3/2008, rup. 31

    1/4/2000, rup. 19-20

Matayo 17:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 34:29
  • +2Pt 1:17; Ivh 1:16

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/1997, rup. 9, 10-12

Matayo 17:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mr 9:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2005, rup. 16-17

    1/6/1997, rup. 9, 10-12

Matayo 17:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mr 9:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 144

Matayo 17:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 2:7; Yes 42:1; Mt 3:17; Lk 9:35
  • +Gus 18:15; Ivk 3:23; Heb 2:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 51

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    3/2019, rup. 10

    Ubwami bw’Imana buraganza!, rup. 6

    Umwigisha, rup. 15

    Umunara w’Inderetsi,

    1/4/2000, rup. 20

    1/10/1999, rup. 11

Matayo 17:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mr 9:6

Matayo 17:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 1:17

Matayo 17:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mr 9:8

Matayo 17:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 16:20; Mr 9:9; Lk 9:36

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/4/2000, rup. 20

Matayo 17:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 11:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 144

Matayo 17:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 40:3; Mal 3:1; 4:5; Lk 1:17

Matayo 17:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 16:21; Mr 9:13; Lk 23:25

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 144

Matayo 17:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 1:17

Matayo 17:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 9:37

Matayo 17:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mr 9:17

Matayo 17:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 9:40

Matayo 17:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 32:5, 20; Fp 2:15

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 146

Matayo 17:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mr 9:25
  • +Mt 8:13; 9:22; 15:28; Yoh 4:52

Matayo 17:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mr 9:28

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 147

Matayo 17:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 21:21; Mr 11:23; Lk 17:6; 1Kr 13:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 147

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2008, rup. 30

Matayo 17:21

Utujambo tw'epfo

  • *

    Uyu murongo uraboneka mu mpinduro zimwezimwe za Bibiliya, mugabo ntuboneka mu vyandiko vy’iminwe bikurubikuru vy’ikigiriki vya kera binyuranye.

Matayo 17:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 24:14; Mt 20:18; Mr 9:31; Lk 9:44

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 148

Matayo 17:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 16:21; 28:6
  • +Mr 9:32; Lk 9:45

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 148

Matayo 17:24

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ijambo ku rindi ni “ikori ry’idarakima zibiri.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 30:13; 38:26

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 148

    ‘Ingo unkurikire’, rup. 111-112

    Umunara w’Inderetsi,

    1/9/2002, rup. 10

Matayo 17:25

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 148

    ‘Ingo unkurikire’, rup. 111-112

    Umunara w’Inderetsi,

    1/9/2002, rup. 10

    1/4/1999, rup. 15

Matayo 17:26

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yezu ni inzira, rup. 148

    ‘Ingo unkurikire’, rup. 111-112

    Umunara w’Inderetsi,

    1/9/2002, rup. 10

    1/4/1999, rup. 15

Matayo 17:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 14:13; 1Kr 8:13; 10:32; 2Kr 6:3
  • +Mr 12:17; Rm 13:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/8/2012, rup. 20

    1/2/2008, rup. 15

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Mat. 17:1Mr 9:2; Lk 9:28; 2Pt 1:18
Mat. 17:2Kv 34:29
Mat. 17:22Pt 1:17; Ivh 1:16
Mat. 17:3Mr 9:4
Mat. 17:4Mr 9:5
Mat. 17:5Zb 2:7; Yes 42:1; Mt 3:17; Lk 9:35
Mat. 17:5Gus 18:15; Ivk 3:23; Heb 2:3
Mat. 17:6Mr 9:6
Mat. 17:7Ivh 1:17
Mat. 17:8Mr 9:8
Mat. 17:9Mt 16:20; Mr 9:9; Lk 9:36
Mat. 17:10Mt 11:14
Mat. 17:11Yes 40:3; Mal 3:1; 4:5; Lk 1:17
Mat. 17:12Mt 16:21; Mr 9:13; Lk 23:25
Mat. 17:13Lk 1:17
Mat. 17:14Lk 9:37
Mat. 17:15Mr 9:17
Mat. 17:16Lk 9:40
Mat. 17:17Gus 32:5, 20; Fp 2:15
Mat. 17:18Mr 9:25
Mat. 17:18Mt 8:13; 9:22; 15:28; Yoh 4:52
Mat. 17:19Mr 9:28
Mat. 17:20Mt 21:21; Mr 11:23; Lk 17:6; 1Kr 13:2
Mat. 17:222Sm 24:14; Mt 20:18; Mr 9:31; Lk 9:44
Mat. 17:23Mt 16:21; 28:6
Mat. 17:23Mr 9:32; Lk 9:45
Mat. 17:24Kv 30:13; 38:26
Mat. 17:27Rm 14:13; 1Kr 8:13; 10:32; 2Kr 6:3
Mat. 17:27Mr 12:17; Rm 13:7
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
Bibiliya y’isi nshasha
Matayo 17:1-27

Matayo

17 Haciye imisi itandatu, Yezu ahitana Petero na Yakobo na Yohani mwene wabo, abadugana ku musozi muremure ari bonyene+. 2 Maze ahinduka ukundi imbere yabo, mu maso hiwe harakayangana nk’izuba+, impuzu ziwe zo hejuru na zo zica ibibatsi nk’umuco+. 3 Maze Musa na Eliya barababonekera, bariko barayaga na we+. 4 Nuko Petero abwira Yezu ati: “Mukama, ni vyiza kuba turi ng’aha. Ubishatse, ndashinga amahema atatu ng’aha, rimwe ryawe, irindi rya Musa, irindi rya Eliya+.” 5 Akiriko aravuga, haza igicu cakaka kibatwikiriza igitutu caco, maze humvikana ijwi rivuye muri nya gicu, rivuga riti: “Uyu ni Umwana wanje, umukundwa, uwo nashimye+; nimumwumvirize+.” 6 Abigishwa biwe bavyumvise, bubarara hasi, batekerwa n’ubwoba+. 7 Maze Yezu aregera, abakorako, avuga ati: “Haguruke, kandi ntimutinye+.” 8 Bararamuye amaso, ntihagira uwundi babona atari Yezu wenyene+. 9 Hanyuma, igihe bariko bamanuka bava kuri wa musozi, Yezu abategeka ati: “Ntihagire uwo mubwira ivy’iryo yerekwa gushika Umwana w’umuntu azuwe mu bapfuye+.”

10 Ariko abigishwa bamubaza iki kibazo, bati: “Ni kubera iki none abanditsi bavuga yuko Eliya ategerezwa kubanza kuza+?” 11 Yishura ati: “Eliya koko ariko araza, kandi azosubiza ibintu vyose mu buryo+. 12 Ariko ndababwiye yuko Eliya yamaze kuza ntibamumenya, mugabo bamukorera ivyo bashaka. Muri ubwo buryo nyene Umwana w’umuntu abwirizwa kubabarizwa mu maboko yabo+.” 13 Maze abigishwa batahura yuko yariko ababwira ivya Yohani Umubatizi+.

14 Hanyuma baje bagana isinzi+, umuntu umwe aramwegera, apfukama imbere yiwe, avuga ati: 15 “Mukama, girira imbabazi umwana wanje, kubera ko asanzwe arwaye intandara zikaba zamuvyutse, kuko kenshi agwa mu muriro no mu mazi+; 16 nanje namuzaniye abigishwa bawe, mugabo ntibashoboye kumukiza+.” 17 Yezu yishura ati: “Ewe wa yaruka ritagira ukwizera kandi rigoramanze+, nzogumana namwe kugeza ryari? Nzobihanganira kugeza ryari? Munzanire hano.” 18 Maze Yezu akankamira nya dayimoni, ica iramuvamwo+; buno nya mwana arakira guhera kuri iyo saha+. 19 Ivyo bibaye, abigishwa baza kuri Yezu biherereye, bavuga bati: “Ni kubera iki tutashoboye kuyirukana+?” 20 Arababwira ati: “Kubera ukwizera kwanyu guke. Kuko ndababwije ukuri: Mubaye mufise ukwizera kungana n’agatete ka sinapi, muzobwira uyu musozi, muti ‘Imuka uve ng’aha uje hariya,’ kandi uzokwimuka, kandi nta kitazobashobokera+.” 21* ——

22 Igihe bari bakoraniye hamwe i Galilaya ni ho Yezu yababwira ati: “Umwana w’umuntu abwirizwa kugaburwa mu maboko y’abantu+, 23 kandi bazomwica, maze ku musi ugira gatatu azozurwa+.” Ivyo bibatera intuntu nyinshi+.

24 Bamaze gushika i Kaperinawumu, abatoza ikori ry’urusengero* begera Petero hanyuma bavuga bati: “Burya umwigisha wanyu arariha ikori ry’urusengero+?” 25 Aravuga ati: “Egome.” Ariko yinjiye mu nzu, Yezu aramwitanga mu kuvuga ati: “Uvyiyumvirako iki ga Simoni? Abami b’isi batoza bande ikibuguro canke ikori ry’umutwe? Ni abana babo canke ni ab’ahandi?” 26 Avuze ati: “Ni ab’ahandi,” Yezu amubwira ati: “Abana babo rero ikori ntiribaraba. 27 Mugabo kugira ntitubatsitaze+, genda ku kiyaga, uterere igera, hanyuma ufate ifi ya mbere iza kuduga, maze niwayasamika, urasanga mu kanwa kayo igiceri c’isitateri. Uce ugitora, ukibahe ku bwanje no ku bwawe+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika