ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 5
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yesaya 5:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 80:8; Yes 5:7; Yr 2:21; Lk 20:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/6/2006, rup. 17

Yesaya 5:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mr 12:1
  • +Mt 21:33
  • +Hs 9:10; 1Kr 9:7
  • +Yes 5:7; Yr 2:21; Hs 10:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/6/2006, rup. 17-18

Yesaya 5:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 2:5; Mik 6:2

Yesaya 5:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 36:15; Ezk 24:13; Ivk 7:51

Yesaya 5:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 1:10
  • +Lw 26:31; Gus 28:63; Neh 2:3; Zb 79:1; Int 2:7
  • +Yes 26:6; Int 1:15

Yesaya 5:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:33; Yr 25:11
  • +Gus 29:23; Yr 45:4
  • +Yes 7:23; 32:13; Heb 6:8
  • +Gus 11:17; 28:23; Am 4:7

Yesaya 5:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 80:8; Yr 12:10; Lk 20:9
  • +Kv 15:17; Zb 147:11; 149:4
  • +Yr 22:15; Mik 6:8; Zk 7:9
  • +It 19:13; Gus 15:9; Yb 34:28; Lk 18:7

Yesaya 5:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 22:17; Mik 2:2; Hab 2:9
  • +1Bm 21:16

Yesaya 5:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 36:21; Yes 27:10; Am 5:11

Yesaya 5:10

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ijambo ryahinduwe ng’aha ngo “ikivi” rishaka kuvuga ahantu ishuri zibiri zishobora kurima ku musi.

  • *

    Ingero ya bati yangana n’amalitiro 22.

  • *

    Ingero ya homeri ni nk’amalitiro 220.

  • *

    Efa yari ingero yangana n’amalitiro 22.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 14:14
  • +Ezk 45:11
  • +Gus 28:17; Yw 1:17; Hg 1:11

Yesaya 5:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 21:34; Rm 13:13; Gl 5:21
  • +Img 20:1; 23:30; Hs 4:11

Yesaya 5:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 25:36
  • +Yb 34:27; Zb 19:1; 28:5; 92:6

Yesaya 5:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 27:11; Yr 8:7; Hs 4:6; Lk 19:44
  • +Yr 14:18; Int 4:9
  • +Yr 14:3

Yesaya 5:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:63; Img 27:20; Hab 2:5
  • +Ezk 32:18

Yesaya 5:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 2:11; 13:11; Dn 4:37; 1Pt 5:5

Yesaya 5:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 9:16; Rm 2:5; Ivh 19:2
  • +Yes 6:3; 8:13; 57:15; Ivh 4:8
  • +Gus 32:4; 2Ng 19:7; Zb 98:2

Yesaya 5:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:33; Neh 9:37; Yes 1:7; Int 5:2; Hs 8:7

Yesaya 5:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 10:3; 14:1; 36:3; Img 6:18

Yesaya 5:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 24:9; Yr 5:12; 17:15; Ezk 12:22; Am 5:18

Yesaya 5:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 17:15; Mal 2:17
  • +Mt 15:6; 2Pt 2:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/2002, rup. 24

    1/8/2001, rup. 19-20

Yesaya 5:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 3:7; 15:12; Yoh 9:41; Rm 1:22; 12:16

Yesaya 5:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 23:20; 31:5; Yes 5:11

Yesaya 5:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 16:19; Img 17:23; Yes 1:23; Mik 3:11; Yak 2:9
  • +1Bm 21:13; Zb 94:21; Img 17:15; Mt 23:35; Yak 5:6

Yesaya 5:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 15:7; Yw 2:5; Nah 1:10; Mal 4:1
  • +Yb 18:16; Hs 9:16; Am 2:9
  • +1Sm 15:23; 2Bm 17:14; Neh 9:26; Zb 50:17; Heb 10:28
  • +Gus 31:20; Yes 1:4

Yesaya 5:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 31:17; 2Ng 36:16; Int 2:2
  • +Nah 1:5
  • +2Bm 9:37; Zb 83:10; Yr 8:2

Yesaya 5:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 52:4
  • +Gus 28:49; Yr 5:15
  • +Yr 4:13; Int 4:19

Yesaya 5:27

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke, “amasandali.”

Yesaya 5:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 120:4
  • +Img 21:31; Ezk 3:9
  • +Hab 1:8

Yesaya 5:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 50:17
  • +Zb 50:22; Yes 42:22

Yesaya 5:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 6:23
  • +Yes 8:22; Yr 4:23; Yw 2:10; Am 8:9

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yes. 5:1Zb 80:8; Yes 5:7; Yr 2:21; Lk 20:9
Yes. 5:2Mr 12:1
Yes. 5:2Mt 21:33
Yes. 5:2Hs 9:10; 1Kr 9:7
Yes. 5:2Yes 5:7; Yr 2:21; Hs 10:1
Yes. 5:3Yr 2:5; Mik 6:2
Yes. 5:42Ng 36:15; Ezk 24:13; Ivk 7:51
Yes. 5:5Yb 1:10
Yes. 5:5Lw 26:31; Gus 28:63; Neh 2:3; Zb 79:1; Int 2:7
Yes. 5:5Yes 26:6; Int 1:15
Yes. 5:6Lw 26:33; Yr 25:11
Yes. 5:6Gus 29:23; Yr 45:4
Yes. 5:6Yes 7:23; 32:13; Heb 6:8
Yes. 5:6Gus 11:17; 28:23; Am 4:7
Yes. 5:7Zb 80:8; Yr 12:10; Lk 20:9
Yes. 5:7Kv 15:17; Zb 147:11; 149:4
Yes. 5:7Yr 22:15; Mik 6:8; Zk 7:9
Yes. 5:7It 19:13; Gus 15:9; Yb 34:28; Lk 18:7
Yes. 5:8Yr 22:17; Mik 2:2; Hab 2:9
Yes. 5:81Bm 21:16
Yes. 5:92Ng 36:21; Yes 27:10; Am 5:11
Yes. 5:101Sm 14:14
Yes. 5:10Ezk 45:11
Yes. 5:10Gus 28:17; Yw 1:17; Hg 1:11
Yes. 5:11Lk 21:34; Rm 13:13; Gl 5:21
Yes. 5:11Img 20:1; 23:30; Hs 4:11
Yes. 5:121Sm 25:36
Yes. 5:12Yb 34:27; Zb 19:1; 28:5; 92:6
Yes. 5:13Yes 27:11; Yr 8:7; Hs 4:6; Lk 19:44
Yes. 5:13Yr 14:18; Int 4:9
Yes. 5:13Yr 14:3
Yes. 5:14Gus 28:63; Img 27:20; Hab 2:5
Yes. 5:14Ezk 32:18
Yes. 5:15Yes 2:11; 13:11; Dn 4:37; 1Pt 5:5
Yes. 5:16Zb 9:16; Rm 2:5; Ivh 19:2
Yes. 5:16Yes 6:3; 8:13; 57:15; Ivh 4:8
Yes. 5:16Gus 32:4; 2Ng 19:7; Zb 98:2
Yes. 5:17Gus 28:33; Neh 9:37; Yes 1:7; Int 5:2; Hs 8:7
Yes. 5:18Zb 10:3; 14:1; 36:3; Img 6:18
Yes. 5:19Img 24:9; Yr 5:12; 17:15; Ezk 12:22; Am 5:18
Yes. 5:20Img 17:15; Mal 2:17
Yes. 5:20Mt 15:6; 2Pt 2:3
Yes. 5:21Img 3:7; 15:12; Yoh 9:41; Rm 1:22; 12:16
Yes. 5:22Img 23:20; 31:5; Yes 5:11
Yes. 5:23Gus 16:19; Img 17:23; Yes 1:23; Mik 3:11; Yak 2:9
Yes. 5:231Bm 21:13; Zb 94:21; Img 17:15; Mt 23:35; Yak 5:6
Yes. 5:24Kv 15:7; Yw 2:5; Nah 1:10; Mal 4:1
Yes. 5:24Yb 18:16; Hs 9:16; Am 2:9
Yes. 5:241Sm 15:23; 2Bm 17:14; Neh 9:26; Zb 50:17; Heb 10:28
Yes. 5:24Gus 31:20; Yes 1:4
Yes. 5:25Gus 31:17; 2Ng 36:16; Int 2:2
Yes. 5:25Nah 1:5
Yes. 5:252Bm 9:37; Zb 83:10; Yr 8:2
Yes. 5:26Yr 52:4
Yes. 5:26Gus 28:49; Yr 5:15
Yes. 5:26Yr 4:13; Int 4:19
Yes. 5:28Zb 120:4
Yes. 5:28Img 21:31; Ezk 3:9
Yes. 5:28Hab 1:8
Yes. 5:29Yr 50:17
Yes. 5:29Zb 50:22; Yes 42:22
Yes. 5:30Yr 6:23
Yes. 5:30Yes 8:22; Yr 4:23; Yw 2:10; Am 8:9
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
Bibiliya y’isi nshasha
Yesaya 5:1-30

Yesaya

5 Hinge ndirimbire umukundwa wanje ururirimbo rw’uwo nikundira, ku bijanye n’umurima wiwe w’imizabibu+. Umukundwa wanje yari afise umurima w’imizabibu mu ruhande rw’umurambi rwimbuka. 2 Maze arawurima, awukuramwo amabuye, awuteramwo umuzabibu utukura w’indobanurwa, yongera yubaka umunara hagati muri wo+. Yimvyemwo kandi uruganiro rw’umuvinyu+. Kandi yaguma yiteze ko uzokwama inzabibu+, mugabo urahava wama inzabibu z’inyeshamba+.

3 “Ubu rero, ga bantu muba i Yeruzalemu namwe bantu ba Yuda, enda nimuducire urubanza twe n’umurima wanje w’imizabibu+. 4 Ni igiki nsigaje gukorera umurima wanje w’imizabibu ntarakora muri wo+? Kubera iki nari niteze ko wama inzabibu, mugabo ugahava wama inzabibu z’inyeshamba? 5 Ubu rero, munkundire ndabamenyeshe ico ngira ngirire umurima wanje w’imizabibu: Uruzitiro rwawo ruzokurwaho+, kandi uzotegerezwa gutongorwa+. Uruhome rwawo rw’amabuye ruzotegerezwa gusenyuka, kandi uzotegerezwa kuba ahantu ho guhonyangwa+. 6 Kandi nzowugira nk’ikintu kigeshejwe+. Ntuzotuturirwa, eka ntuzobagarirwa+. Uzotegerezwa kumeramwo igisaka c’amahwa n’ivyatsi bibi+; kandi nzotegeka ibicu ntihagire imvura bigwisha kuri wo+. 7 Kuko umurima w’imizabibu+ wa Yehova nyen’ingabo ari inzu ya Isirayeli, abantu ba Yuda na bo bakaba igitâra yakunda cane+. Kandi yaguma yiteze urubanza rugororotse+, mugabo, ehe hari ukurenga itegeko; yaguma yiteze ubugororotsi, mugabo, ehe hari amaborogo+.”

8 Baragowe abafatanya inzu n’iyindi+, n’abungikanya itongo n’irindi gushika aho ata kibanza gisigara+, mukabwirizwa kwibāna mwenyene hagati mu gihugu! 9 Mu matwi yanje, Yehova nyen’ingabo yararahiye yuko amazu menshi, naho ari maninimanini na meza, azocika akajoreza koko, ata wuyabamwo+. 10 Kuko mbere n’ibivi* cumi+ vy’umurima w’imizabibu bizovamwo ingero imwe gusa ya bati*+, n’ingero imwe ya homeri* y’imbuto ikavamwo ingero imwe gusa ya efa*+.

11 Baragowe abavyuka kare mu gitondo bavyuwe no kurondera gusa inzoga iboreza+, bakirizako gushika buhwibiriye ku buryo umuvinyu ubarurumbika+! 12 Kandi inanga n’igicurarangisho c’imirya, akagoma n’umwironge n’umuvinyu ntibihara mu nzimano zabo+; mugabo igikorwa ca Yehova ntibaraba, n’igikorwa c’amaboko yiwe ntibakibonye+.

13 Ni co gituma abantu banje bazobwirizwa kuja mu bunyagano kubera ukutagira ubumenyi+; kandi ubuninahazwa bwabo buzoba abagabo bishwe n’ikigoyi+, n’isinzi ryabo rizogaduka kubera inyota+. 14 Ni co gituma ukuzimu kwiyaguye, kugataburura umunwa wakwo bimwe vy’akaburarugero+; kandi ic’ubwiza bwakaka caho, n’isinzi ryaho n’intureka yaho be n’uwigina, ntibizobura kumanukayo+. 15 Umuntu yakuwe mw’ivu azomanuka, kandi umuntu azoja hasi, mbere n’amaso y’abari hejuru azoja hasi+. 16 Kandi Yehova nyen’ingabo azoja hejuru biciye ku rubanza+, kandi Imana y’ukuri, wa Mweranda+, ntizobura kwiyeza biciye ku bugororotsi+. 17 Kandi imyagazi y’intama y’amasuguru izorisha koko nko mu buragiriro bwayo; kandi ahantu h’umusaka h’ibikoko vyagaburiwe neza, ba kavamahanga bazoharya+.

18 Baragowe barya bakwegesha ikosa imigozi y’ibinyoma, bagakwega igicumuro nk’aho bakoresheje imigozi y’umukogote+; 19 barya bavuga ngo: “Igikorwa ciwe nicihute; nikize ningoga, tukibone; kandi impanuro ya wa Mweranda wa Isirayeli niyegereze ize, tuyimenye+!”

20 Baragowe abavuga ko iciza ari kibi, n’ikibi ko ari ciza+, abashira umwiza mu kibanza c’umuco, n’umuco mu kibanza c’umwiza, abashira ibirura mu kibanza c’ibisosa, n’ibisosa mu kibanza c’ibirura+!

21 Baragowe abari inkerebutsi mu maso yabo bwite bakaba n’abanyabwenge mu maso yabo bwite+!

22 Baragowe abantu b’abanyenkomezi mu kunywa umuvinyu, n’abantu bakomereye kuvanga inzoga ziboreza+, 23 abita umubisha umugororotsi kubera igiturire+, bagakura n’ubugororotsi bw’umugororotsi kuri we+!

24 Ni co gituma, nka kurya nyene ururimi rw’umuriro rurigata ibishakara+, n’ivyatsi vyumye bikanyikira mu mbeya, ni ko igishitsi cabo kizocika nk’umunuko w’ikintu kigashe+, n’ishurwe ryabo rigatumuka nk’intumo, kuko bataye itegeko rya Yehova nyen’ingabo+, ijambo rya wa Mweranda wa Isirayeli bakarigaya+. 25 Ni co gituma ishavu rya Yehova ryarurumbiye abantu biwe, kandi azobaramvurirako ukuboko abakubite+. Imisozi izohinda agashitsi+, imivyimba yabo na yo icike nk’imyavu hagati mu mabarabara+.

Kubera ivyo vyose, ishavu ryiwe ntiryasubiye inyuma, mugabo ukuboko kwiwe kuracabanguye. 26 Yadugirije ikimenyetso ihanga rikomeye rya kure+, arivugiriza agahwa ku mpera y’isi+; kandi ehe rizoza ryihuta, rinyaruka+. 27 Muri bo nta wurushe, eka nta n’uwutsitara. Nta wuhunyiza kandi nta wusinzira. Kandi umukaba mu kiyunguyungu cabo ntuzotuburuka, eka n’imigozi y’inkweto* zabo ntizocika; 28 kuko imyampi yabo ikarihije, n’imiheto yabo yose ikaba ifoye+. Ibinono vy’amafarasi yabo bizofatwa nk’ibuye ry’isare+, amakurudumu yabo na yo nk’umuyaga w’ikirura+. 29 Ukuroha kwabo ni nk’ukw’intambwe, bakaroha nk’intambwe z’imikangara z’imigāra+. Bazotontoma, bacakire ico barya, bagitware ata nkomanzi, kandi nta murokozi azoboneka+. 30 Kandi bazotontomera kuri yo kuri uwo musi nk’ugutontoma kw’ikiyaga+. Kandi umuntu azokwitegereza igihugu, asange hari umwiza uteye agahinda+; mbere n’umuco wacuze umwiza kubera amama atibagurikira kuri co.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika